MBEGA INTAHE WEE//IMANA YAGIRIYE OPERATION UMWANA WANJE MUNDA HAVAYO IMBEBA IGENDAGENDA TURAYICA
Ushaka kuraba izindi video kuri UMUCO WERA TV
Fyonda hano / @umucoweratv2021
Kurikira INTAHE hamwe n' UBUTUMWA BWIZA umusi kumusi kuri chaine UMUCO WERA TV
Ukaba wipfuza guterera iciyumviro canke ikindi cose cotezimbere chaine yacu Woturondera kuri 79 969 452(ikoreshwa no kuri whatsapp)
#Celestin_79969452 #UMUCO_WERA_TV
Пікірлер: 25
Ahiiii Yesu we Yesuu we narakubonye uratabara
Mana uteye ubwoba😢😢😢😢❤❤❤❤ iyintahe burya nikimwe niryayindi yuwahawe igitereko gishasha nukuri birasa Mana ndafashijwe pe Umuco wera tv muhabwe umugisha kandi mukomere kumurimo
@UMUCOWERATV2021
Ай бұрын
Amen merci beaucoup
Iman yacu ninyabushobozi nihabwe icubahiro ibihe vyose
@UMUCOWERATV2021
Ай бұрын
Amiina
IMANA Igira neeeezaaa Iteka ryose,
@UMUCOWERATV2021
Ай бұрын
Amen
Amen
@UMUCOWERATV2021
Ай бұрын
Amen
Mbega Umuremyi wacu😢😢
Umuco wera TV turqbashimiye cane
Imana yacu Data wa twese twizeye irakomeye.Ikora imirimo ikagaragara.Ntabwo ari ikigirwamana.Imana izoguhe kuja mubirori vyo mw'ijuru.
@UMUCOWERATV2021
Ай бұрын
Amen. Girumugisha
Turigufashwa çane
Amen mama wagwanye Intambar ikomeye😢
@UMUCOWERATV2021
Ай бұрын
Ego cane
Imana nishimwe yariyerekanye
@UMUCOWERATV2021
Ай бұрын
Amen
Tubifurije kuzoja mw'ijuru
@UMUCOWERATV2021
Ай бұрын
Ameen
HALLELUA HALLELUA HALLELUA HALLELUA HALLELUA HALLELUA HALLELUA HALLELUA HALLELUA HALLELUA HALLELUAAAAAA URAKOZE GOOOSEEE YESU CHRISTO GUKIZA UYO MWANA 👏👏👏👏👏👏👏👏👏👏👏👏👏👏📢📢📢📢📢📢📢📢📢📢📢📢📢📢📢📢📢📢
@UMUCOWERATV2021
Ай бұрын
Ameeen
Imana nishimwe yariyerekanye
@UMUCOWERATV2021
Ай бұрын
Ameen