Paci ufise ijwi ryiza ,uririmba neza ,ndagufana sana 😘
@gelasebigingo2926 Жыл бұрын
Je suis content de revoir Paci mon pote. C' est un artiste de talent , avec une bonne composition des textes qu, il chante. Nciye nibuka indirimbo yiwe yitwa " demokarasi" Il est gentil , simple et agréable à vivre! Murumva ko ndamuzi. Mu baririmvyi bakiriho, nibaza ko Kidum, Yoya na Paci boba ari abantu ba mbere bafise ama textes meza mu ndirimbo Imana yo mugenderera mu " Mpwemu idasanzwe" agahindukirira Gospel mu ndirimbo ziwe , nonezerwa cane! Ni vyaba biri mu mugambi w' Imana , vyose bizotungana! Komera Paci!
@gelasebigingo2926
Жыл бұрын
Afise ijwi ryiza rijanye na Gospel
@_umugajo05 Жыл бұрын
Umwe muba Legend biyumvira neza basigaye ni Paccy Nzitonda
Permis de travail mur Belgique n 4mois knd ntibisab kub ufis urupapur gw séjour ✊🏿✊🏿✊🏿 merci 🇧🇪🇧🇮
@IVOMO_TV
Жыл бұрын
Abaciy Serbie ubu rero baza bafise permis de travail
@D.A.R.l.O257
Жыл бұрын
@@IVOMO_TV cane goseeee muta nimba umaze 4mois bac baguha permis de travail n'a carte orange ✊🏿
@lazarendikumana3665
Жыл бұрын
Jew sindayironka kndi maze 6mois
@cladyclady7215 Жыл бұрын
Ndavye Canada , sindabona abo vyanse wahashitse . Work permit ni 3 mois kandi ubuzi buraboneka ku bantu bose uwize n’uwutize ,umuntu wese abaho kubuzima bwiwe uwize n’uwutize aronka akazi bangana,
@nduwimanajeannine7934
Жыл бұрын
Kugira ushikeyo rero niyo noma
@biiriyesilasye9522
4 ай бұрын
Jewe ngire ndinde ndahava Ata work permit bansavye mu buzi burenga munani nakoze...oya mentalement biranka..jew vyaranse ..haranyankiy kabisa..mentalement mugabo nahandi mbuze bike..Mugabo biravana nabantu nukuntu Imana ikujera..80%yabajayo harabagwa neza..jew rero ndi muriyo 20%...2025 nditahira mu Burundi hanze harakamaramara
@vincenttuyishime9205 Жыл бұрын
Permis de travail muri Belgique uyironka ufise 4mois muri territoire belge avec adresse connu par l'état.... 3mois renouverable ou illumité Ibisigaye abisiguye neza cane Paci
Basi ukaurayo diplome canada usa ufise diplome yaho iba yemewe kwisi hose none wunva abajayo batunguka bamuraba side nziza
@mutolio Жыл бұрын
Uvuze ukuri !!!
@mihigoinnocent711 Жыл бұрын
Ariko ivyo yavuze vyinshi nukuri
@irankundaemeryne844 Жыл бұрын
Sinkunda kugira comment ariko Paci ndamukunda cane, indirimbo yiwe " Har'abasenga bisengera" na "Fata Taxi ndariha" n'ubu ndazikunda cane, n'izindi zose ziwe afise ijwi ryiza. Kandi ndakunze ukuntu ariko avuga ari simple biraboneka ko ari sincere. Merci ko wamutuzaniye
@Hahaha-yf4ug Жыл бұрын
None nko mububirigi uronderera iki ko ata buzima buriho
@alainchristianirambona6641 Жыл бұрын
❤️🇧🇮
@ram-salamaminy6728 Жыл бұрын
Juste big nda kunze ikiganiro ugiranye na Paci nu muco atanze kandi adaciye hirya no hino hama akagira ko agatanga n'impanuro.Proffessionalisme yawe apana babandi babaza ikibazo kimwe mu kiganiro cose ukamengo ntazi umwuga yinjiye mo ko atari gupfa gufata micro
@christopherpiko2734 Жыл бұрын
Journalisme irahari muri UB boss
@fabricemugisha7771 Жыл бұрын
Mwoduha contacts z'umutumire?
@chantal8084 Жыл бұрын
Urabeshe formation ya aide soignant ni 2ans 6mois sivyo
@konde24ful Жыл бұрын
Kuberiki paci ari umuntu ntashobora kwegeza ikiganiro ce imbere?
@mihigoinnocent711 Жыл бұрын
Paci uribeshe kuvyakazi Ubu witanze ukaronka centre ucuja muri commune bakaguha carte orange iyo carte orange après 4 mois ucuronka permis de travail niyo utwaramuma intérims nzabantu benshi batanguye job après 4mois ivyo ndabizi kuva 2019 nanj nivyo naciyemwo twaronka amacontra turi muri centre bivana rero nicadutwaye twese ntitugenda dufise intumbero imwe
@jacquelinebavakure5936 Жыл бұрын
Mukirundi " Ego " yabahindutse "Egooo " 😂
@annickakimana477 Жыл бұрын
Mbe indero uvuga niyahe kuko indero nimuhira kan on parle d'éducation ça reste tjour complexe kubera urashobora gutunga ukaba atandero ufise vuga gusa imibereho niyo iri compliquer kwiruka gusa j ndahabay o moins 12ans
Permis de travail ntisaba kuba ufise carte de séjour. Usavye ubuhungira bakaguha centre d'accueil baca baguha carte orange hama umaz 4 mois baraguha permis de travail. Benshi barakora kandi ata mpapuro bararonka
@D.A.R.l.O257
Жыл бұрын
Uvuze neza mutam
@hamenyimanabenoit6950
Жыл бұрын
Ukoze ata documents uraronka, bisigura ko se travail au noir. Bagaca baguha intima ntikize
@stevenihezagire2430
Жыл бұрын
@@hamenyimanabenoit6950 suko navuz uba utararonka résidence muga baraguha izindi documents uba urakoresha na permis de travail urayironka ugashobora gukora kandi uhembwa nk'abandi bos bafis residence. Travail au noir nayo ntiyemew n'amategeko uwuyikora wes afashwe arahanwa hamw nuwariko aramukoresha. Travail au noir uyikoz usanga uriko urahomba kuko uhembwa nka moitié yayo wari guhembwa kandi har ivyo uhomba mugih ukoz utariha ama taxes
@anitanahimana7791 Жыл бұрын
Haraho wabeshe uwudataha iba arikibazo cib 'ipapuro naho ngo yabuze amahera urabeshe cpas babaha 1250€ wumva ari make rekasha kubabesha kani itike baryishura buhohobhoro none wumva batosubirayo gute aca bwana
@manudiofficial
Жыл бұрын
Ntabeshe hari abashika bakiyononera ubuzima bikarangira vyanse ko bataha kuramutsa ababo amafaranga bakayabura bivanye nivyo bayashoramwo 😂😂
@nduwubumwekelvin9152
Жыл бұрын
mbega abavuye kayanza ntibaz bagakwama buja bikanka ko baduga aband bakubaka am etage ubuzima umwe wese agira destiny yiw
Пікірлер: 94
Merci à Juste Gaël! Mbona twavyifashemwo neza.
@elysegatoni83
Жыл бұрын
Paci jew ndashaka promotion yabiga 3D izokwirikira nzojemwoo
Paccy ndamukunda kandi namwe ndamu fana kuva kera 🤝kandi courage mutama👑
Paci ufise ijwi ryiza ,uririmba neza ,ndagufana sana 😘
Je suis content de revoir Paci mon pote. C' est un artiste de talent , avec une bonne composition des textes qu, il chante. Nciye nibuka indirimbo yiwe yitwa " demokarasi" Il est gentil , simple et agréable à vivre! Murumva ko ndamuzi. Mu baririmvyi bakiriho, nibaza ko Kidum, Yoya na Paci boba ari abantu ba mbere bafise ama textes meza mu ndirimbo Imana yo mugenderera mu " Mpwemu idasanzwe" agahindukirira Gospel mu ndirimbo ziwe , nonezerwa cane! Ni vyaba biri mu mugambi w' Imana , vyose bizotungana! Komera Paci!
@gelasebigingo2926
Жыл бұрын
Afise ijwi ryiza rijanye na Gospel
Umwe muba Legend biyumvira neza basigaye ni Paccy Nzitonda
Merci kutuzanira umusaza @juste Gaël
Gaël mon frère umuntu wese afis ico imana yamuteguriye n'iburundi barahatungira rekana ninzigo yabo vyakundiye KO bajayo
Paci iyo songs yawe ndabon ko izoba ariyo kugwego gwo hejura cane✌
Permis de travail mur Belgique n 4mois knd ntibisab kub ufis urupapur gw séjour ✊🏿✊🏿✊🏿 merci 🇧🇪🇧🇮
@IVOMO_TV
Жыл бұрын
Abaciy Serbie ubu rero baza bafise permis de travail
@D.A.R.l.O257
Жыл бұрын
@@IVOMO_TV cane goseeee muta nimba umaze 4mois bac baguha permis de travail n'a carte orange ✊🏿
@lazarendikumana3665
Жыл бұрын
Jew sindayironka kndi maze 6mois
Ndavye Canada , sindabona abo vyanse wahashitse . Work permit ni 3 mois kandi ubuzi buraboneka ku bantu bose uwize n’uwutize ,umuntu wese abaho kubuzima bwiwe uwize n’uwutize aronka akazi bangana,
@nduwimanajeannine7934
Жыл бұрын
Kugira ushikeyo rero niyo noma
@biiriyesilasye9522
4 ай бұрын
Jewe ngire ndinde ndahava Ata work permit bansavye mu buzi burenga munani nakoze...oya mentalement biranka..jew vyaranse ..haranyankiy kabisa..mentalement mugabo nahandi mbuze bike..Mugabo biravana nabantu nukuntu Imana ikujera..80%yabajayo harabagwa neza..jew rero ndi muriyo 20%...2025 nditahira mu Burundi hanze harakamaramara
Permis de travail muri Belgique uyironka ufise 4mois muri territoire belge avec adresse connu par l'état.... 3mois renouverable ou illumité Ibisigaye abisiguye neza cane Paci
Drama-T rero vamuveko nta kibi yakoze kuvuga kurya.Ukuri nguko Pacy arakubahaye.
Paccy ndagukunda 🇧🇮🇴🇲♥️♥️
Bamwemera mu Burundi biragoye kuronka uburonderero
Yabivuze neza Paci ugende ufise objectif kandi kandi uciye ubwenge
Merci kumushitsi wuyumusi atubwiye vyinshi tutari tuzi mumahanga
Paci, avuz vyinshi kandi birimwo ukuri.
Hari nuwundi mu diaspora yabitwibwiriye
Muta uvuze ukuri cane gose✌✌🎶🎶
Wakoze Gaël well done
Très intelligent
Waouh paci
Ibiganiro vyawe biraryoshe kwumva nibibazo biri vry interested
Kubera iki muguma mukurikirana aba diaspora ?Nimurabe ubuzima bwanyu. Urihenze muby’amashure kuko umwana atize secondaire ino biramugora kw’i adapta muri university
@fideleiratabara6703
Жыл бұрын
Abama bajayo muma université hareka ku reussissa bangahe?Niw vyacanze
Biba biryoshe kwa Juste Gael iminsi yose 😂❤
We're together 5/5✌️✌️✌️✌️
Paci✌✌✌
❤❤❤
Voilà un artiste pas comme les Mr champagne,Kiriku,bidondo......
@davidlavie7536
Жыл бұрын
Commentaire initile
Nukuri kwigendera gusa
Paci urabeshe, formation yaba aide soignant ni 2 ans pas de 6 mois. Ndumva nawewe hari informations utazi.
Iyo nibutse abarundi bari hanze kandi bateye imbere cane birambabaza ko batokwemera kuza kuvugira ngaha kubera ntibiri mumico yacu uca umemga nukwishima. Ariko burya ntawuva iwabo adafise ikimutwaye. Nabaruguru mbona bamanuka i Bujumbura kandi ntibashika babaho kumwe.
Umukubito. Paci yishuye neza nk' Umuntu aciye ubwenge nyene
Pacifique Nzitonda bomugira Ministre de la culture. Vyoba vyiza gusumba.
Ivyibavugir buja nivyo bavugira muri belgique ntibisa nihehe bavugira ukuri?Gael nawe uraza uvyirabire ,mbarirano irutwa niyo wiboneye je passe
Maze aba diaspora bateye ikibazo vipi
Paccy urantwengeje
Ipwemu ntizisanzwe
Amajambo mazima Kandi aramfashije
Uyu😂mutipe naramwiyumviriye mumisi iheze kuko imyaka myinshi yariyarapotey
Basi ukaurayo diplome canada usa ufise diplome yaho iba yemewe kwisi hose none wunva abajayo batunguka bamuraba side nziza
Uvuze ukuri !!!
Ariko ivyo yavuze vyinshi nukuri
Sinkunda kugira comment ariko Paci ndamukunda cane, indirimbo yiwe " Har'abasenga bisengera" na "Fata Taxi ndariha" n'ubu ndazikunda cane, n'izindi zose ziwe afise ijwi ryiza. Kandi ndakunze ukuntu ariko avuga ari simple biraboneka ko ari sincere. Merci ko wamutuzaniye
None nko mububirigi uronderera iki ko ata buzima buriho
❤️🇧🇮
Juste big nda kunze ikiganiro ugiranye na Paci nu muco atanze kandi adaciye hirya no hino hama akagira ko agatanga n'impanuro.Proffessionalisme yawe apana babandi babaza ikibazo kimwe mu kiganiro cose ukamengo ntazi umwuga yinjiye mo ko atari gupfa gufata micro
Journalisme irahari muri UB boss
Mwoduha contacts z'umutumire?
Urabeshe formation ya aide soignant ni 2ans 6mois sivyo
Kuberiki paci ari umuntu ntashobora kwegeza ikiganiro ce imbere?
Paci uribeshe kuvyakazi Ubu witanze ukaronka centre ucuja muri commune bakaguha carte orange iyo carte orange après 4 mois ucuronka permis de travail niyo utwaramuma intérims nzabantu benshi batanguye job après 4mois ivyo ndabizi kuva 2019 nanj nivyo naciyemwo twaronka amacontra turi muri centre bivana rero nicadutwaye twese ntitugenda dufise intumbero imwe
Mukirundi " Ego " yabahindutse "Egooo " 😂
Mbe indero uvuga niyahe kuko indero nimuhira kan on parle d'éducation ça reste tjour complexe kubera urashobora gutunga ukaba atandero ufise vuga gusa imibereho niyo iri compliquer kwiruka gusa j ndahabay o moins 12ans
Utubwiye amambo mezaa
Adresse nayo ni centre, famille canke aho ukose
Ntawe vyanse kiretse babantu bamenyereye gukoregwa bicaye.
Juste duhe numéro yawe ya phone irakenewe.
Nguyo umuntu avuze ukuri kandi aciye ubwenge. Natangajwe numu type araho aheruka kuja kuri camera ngwavuye iburayi ngo yaciye serbie akaza kubesha ibintu bitagira umutw namaguru 😂urya muhungu bamujane kumu psychologue vmt narumiw ukuntu yitoye araza kuri camera aje kubesha
@Cynthiakcy
Жыл бұрын
Ndamuzi yaragiyeyo ntiyabesh vrmnt
@uwimana8584
Жыл бұрын
@@Cynthiakcy kujayo yaragiyeyo ivyo yavuze nivyo yabeshe
Yarakwiye kutwibutsa akaririmbo kiwe nakunze ariko ntibuka titre.Amwe mu majambo akaguze:”Mbega yemwe tugende buhebe twibagire igihugu catuvyaye?.......”
Ikintu cohanze gikonej kuvugwa nabi kd nagishaka nn komukomej kuncintege bigend gt k nabuz job burundi
@kalyka4107
Жыл бұрын
Jewe maze imyaka myinshi hanze . Ikintu nabonye kigora abarundi nuko experience yumuntu umwe tuyigira iyabarundi bose. Hari abantu nabonye kuba hanze vyabohoye bashika kuri vyinshi hari nabandi bashitse bata umutwe kubera basanze bitameze nkuko babibona muri television. Kwisi nta paradis ihaba
Je suis ton fan pacifique
Ikindi kiganiro gifite titr irimwo ijambo diaspora,,tuzoca dusezerana mumahoro meza niyi chaine☝️☝️Niko hapa Bukavu zangu diaspora mutuache ,,mtukomeeee sana,👊
@nduwubumwekelvin9152
Жыл бұрын
hahaha wewe mumuriro uri mur chambre a coté
Permis de travail ntisaba kuba ufise carte de séjour. Usavye ubuhungira bakaguha centre d'accueil baca baguha carte orange hama umaz 4 mois baraguha permis de travail. Benshi barakora kandi ata mpapuro bararonka
@D.A.R.l.O257
Жыл бұрын
Uvuze neza mutam
@hamenyimanabenoit6950
Жыл бұрын
Ukoze ata documents uraronka, bisigura ko se travail au noir. Bagaca baguha intima ntikize
@stevenihezagire2430
Жыл бұрын
@@hamenyimanabenoit6950 suko navuz uba utararonka résidence muga baraguha izindi documents uba urakoresha na permis de travail urayironka ugashobora gukora kandi uhembwa nk'abandi bos bafis residence. Travail au noir nayo ntiyemew n'amategeko uwuyikora wes afashwe arahanwa hamw nuwariko aramukoresha. Travail au noir uyikoz usanga uriko urahomba kuko uhembwa nka moitié yayo wari guhembwa kandi har ivyo uhomba mugih ukoz utariha ama taxes
Haraho wabeshe uwudataha iba arikibazo cib 'ipapuro naho ngo yabuze amahera urabeshe cpas babaha 1250€ wumva ari make rekasha kubabesha kani itike baryishura buhohobhoro none wumva batosubirayo gute aca bwana
@manudiofficial
Жыл бұрын
Ntabeshe hari abashika bakiyononera ubuzima bikarangira vyanse ko bataha kuramutsa ababo amafaranga bakayabura bivanye nivyo bayashoramwo 😂😂
@nduwubumwekelvin9152
Жыл бұрын
mbega abavuye kayanza ntibaz bagakwama buja bikanka ko baduga aband bakubaka am etage ubuzima umwe wese agira destiny yiw
Pacifique nzitonda wubahwe kumajambo yawe yubwenge
Juste mpa contact zaw stp
@Emma-zi9mw
Жыл бұрын
The yyggbbvbbbbbbbbbbhhhhj kuk
Kubera iki misiyose muhacritica knd mukorerayo kbriki pacy ataguma ahamugihugu? Mwe mwishuzemwo ko arimwe mwenyene muba mugiy kurondera mugataha nabandi baragaruka!!!! Justin gael rro araryoherwa nokumva uwuhavuga nabi gabasha tuzoguma twirabira abariko bubaka amazina meza kwatari aba diaspora!!
@lostboy2608
Жыл бұрын
Gael, Pacy niwe muntu avugishije ukuri kubuzima bwohanze. Abandi ngo bamenye Europe après 7 mois bavuga ivyo batazi. Umwe wese nukumenya kwanza icatumye ajayo. Ugiye ujanywe nokuyora amahera mwibarabara uhamaze 7mois gusa ntibibaho
@Fk-fm1rn
Жыл бұрын
Uramubesheye ntiyahavuz nabi ahubw nibaz utamaz ikiganiro kuk yavuze ivyiza baturusha nivyo natw tubarusha
Hari ikintu abantu beshi batazi, ntakintu kibi nko kuba hanze uri umu sans papiers!!! sha ntaho uba utaniye numucakara, bagukoresha uko bumva bashaka nkimashini!! nta burenganzira ugira bwo kwivuza nta burenganzira ugira bwo kubitsa muri banke nibindi nibindi!!
@hangiroetincelle8167
3 ай бұрын
Ubwo bujuju babukuye hehe? Mu bihugu vy'abazungu: uko woba kwose,uraruta umuntu aba muri Africa .
@hangiroetincelle8167
3 ай бұрын
Oya nta Bujumbura ari nziza pu,umwanda urarenze
Wase usa ukunda kuba mubirigi nta bwenge ufisr
❤️❤️❤️