Paci etoile du Centre //TWARAKORANYE NA CNDD FDD...// UMUSHIKIRANGANJI NAKORE IVYO// NIBAFUTE OBDA.

Ойын-сауық

Host:#simbizi ‪@Semavumba‬
Guest : Paci ‪@etoileducentreofficial6832‬

Пікірлер: 27

  • @gracenyeniteka9947
    @gracenyeniteka9947 Жыл бұрын

    Simbizi usigay uri umu journaliste wa bien vraiment !!!!

  • @tedwewe4996
    @tedwewe4996 Жыл бұрын

    Simbizi urakorana ikiganiro na Dudu base Ni chanteur, producteur, amaze imyaka myinshi arakora ibiteramo no my Rwanda no my Burundi, afise vyinshi azi Kandi ashoboye, bibaye ngombwa mutumeko online mukorane ikiganiro

  • @bellarmeeuma1653
    @bellarmeeuma1653 Жыл бұрын

    Uraturonderera Papy Jamaïca umutumire na Paci ugirishe ikiganiro kucerekeye iterambere ca Audiovisuel mu Burundi,ninterano yabo kuri RTNB

  • @makambuyacongotv8399
    @makambuyacongotv8399 Жыл бұрын

    Paci shaa umuntu wakera disii

  • @nicaisenkurunziza3932
    @nicaisenkurunziza3932 Жыл бұрын

    Sha ukuri kwuzuye kwa paci

  • @titieloge
    @titieloge Жыл бұрын

    Paci yatanze ivyiyumviro nkinararibonye, bravo

  • @muhizinshimirimana6256
    @muhizinshimirimana6256 Жыл бұрын

    Ikibanza 👍umuririmvyi 👍ivyiyumviro 👍 surtout ikibanza ni créativité idasanzwe papa👏👏

  • @bnabestnickakim
    @bnabestnickakim Жыл бұрын

    💥💥💥

  • @mbitsimanabetuel4425
    @mbitsimanabetuel4425 Жыл бұрын

    Komera simbizi ♥️♥️♥️ikiganiro ciza

  • @johnmichael8596
    @johnmichael8596 Жыл бұрын

    Yaga yaga😊!

  • @johnsong620
    @johnsong620 Жыл бұрын

    Uburundi bukwiye guhindura mindset ariko bizohinduka

  • @jeanaimekimararungu8334
    @jeanaimekimararungu8334 Жыл бұрын

    Ikiganiro kiryosh M1 pourquoi ama media atabiganiro nkibi? mr6 simbizi

  • @belladidace3842
    @belladidace3842 Жыл бұрын

    😘😘😘😘😘😘

  • @alainguystephanensabimana5040
    @alainguystephanensabimana504010 ай бұрын

    Iki kiganiro ni nyina

  • @godefroidniyonzima9224
    @godefroidniyonzima9224 Жыл бұрын

    Uwo ari mubashuhije umuziki munyaka iheze

  • @desireniyongere5535
    @desireniyongere5535 Жыл бұрын

    ❤from Gohosha-Taba simbizi ubukurikira utumire jew 🤣🤣

  • @bellarmeeuma1653
    @bellarmeeuma1653 Жыл бұрын

    Hama urakora ikindi kiganiro cagutse kirimwo abaririmvyi aba DJs,abamenyeshamakuru naba Producteurs thème ihagaze kuri: Contributions des acteurs dans l'industrie musicale dans la recherche de l'identité musicale burundaise(Style musical)

  • @Semavumba

    @Semavumba

    Жыл бұрын

    Vuba cane. Ivyiyumviro vyanyu buratwubaka

  • @siwemahassan956
    @siwemahassan956 Жыл бұрын

    ☄️☄️☄️☄️🔥

  • @jenniferwilliam3338
    @jenniferwilliam33384 ай бұрын

    Pacifique Nzitonda hamw n Simbizi mukiyago canyu ico nkuyemwo nuk mufse umutima wogukunda igihugu. IMANA ibahezagire cane

  • @sylvestrendayikeje1026
    @sylvestrendayikeje1026 Жыл бұрын

    Umuziki uri mu ma métiers yo muri secteur Informel secteur Informel nubu ntiri formalisé bisaba ko loi spéciale igenga imyuga yemezwa kugira Abanyamyuga babarundi bahabwe uburenganzira bwabo cfr Art3 ya code du Travail mubisanzwe Ababijejwe nibikangure bakorere Igihugu

  • @sylvestrendayikeje1026
    @sylvestrendayikeje1026 Жыл бұрын

    Imyuga yose muburundi kuva uburundi bwikukira Iri Sigmatise kubera Inyungu zakagwi gato!!!!!

  • @iradukundaeliezer3919
    @iradukundaeliezer3919 Жыл бұрын

    Ikiganiro ciza nizera ko kizogira impact

  • @sylvestrendayikeje1026

    @sylvestrendayikeje1026

    Жыл бұрын

    Kubivuga nivyiza Ariko ngaha nta Recomandation ihafatigwa kiretse kumeza yibiganiro!

  • @sylvestrendayikeje1026
    @sylvestrendayikeje1026 Жыл бұрын

    Ivyo muriko muravuga nivyiza ariko nimwemere mube Syndicalise kugira muronke cadre légal mubivugiramwo kandi irahari

  • @bellarmeeuma1653

    @bellarmeeuma1653

    Жыл бұрын

    Muratahura Syndicat ico ijejwe?

  • @luckymbonye4183
    @luckymbonye4183 Жыл бұрын

    Ko tubona ministere nkabzose buri mumezi 3 bashikiriza program zivyo bakoze nivyo bagye gukora, uwacu munyumvira ahora bashikiriza iki? Umwaka ugahera nta hinganwa nta festival? 😢Budget bahabwa ikora iki?dushimiye unutumire aba nibo bantu bakemewe abigisha

Келесі