Solution couple :NORASQUE NTARE 6 : +257 72096080FANNY LAVINE :+257 79210295FEARLESS GENERATION✍️
Hezagirwa ndabakunda 🎉🎉❤❤❤
Ubundi Nihehe mutazoshik KO mwashiz Imana imbre 😢love u so much solution couple 💝❤🎉
Nivyukuri umushingantahe wawe avuze vyo iyuguze iyinndi pete kugira uyambare pastor amanza kuyisengera Imana Ibatuhezagirire kandi Ibaturindire murivyose.
Mbayuwakabir abaz munyum munsigir utwotunt hm solution couple ndabakund mwirambir❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🌺🌺🌺🌺🌹🌹🌹🌹🌷🌷🌷🌷🥀🥀🥀🙏🙏🙏
Fanny ngukunda numutima wanj wose.murakundana basi.mbega urukundo weeee🎉🎉🎉nono ntuzumuhemukire fanny wacu uzukomeze kumukunda umwibagiz kahise kabi yaciyemwo kera.❤❤
Nukuriii ndabakundaaa caneee kandiii urukundo rwanyuuu rurimwo IMANA pe ❤❤❤
Welcome my solution couple ❤❤❤mbaye uwakabiri bn weekend kubakunzi ba solution couple nkanj mwese Aho muri hose🥰🥰🥰
Mbe vyagenz gte ntube uwamber😂😂
@@user-ut6dh4zl2j 🤣🤣🤣nasanze bantanze 🤦🤦🥰🥰
Mwibereho mutababaye ndabakunda 🎉🎉🎉❤
Mbaye uwa 100 Couple nziza cane IMANA Ibahe kurambana maze❤
Ibintu birimwo Imana biribonekeza!love u solution couple❤
Muratesa😍😍yewe Mana ururukundo uzurukomeze gusumba ukuturubona nkicuro 1000 muranezera solution couple
Ndabakunze cyaneeee mubeho mwishimy mushishikar kutuber akarorero
Ndabakunda cane umwami yesu akomeze urugo rwanyu
Baye wa 20000000 abaza munyuma muhit mutora ya mega❤🎉
Fafa wahisemwo neza vrmt izo care zirarenze naje vyandyoheye kuburyo nasanze narendetse nkaho umengo nijewe😂😂😂😂muryoherwe bantu banje❤❤
😂😂😂😂
Ndabakunda muranshimisha iyo muri kuganira mukomeze mugire urugo rwiza rushimwa n'Imana
Solution couple ❤❤ mwubake rugume🌹🌹
Nora kuri care wogira nguvukana n'umugabo wanje Masha Allah ❤Imana ikomeze imundindire hamwe namwe❤❤
❤❤❤ guys jeho banteye gukumbura uwanje😊
Nanj shaka uwumeze nkuko kuko nogusaza ntusag ugumana akamwemwe😂😂😂😂😂ariko ufise umugabo adatwenga cank ngo muter inkur usanga unamutiny😂😂😂😂imana izomundind😂😂
@@mariamsakora2818 Insha Allah uzomuronka
Yooooooo Amen ndakunze isengesho❤❤❤
😂😂rro izo care nizo nishak mana nanj uzomp umugabo atang care nkizo❤❤❤
🤣😅😂Abakeneye abagabo nkabo nagira ni jew jenyen 🤦♀️
Ivyo nivyo kur camera aho wosanga iguhay uwomez nkuyo wokwama ararira bawew urek kuraba kubandi
@@user-cb2uo3si9m Murakoze kubwimpanuro mumpaye reka mbe jew nyen 🙏
Uwariwe wese mwarinze muhamagara cameraman ntimworeka guhana care😃😃
@@user-cb2uo3si9m😂😂😂😂
Mwibereho mumunezero ndabakunda❤
Imana igra neuzaa solution couple❤hjuru
Ndabakunda ukokuntu hemwe imana ikomeze urugo gwanyu
Ndabakunda cane muhezagigwe
Ndabakunda mbifurije umugisha murugo rwanyu❤
Amen 🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤❤❤❤ ndanezerewe nikikiyago❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉murambane beza muzogire umugisha uva kuri NDIHO 🎉🎉🎉🎉🙏🙏🙏🙏🙏
❤️❤️❤️❤️ rugume rusosa bantu banje
Mbeg ivyiza❤ ndaba fana nukuri solution couple Imana urikumw namwe
Ndabkunda Solution couple mukomeze muterimbere
Muzonatwica nukuri😂😂❤❤❤
Yoooooooooo nukuri umutima wanje urabakunda❤❤🎉rushishikare gusosa ubu nomumyaka yoseeee🎉muzokwame mubakira kuri Yezu We mushinge nyawo kandi ukomeye❤muzohura nibikomeye murugo rwanyu ariko uwo mwubakiyeko ntakimunanira gukemuraaaa❤❤❤❤❤❤❤
Imana ninziza ko❤❤
Nkab ndahagezz mwubahwe beza ndabakunda♥️
Waaoooo mbeg urukundooo!!!! Imana ibaj imber maze
Ndabakunda nukuri ❤❤❤
Ndabishimiye maze❤
Imana ninyakubahwa ntamuntu asenga ninkofero
Ngoy reka ndakugirire urumwamikazi wallah ndabakunda ❤❤❤
Ndabakunda❤
Mwubahwe cyane ndabakunda ❤❤
Wallah nawapenda sana
❤❤❤❤❤ndabakunda trop muvyumv
Murakundanye nibabareke pe ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Très joli ❤️
Ndabakundaa❤❤❤
Solution couple ❤ twashaka muzotumbwire impamvu mwahiduye parrain kuri dot na mariage
Nne nk'ibihe ndimo iyo ntaba ndabafise mba mbayeho gute vrema😂😂😂😂😂😂mwubahwe kko mundyohereza ubuzima.muzosazane❤❤❤
Wewe uzonyica😢😢😢😢
@@vanessa-vavandikumwenayo2757ndeka narakubuze
Mbega vyiza manaweee😊😊😊 Imana ikomeze kubibamwo maze❤❤❤❤
Ndabakunda kanini♥️♥️
Mbega couple nkunda
Solution couple oyeee
Nimwirambire rugume rusosa ❤❤❤❤❤❤❤
Muraberewe❤❤❤urukundo ruzogume rusosa nobyo ndabifurije
Waooh muhezagigwe
😅😅😅 Ibirimwo Imana nuko ❤️💃💃💃💃
Asha nahoncerw ndikumw namw kbs ❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉
Mwebwe muzonanyica❤❤❤❤❤❤
Ndaba❤❤❤❤ cane muvyumve
Arik mana solution coupe hejuruuuuuu ndabakunda nora wubahwe urintwariii
❤❤❤❤❤mugirimigisha myinshi iva ku Mana❤
Mbeg ibintu biryosh waaaaoooooooo dukomez kumirwa.mbeg atang care ntare wubahwe
Ndabakunda pe❤❤ rugume rusosa ❤❤❤
Ndabakunda mundome nkuru❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Ndabakunda cane muranryoheera
Iman ibajimber ndabakunda
Mugitaramuka niheza vrt karibu caneeee🎉
Ndabakunda ❤
Ndabakunda muzohore uko beza banje
Nukuri mberenambere Imana rata ndabakundaaassss
Ash murabanj ubundi muzonatwica 🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤
Solution couple kure can muhagere❤️
Nanje muminota mike mba ndahashitse😂 couple yanje sha 🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳
Muhezagigwe cn❤❤❤❤❤
😂😂😂😂mana iyomisozi hhhhh gusa yesu abubakire❤❤❤❤
Uwubanka nzomwanka❤❤❤
Gusa munyigishije vyishi😊😊❤❤
Yesu ashimwe cne bakunzi❤nukuri ndabakunda cn muranyubak vmt🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉jwe mbere nzobicapako😅😅
Terimber ndababon🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤❤
Unapendeza sana mashallah
Iyo misozi mwaduze kwl🤦 Yesu azababere ibuye mwubakiraho ibihe vyose.🎉
Kezimaa ng habayiki bakubwiy umusom😂😂😂ndabakunda❤
❤❤❤❤Ndabakunda
Ariko Nono uriko urakunda kuvuga BÉBÉ sana urameny ntizokame 😂😂😂😂😂❤❤❤❤❤Nono yarongoye umugore atabasha guterura 😅😅😅
😂😂bb kwel rigum rigaruka
Iyo aban bagiy mu kwezi Kwa buki❤🎉
Basha ndabakunda cane
❤❤❤ waaao rugume rusosa!
Ndabakunda cn.ncandahabona kwa ntare
Karuni sana wapenzi❤❤❤❤❤
Imana ibahezagire cane ndabakunda cane❤❤❤
Aho hantu musize imodoka simpishimiye vraiment Fany mube mwasenze mbere yokuyinjiramo
Ryoherwa 🎉🎉🎉❤❤❤
Ndabakunda can peeeee
Big up ❤❤❤
Yahisemwo neza disi mbega ijuru rito❤
Ntare ntare ahohant yeeeeee nanj ndashak kuhemeny .cambu cijisho r ryaw ni mugitaramuk.iman iguhu kumeny niyindi misoz uhorah akomze kuban namwe😊❤
Iman igiraneza ❤❤❤❤
Ruze rugume rusosa imyaka yose❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
😂😂😂❤❤❤ndabakunda can
Nukur ndabakund fan wew rer uranyic❤❤
Nanje sinogenda ndabuze ndabakunda canee imana izo bane hafi ndihazogire ikizo bacanishemwo ❤
Hejuru cane
Пікірлер: 373

@user-ut6dh4zl2j
3 ай бұрын
Mbe vyagenz gte ntube uwamber😂😂
@carmellanishimwe558
3 ай бұрын
@@user-ut6dh4zl2j 🤣🤣🤣nasanze bantanze 🤦🤦🥰🥰
Mwibereho mutababaye ndabakunda 🎉🎉🎉❤
Mbaye uwa 100 Couple nziza cane IMANA Ibahe kurambana maze❤
Ibintu birimwo Imana biribonekeza!love u solution couple❤
Muratesa😍😍yewe Mana ururukundo uzurukomeze gusumba ukuturubona nkicuro 1000 muranezera solution couple
Ndabakunze cyaneeee mubeho mwishimy mushishikar kutuber akarorero
Ndabakunda cane umwami yesu akomeze urugo rwanyu
Baye wa 20000000 abaza munyuma muhit mutora ya mega❤🎉
Fafa wahisemwo neza vrmt izo care zirarenze naje vyandyoheye kuburyo nasanze narendetse nkaho umengo nijewe😂😂😂😂muryoherwe bantu banje❤❤
@Arakazaannicki-uw4dx
3 ай бұрын
😂😂😂😂
Ndabakunda muranshimisha iyo muri kuganira mukomeze mugire urugo rwiza rushimwa n'Imana
Solution couple ❤❤ mwubake rugume🌹🌹
Nora kuri care wogira nguvukana n'umugabo wanje Masha Allah ❤Imana ikomeze imundindire hamwe namwe❤❤
@niyonsengaprimitive
3 ай бұрын
❤❤❤ guys jeho banteye gukumbura uwanje😊
@mariamsakora2818
3 ай бұрын
Nanj shaka uwumeze nkuko kuko nogusaza ntusag ugumana akamwemwe😂😂😂😂😂ariko ufise umugabo adatwenga cank ngo muter inkur usanga unamutiny😂😂😂😂imana izomundind😂😂
@Hazfir.Official
3 ай бұрын
@@mariamsakora2818 Insha Allah uzomuronka
Yooooooo Amen ndakunze isengesho❤❤❤
😂😂rro izo care nizo nishak mana nanj uzomp umugabo atang care nkizo❤❤❤
@irambonaquelia1924
3 ай бұрын
🤣😅😂Abakeneye abagabo nkabo nagira ni jew jenyen 🤦♀️
@user-cb2uo3si9m
3 ай бұрын
Ivyo nivyo kur camera aho wosanga iguhay uwomez nkuyo wokwama ararira bawew urek kuraba kubandi
@irambonaquelia1924
3 ай бұрын
@@user-cb2uo3si9m Murakoze kubwimpanuro mumpaye reka mbe jew nyen 🙏
@user-xl1dr1rs3y
3 ай бұрын
Uwariwe wese mwarinze muhamagara cameraman ntimworeka guhana care😃😃
@kingrabi5118
3 ай бұрын
@@user-cb2uo3si9m😂😂😂😂
Mwibereho mumunezero ndabakunda❤
Imana igra neuzaa solution couple❤hjuru
Ndabakunda ukokuntu hemwe imana ikomeze urugo gwanyu
Ndabakunda cane muhezagigwe
Ndabakunda mbifurije umugisha murugo rwanyu❤
Amen 🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤❤❤❤ ndanezerewe nikikiyago❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉murambane beza muzogire umugisha uva kuri NDIHO 🎉🎉🎉🎉🙏🙏🙏🙏🙏
❤️❤️❤️❤️ rugume rusosa bantu banje
Mbeg ivyiza❤ ndaba fana nukuri solution couple Imana urikumw namwe
Ndabkunda Solution couple mukomeze muterimbere
Muzonatwica nukuri😂😂❤❤❤
Yoooooooooo nukuri umutima wanje urabakunda❤❤🎉rushishikare gusosa ubu nomumyaka yoseeee🎉muzokwame mubakira kuri Yezu We mushinge nyawo kandi ukomeye❤muzohura nibikomeye murugo rwanyu ariko uwo mwubakiyeko ntakimunanira gukemuraaaa❤❤❤❤❤❤❤
Imana ninziza ko❤❤
Nkab ndahagezz mwubahwe beza ndabakunda♥️
Waaoooo mbeg urukundooo!!!! Imana ibaj imber maze
Ndabakunda nukuri ❤❤❤
Ndabishimiye maze❤
Imana ninyakubahwa ntamuntu asenga ninkofero
Ngoy reka ndakugirire urumwamikazi wallah ndabakunda ❤❤❤
Ndabakunda❤
Mwubahwe cyane ndabakunda ❤❤
Wallah nawapenda sana
❤❤❤❤❤ndabakunda trop muvyumv
Murakundanye nibabareke pe ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Très joli ❤️
Ndabakundaa❤❤❤
Solution couple ❤ twashaka muzotumbwire impamvu mwahiduye parrain kuri dot na mariage
Nne nk'ibihe ndimo iyo ntaba ndabafise mba mbayeho gute vrema😂😂😂😂😂😂mwubahwe kko mundyohereza ubuzima.muzosazane❤❤❤
@vanessa-vavandikumwenayo2757
3 ай бұрын
Wewe uzonyica😢😢😢😢
@sosomh5430
3 ай бұрын
@@vanessa-vavandikumwenayo2757ndeka narakubuze
Mbega vyiza manaweee😊😊😊 Imana ikomeze kubibamwo maze❤❤❤❤
Ndabakunda kanini♥️♥️
Mbega couple nkunda
Solution couple oyeee
Nimwirambire rugume rusosa ❤❤❤❤❤❤❤
Muraberewe❤❤❤urukundo ruzogume rusosa nobyo ndabifurije
Waooh muhezagigwe
😅😅😅 Ibirimwo Imana nuko ❤️💃💃💃💃
Asha nahoncerw ndikumw namw kbs ❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉
Mwebwe muzonanyica❤❤❤❤❤❤
Ndaba❤❤❤❤ cane muvyumve
Arik mana solution coupe hejuruuuuuu ndabakunda nora wubahwe urintwariii
❤❤❤❤❤mugirimigisha myinshi iva ku Mana❤
Mbeg ibintu biryosh waaaaoooooooo dukomez kumirwa.mbeg atang care ntare wubahwe
Ndabakunda pe❤❤ rugume rusosa ❤❤❤
Ndabakunda mundome nkuru❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Ndabakunda cane muranryoheera
Iman ibajimber ndabakunda
Mugitaramuka niheza vrt karibu caneeee🎉
Ndabakunda ❤
Ndabakunda muzohore uko beza banje
Nukuri mberenambere Imana rata ndabakundaaassss
Ash murabanj ubundi muzonatwica 🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤
Solution couple kure can muhagere❤️
Nanje muminota mike mba ndahashitse😂 couple yanje sha 🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳
Muhezagigwe cn❤❤❤❤❤
😂😂😂😂mana iyomisozi hhhhh gusa yesu abubakire❤❤❤❤
Uwubanka nzomwanka❤❤❤
Gusa munyigishije vyishi😊😊❤❤
Yesu ashimwe cne bakunzi❤nukuri ndabakunda cn muranyubak vmt🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉jwe mbere nzobicapako😅😅
Terimber ndababon🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤❤
Unapendeza sana mashallah
Iyo misozi mwaduze kwl🤦 Yesu azababere ibuye mwubakiraho ibihe vyose.🎉
Kezimaa ng habayiki bakubwiy umusom😂😂😂ndabakunda❤
❤❤❤❤Ndabakunda
Ariko Nono uriko urakunda kuvuga BÉBÉ sana urameny ntizokame 😂😂😂😂😂❤❤❤❤❤Nono yarongoye umugore atabasha guterura 😅😅😅
@user-nc2bx4kt1t
3 ай бұрын
😂😂bb kwel rigum rigaruka
Iyo aban bagiy mu kwezi Kwa buki❤🎉
Basha ndabakunda cane
❤❤❤ waaao rugume rusosa!
Ndabakunda cn.ncandahabona kwa ntare
Karuni sana wapenzi❤❤❤❤❤
Imana ibahezagire cane ndabakunda cane❤❤❤
Aho hantu musize imodoka simpishimiye vraiment Fany mube mwasenze mbere yokuyinjiramo
Ryoherwa 🎉🎉🎉❤❤❤
Ndabakunda can peeeee
Big up ❤❤❤
Yahisemwo neza disi mbega ijuru rito❤
Ntare ntare ahohant yeeeeee nanj ndashak kuhemeny .cambu cijisho r ryaw ni mugitaramuk.iman iguhu kumeny niyindi misoz uhorah akomze kuban namwe😊❤
Iman igiraneza ❤❤❤❤
Ruze rugume rusosa imyaka yose❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
😂😂😂❤❤❤ndabakunda can
Nukur ndabakund fan wew rer uranyic❤❤
Nanje sinogenda ndabuze ndabakunda canee imana izo bane hafi ndihazogire ikizo bacanishemwo ❤
@angenishimwe345
3 ай бұрын
Hejuru cane