Témoignage de Dieudonné Hakizimana, militaire ex-FAB.
Dieudonné Hakizimana a été arrêté et incarcéré sans procès. Lui-même torturé, il a aussi été témoin d'autres crimes commis ou commandités par des autorités militaires.
Sous-titrages français
Spécial Témoignage
Parcours : Une série de 50 émissions
Abonnez-vous à notre chaîne sur KZread : bit.ly/2MCpJNQ
Rejoignez-nous sur Facebook : / renaissancetele
Suivez-nous sur Twitter : / rtvrenaissance
Пікірлер: 67
Wowww. Unbelievable. Imana Ishimwe yo yakuzigamye.
Pole sana
Ntawica ubwoko abuhonye . Barihenze . Kandi ubutungane buzokora umunsi umwe .
Akokaririmbo nkankumbuza mugihugu cacu ciza❤❤
komera komera❤
Mutama imana yarenganije ibikomeye imana izoguhorera ihorere nabo bandi bishwe nabahohotewe.guko imana ntirenganya
Burundi bwacu uyobowenabi kugeza mugisoda kweri??igisoda nticoterimbere mugihe kikirimo amacakubiri nkayongayo kbsa.
Buyoya niwe wabiteye umunsi yemera gutanga ubutegyetsi akabuha abahutu none bamazeho batutsi
Ok
Yiooo ndakwibutse sha muri camp ngagara twagutazira codo.Imana ibababarire aho bari hari abandi sha bitebe bitebuke ivyo binywamaraso bizobona ibara iyo mikoshi
@emmarolland7556
3 жыл бұрын
Yutum
Birababaje vyukuri😭😭😭
Pole bwana Hakizimana
Ohh lalaa ! Quel malheur ! C’est trop triste d’avoir tant de méchancetés 😭😭😭
@bintunimanamathieu4639
Жыл бұрын
Imana isumba ingabo ntisinzira irabibona niyo mucamanza mukuru ihorihoze
Iyo système yugusuka umusenyi murya barayikoresha nivyo najewe barabingize muri documentation
Ntabaphira guhana
M
Nuzibe ivyo mwakoze lmana yarabibonye amaraso ya fadaye azobahumira mwarimuzi kwabahutu bazoguma bahonyorwa kwizosi ubu baraciye ubwenge ntawuzosubira mwishamba muvyumve ahubwo mwoza tukanja hamwe tukamenya yuko uburundi arubwacu twese arugusabikanya .hama ivyo mwitwaza ngabatutsi ngo nubwoko bw'lmana murabivuga ahovyanditse muri bibilia tubisome ko murubwoko bw'lmana aho niho mwihendera mugashaka kuguma musesa amamaraso aho murihenda ubwoko bw'lmana nubukora ivy'lmana igomba nayo ulunyavyaha ntazororanirwa.😊
Reka baze muri Congo tubereke ko nta gisirikare bazi uretse kwica, Neva azamenya how stupid is.
Ahubwo ndabonye igikorwa gikomeye cogukora kuri bagenzi bawe. On a besoin d' une hitoire constructive, instructive et exploitable pour preparer l' etape suivante celle de la justice.
Aliko ibaze gukorera igihugu bakwica gutyo. Aliko urabizi ntamuntu ukwiliye gutinya izonkoramaraso ntawugomba kureberera na Ndayishimiye ninterahamwe ntakyo mutabona ese mwibaza kwica bizatuma mudapfa mwebwe none nkurunziza yahiliye yo nabangahe yishe muramwaye kyane nubwenge buke niko nabita
Njya nibwira ko abarundi bafise urwanko rusumba urwabanyagwanda
Gloire et louanges eternelles a Jesus Christ kuba Uhoraho yarakuzigamye mwenewa ! Gusa nosaba ko izi videos zawe zokurwa kurubuga kugira urabe abogufasha muzisubiremwo neza. Kumusirikare nkawe uzi ubwenge nta video nkiyoo ikoze nabi cane , harimwo trop de repetitions unitiles kandi uravanga vyose personne ne comprend rien.
"Mfatwa n'imboneŕakure"!!!Wabwiwe n'iki ko ari zo ga ntu?Bari kuba bakurondera bagufata ukabàcikaaaa...Uzige no kubeshya neza🤔
@johnphiri-vf3ih
2 ай бұрын
Nihatari kbx.
@NduwimanaOdette-cr7vq
Ай бұрын
Noneho urababaye ko abuze imbonerakure heeeeee harigihe muzabona hafiii
Muratwenza kabisa tweho twarumaniw Ayo twakorew kuva62
J’aimerais donner mon propre témoignage kuko j’ai aussi torturé dans la maison d’un certain Donatien Ndayishimiye pendant plus de 4 heures Qui je peux contacter et comment vous joindre?
Ngo col Ignace niwe yaje kukwifatira uramubesheye.uwugutuka ntagutorera Abo ba col Bose naba major barondera wewe .warukomeye gusumvya abateye iscam na base .
@NduwimanaOdette-cr7vq
Ай бұрын
Uyunumujinya ufite kuko ataphuye ubutaha niwe humura
Vyishi wabeshe.kubera ntabova kwicabantu ngobaze kwigamba kugasho.ikindi ivyuvuga uravanga tiranya ukivuguruza.
@WwddffDdssaa-rq3xu
4 ай бұрын
Uwutaraburogwa. Avuga Nobunya.
@NduwimanaOdette-cr7vq
Ай бұрын
Ngaho muvuguruze ngirango wowe mubamukoreye ibyobyose warimwo
Iyo numvirije ibi bintu numva nanse KO ndi umurundi
@ericnduwayo7539
3 жыл бұрын
Cawibir umunyagwavu
@perfectpeaceandlove4329
3 жыл бұрын
Nanje Kabisaaaaa! Ivyo gutaha ntibirimwo. Que de mauvais souvenirs
@arakazajucy4043
7 ай бұрын
Jewe mfise passport ya Jamaica mvuga iki Jamaica sinzosubirayo Imana ikora neza
Intibagira ntibana
72 ivyo mwakoze mwari muziko mubamaze.huuuui😢😢😢😢 Sha Imana irihangana
@ntarejohn1843
4 ай бұрын
Abahutu muri abicanyi bene Gahini mwaravumwe mugendana amaraso mubiganza puuu
@WwddffDdssaa-rq3xu
4 ай бұрын
Urumva nukwihorana. Twe 2000 turagowe
Urabesha wakijuju we Ndakumvirize neza nsanze ur,umunya macakubiri kandi warishe abahutu benshi War,ukwiye gupfa wamuja we
@kwakundi257
3 жыл бұрын
imana nayo hhhh
@charlesgatunzi
2 жыл бұрын
Buyoya yabahaye igihugu mwopfuye mutakibonye mwa mihimbirimwe
@WwddffDdssaa-rq3xu
4 ай бұрын
Imana ikubabarire. Nukuri
Abatutsi mubeshya kibi
Aba tutsi nubwoko bwimana abahutu ntibazadushobora
@evaristengenzebuhoro7664
Жыл бұрын
Barakubesh kagabo
@yvettekaneza4385
Жыл бұрын
@@evaristengenzebuhoro7664 ntabesha aho mwabiciye ko batarahona nubwoko bw,Imana kabisa ntimuzobamara
@munimuni3365
Жыл бұрын
Sha abatutsi nimwebwe mwatsnguye ububi muhimya abahutu reka nabo bihore igihe abatatutsi bagitwara igihugu abahutu mwarabahomyanze nimwebwe mwatanguye ubwinchamyi
@munimuni3365
Жыл бұрын
@@yvettekaneza4385 oya nimureka abahutu bihore nimwebwe abatutsi mwatanguye ubwichamyi bwokwincha abahutu
Twaraguhushije wambwawe
@yvettekaneza4385
Жыл бұрын
We nturi Imana urazokwumira kwisi niho uzoba ukomeye
@kevinnkurunziza7921
5 ай бұрын
@@yvettekaneza4385 isi ihemba zéro
Reka kubeha vugish ukuri kwamahera yosewavanye murisomaria aguherany ataco wimariye wabonye kwatanimyak usigaje yakaz utikuronder ahowokur amahera teshw utetwarabamenye vug ikinyoma kugira nashaka kugutak ivyowiteze bebezegwe
@jeanbosconiyongabo7294
3 жыл бұрын
isi ntisakay naww vyokubako sha uravuga make
Muzozanan na temoignage zoguhera mur 72 gushika 2000 kuk niho hapfuye benshi cane
@nkljk0170
3 жыл бұрын
Kuki utavuz kugeza aho ineza izotsinda? Kubwaw iyomyaka niyoyonyene uzi yabayemwo inabi?
@ndayishimiyerichard5680
3 жыл бұрын
None muzica abatutsi bangah kugira mwihore abahutu ba 72?nimwabandanya muzisanga abo mutoteza mwabacishij ubwenge nabo babashwiragize babihore.
@nkljk0170
3 жыл бұрын
ndayishimiye richard ntivyari bikwiy kotugumana imvugo zamoko ahubwo tukabonako arikibi kirimubantu tukakirwanya twese
@kwakundi257
3 жыл бұрын
@@ndayishimiyerichard5680 mb 72 hapfuy abahutu gus????ko aribo bakij umuriro utangurira iwabo uherera iwaboo ,,,,
Vous les médias mwitwa ko mukorera ama radios akorera mubuhungiro mwitondere ivyo mukora.ubu aba red tabara nibo bariko bafatirwa aho mu Rwanda bazanwa mu Burundi.ejo abo muvugisha muruhame ndetse na mwebwe (journalistes et activistes des droits de l'homme)abo reta yita inkozi zikibi ejo muzisanga mu Burundi kurya rusesabagina yisanze mu Rwanda yarazi ko aje burundi.ama reta ya Afrika muri rusangi namwe.u Rwanda si Europe canke USA.muragaba buca mutangwa kunyungu z'imigenderanire y'uburundi n'urwanda
Hahahahaha barababeshe mbe ex_Fabe yarigizwe nabatutsi gusa kuberiki mwambwamwe ???
@carlabari9825
3 жыл бұрын
Just stop that hate.