SOLUTION COUPLE 💝:PRANK NORASQUE Akoze ihatswe kumuhitana Fanny Lavine ntafyina yaramumenye umutwe😡😬

Solution couple :
Norasque Ntare VI:+257 72 096 080
Fanny Lavine:+257 79 210 295
WE ARE FEARLESS GENERATION!!!!

Пікірлер: 907

  • @KellyNikuze-kq9ff
    @KellyNikuze-kq9ff2 ай бұрын

    Abantu baza ngaha baje kurab prank gusa mumpe Likes😂😂😂

  • @juliemunezero4353

    @juliemunezero4353

    2 ай бұрын

    Yoooooooo sanny numwan mwiza disi uzonamuherekez nokuvyara

  • @Mwaminiomar

    @Mwaminiomar

    2 ай бұрын

    Umutwe warugiye n'impamo😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂ntube wateba kuvuga kwari prank akabanza akabasanzaza mwese😂😂😂😂😂❤️❤️❤️

  • @nshimirimanaalexis

    @nshimirimanaalexis

    2 ай бұрын

    Ivyo bintu bizohitana umwe😂😂😂😂😂 muribo

  • @marielouisengerimgeri235

    @marielouisengerimgeri235

    2 ай бұрын

    @@Mwaminiomar😂😂😂😂😂

  • @user-km9kr3dj2o
    @user-km9kr3dj2o2 ай бұрын

    Wao team nono amashurwe yacu hejuru❤❤❤,na team saudia ama like yacu ngaha muri bwabumwe❤❤

  • @NdayizeyeMechack
    @NdayizeyeMechack2 ай бұрын

    Emwe niryamber nanditse comantaire vyas kondengana norasque yubahwe ababony iryamber mump utwo tu like

  • @annydivinemuhoza-du8ju

    @annydivinemuhoza-du8ju

    2 ай бұрын

    Eg nae wayandits

  • @IkiyagoTVshow
    @IkiyagoTVshow2 ай бұрын

    Abemera ko norasque aruwambere mugutegura mumpe like

  • @kladahmad3333

    @kladahmad3333

    2 ай бұрын

    Anabiwenza kabisa❤❤❤❤😂😂😂😂😂

  • @christinedusabe8575

    @christinedusabe8575

    2 ай бұрын

    Sha nukuri arashoboye.yamara n'a fanny si bwabwana❤❤😅😅😅😅😅

  • @christinedusabe8575

    @christinedusabe8575

    2 ай бұрын

    Ariko muntera ubwoba.kk muzohava mutegura brank hama zibahitane umusumwe.nka fanny wabonye ko ahakije umwana wabandiii😢😂😂😂muze muraraba ntimwicane.kk muzohava mukunda ama viyuzi hama usange haruwushavuy agitane uyundi😮😮😮

  • @niyomutabaziisabelle3053

    @niyomutabaziisabelle3053

    2 ай бұрын

    Oya na Fanny sibwabwana

  • @mariamsakora2818
    @mariamsakora28182 ай бұрын

    Vyari bikaze hemwe gusa rwi fanny nurwana rwiza gorosha ningarane disiiii ngo genda uvyare umuzane nzomurera niko karyohey🎉🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤❤❤❤

  • @FicoFiko9606
    @FicoFiko96062 ай бұрын

    BELLE SOEUR wanje #Lavine Mpore mazee. nawe raba akantu umugirira. 😂😂😂😂😂 gusa hari habavyee

  • @SaraphinaMichael-ff2df

    @SaraphinaMichael-ff2df

    2 ай бұрын

    Ndababay cn vrt muramubabaje

  • @AthanaseStone

    @AthanaseStone

    2 ай бұрын

    Shaa Fico mwari mwateguye kbxa hama courage cyane ubu rero mutanguye kudukorerako ubunyene??gusa Alissa yubahwe yabaye serieuse

  • @AthanaseStone

    @AthanaseStone

    2 ай бұрын

    Shaa Fico mwari mwateguye kbxa hama courage cyane ubu rero mutanguye kudukorerako ubunyene??gusa Alissa yubahwe yabaye serieuse

  • @AthanaseStone

    @AthanaseStone

    2 ай бұрын

    Shaa Fico mwari mwateguye kbxa hama courage cyane ubu rero mutanguye kudukorerako ubunyene??gusa Alissa yubahwe yabaye serieuse

  • @AthanaseStone

    @AthanaseStone

    2 ай бұрын

    Shaa Fico mwari mwateguye kbxa hama courage cyane ubu rero mutanguye kudukorerako ubunyene??gusa Alissa yubahwe yabaye serieuse

  • @user-dc7hj5gw3n
    @user-dc7hj5gw3n2 ай бұрын

    Cyakoze Prank Zituma Tubona Kamere Yumuntu Gusa Fani Ugira Umutima Mwiza Kbx Ngo Babyare Bakuzanire Umwana Umwose Umurere Imana Igukomereze Mubuntu Bwayo

  • @lydinoirakoze3184
    @lydinoirakoze31842 ай бұрын

    Iyi ntayo noraba ndi mwibarabara noba mpomvye 😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂

  • @user-tg1sp3ur1r
    @user-tg1sp3ur1r2 ай бұрын

    Sha nukr murategura ark satani numugome muzoze murasenga cane nabantu sibeza ark ndabakunda❤❤🎉🎉

  • @dododolinenshimirimana3112
    @dododolinenshimirimana31122 ай бұрын

    Umengo twotuma tuguma turaba ama pranks 😂😂😂😂😂 kuko muduha umwanya ukwiye gusumba film 😊

  • @user-qu9rw2iy7s
    @user-qu9rw2iy7sАй бұрын

    Abakunda Fany na noraske nimump like

  • @user-qu9rw2iy7s

    @user-qu9rw2iy7s

    Ай бұрын

    Jewe❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤

  • @pascalinensengiyumva3821
    @pascalinensengiyumva38212 ай бұрын

    😂😂😂Fanny bajou wanje.Ewe Nono sha urankuyeho pe.Fiko nawe mugukubita kamitari aranyeguye ndamanyutse😂😂😂

  • @EricNkurunziza-sf2dy
    @EricNkurunziza-sf2dy2 ай бұрын

    Number zero 🤣🤣🤣mumpe like

  • @user-qf7nd1et3g

    @user-qf7nd1et3g

    2 ай бұрын

    Kuriza Fanny Nkunda sivyiza bituma ndira nanje

  • @user-pf6mu4ks1y

    @user-pf6mu4ks1y

    2 ай бұрын

    😅😅😅😅😅😅❤❤❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉

  • @user-jm6uq7jo2t
    @user-jm6uq7jo2t2 ай бұрын

    Ma chrie Fanny ukunda Prank mugabo izogukuramwo umutima😂😂😂😂😂 pole sana

  • @lydi791

    @lydi791

    2 ай бұрын

    😂😂😂😂wabibonye

  • @user-uz7rt3gk3q
    @user-uz7rt3gk3q2 ай бұрын

    Fanny ndagukuriye ishapope ngo avyare uzomurera?ubayuwamber nkunda ukuntuwubaha umugabo birenzep.Imana iguhezagire❤❤❤❤❤❤❤

  • @ElycanNiyonkorera
    @ElycanNiyonkorera2 ай бұрын

    Norasque njew nukurii uranyica vrt urantwenza ww reo ndakwemera sana uratwika kbsa✅

  • @agxgfhxf5292
    @agxgfhxf52922 ай бұрын

    Iyi pk niyambere muzo mwakoze

  • @user-vr9uh6uq5t
    @user-vr9uh6uq5t2 ай бұрын

    Amashgwe meshi kumukinyi mushasha arashoboy vrt❤️❤️❤️❤️

  • @nishimweornella9928

    @nishimweornella9928

    2 ай бұрын

    😊😊

  • @HusEhe
    @HusEhe2 ай бұрын

    Nciye mbona ya filme umupfakazi😂😂😂clarisse aje kw ribert ngo muban munzu muri 2 😂😂😂😢

  • @OrnellaIrankunda-eg5qs
    @OrnellaIrankunda-eg5qs2 ай бұрын

    Umukonyi mwiza pee 🎉🎉🎉 Ufisinda ya Norasque 😭😭 Urategura Nono

  • @AlfredNkurunziza
    @AlfredNkurunziza2 ай бұрын

    Alissa hejuru canee num atrice abizi caneee

  • @AlissaIradukunda

    @AlissaIradukunda

    Ай бұрын

    ❤🙏

  • @user-pg6xi6nk2m
    @user-pg6xi6nk2m2 ай бұрын

    Love from Rwanda 🇷🇼

  • @user-ko4in4uy1u
    @user-ko4in4uy1u2 ай бұрын

    Rekantore Agatebe Nicare Akazi Kanyamwema Nako Karibaza😂😂😂❤❤❤🎉🎉🎉🎉

  • @odreilleeodreillee-hk5pl

    @odreilleeodreillee-hk5pl

    2 ай бұрын

    Jh baranyirahira nashitse nkuwuri iburundi munziwanj😂😂

  • @SolangeIteriteka
    @SolangeIteriteka2 ай бұрын

    Disi Fanny numwana mwizaaa ngo azovyare hama amuzane amurere

  • @user-bv7mp5lx1p
    @user-bv7mp5lx1p2 ай бұрын

    Nukur MWe muzokwicana mudahevy ivyo bintu vya prank bash je numv ubwoba

  • @user-up1tj7ep7u

    @user-up1tj7ep7u

    2 ай бұрын

    Ahubwo bizobasambuza

  • @jeanettengabireyimana2276
    @jeanettengabireyimana22762 ай бұрын

    Oyaa nivyo mwateguye kuberiki mwavuze ko ari mushasha muri 3FA ariko Fanny akaza nkuko umengo ntanahamwe amuzi?ndabagunduye nivyo mutegura ntimuzosubire kuvuga ngo mubiteguye umwe atabizi ngo ni surprise

  • @irakozemarina8881

    @irakozemarina8881

    2 ай бұрын

    Baba bashak kuduh film nyene

  • @dastellaharerimana7192

    @dastellaharerimana7192

    2 ай бұрын

    Non waruzi ng ntavy baba bateguy😂😂😂rek rek uk nuguc inoti

  • @sethirumva2880

    @sethirumva2880

    Ай бұрын

    Izo prank one day zizobakorako nukuri😂.

  • @grettairakoze-qr3bn
    @grettairakoze-qr3bn2 ай бұрын

    Yooo 😂😂😂😂nukur Fanny nigi chr😂❤️❤️❤️ knd nukur sh afis namajamb meza sh😍🥰❤️

  • @anemarry8755
    @anemarry87552 ай бұрын

    Uyumurya ngo nuwabayuwayi kabx😂😂😂😂😂😂😂 fiko nawe ngoreka ngire agahenehene😂😂😂😂😂🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🫡🫡🫡🫡💞💞💞💞💝💝💝💝

  • @alinendihokubwayo5471
    @alinendihokubwayo54712 ай бұрын

    Yooo Fanny wanj mwizaaa❤❤❤❤ ukuntu uvyitwayemw biraryohey s noguhisha.ukuntu werekany kamer yaw biraryohey vrmaa nanj nogir réaction nkiyo😂😂😂😂reka kuriraa sha Fanny umugbo waw aragukundaa trop ❤❤❤❤❤❤❤Nono urahatsw ntaco norenzako😅😅😅😅

  • @user-wn2wg6se9r
    @user-wn2wg6se9r2 ай бұрын

    Yoooooooo fanny💃💃 mpore mazeeeee 🙈 urabona ukuntu uguma uriza fanny wacuuuu💃💃💃💃kwihangana uyumusi fanny biraseee

  • @user-vu4ki6zc5m
    @user-vu4ki6zc5m2 ай бұрын

    Gusa jew mbona umengo miraduhenda izo prank zanyu mubazizinanyemwo nkuwo araziko Aranda afise kuk n'ejo nabonye yamushizr kuri statut urumva RER sumwana ngwareke kubona kwarububeshi Nico gituma nibazako muba mwabivuganye ababizi

  • @user-fi2xc5rh3h

    @user-fi2xc5rh3h

    2 ай бұрын

    Nanj nivyo nibaza sha bisa nivyo baba bazinanyemwo

  • @GahimbareClairia
    @GahimbareClairiaАй бұрын

    😄😄😄😄😄nukur norasque hejur 💪💪💪 munkurahoo nukur urugo gwnyu ni paradizoo peee, gs fany vrt arakazeee yagir abamene umutweeeeee

  • @user-hh9hb2ub2d
    @user-hh9hb2ub2d2 ай бұрын

    Fanny baragukoreyeko kweli wihangane husa ndabakunda❤❤❤

  • @carmellanishimwe558
    @carmellanishimwe5582 ай бұрын

    Yoooh reka nterame ndabon hahiye we🥱🥱😂😂 umukinyi mushasha amashurwe yaw uyahabwe Fanny ihorere tuzomwishura natwe😂😂 mug sinzi ko tuzomukoma nono😂😂😂

  • @user-qq6mv6vh3e

    @user-qq6mv6vh3e

    2 ай бұрын

    Arayakwiye

  • @AlissaIradukunda

    @AlissaIradukunda

    2 ай бұрын

    🙏

  • @evangelinensabimana8121
    @evangelinensabimana81212 ай бұрын

    None nkubu urwaye umutima ugaca upfa😅wobuzize iki

  • @benigneirankunda-pt2lc
    @benigneirankunda-pt2lc2 ай бұрын

    Ubu hoho rr ni final mana weee Fani uranyish mwiza ntawovyihanganir bishits murugo

  • @user-nr5rx5ow5i
    @user-nr5rx5ow5i2 ай бұрын

    😂😂😂😂😂😂😂ndabakunda bindyohey ntaranaraba vyose

  • @user-vh5do8jk8p
    @user-vh5do8jk8p2 ай бұрын

    ndaravye ndaheba nditwenga😂😂😂Norsaque hejuru cane Ariko Alissa arashoboye afise nakajwi keza

  • @giselendayishimiye1087
    @giselendayishimiye10872 ай бұрын

    Camera iguma igenda genda biboneka kumenga harumuntu ari nyuma ya camera

  • @user-qt8iu3jb6j
    @user-qt8iu3jb6j2 ай бұрын

    Mbaye uwa 3 ndabakunda basha abaza nyuma mumpe amashurw yanj

  • @user-in7gy9hg5w
    @user-in7gy9hg5w2 ай бұрын

    Numbre 1💕💕💕🎉🎉🎉🎉🎉🎉 respect kbx😂❤❤😂😂😂!ndabanda nama ndi prête kubaraba

  • @AngeNellyKubwimana
    @AngeNellyKubwimana2 ай бұрын

    Fanny ndagukunze caan nah non akubabaj natw tuzomukorererek sh chr😂😂😂😂

  • @carlesbelyse8036
    @carlesbelyse80362 ай бұрын

    😂😂😂😂😂Fanny yateruy icuma😂😂

  • @EularieNdayishimiye-eb9ki
    @EularieNdayishimiye-eb9ki2 ай бұрын

    😂😂😂😂😂😂baragukomye gusa ntihazobura uwubikomerekeramwo

  • @user-pm8iy9qc3v
    @user-pm8iy9qc3v2 ай бұрын

    Nkab ndahagez nañje 😂😂😂😂 mpole mpole mwiza wac naw sibwabwan ucudutegurir kez duhamy team yiwe maze

  • @jeanclaudeofficial9653
    @jeanclaudeofficial96532 ай бұрын

    Uyumukobwa ari serieuse😂 vrment arazi kwactinga Alicia courage

  • @kubwimanayvette6203

    @kubwimanayvette6203

    2 ай бұрын

    Arashoboye sana😂 claude yambu😢

  • @VestineNdayikeza-de7co
    @VestineNdayikeza-de7co2 ай бұрын

    Nono umutwe barawujanjaguy courrage ❤❤❤1

  • @esperancensabimana9892
    @esperancensabimana98922 ай бұрын

    Nukur muzonatwica😂😂😂😢

  • @VioletteNZIGAMASABO
    @VioletteNZIGAMASABO2 ай бұрын

    Yooo nacerew pe!mugabo nono uzohava umwica pe prank zaw ninkumbi mamamaaaaaa yooo.mugabo kandi Ash biherer muma prank kuko arivyo yokwica mbega inguvu🤭🤭amateke ya bukeye nibijumbu yarabiriy biramushika vyi ntanganguvu😂😂😂😂

  • @user-uq5vh7jo9b
    @user-uq5vh7jo9bАй бұрын

    Prank iratwenzw ,arik ndabon un jr x izohav ikor ibar 😂norsqu ntubon k warumenwe umutwe😅😅courage vrm,Fanny Gus ndagukunz uricish buguf bas,ushavuy ubony birengerany

  • @user-pm4vd1qv8c
    @user-pm4vd1qv8c2 ай бұрын

    Alissa vrt arashoboy naduh link naw yiw respect vrt😂 Norasque urategura pe

  • @user-uq8nc7qo2f
    @user-uq8nc7qo2f2 ай бұрын

    Fanny gumahamwe Nn yarakubwiye nubireke urankariye wewe komeza umutima gusa nanje sinokeihanganap

  • @user-yf5hs4dn8g
    @user-yf5hs4dn8g26 күн бұрын

    😮ndabakund cyan ❤❤murashir murimundmurasets nokurir nkarir😂😂😂mwubahw ndabakund 🙏🙏💝

  • @Nusra25743
    @Nusra257432 ай бұрын

    Fanny jw nzogusanga inbox nguh akantu dukorera nono 😢😢😢aguma aturya umutima team Fanny 😢😢

  • @irakozejosiane2337
    @irakozejosiane23372 ай бұрын

    Iyi prank itumye ndamukunda Fanny rwose, Fanny ndipfuza kubonana nae please mp'umwanya har'ico nshaka k tuvugana. Kuko nkwigirako vyinshi please mp'umwanya. Abakunda Fanny nk'urwo ndamukunda nimunyihere like basha 🥰🥰🥰

  • @ciatt9587

    @ciatt9587

    2 ай бұрын

    Uzomubona niyaba atakigara nka kera bagikorana n'a Libert😂😂😂

  • @carmellanishimwe558

    @carmellanishimwe558

    2 ай бұрын

    Reka kumubeshera Fanny ntagara

  • @user-hy6bz4mj1i

    @user-hy6bz4mj1i

    2 ай бұрын

    Fanny ndakwemey ham nugutegura Natwe iyumutse nono Abantu bagufi ntagufyina

  • @irakozejosiane2337

    @irakozejosiane2337

    2 ай бұрын

    Ngira ivyo kugara yarabihevye, please mp'umubonano uzoba ukoze.

  • @IradukundaDivine-oz9uk

    @IradukundaDivine-oz9uk

    2 ай бұрын

    Je naje ndamushaka ico ndamukebura turikumwe cank kuri telefone

  • @user-cu6gq4xw1q
    @user-cu6gq4xw1q2 ай бұрын

    Furaha ari heh ? Rek manze ndabe ndaza kuvuga😂😂

  • @HAKIZIMANAMireille
    @HAKIZIMANAMireille2 ай бұрын

    😂😂😂😂😂Fanny arahatswe kwica umuntu 😂😂😂😂

  • @user-hg5xb8jp7c
    @user-hg5xb8jp7c2 ай бұрын

    Ko umenga nono yar yagiz ubwob!!! Mais mubigabany ikindi gihe muzibaz ni prank ariko atariyo

  • @user-hv4rp2bb4y
    @user-hv4rp2bb4y2 ай бұрын

    😀😀😀😀😀😀😀😀 ntivyoroshe kweri.jew ntare araryohey

  • @NiragiraOscar-nv4ud

    @NiragiraOscar-nv4ud

    2 ай бұрын

    Nono wubahwe kwl urategura. Gusa nawew ntury nguryamire Bury naw sumwana agiy kugukarangira isose

  • @user-cc5cl6tv1w
    @user-cc5cl6tv1w2 ай бұрын

    Chareka mazenkor dakabadany hanyum ariko nukuri mugabany birababaj xanaa 😂😂😂❤❤🎉🎉

  • @AnnieLaurianeNDIKUMANA-py6sv
    @AnnieLaurianeNDIKUMANA-py6sv2 ай бұрын

    Yooo fanny nakunze ingene wifashe ukivyumva 😊 nukur nuko abagore batekerezw kumera, gusa norasque reka kuza uramushavuza cane ehe waruhatswe

  • @AcquelineNdayihimbaze
    @AcquelineNdayihimbaze2 ай бұрын

    ubarinyuma yanj mumpe amashugwe 🎉🎉🎉 yududuwee fanny wanj murakunda kumuriza we non uzohav umugwaza umutima burek kumubabaza ukine ibisanzwe muzokwicana kbx gusa courage na Alicia arashoboye ❤❤❤❤❤

  • @user-xv2er1zp6t
    @user-xv2er1zp6t2 ай бұрын

    Yyyyyyy iyi ni prank kbc uramukomye gus jyewe nta team jyira mwese ndabafana kbx

  • @AudreyKeza-kr9zy
    @AudreyKeza-kr9zy2 ай бұрын

    Mbaye uwambere mumpe amashugwe yanje Solution couple hejuru fanny gwana ntagufyina Agira agutware umugabo.

  • @AnneNiyonyishu-cq8nm

    @AnneNiyonyishu-cq8nm

    2 ай бұрын

    😂😂😂😂

  • @user-bd9vq3gs5w
    @user-bd9vq3gs5w7 күн бұрын

    Fanny ndamukunze yararezwe vrm ingene abanje kwicisha bugufi imbere yumugabo ❤

  • @AfandeMuyinga
    @AfandeMuyinga2 ай бұрын

    Waoo?? Ariko fikoko amaimage ntabina neza???

  • @user-ed1xy7kj2h
    @user-ed1xy7kj2h2 ай бұрын

    Fany korumuti nawe mpaka nono arize konzi utoroshe wewe urimubiki fuma uvuga ibisabwa.tugufashe

  • @AngeleHakizimana-gc8kg

    @AngeleHakizimana-gc8kg

    2 ай бұрын

    Umugor Hama ari umugor knd umugab yama ari umigab ntimuhor mubonak norasque ahor acagomb kumukubita akanamusukako namaz ga sha rek rek arik narab aduh akandi tuzomutabara

  • @niyonkuruanastasie9277
    @niyonkuruanastasie92772 ай бұрын

    Oooooh my god muramubabajepee Imana ibabarire love from 🇷🇼

  • @noadybrondy8010
    @noadybrondy8010Ай бұрын

    Uwo mukinyi mushasha mutuzaniye respect vrt azi kuryosha film😂😂😂😂

  • @DivineNdayizeye-pv9gc
    @DivineNdayizeye-pv9gcАй бұрын

    Umutima mwiza wa Fanny❤❤❤nokuvyara nguzomuherekeza nkunda ukuntu wimereye

  • @user-zl2ih1cv6o
    @user-zl2ih1cv6o2 ай бұрын

    😂😂❤❤❤basha ndabakunda 💯🔥🔥🔥so kimwegusa harumusi muzokoribintu musange umwe murimwebwe umutima muzobon ugurukirahejur kuwufat bibagor 😂😂😂mukomerezahonyen mariamu arabikundir disi abantu mukund ino couple nkuko ndayikund cank ivyobama badukorer bibaryoher bikanabasetse nkanj mundemek twatunt like

  • @irakozechris5001
    @irakozechris50012 ай бұрын

    Mwaramutse neza bakunzi ba solution couple, mumbabarire ko ngiye kuvuga byinshi ariko mureke ntange inama,mwabantu izo prank mukora mushatse mwagarukiraho kuko ntizibereye abantu bamenye kristo nk'umwami n'umukiza ibyo mukora satani abizamukiraho akabatesha ubugingo kubeshya ni icyaha IMANA yanga ndabizi muba muri gushaka amafaranga ariko kunezerwa mwisi ukabura ijuru ntacyo bimaze mufite ibyiza byinshi mwakora hatarimo prank (ni inama natangaga kubakunzi bange nkunda cyaneee solution couple ntimunyumve nabi pe Kandi mu bitekerezeho)

  • @user-zu4mw6dy6s

    @user-zu4mw6dy6s

    2 ай бұрын

    uvuze nez cn kuk harigihe satani izohav ivyivagamwo ugasang havuyemw ugukomeretsany

  • @irakozechris5001

    @irakozechris5001

    2 ай бұрын

    @@user-zu4mw6dy6s mu byukuri urugo ni ikintu kigomba kubahwa rero iyo abantu batangiye kugaragaza kamere kuri camera hari igihe control ibura satani akabafatiramo ,ibyo muba mwiyaturiraho muzi ngo ni prank mushobora gushiduka bibabayeho inama yange ni uko faxine na norsque bongera ibihe byo gusenga bakabaza IMANA icyo gukora.ikabacira inzira bakava mu bubeshyi.ndi umunyarwanda ndabakunda cyaneee sinshaka kuzumva induru zaturuka kubyo mwikururiye ,muzarambane

  • @niyintunzealexis8765
    @niyintunzealexis8765Ай бұрын

    Fani ntabara mubwir utwomwavuganiye hanze yoooo bebebeeeeeeee❤

  • @emelynecimpaye6630
    @emelynecimpaye66302 ай бұрын

    Urahatswe shaa NoNo😂😂😂😂 Ndabakunda basha ❤❤ gusa ntihazobura uwuhakomerekera 😮❤

  • @RittaRitta-gi1tf
    @RittaRitta-gi1tf2 ай бұрын

    Ndatwenze nokuriravyose biziyerimwe😢😢😢😂😂😂😂amarira agaseko vyose bibayemwo biraseko nihangana😢😢😢😢😢😢🎉🎉🎉❤❤❤

  • @Odanzeyimana-lv6uv
    @Odanzeyimana-lv6uv2 ай бұрын

    Waouu prank yumutse pe cyakoze muraturyohereza umusi Alica ajatavyorosha arazi gukina Fanny wari wavyitwayemwo neza ubwamber naw urab ukore umuti

  • @eveline297
    @eveline2972 ай бұрын

    Mana iyi prank inkuyemwo umutima kandi atari jewe 😂😂

  • @JeanineNininahazwe
    @JeanineNininahazweАй бұрын

    Ndabakunda cane❤ nanje muzonshiremwo mubakinyi

  • @user-en6ch1uv7w
    @user-en6ch1uv7w2 ай бұрын

    Nono nukuri utumye isahani zamwarabu ndazimena reo ukabona gaheze je nzocanza iwanyu kwel😂😂😂😂😂

  • @user-vm8ql1un2w
    @user-vm8ql1un2wАй бұрын

    Yoooo gusa umugore wawe numwan mwiza kub anemer kukurerera uruyoya ko yomutor akamurera numwan mwiza❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤

  • @user-xh2cj4xn4x
    @user-xh2cj4xn4x2 ай бұрын

    Je ndabasabe muhebe prank vraiment irampahamura.mba mbona muzohava mucanamwo muvyo gufyina.iherz tension yandiganye

  • @LisaJoseph-id3mo
    @LisaJoseph-id3moАй бұрын

    Hahaha ahubwo muzohava mugira ngo nama pranks musange ibintu vyari ivyukuri

  • @sarasara-ur6nz
    @sarasara-ur6nz2 ай бұрын

    Sha Nora urasuwe pe sivyomuri film wapfuye vya faut ubuho warupfuye vya vrt 😂😂

  • @niyintunzealexis8765
    @niyintunzealexis8765Ай бұрын

    Nora iyutavuga kwari prank yagira abamese hhhhhhhhhhh nukr ngumandayiraba nukr yagira abice nukur Fanny kumbe arakara

  • @ndayipfukamiyeemelyne1903
    @ndayipfukamiyeemelyne19032 ай бұрын

    😂😂😂😂 fanny sha kumugabo ntagufyina utegerezwa gutera izo wize nizo utize😂😂😂😂😂 knd sh nakare nukurwanira urugo😊

  • @BlessingIgiraneza-jw4qv
    @BlessingIgiraneza-jw4qv2 ай бұрын

    Mamalao😂😂😂pol gsa narinkumbuy kurira.😂😂😂Abububuuu.😂😂😂Ndaryohew cneee.Gsa Fafa wavyifashemwo neza cne.Bakumpere ubureta n'isabune bravooo😂

  • @nicoleiradukunda4698
    @nicoleiradukunda46982 ай бұрын

    😂😂😂😂😂abatanguye gutwenga prank itaratangura twimenyanire hhhhhhhh nono ukomeza kutunezera kabisa biratesa

  • @annickirakoze2334
    @annickirakoze2334Ай бұрын

    Izo prank murarabe muzihebe,sinziza nagato!

  • @divineornellaegerimana8443
    @divineornellaegerimana84432 ай бұрын

    fany undondere nkubwire akantu uzomukorera noraa hamwe aca yipayura

  • @marymgort1160

    @marymgort1160

    Ай бұрын

    Muhimitwe kweri

  • @user-vo2cn6ox4z
    @user-vo2cn6ox4z2 ай бұрын

    Ndabakunda beza banj mwirambire mubikor nez❤🎉🎉🎉

  • @NdihokubwayoIsmael
    @NdihokubwayoIsmaelАй бұрын

    Nukuri ndabony fany arakunda umugabo wow saaanaa❤❤❤ youu

  • @claudetteirimbere92
    @claudetteirimbere92Ай бұрын

    Aya sama prank sha nibikino bteguea nka film!erg nukurondera amahera!!mubuzim busanzw utabiteguy hosha

  • @RittaRitta-gi1tf
    @RittaRitta-gi1tf2 ай бұрын

    Nukuri ntabeshe amarira amosozi vyose bibayemwo😢😢😢😢😂😂😂😂🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤

  • @user-mk2su3gv3i
    @user-mk2su3gv3i2 ай бұрын

    Yooo gusa fanny diii numwana mwiza ng nzoguherekeza no kwa muganga

  • @CongeraAniece
    @CongeraAniece2 ай бұрын

    Kare naraba nkihorera,uyumusi biranyankiy fanny jewe😂😂😂

  • @user-cf7nc3vc1y
    @user-cf7nc3vc1y2 ай бұрын

    Fiko urakubise amagendera iyabamena imitwe

  • @MugishaGhyslaine-di1xm
    @MugishaGhyslaine-di1xm2 ай бұрын

    Ndabakunda cane nukuri ❤❤

  • @Sara-iz2nr
    @Sara-iz2nr2 ай бұрын

    Murahatswe kabis

  • @kigemenadia4561
    @kigemenadia45612 ай бұрын

    ndagowe jeho iyo Fanny agize ikibazo akarira nanj ncandira mwumv ntagowe!😢

  • @user-ny9kg3sr4l
    @user-ny9kg3sr4l2 ай бұрын

    Nora wubahwe urazi gupanga prank 😂😂 Fanny bwabundi urumwana mwiza

Келесі