INTAHE YA ODETTE//IMANA YANTUMYE KUMWUNGERE NGIFISE IMYAKA 13 ARANYAKIRA//NOVUGA IVYIWE SINOHEZA

Ushaka kuraba izindi video kuri UMUCO WERA TV
Fyonda hano / @umucoweratv2021
Kurikira INTAHE hamwe n' UBUTUMWA BWIZA umusi kumusi kuri chaine UMUCO WERA TV
Ukaba wipfuza guterera iciyumviro canke ikindi cose cotezimbere chaine yacu Woturondera kuri 79 969 452(ikoreshwa no kuri whatsapp)
#Celestin_79969452 #UMUCO_WERA_TV

Пікірлер: 6

  • @user-ce2qd9jb3y
    @user-ce2qd9jb3y16 күн бұрын

    Umusi yurira indege twararanye kukarago, Imana imbwiye ngo genda umusezere ngira ndamutware mugihugu cakure ntuzosubira kumubona vuba,,nagira agiye kuba Canada😢

  • @UMUCOWERATV2021

    @UMUCOWERATV2021

    15 күн бұрын

    Imana ishimwe

  • @chrisskelos7164

    @chrisskelos7164

    15 күн бұрын

    Waragiriwe Ubuntu,ntakintu Imana ikora itibiye akabanga abantu bayo

  • @josueniyonsaba-kd9nj

    @josueniyonsaba-kd9nj

    13 күн бұрын

    Murakoze cane ku ntahe nziza!!

  • @user-ce2qd9jb3y
    @user-ce2qd9jb3y16 күн бұрын

    Yoooo Yesu aguhezagire caaaane Odetta wanje, mutama wacu yiruhukire nfise vyinshi cane kuriwe, Imana iduhe uwundi ameze nkawe

  • @UMUCOWERATV2021

    @UMUCOWERATV2021

    15 күн бұрын

    Dusangize

Келесі