PACI Etoile du Centre Bwabundi nigikoko kuri STAGE..|| Yaraye asajije abantu birakomera..

Ойын-сауық

Kugira ubandanye wironkera amakuru yabaririmvyi bo kwisi yose na cane cane abi wacu +257 nutuntu nutundi dutangaje kwisi , fyonda SUBCRIBE( Sabonnez) hamwe na LIKE ( J'aime) na SHARE (Partage)

Пікірлер: 35

  • @josuekhalifa8745
    @josuekhalifa87453 жыл бұрын

    Big up sanaaaaa kr paci 👊👊👊👊👊👊👊

  • @ericniyonkuru1784
    @ericniyonkuru17843 жыл бұрын

    Akanovera kumuziki wikirundi!ikirundi catuye neza not ikirundi ca new generation! Big up paci!love from zed.

  • @lynelychou1009
    @lynelychou10093 жыл бұрын

    Asha ntakwo mudakora🥰🥰🥰🥰😙😙

  • @Lovely-vb1ng
    @Lovely-vb1ng3 жыл бұрын

    Abumvise ko zino ndirimbo zidata akanovera twimanukire buja🇧🇮

  • @deobiho
    @deobiho2 жыл бұрын

    Papa wa Paci nawe azi kuvuza Piano vyo ku rwego international

  • @gracenizigama8728
    @gracenizigama87283 жыл бұрын

    🔥🔥🔥🔥🔥

  • @PacifiqueNzitonda
    @PacifiqueNzitonda2 жыл бұрын

    Eraga naragerageje! Thanks Isaac TV for this! sinarinzi ko mwabifashe

  • @cishahayosadiki7229

    @cishahayosadiki7229

    2 жыл бұрын

    Ahantu hose muzoba mwatumiwe mugiteramo zocitaba kuko indirimbo zanyu zingera ahantu ndazikunda zose 🔥🔥

  • @lallal9098
    @lallal90983 жыл бұрын

    Kabisa

  • @gakeboranda3223
    @gakeboranda32234 ай бұрын

    ❤😮😮❤❤

  • @mugozibabel4343
    @mugozibabel43432 жыл бұрын

    Elle Professeur 😊👌

  • @niyinkijijepasteur963
    @niyinkijijepasteur9633 жыл бұрын

    C'est ça la musique🔥🔥

  • @feltinaoman4672
    @feltinaoman46723 жыл бұрын

    Vyizacane

  • @ndayikengurukiyeange3259
    @ndayikengurukiyeange32593 жыл бұрын

    Bien nuko tuba dukeneye indirimbo zacu za kera. Merci Paci

  • @MeRy-qk6bp
    @MeRy-qk6bp3 жыл бұрын

    Paci nuwambere gusa Nuko badashaka kubandanya baririmba twarabakunda sana

  • @eddynibelle5811
    @eddynibelle58113 жыл бұрын

    Uwabonye star boy arko atamba ampe like

  • @deobiho
    @deobiho2 жыл бұрын

    Isaac TV nawe , nta musi numwe amajwi ya images ufata kuri live concert aba ameze neza. wisubireko ugure Camcorder itari iya Canon. mwese mwirukira Canon kubera iki? Koresha Panasonic , Sharp , Sony. nizo zifata majwi meza ya live concert music. please

  • @zainabzainab9803
    @zainabzainab98033 жыл бұрын

    🙏🙏🙏🙏🙏❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️Ntacomvuze 💓💓💓💓💓💓💓

  • @uwinezajohara8362
    @uwinezajohara83623 жыл бұрын

    Kbs paci adukoze ku mutima kuriyo ndirimbo ( iyaba imwaka) tucaruka yari urubeya

  • @ininahazweyvette1321
    @ininahazweyvette13213 жыл бұрын

    Kimwe murakoze nisanze narize kubwinkumbu nkumbuye uburundi vyari biryoshe can 🙏🙏

  • @bernardkabura5456

    @bernardkabura5456

    3 жыл бұрын

    Karibu garuka

  • @ntihabosetv7253
    @ntihabosetv72533 жыл бұрын

    Isaac big up sana

  • @nadiajoel2266
    @nadiajoel22663 жыл бұрын

    Uratwibukij music za kare Basha 🤦 Issac vyukuri mr6 ntakutagra tv yaw niyambere pee👍👍👍

  • @ranahelnuhu4522
    @ranahelnuhu45223 жыл бұрын

    Nimw tub dushak uw niw yabab on the flow gus

  • @gabbarsingsuperstar9583
    @gabbarsingsuperstar95833 жыл бұрын

    Ndababaye kuba mbaye 2

  • @nkunzimanaalexis420
    @nkunzimanaalexis4203 жыл бұрын

    Le premier

  • @chantaldusabimana9510

    @chantaldusabimana9510

    3 жыл бұрын

    Hahiye koko

  • @akimanaisaac377

    @akimanaisaac377

    3 жыл бұрын

    Mwubahw kbs

  • @akimanaisaac377

    @akimanaisaac377

    3 жыл бұрын

    Abaririmvyi nabatub dukeney

  • @adidjakaneza8550
    @adidjakaneza85503 жыл бұрын

    Nabandanye music turacamukunda

  • @jeanettenday9732
    @jeanettenday97323 жыл бұрын

    Vyiz can

  • @raissantakirutimana1008
    @raissantakirutimana10083 жыл бұрын

    Nigikoko vraima

  • @mickanduwayezu2983
    @mickanduwayezu29833 жыл бұрын

    Guys ibintu ndabona ari uburyohe gusa paci raba ugaruke wana urashoboye

Келесі