Fearless Generation
iyo ntahe niyo kweri❤❤Zamuradukoresha ibiganiro kuko intahe dufise ninyishi
❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉
Wahooo
Fanny wakuze ufashe ingingo nkumugore murugo apana ivyo kurira
Ubu n'umwana wanje apfa kumva karya karirimbo uza wumva ngo ndabe prank mama
Murakora ikibi rimw narimw
😂😂😅Fiko Fiko nsinarinzi k akaze ukwo kwose aramuhakije Anitha yaramukoroye hasi😂😅kbr belle soeur wiw nta burofa barafanana Nono kora uyundi muti umwemeze knd ataragutera nawe Prank akwihore
Fico shaaa uramukunda Belle soeur vrt Ur mukuri
Fanny urarab ugabanye ishavu vraiment
❤❤
Prank yakajembegete walahi lavine ndamubonye uyumusi azogukubita nono umusi umwe mbona akaze
Arakagenda ntiyaruwawe yariguhava aguturirira munzu
❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉
Turashimira Ndiho kuvyo yadukoreye muri family Buhanga. I love you my cousin Dafo and Justin
Fico azogwa inyuma ya belle soeur😂😂😂
None nyne murabihagaritse rurasivye kweri. Shaa pole nono gusa fani azohavakugazanza kweri mumyakirimbere
Arabumiraguye arabuhaze 😢😢😢mukama aramuniga jeannette
Wewe nono Fanny yakwihanij kera kadakeneye Prank urank kumwumva ugum umukorera ivyadashak sivyiz
❤❤❤❤❤❤❤❤
Ivyo bintu muzobihebeee kbra bizohava binanateranyaaa
Kubakunda bindimwo bantu banje❤❤❤
Nari nahomvye ikiganiro kiryoshe
Fafa akumbuy umu bebe
❤❤Love from Fanny Fafa official gus mwicaye nabi Nono n Fanny 😮😮
Ndishimiye icokiganiro vlmt iman ibubakire ibashoboze
Musaza wanje komera kumana nademayi❤❤❤
Jew ninaza muzonzimane vin
Mwakoze kuduteramisha mwubahwe❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Nolasque na Fanny baryosha témoignage gusumba ba nyene kuyivuga😂😂😂
Fiko ndagukunze kurushaho urumuntu wumugabo❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
😂😂😂Nukurii mwebw murakorikib
🥰🥰🥰🥰
❤❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Vrt baze bagaruke pe ndabakunze cane❤❤
Murajanye mwese kweli izi couple zirandyoheye vrt❤
Tukaba turangije week end nezaa na solution couple💃💃
Yooo sh Da.ndakwibuts lcubahiro nicandiho❤❤❤❤❤
Ico kiganiro kiraryoshe muhezagigwe
Gusa rer Fanny akund inyam caane nkanj
Fico fiko😂😂😂😂😂😂😂😂😂
Fiko kwl vyaranse kbx ntamubon coco ereg ntidushak k biherer mi film
Uramubabaje kweli.
Je arinkajew vyoshik nkikek kar prank kuk mwab mwazigiz
Ndababaye
Fico fico ahatswe guhonda annita😂😂😂
Fico fico kl arakunda belle soeur wiwe kl fanny waratomboye kugira muramwawe agukunda
❤❤❤❤❤❤
Ikimbabaje nuko fany yabigize mwuruhara ningene FICO amukunda akanamudefandira imbere ya nono. Iyi prank irambabaje nukuri. Nahora nryohegwa na prank iyiyo wapi kweri
Fico ndamwemera pe
❤
Пікірлер