SOLUTION COUPLE:💖DOT💖
Turashimiye cane incuti za solution couple uko mubandanya Mudushigikira Muduhezagira IMANA DATA WA TWESE IBAHEZAGIRE kuko Ari mwebwe cubahiro cacu numunezero wacu🥰
SOLUTION COUPLE:
NORASQUE:72096080
FAXINE:79210295
FEARLESS GENERATION✍️
Пікірлер: 508
Nitwa tuyisenge crere ndi umunyarwanda kazi ndakunda ravine cyane rwose mufite ku❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
🎉🎉🎉Amen🎉🎉congratulations ❤
@NishimweAdija-bq3kg
4 ай бұрын
❤❤mimi
@gerdairutingabo2302
4 ай бұрын
❤❤❤
@estachou6896
4 ай бұрын
Hakurikir wew nukuri isezerano ririho mimi❤❤❤
@Eva-rz9gf
3 ай бұрын
❤@@NishimweAdija-bq3kg
@Eva-rz9gf
3 ай бұрын
nanje.nitwa.evanjelin.ndumurundi.kazi@@estachou6896
Waooo ijini naho ritapfuye ariko ryara zezengeye (mwaraye muturiye abazimu mwizina rya Yesu kristo) Imana izokomeze kubana namwe gushitsa Yesu aje gutora umugeni ❤❤🎉🎉🎉🎉
@FidesIninahazwe
4 ай бұрын
Ntakiryoshe nk'ijambo rivuzwe,Bari baryiteguriye n'ukuri abatama bacu, Hama Nora na faxine muze mugire urugo gwiza kandi urugo rugendwa na Bose abakuru n'abato,Muze mushire imbere Imana ibisigaye Izobubakira ibahe amahoro n'imigisha murigo gwanyu,ndabakunda
@kamilakamila8353
4 ай бұрын
Nukur kw'Imana pe 🙏🏻🙌🏻😭😭😭😭Natwe biteb bitebuke Imana iziyerekana mugihe cayo🙏🏻🙏🏻🙌🏻🤲🏼🤲🏼❤️❤️💕
@InesIRAKOZE-nk2qd
4 ай бұрын
Yoo imana izibane namwe mubisigaye vyose
Jochua arankuyeho nukuri😂😂😂😂 ndamukunda uwomwana vraiment ❤❤❤❤
Mbaye Uwambere félicitations my couple solution couple ❤️❤️ hejuru cane❤❤❤
iyo Imana Yatevye,Irinze Iza Izanana n'indishi y'umubabaro😂
Biteba gushik arik iyobishits birimw nikirungo nukur ndagufashij umunezero ntitukumvir inzigo n,Imana yabikoze
Nono uzomuririmbire Fanny wacu😭😭😭 anezerwe kuko arabikwiye😭😭😭 agasuzuguro Kari kenshii 😭😭😭 Bibayembwa uzomuririmbire kugeza agiye mw,ijuru n,amaguru Hama agaruke Koko IMANA ikura agasuzuguro nibutse agasuzuguro karaho nca numva nuzuye amarira y,umunezero😭😭😭😭 Gusa mwumve ndabakunda cane❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️
@estellantakarutimana2444
4 ай бұрын
IMANA irahuguye umuhigo muzoyinambeho kuko ibakoreye ibikomeyzeCongratulation Again❤
@user-wh8qc4yu2h
4 ай бұрын
Fanny lmana igukuye agasuzuguro kaba Daimoni ndayishimiyeeee❤❤❤❤
@DivineLyseNISHOBOZA
4 ай бұрын
Imana ishimwe caane irakura agasuzuguro
Ntajambo ryavuze Imana ngo rihere erega nImana💃💃💃💃
Ntajambo ryavuz'imana ngo rihere 🙏 mbifurije urugo ruhire Norasque and Faxine ❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️
Muraberewe cyane rwose murasa neza cyane nukuri imana izabubacyire Kandi izabahezagire muribyose muzakora
Waaaaoooo toutes mes félicitations ❤❤❤
Nagumye nza kurunguruka basha umunezero ugomba unyice 😂😂🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳💃💃💃💃💃💃💃💃💃💃💃💃💃💃💃
Abamaze kuraba iyivideo icura zirenga cumi nimunkorereko basha fafa ndagukunda can hamwe nanono Iman ibubakire❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Kuber umunezero amarira aranyishe.Fanny Ndagukunda ntakuzi pe.Bakuvuze nabi barababara ukamenga ninje bavuze.Imana izabubakire mwigumire mumunyenga wa Kristo
Mumwanya muto mba ndahashitse🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳basha munyaruke kur solution couple hahiye🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳💃💃💃💃💃💃💃💃💃💃💃
Waoooh🥳🥳🥳🥳 félicitations ♥️😍😍😍
❤❤❤❤❤🎉 amen Muzemugire urugo ruhire bakunzi muzorubemwo mumahoro numunezero uva ku Mana Rugiravyose🙏💓
Abazimu barazezengey kuburyo gusubira muri mood Atari buno gusa ndarengew amarira antanze imbere
Imana n nziza
Imana izabubacyire urugo rwiza beza bange ndabakunda mbafite kumutima umugabo wawe akwiteho❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Waoooooooooooooooo biratesaaaaaaaaaà nanje ndarizekubera umunezero🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤❤yesu azabubakire
Waoooooh felicitation kuri mwebwe
Sibwabwana kbs nbega Akes abibona gut mwubahwe murazi gutegura kbs🎉🎉🎉🎉🎉❤
@user-qq6mv6vh3e
4 ай бұрын
😂😂😂akes sinzi iyo yinyegej
Uwayizeye ntizomutetereza ngwimukoze isoni IMANA weeeeee❤❤❤❤
Waooo vyiza cane ❤❤❤ vyari bitesa cane
ariko sha Imana yzgutwengeje .felicitation sha Fagi
Wow congratulations Imana ikomeze ibibamwo
Wawuuu vyiza canee
Waouuuuh😊 mwari mwambaye neza disi....uyo munezero Imana ize iwuteramire gushika Yesu agarutse❤
Felicitations bavandimwe bacu muzobe amakara ntimuzobe urubeya
Waooooo mbega byiza weee congratulations solution couples 💑 💑 ❤❤❤
Imana imeze neza❤❤❤❤
Mbg dot iryosh weee 🎉🎉🎉 conglaturation kbx muraberewe sana
Amashimwe abe ay'Imana 🙏🙏 congratulations❤❤❤
Imana izobubakire❤❤❤
Waaoooo nimwe narindindiriye💃💃💃💃💃 congratulations 🌹🌹🌹🌹❤️❤️❤️❤️❤️
waoooo bageni,beza tesa muraberewe caaane❤❤❤❤
Imana ninziza pe ❤
Mamamamamama Joshua urumwe kumubumbe kbs🌍
Mbega vyizaaaaa ndabuze namajambo nkoresha mukuvuga gusa Yesu araryosheeee❤❤❤❤
Good vyiz cn gos fanny Iman iguhezagire😊
Wawuuu mbega byizaweee
❤❤❤❤ bibereyijisho
Waoooooo mbega vyizaaa uri intwari nukure muze mwubak rugumeee ❤❤
Ubundi Joshua niwe wanje kbs🥰🥰 Ndabona ariwe azoba ikiraro co gutuma mbona Solution Couple😁😁😁
@user-kn1kg7ni2c
4 ай бұрын
Kbs niwe ntawayisavye azoburivyiwe kbs nurambe ushir Imana Imbere Iratanga kbs Bose babiraba
❤❤❤❤❤ congratulations Yesu abubakire ibihe vyoseee 🎉🎉🎉🎉🎉🎉
All my congratulations 👏👏👏🎉🎉🎉👏 rukomeze gusosa ntiruzigere rusaza kubw'Urukundo rwa Ndiho. I'm proud of this Couple🎉🎉🎉❤❤
Wooow vyar ibintu biteye igomwe Basha😋🥰 toutes mes félicitations ♥️
Mugire umugisha ndabakunda caaane❤❤🎉🎉🎉
Turira abazimu nukuri ibirimwimana vyamamwo akanovera Norasco Fanny lavine hejuru❤❤❤❤❤❤ twaritubitegereke p nyamwema aramvuna rekambanzendabe abonkunda🇧🇮🇸🇦🥰🥰🥰
Narimfise amaziko yokubona ukovyagenze mbega ubukwe buryoshe 🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤
Wouwou wouwou mbega vyiza Imana yivange muvyany ❤❤❤
Ndabakunda caaaaaneeee nukuri my favorite couple
Ndabasabiye umugisha Imana ijane Namwe murugo izibubakire🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹
Wawoooooo vyiza cane ❤❤❤
Waouh congratulations solution couple ❤️ Joshua Disi ngakunda kubiiiii❤❤❤❤
Wow ndabishimiy❤❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉
Amene congratulations❤❤❤
Wawuuu nukuri mutumye nkorora amosozi. ❤❤❤ vyari vyiza cane
❤❤❤❤mbe ibirriwe
Nezaaaaaaa imana ibaje imbereeee❤❤❤
Imana ishimw ,ameeen
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤icubahiro nic Imana
Iman ihozamarira igih kigeze amen🙌🙌❤❤❤❤❤
Félicitation cuti zacu
Waooo💃💃💃💃congratulations
Shimiye Ndiho muzogire urugo gwiza ndabakunda❤❤❤🎉🎉
Amiin, congratulations ❤❤❤
Ndarize amarira yumunezero❤❤❤❤❤
Waoooooo❤❤❤muze mugire urugo gwiza
Congratulations couple nziza yacu😍 nibindi Umukama abajimbere🎉🤗
Conglatulation 🎉🎉🎉
Nyagasani abandanye abahezagira muzagire urugo rwiza❤❤❤❤
Waoooooo❤🎉❤🎉 urugo ruhire
Congratulation my Fanny wng and Norasque❤❤❤❤❤ hejuru cane bakunzi banjeu🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳❤❤❤❤❤❤
Waaa🥰❤️🥰❤️👍
Dawidi abuze uko abigenza yaravuze ati uriyaaaaaaaa nanje ndabivuze ati Mana uriyaaaaa
Mbega ivyiza🥰🥰🥰🥰 izobubakire
🔥🔥🔥🔥🔥👌félicitations ❤
wawooo ndaryoherewe fanny na norasque IMANA Ibaje imbere. felicitation
Congratulations beza muraberewe
Muze mugire urugo rw'umugisha🙏🙏
Félicitations Faxine Uwimana❤️❤️
Mbega ukuntu mwaberew🎉 congratulations
Ndabakunda félicitations❤❤❤
Congratulations vraiment norasque bisaba umpuze nurya yakuvugiye ijambo nanje azorimvugire ari sérieux
Waouh 🎉🎉🎉 congratulations
Imana ntanzigo🎉🎉 conglatulation bantu bacu muze mwubake rugume❤knd murikumwe n'Imana birashoboka🌟🌟🌟❤️🔥🔥🔥
Vraiment vyari bitesa kwel congratulations 🎉🎉🎉
Muze mugire urugo rwiiza caane,mukomeze kwikundanira❤❤❤
Vyiza cane 💃💃💃🥰🥰🥳
Imana ninziza cane
Amen kubwikigisubizo iman yerets Lavine
Congratulations vrm Imana yabibayemwo ntajambo ryavuzwe n'Imana.ngorihere
Congratulations ❤❤❤❤
Ndabanezererewe amosi yantanze hasi kubera umunezero nukuri birahimbaye nuko bitinda kuza iyobishitse umunezero uba mwishi gusumba umubabaro Imana izibane namwe murugo ndabakunda❤❤❤❤❤
Ijambo ryimana rirarema ntabwo.arumunti.ngwibeshe.murakagirimana nibintu .muzahezagirwe.8bihevyose mutotandukanwe nurupfu❤❤❤❤
Félicitations bantu bangu❤❤ nibindi umukama azobikora
Nukur mureke iman yitwimana ahorimurihosemuryoherwenukur❤❤❤❤❤❤