SEMINAIRE YOSE[1-7] TAHURA NEZA KARANDE ICARICO//ABANTU BOSE NDABATUMIRIRA GUKURIKIRA IZI NYIGISHO
Ushaka kuraba izindi video kuri UMUCO WERA TV
Fyonda hano / @umucoweratv2021
Kurikira INTAHE hamwe n' UBUTUMWA BWIZA umusi kumusi kuri chaine UMUCO WERA TV
Ukaba wipfuza guterera iciyumviro canke ikindi cose cotezimbere chaine yacu Woturondera kuri 79 969 452(ikoreshwa no kuri whatsapp)
#INTAHE #UMUCO_WERA_TV#DR_TV
Пікірлер: 108
Yesu aguhumuhisha
Amen ndafashijwe imana ikuzigame
Isi y' umwiza. Ntanguye gushima Imana ko Iturinze vyinshi, kandi numva atanico noyisaba atari kuguma itwizigamiye. Kubw'iyo séminaire, nuzuye ishimwe kubw'uburinzi bw' Imana.
Kwarihatari mwabantu b'Imana ivyo bintu tuzobishobozwa na yesu kl.
Ndabinginze mufashe nimero zuwo mupasitor murakoze
Yesu abahe umugisha
Uhoraho ahabwe icubahiro. Umuco wer1 Tv nabakunze kuva kera nubu nkibandanya. Nawe ukorana nImana Desire uhoraho akongere amavuta.amen
izomodoka ino🇸🇦😢 miri arab nizogusa imana itugwanirire
Abakora ku Umuco Wera TV Imana ikomeze kubahezagira muri uyo murimo. Nawe mukozi w'Imana Desire Imana yongerereze aho wakuye kubwo izo nyigisho zubaka, zihindura umuntu. Mwarakoze cane.
Nukur mumfashe mumpe nimer yuwo mupap mwobamukoze canep
Imana ininahazwe kw'isi ni mw'ijuru. Ndashimye cn izi nyigisho. Muduhe inomero sa téléphone za Pasteur Désiré adufashe dufise umwana arwaye amashetani knd atavukanye
Mungu awabariki sana kwa ujumbe na ushuhuda huu. Jina la Yesu Kristo libarikiwe sana.
imana ihabwe icubahiro nanje ndumwe mubamaroro yankiy candarembacan ubu narabitse non ndavyumvis iman igukomez ukugumye ntuzosubireyo😢❤❤❤
Umuco wera mwaduha nomero yiwe ya irambona munfashe nukuri
Umwami yesu aguhe kuramiriza kugeza kumwisho wurugendo gwawe
Izi nyigisho zirakomeye cane nukuri; ariko ndashimye cane kuko turqhishuriwe vyishi cane. Umwami Yesu Abahezagire.
@aminanizeye2039
Жыл бұрын
Shalom mudufashe numéro za pasteur
Shalom shalom,umukozi w'Imana twomubona gute?murakoze.
Bant biman uw mukoz wiman twomubon gut turabingiz muduh nim niw mwob mukoz can
Ndanyuzwe
Imana ibahe umugisha, izi nyigisho zarankuye ahantu, zinshitsa ahandi
Ndakwinginz muduh nim yuw mukoz wiman
Ndashima Imana cane yankijije amaso nkareka amarori.
YESU ashimwe mukozi WIMANA nashaka muduhe inomero yuwo muvugabutumwa
@esperancekwizera5274
3 жыл бұрын
Ashobora kundonka ±4796696992 murakoze cane
Imana ibahezagire inyigisho zikomeye. Ariko ayo.matara aca ibibatsi inyuma aratubangamira. Nimwabishobora muhindure decor. Murakoze
Merci
Shalom shalom ndabaramukij tworonkinimero zuyumukozi wImana gute agadufasha gusengera akande mumuryango wanje mwobamukoze
Murakoze cane kurizo ntahe muduhaye
Bon
Amen komeza kwamamaza ubwami bw Imana mushoboravyose iguhe kuramba ndafashijwe
IMANA ibahe imigisha myinshi
Imana nindushoboze kuyizera sataniyaramaze kutunyaga imananiduhe imbaragbirakomey
@gsgshdhdhdhs1713
2 жыл бұрын
Murakoze cane
Ndafashijwe caaaaaaane na zino nyigisho erega hari benshi batazi ko umuntu apfuye ko aba atanguye ubundi buzima abenshi bazi KO biba biheze . Imana ifashe ukwizera ntiguhere nze ndangize neza.
Hezagirwa.nimutoronse bakozi b'lmana inumero zuwumukoze w'lmana.
Ndabaramutsa mukazi WIMANA nonese kojewe ndata irya.none zovyitwaramwo gute
IMANA ishimwe kuko wakize najye unsengere.
Imana iguhezagire mukozi w’Imana
ubuhagwiriy izirimugishushanyo cinzoka
Ndatangaye. Burya mw'isi duhanzwe na vyinshi
Yoooo numugabo wanje baramubaze amaso
non uyumu pasteur abahe
Yesu ahimbazwe Mushumba,none narunvise ko abadayimoni bica abantu,ndetse benshi bashobora kutanga ibitambo vyabana babo,none abakijijwe,abana abakuze,iyo abo bazimu b'ikuzimu cankwe abarozi mbe barabica bakabasimbura? Abanabo ko atacaha baba barakoze mbe nabo baraja kuba ivyokurya vyabadayimoni? None ko intahe tutamenya akaciro kuwakijijwe n'utakijijwe Imana irinda bande ikingira bande? Murakoze mwombwira kugira menye akaciro kabakijijwe.
Yesu kristo Umwami wacu ahimbanzwe muntu w' Imana nabababaza ngo ko uvuga Satani ko atasa nabi ariko ntuheraheze none ko utavuze uko asa ese washatse kuvuga ko asa neza?
Musengere nfisinuatsi nitwanadine
Imana ibahe umugisha
Urakoze mukozi w' Imana. none umuntu akurikirwa nakarande yobivamwo gute ?
Ahubwo pastor azubikamera uvyerekane nukuri Imana uduhangaze nukuri 🤔
Umugabo wanje ararwaye mumutwe ibidayimoni vyaramurembeje Ahora ambarirako aganira. Na shetani.
Yesu nashimwe cyane namusabye gukiza mushiki wange wari warahumye none arareba.lcyubahiro kibe ik'Imana.
Nimunduhe nimero.yawe
mutange nimero muz mudufasha gusengap
Ndasaba nimero yumukoz w'lmana mwoba mukoze cane narazibuze za lrambona desire
God bless 🙏
Nimundufashemunduhe nimero muzobamukozecane uyumukoziwimana ndamukeneye cane ngoandufashe
Ndabaramukij cn ngaha kumuco wera TV, kdi vyukuri ndafashwa cane n intahe mugenda muduha rero n ipfuza ko mwompa contact yanyu murakoze
Yesu adutabare, ariko duhe numero y uyo muntu,jewe ngwaye amagufa yomfasha muri delivence
Tukeneye inamba zaweza Phone
Shimwa Mana nanje uzanyibuke
Nimuduhenimeroyawe
Yesu ndakwakuriye mubuzima bwanje ingo umbere Umwami numukiza mubuzima bwanje zana Mpemu yera murijewe ashoboze kugukorera nukugororokera ashoboze kukubona Amen Amen Mana
Kaze undongore mwami wanj umpe amaso yumutima mbashe kumenya vyukuri ngukorere ntakubangikanije nibintazi!ndungikira mpwemu wawe yera
Nugusengacane nayubundi sataniaratwayisi yose
Nukur ndabinginze mumpe nimer yuwumu pasitor mwobamukoze kuk haricoyomfasha
Yesu ashimwe. Yavuze ngo yatanze fone ariko ntaho tuzumva
Yesu adufashecane
@user-sy2kh3zo6j
8 ай бұрын
natubwire ahaba uduhe ninimero azodufashe
Eheee mbega
Duhe Tel yawe
Nukuri yesu ahezagire umukozi w'lmana ariko turashaka numéro ziwe yoba adufashije
Ameeeeeen
Ariko kweri Imana yoduharurako ibimazi vy'amaraso y'abana ngo n'uko twambaye ama lunettes tutanabizi????? K
Yesu nadutabare cane. Naho twebwe ntitwokwishoboza. Amen
*Ese mushobora kuduha nomero ze za téléphone?* *Merci beaucoup!👏👏*
Nimuyiduh numéro yiwe mwoba mukoze
Yoooooooooooooooo
Umukiza wacu ahezagire uwo mukozi wayo ariko harico twasaba naho mwavuze ngo numéro ziwe yazitanze ntazo twigeze twumva mwoshobora kuziduha??mwoba mukoze canee.
@UMUCOWERATV2021
8 ай бұрын
Koresha izo mubona
Ndabinginze nanjye munsengere nitwa Angelique ndi muri z ambia
Ndanyuzwe ariko sinzi uko nobona uyo mukozi w'imana?
Ibyovyandiko ntitubibona bagenzi
Imana igukomereze kumurimo wayo mwabasha kuduhainamba?
Shimwa Mana Wera wewe utwiyereka uciye mu muco Wera TV.
Hezagigwa mukozi w imana ariko turakeneye numéro yanyu mwarahezagiwe murakoze
Is
Murakoze cane mukozi w’imana Imana
Karandenumuzimu
Mbega numéro zuyu muntu nozironka gute ?muzironse muca muzima ahanyene
Mwarahezagiwe. Tubasabe amasengesho ukompwemuyera abarongora, twongera tubasaba numéro yanyu murakoze
Shalom, muduhe numéro za désiré muzoba mukoze
Number yumukozi w'Imana please.
Was his number??
Muzomfashe mumpe numero zuyumukozi wimana numva mfise vyishi namubaza
Gusa turashaka número zanyu muziduh
Twashobora kuronka inomero ziwe gute???? Mwoziduhereza turabisavye
Muduhe numero ziwe
Yesu Ashimw !Murakoze Can kurubw butumw muduhay Buratwigishij ibint vyinsh Can Murakoze Nsanze natw twaratew n karani sinz k mwoshobor kuduh numero y fn ntoy mwoba mukoze Can ndanshak k mwodufash guseng
Shalom shalom ntabaramumpe numero ya desire bagenzi
Numéro ya téléphone yuwomukozi w'IMANA twoyironka?
Mbegijambo,ringezeho🙄👆ndafashijwe,pee.mundagirahaba,penintaha,nzomusangemurugo
Ariko wotora inamba zanje tukaganira +15208094211 nukuri uzabukoze niwanshakisha
Shimwa MANA kunona utugwanirira kuvyo tutabona twebwe abana bawe ewe Muco wera tv imana ishishikare kubagura mubikogwa vyanyu kuko twumva impaniro nyishi nimburi nyishi nubutumwa bwishi biciye kurimwebwe ndabasabiye imigisha myishi kandi Imana ishishikare kurinda umukozi wayo ibihe vyose
@gatorereverien2255
3 жыл бұрын
Muduhe numéro yuno Mukozi w'lmana izinyigisho ziradufashije cane gose
Mudufashe muduhe numéro yiwe muzoba mukoze cane
@user-uj5mo7ii3z
Жыл бұрын
DIEU NOUS AIME AU POINT QUE PERSONNE NE COMPREND!DESIRE;COURAGE JESUS EST AVEC VOUS BRAVE HOMME-UN GRAND MERCI DE MA PART