Témoignage de Ndagijimana Audace / Ancien Militaire ex-FAB
Témoignage de Ndagijimana Audace / Ancien militaire ex-FAB
Ayo Nabonye / Audace Ndagijimana / Yahoze mu gisirikare ca kera ex-FAB
Spécial Témoignage
Parcours : Une série de 50 émissions
Abonnez-vous à notre chaîne sur KZread : bit.ly/2MCpJNQ
Rejoignez nous sur Facebook : / renaissancetele
Suivez nous sur Twitter : / rtvrenaissance
Пікірлер: 43
Bravo au journaliste il pose des questions très pertinentes
Après tout la lumière apparaîtra. Pole mon frère
@finleycorbin8596
3 жыл бұрын
I guess it's pretty randomly asking but do anybody know a good website to stream new movies online ?
@ricardoaydin6061
3 жыл бұрын
@Finley Corbin I would suggest flixzone. You can find it by googling :)
Pole mon frère uwicishije inkota nawe izamuhindukirira
Pole cyane brother niko babaye sha nibinwamaraso nibikoko baravumwe
Imana ihora ihoze niwihorere gusa ubaharire. Uhoraho azobasubiriza munkoko,hanyuma abo bariko bavuga nabi nabonyene bambaye umubiri ntibitwaze amacakubiri
Sha pole vmt gusa nuko ntabona ingene nogutor naj makeya vmt naho ndimpunzi
Audace kweri ryoooo ukuntu nakurondeye kugira nkuramuts ooooohhh pole sana mutama wanjeu ndumuntu akuzi kuri ENG Gitega wigana na grand frere wanj ari muri lettre yarazi igifaransa yaba muri mwikambi.ngira ucumbona.
Birababaje cane ariko Wihangane uhoraho agufitiye imigambi ukomeye kowavuye ahohantu.nahugwaye uzokira hanga Amaso Imana nayo irakuzi izodutabara.
Wehoo shimirimana ww. Yaraseye isi shaa
Poleni sana
Tugeze habi: Uñ officier transmission logistique, grade de capitaine, qui parle avec un language aussi ambigue!
Ihorere mwana w'imana uzokira . yesu ati sabira ababahama kandi ngo chacun va payer selon ses actes .wosanga yesu aragukijije burundu .
Ako karirimbo gatangira aba black American bagakoresha mubyago bagihura nabyo kugeza ubu ,iburundi narahabaye 8 ans amateka nagiye nyasobanurirwa nabatutsi twiganye .Biragaragara ko kulipisha kisasi bimaze 15 ans biba nibarekeraho kuko ibi byama cycle sibyo
😮URUMVA KO ABATUTSI ARIBO BAKERERA ABANTU,NATATOTEZWA BESHI WZBONA ARABATUTSI NONE WUMVA ATARITWE TWAMARANYE??
Mwana mpole iyisi ntisakaye wewe bareke twese tuzonyagigwa
Abahutu sabicanyi nkamwe abatutsi babi. Mwaramaze urwaruka.!!!!
Urazoza uriha pole kuko waracitse kabisaa.. Urupfu mubisanzwe wararubonye...
@carinendayishimiye9545
3 жыл бұрын
Imana yarakoze kukurokora
Quelle horreur !!! Courage mon frère Audace ! Même si nous avons vécu des situations ignobles, nous pourrons surpasser ce sombre chapitre de notre vie car nous sommes pleins de courage à parler, à dénoncer et à demander justice. Peu à peu, nous sortirons de ce mauvais cauchemar et nous ressentirons encore la joie de vivre !!!
@dorismugisha9859
4 жыл бұрын
Ihangane can hazogira igihe ivyobakoz nivyo nanubu bagikora bazobibazwa
@hervendayirukiye9981
4 жыл бұрын
Ihangane ntamvura idahita.
@samuelhabiyambere295
3 жыл бұрын
Pore sana rafiki yangu ababatwaraga nibo batanze igihugu bemeye gushyikirana nabantu batari barafashe na commune nimwe nonubu bakaba babagaraguza agati kandi mwari muzi neza ko intego yabo arubwicanyi buriya barabahemukiye iyo bareka mukarwana ko barwanye imyaka10 hari nigihuru bari barafashe koko.
Ni hatali
Audace ndakwibutse kabisa warize muri ENG i Gitega.Ivyo vyarakubayeko?Eeeeh!!!!Warahatswe kweri!
Noguha nibihumbi ijana vyamanyagwanda
Umuntu yari arongoye kwiyamiriza ikiringo ca 3 yabuze plan B.munyuma abatutsi beshi barishwe atacamira mugabo ikinezereje cane nuwabishe bose niwe abaye uwanyuma kufa .uwambere nepos uwanyuma pita.
Niyombale se ntiyoguha amahera ukivuza mugabo?
@lambertndacasaba5329
4 жыл бұрын
We ntakigongwe ugira kabisa ! Uravuga Uko wumvise ibintu nk'ibi??
@hervendayirukiye9981
4 жыл бұрын
Aho uzi ngo uravuze ibintu bikomeye alors kuvuze ibijuju.
@irakozeolivier162
4 жыл бұрын
Aho uri igitsina gore wishura imvugo yagashinyaguro nkuko?hagow uwogutung munzu.ariko ruriye abandi rutakwibagiye sha.ntawarusha musaga kwibembereza aba dd mugbo vyarangiye bamutaye muruzi nawe rero uragenda gake nta bugenzi bwinyamaswa.imbecile
@nganjiveinard9226
4 жыл бұрын
ayo majambo uvuga arerekana cane ko ari ww utwara ibirofa vyose vyo kurino si..umbwa ww
@ndoricimpaguy4227
Жыл бұрын
Uragaswera nyoko wambunuzawe
Il faut pas hésiter dans ce que tu dis.
Capitain atazi kw’isigura😏😏😏
@blessedlady7074
4 жыл бұрын
Aha arabizi nuko nyene mugenzi, wakorewe torture nawe ntiwobura ico yonona muri system y’ubwonko bwawe, ngo uwutaranigwa agaramye agira ngo ijuru riri hafi, Imana ikurengere mwene wacu birateye agahinda
On dirait ko ariko arabesha. ivyo ariko aravuga it doesn't match.
@burundishallsmile1day109
4 жыл бұрын
Niko Bakora erega😊
@burundishallsmile1day109
Жыл бұрын
@anny leslie Uwineza Eeee reka atubeshe,ntuzi ko Abarundi turi 'Ibijuju kubeshwa vyoroshe . Mweho mutabeshwa uyu azi aho yajanywe hose kadi bari bamujanye afunzwe mu kirudipe ariko akamenya aho yajanwa hose🙂
@burundishallsmile1day109
Жыл бұрын
@anny leslie Uwineza Ego nivyo vyiza turiyizi kandi turazinanye n abatatwerekwa nkamwe! Turi ba "Ndimurwanko" Imana y uBurundi irakinga🙂
@elienigarura-vk9iz
2 күн бұрын
@@burundishallsmile1day109NONE UMUSIRIKARE AKORA ATAHA MURI CARTIER ❓