Nabaye umwe mu batanguje Kwaya Mapigano Ulyankulu//Ps Yustus avuze vyinshi murugendo gwubuzima bwiwe

Abarundi benshi bagiye bahungira mu bihugu bitandukanye kw'isi kubera intambara zagiye ziba mu gihugu cacu c'Uburundi. Pasteur Yustus Bangirinama nawe yabaye impunzi muri 1972 mu gihugu ca Tanzania mu nkambi ya Ulyankulu. Aho niho yabaye imyaka irenga 35 imbere yo kuronka ubuhungiro mu gihugu ca Australia. Ikambi ya Ulyankuru yaramenyekanye cane kubera amakwaya abiri yamamaye cane muri East Africa mu myaka ya 1990, imwe muri zo ni Kwaya Mapigano. Ps Yustus yabaye umwe mu baririmvye muri iyo kwaya igihe kirekire, vyinshi vyiza bashitseko nawe yabigizemwo uruhara. Kwumvira, gusenga, guca bugufi no gushira hamwe nivyo vyatumye bagera kuri vyinshi. Abaririmvyi ba kino gihe barakwiye kwitaho message ziri mu ndirimbo zabo, ntibashire imbere umuziki gusa. Kurikira kino kiganiro wumve vyinshi ku buzima bwiwe. Nimba wipfuza gushigikira Kwaya Mapigano, wovugana na Mwenyekiti Eliphaz Habona kuri +255 683621607.
Kora subscribe, utange n'ivyiyumviro (Comment), ntiwibagire gusangiza abandi ino video.

Пікірлер: 73

  • @IngabeMwambutsaMulokole
    @IngabeMwambutsaMulokoleАй бұрын

    Iyi choir yari n'amavuta ya Mpwemu yera kabisa.Ndanezerewe n'ukwumva umwe mubayitanguje.Ukomere mukozi w'Imana.

  • @solangesoso3100
    @solangesoso3100Ай бұрын

    Nimefurahi kuona ata mmoja wao Asante sana ndugu mungu, Mungu akuzidishie ili uweze kutuletea na wengine.

  • @osmundmtavangu
    @osmundmtavanguАй бұрын

    Daah wamezeeka Sasa Mungu awazidishie uhai what a remarkable legacy!!

  • @JamesMoshi-xz8zk
    @JamesMoshi-xz8zk4 ай бұрын

    Angeongea kishwaili mtumishi

  • @user-og5xq1is1i
    @user-og5xq1is1iАй бұрын

    Imana ibahezagire

  • @alphayomogunde7828
    @alphayomogunde78287 ай бұрын

    Waaah awa ndio waalimu wa nyimbo za kinjiri! Amen 🙏🙏🙏.

  • @modesteessau8032
    @modesteessau80322 жыл бұрын

    Murakoze cane kukukiganiro mwadushikirije, indirimbo za mapigano nabugingo nubu ziracari mwamavuta, imana ihezagire abakoze ivyo bikorwa izibarage ijuru nukuri!!!

  • @PiaNist-hr7rv
    @PiaNist-hr7rv9 ай бұрын

    Mapigana ulyankulu Imana yarabakoresheje cyane kandi indirimbo zanyu zahembuye imitima yabenshi.

  • @kibonge424
    @kibonge4242 ай бұрын

    Ndanezerewe cyane Mapigano choir mpora mbasabira umugisha ku Mana mwarakoze cyane rwose ndabakunda mwanyigishije byinshi❤

  • @nshimirimanalydia9103
    @nshimirimanalydia91032 жыл бұрын

    Hallelujah indirimbo zabo zarimwo amavuta nuyumusi turasumviriza tugahezagirwa cane nimba vyokunda mwotwongera izindi ndirimbo kuko ziratwuzaza

  • @mandelajohn7569
    @mandelajohn75696 ай бұрын

    Mwagizeneza kutuzanira umwe mubakozi dukunda cane ibikogwa yabakoresheje nizere ko Imana izobibahembera Amen!

  • @maishacenter-eastafricatv3976
    @maishacenter-eastafricatv39762 жыл бұрын

    Imana Ishimwe ko nsubiye kumubonesha amaso yanje, nari nkiri umwana muto none ndashaje, Mwami Imana Hezagira uwo Mutama

  • @bangirgimanayustas5206

    @bangirgimanayustas5206

    Жыл бұрын

    Amen!

  • @eunnickkakudji6955
    @eunnickkakudji695511 күн бұрын

    Nostalgie

  • @olivierniyocubahiro4986
    @olivierniyocubahiro49862 ай бұрын

    Yoooooooooooooh Mana yanje! Aba bantu nari nagumye mbaza iyo barengereye ndabura. Gusa ikimbabaje nuko iyo choir yasenyutse kuko ntitucumva indirimbo zabo. Nubu turacazivuza kenshi. HANYUMA MUBATASHE CANE!

  • @mugabeherman8285
    @mugabeherman82852 жыл бұрын

    Icompa ngo mpure numwe mubayiririmbye basi ntange lshikanwa yoko jyendazikunda lm

  • @priscillemukeshimana2052
    @priscillemukeshimana20522 жыл бұрын

    Yooooooooooo iyi choir ndayikunda cyaneeeee

  • @sengomajack1680
    @sengomajack16802 жыл бұрын

    UYUMUZEHE NDIFUZA KUZAHURA Nawe Kuko Indirimbo za Bo Zirahambaye

  • @danielmagulu873
    @danielmagulu8732 ай бұрын

    Duuh balikiwa mtumishi nakumbuka tulikutana dodoma 1992 nikawakaribisha nyumbani kizota wapiulipo?

  • @syldiendayisenga1513
    @syldiendayisenga15136 ай бұрын

    Nanje ndabakunda cane...Imana izobampere iherezo ryiza.. Kandi mutegure ikiganiro no kubaririmvye katika viumbe vyote nabo turabakunda cane

  • @msc.ing.ericmpayimana9142
    @msc.ing.ericmpayimana91425 ай бұрын

    Aba bantu ni umugisha kuri twebwe. Sinarinziko bakiriho kweli! Imana ibahezagire caaaane baraduhimbara birenze

  • @charlottesindayigaya2030
    @charlottesindayigaya20302 жыл бұрын

    Mungu awabariki Sana watumishi wa Mungu. Nimefurahi saaåaaana kumuona kaka yangu, Pastor Yusto Bangirimana. I watch from Norway.

  • @celestinogasake2384
    @celestinogasake23842 жыл бұрын

    Ubarikiwe mtu wa Mungu ( Mzee wetu Pastor J)

  • @christophermlimbila9013
    @christophermlimbila90132 ай бұрын

    Mngweweka subtitles za Kiswahili au kingereza ingesaidia sana.Maana watu walikua wanaipenda sana hii Kwaya.

  • @maishacenter-eastafricatv3976
    @maishacenter-eastafricatv39762 жыл бұрын

    Niho nkimenya ko bari abarundi

  • @RUKWAVU
    @RUKWAVU9 ай бұрын

    Thank you very much much,for sure you will leave the legacy for future generations.

  • @msc.ing.ericmpayimana9142
    @msc.ing.ericmpayimana91425 ай бұрын

    Karibu mu Burundi twonezererwa kubabona imbonankubone

  • @user-kk1fe6nh5u
    @user-kk1fe6nh5u6 ай бұрын

    Indirimbo za kwaya Ulyankulu ziraduhimbara

  • @elihudndayiragije6587
    @elihudndayiragije65872 жыл бұрын

    Ndabaramukije, ndi mu Burundi i Bujumbura, ndashimye cane kuri ico kiganiro mwakoze na pasteur, ndashimye cane kukuntu mutuyagiye ukuntu kwaya Mapigano yatanguye, ndayikunda cane, ndakunda indirimbo zabo zose, ziranezera, ziranfasha kandi zirampezagira naho ziri mu giswahiri, Imana ihezagire cane kwaya Mapigano, indirimbo zabo zirimwo amavuta, ntizizokwigera zihera akanovemera kugeza isi ivuyeho, murakoze, Imana ibahezagire, muzoturonderere urya yatera akoreshejeje ijwi ryabakobwa, nimba akiriho, mumukoreshe ikiganiro, nawe atuyagire, Imana ihezagire cane imirimo yanyu

  • @ezekielronoh4282

    @ezekielronoh4282

    Жыл бұрын

    Have been looking for his no.I got it from this interview

  • @nsengiyumvadieudonne5560
    @nsengiyumvadieudonne55602 жыл бұрын

    Imana ibahezagire ingene yabakoresheje n ubu ibandanye ibakoresha

  • @ndugujuvenal4040
    @ndugujuvenal40406 ай бұрын

    Muzadushakire nabo muri Barabala 13.Asanteni sana.

  • @jeanbigirimana9365
    @jeanbigirimana93659 ай бұрын

    Ubarikiwe sana mtumishi wa Mungu

  • @niyonzimaodette9551
    @niyonzimaodette9551 Жыл бұрын

    Ndabarakije cane n'abanyamerika namwe muri Marawi munkambi ruwani

  • @burundiburundi8168
    @burundiburundi81683 ай бұрын

    Ikibazo canje. Mapigano uliyankuru choir na uliankuru choir balabala 13 ni choir zibiri zitandukanye? Plz turashaka kubon abagiz zirya choir zose kuko turabakunda

  • @mugabeherman8285
    @mugabeherman82852 жыл бұрын

    Asante kwayahi irikuwa yakiroho kabisa Najakiroho

  • @eunnickkakudji6955
    @eunnickkakudji695511 күн бұрын

    Nachozi imenitoka

  • @eslonnduwayo1408
    @eslonnduwayo14087 ай бұрын

    May all Heavenly blessings splash on you dear brethren. Munanibariki sana gushika naho numva amasozi y'umunezero. Mungu awabariki ninyi nyote

  • @thestoryroomtv2432

    @thestoryroomtv2432

    7 ай бұрын

    Ubarikiwe pia na wewe Nduwayo

  • @user-vt2gq1oo2h
    @user-vt2gq1oo2h7 ай бұрын

    Turabakunda cane

  • @lizzykay1321
    @lizzykay13213 жыл бұрын

    Amen

  • @ramsey2193
    @ramsey21939 ай бұрын

    Ilove this it really touched my heart 💓💓

  • @FatumaNtirampeba-pk3yq

    @FatumaNtirampeba-pk3yq

    4 ай бұрын

    Yesiyesi

  • @user-vt2gq1oo2h
    @user-vt2gq1oo2h7 ай бұрын

    Indirimbo zadukujije

  • @davidgumyumutima9258
    @davidgumyumutima9258 Жыл бұрын

    Ndanezererew cane iyi choral

  • @maishacenter-eastafricatv3976
    @maishacenter-eastafricatv39762 жыл бұрын

    Mutubarize none abandi barihe? Baracabonana?

  • @happinesstesha7061
    @happinesstesha706118 күн бұрын

    Lugha gani iyo jaman why muongee kiluga ahhh

  • @nkurukiyesamuel4043
    @nkurukiyesamuel40437 ай бұрын

    Mugize neza

  • @mwananyamalaz4427
    @mwananyamalaz44272 жыл бұрын

    Amen 🙏

  • @aminaofficial2022
    @aminaofficial20223 жыл бұрын

    Cari ikiganiro ciza muhezagigwe cane

  • @eunnickkakudji6955
    @eunnickkakudji695511 күн бұрын

    J'ai de L'arme aux yeux

  • @bebestaccesnduwimana2530
    @bebestaccesnduwimana25302 жыл бұрын

    Ndahimbawe caane gose izi ndirimbo ndazikunda kugeza nubu Imana ishimwe ko numva nivyo baririmba ndabaza bwabundi barabarundi koko !?? Birampimbaye uzonkorere ikiganiro kuri chorale semerera

  • @esaierwumbuguza4946
    @esaierwumbuguza49462 жыл бұрын

    MURAKOZE gose

  • @cpabarongo.
    @cpabarongo. Жыл бұрын

    Sauti Nzuri Sana. Nakumbuka miaka 1990 nikiwa mtoto, nyimbo hizi zilitanda kila anga. Bado wapo hawa wanakwaya?

  • @mugabeherman8285
    @mugabeherman8285 Жыл бұрын

    Muzo munereke murabegusa

  • @mugabeherman8285

    @mugabeherman8285

    Жыл бұрын

    Ndamuhe ituro Yuko yakoze

  • @edinamkubwa2629
    @edinamkubwa2629 Жыл бұрын

    Hizi ndio nyimbo za injili sasa vijana wanapaswa kufahamu sio kuimba imba tu!!

  • @alphayomogunde7828
    @alphayomogunde78287 ай бұрын

    Niko Nawafuatia kutoka Nairobi Kenya,Ulyankuru Barabara 13 ndio mizingi ya' wimbaji katika African mashariki.

  • @thestoryroomtv2432

    @thestoryroomtv2432

    7 ай бұрын

    Asante sana rafiki. Ni kweli Kwaya mbili za Ulyankulu zilifanya vizuri sana

  • @epimacntimpeba7175
    @epimacntimpeba71752 жыл бұрын

    Ndahimbawe cane kubona uyo mukozi w'Imana yaririmvye muri Ulyankulu choir. Journalist, uwundi musi uzomundamukirize cane. Jewe nakuriye mu Burundi n'ubu ndi mu Burundi mugabo ndakubwireko izo ndirimbo zabo nakuze ndazumva Kandi n'unomusi ndazumviriza. Abo baririmvyi bari bakomeye cane ndetse n'ubu amajwi yabo aracari ayambere. Rose Muhando twaramwakiriye mu church iwacu Ibujumbura urazi uko yatubwiye, yavuze ko nawe nyene yamenye kuririmba yigiye kurabo. Rero Uhoraho abahezagire Kandi iyo biba bikunda boje kuramutsa Abarundi benewabo mu Burundi.

  • @davidgumyumutima9258

    @davidgumyumutima9258

    Жыл бұрын

    Uravuze ikintu ciza bari bakwiye kuza kuturamutsa!!

  • @chegenj

    @chegenj

    Жыл бұрын

    Ndashimiye ubwambere uwo mumenyeshamakuru kukigoro yagize yo kutuzanire paster.none eliphaz habona ,sorry aracahari?Niba ahari muzomutuzanire kabisa atuyagire nawe

  • @ndatabayejeanpaul5560
    @ndatabayejeanpaul55602 жыл бұрын

    Shalom njyewe ndifuza contact za pst mwibariize byinshi kundirimbo baririmbye

  • @davidgumyumutima9258
    @davidgumyumutima9258 Жыл бұрын

    Hama twizere ko choral yaramuye, rero nosaba kwizi ndirimbo bozozisubiramwo mukirundi nk'abarundi twonezerwa cane

  • @gilntihe4445
    @gilntihe4445 Жыл бұрын

    Noronka telephone yawe vyompimbara

  • @StanyNdisabiye-pw4tl
    @StanyNdisabiye-pw4tl7 ай бұрын

    None mutama ntanimwe mwaririnvye mwaririnvye mukirundi

  • @mugabeherman8285
    @mugabeherman82852 жыл бұрын

    Sasa muzehe una ishi malalagani namba namba sim

  • @bangirgimanayustas5206

    @bangirgimanayustas5206

    2 жыл бұрын

    Sasa hivi naishi nchini Australia

  • @bangirgimanayustas5206

    @bangirgimanayustas5206

    Жыл бұрын

    Australia

  • @mabalalungwecha5340

    @mabalalungwecha5340

    9 ай бұрын

    Translation ni muhimu sana hawa wazee walifanya kazi nzuri sana hongera zao

  • @eunnickkakudji6955

    @eunnickkakudji6955

    11 күн бұрын

    Juzi nilikuwa nikiimba nyimbo hizi ila mke wangu akanihuliza kwa nini kila mara ukiwa naimba hizo nyimbo unakuwa kama n'a uzuni, jibu langu ilikuwa hizo nyimbo zili nikuza. Nashukuru leo kuona kati ya wao yupo huayi

  • @gilntihe4445
    @gilntihe4445 Жыл бұрын

    None uri hehe ubu ko nifuza kuyaga nawe?

  • @gatoresebineza7516
    @gatoresebineza75162 ай бұрын

    Muraho neza uwagira phone number zumwe muraba baririmbyi yazimpa please

Келесі