Intahe y'Umurundi yaba muri AMERIKA yatashe kuba mu BURUNDI burundu//Amagorwa naboneyeho//Ikibabaje

Ойын-сауық

Intahe y'Umurundi yaba muri AMERIKA yatashe kuba mu BURUNDI burundu//Amagorwa naboneyeho//Ikibabaje
‪@NtareRushatsiHouseTV‬

Пікірлер: 187

  • @pauljeanniyonzima3429
    @pauljeanniyonzima3429Ай бұрын

    I'm very inspired by this African spirit and determination,very good.

  • @bujaontime
    @bujaontimeАй бұрын

    ivyo abivuga kubera yamaz kuronka inoti akubaka cnk agategura ibizoza biramwinjiriza,uwomwaka irya US Passport hama akaca amwaka nizo nzu ,akamuha akazi ngaha Burundi akozohembwa wanashima 500mil kukwezi apana izo 200mil ndazi yoca akina Green card

  • @benicharlesnzeyimana1482

    @benicharlesnzeyimana1482

    Ай бұрын

    You guyz muragoye. Abariyo bababwira ko hameze nabi murabatuka ngo kuki batagaruka. Ariko abagarutse nabo bakahavuga nabi murabatuka ngo nuko bahaze baronse ivyo bakora! 😂

  • @FurahaMeckson

    @FurahaMeckson

    Ай бұрын

    Mbese uwomwaka ivyo yarondeye niwe yoba yabimurondereye? Kuki abarundi dupfanye ishari? Erega kuba vyarakunze akaja hanze akaronka opportunity nkiyo wibukeko abavyeyi biwe bahunze since 1972 n’amatongo yabo yatwawe nabarundi binda ndende! None uyu Imana yaramurinze hamwe nvyo yaciyemwo vyose, arihangana hama yemera gukora ikintu mugihugu cacu. Hakumushimira ko yaje kandi munamwakire, muri kumusyoza ngo nuko afise ivyo afise? Ubuzima bwino murabubwigwa gusa ntimurabubona. Ico muzi kandi mukunda ni mugihe mutoye terefone mugahamagara uwuri hanze ngo ndashonje, nawe akibagira amagorwa acamwo kugirango aronke ikimubeshaho akaguha amahera gusa basi nico mwipfuza. Nibenshi baje bananiwe nubuzima kandi igihe bari hiyo bavuga nkawe. Twige gufatana munda nubwo umuntu yoba akurusha ubuzima ntikibe impamvu yokumutuka. Sorry I had to say it!

  • @user-zd9ck8km5i

    @user-zd9ck8km5i

    Ай бұрын

    Usanga yararonse na nationalité isaha n'isaha yosubirayo

  • @patricknkurunziza7284
    @patricknkurunziza7284Ай бұрын

    Merci bro,courage

  • @chretienmugisha6527
    @chretienmugisha6527Ай бұрын

    Cool sana 👊👊 The second one

  • @JeanboscoNzoyihaya
    @JeanboscoNzoyihayaАй бұрын

    Number one

  • @decomagic2849
    @decomagic2849Ай бұрын

    thank you Mr Ildephonse. strong mind

  • @fredericbutunungu3990
    @fredericbutunungu3990Ай бұрын

    Nice one brother!

  • @AristideIradukunda-db8be
    @AristideIradukunda-db8beАй бұрын

    Respect 🙌

  • @innocenttuyishemeze9874
    @innocenttuyishemeze9874Ай бұрын

    The only easy day was yesterday! Bro I liked it ! is a powerful reminder that success requires hard work, dedication, and a willingness to step outside of one's comfort zone.

  • @OlivierHabimana-fv5sh
    @OlivierHabimana-fv5shАй бұрын

    Iki kiganiro ni cyiza,njye numvishe ubuzima bwe numva intumbero ihari kandi art nziza cyane,uyu muhungu azatera imbere,mukomeze gahunda y ubukangurambaga

  • @saiddimarley8445
    @saiddimarley8445Ай бұрын

    Big up to you.Urumuntu wumugabo ufise mind.Nivyo wavuze ukuru nkatwe twaharungurutse mubihugu vyohanze ni danger.Arik uwuri muri Africa were umengo ningwara bagwaye bose bipfuza kujayo

  • @user-yd3ri4ry1u
    @user-yd3ri4ry1uАй бұрын

    Good my Friends 🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @JeanVyisi-sn2wh
    @JeanVyisi-sn2whАй бұрын

    He's right he is being very honest

  • @williamdetto3354
    @williamdetto3354Ай бұрын

    Mutubazirize ko yasubije US passport , if not ntiyahungutse vyukuri yagiye kuruhuka for while.

  • @beckercircle9741

    @beckercircle9741

    Ай бұрын

    Haaa

  • @beckercircle9741

    @beckercircle9741

    Ай бұрын

    Ntayo yigeze atunga mu buzima bwe! Niba mbeshe azoyereke abo bamenyeshamakuru n’atagabanya kubesha tugashavura ivye turabishira hanze turacamubikiye akabanga.

  • @fabricesimbare5549
    @fabricesimbare5549Ай бұрын

    Wabitoy yanyoy cocaïne nyishi

  • @christainc.5217
    @christainc.5217Ай бұрын

    Wakayanza❤❤wac

  • @NOELLABIZOZA
    @NOELLABIZOZAАй бұрын

    Twe turimuhanga turamutahura😢nyumbani ni nyumbani❤

  • @user-gp2ue3hj8z
    @user-gp2ue3hj8zАй бұрын

    🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇿🇦home sweet Home nyumbani kwanz

  • @vincentnyandwi6144
    @vincentnyandwi6144Ай бұрын

    Sha urumuntu.wumugabo umunyambwenge asuma.atwara imuhira nawe wasumye utwara muhira

  • @BimenyimanaChadrack-ml7bl
    @BimenyimanaChadrack-ml7blАй бұрын

    Amahanga arahanda muragabe

  • @jeanmariebakundimana5471
    @jeanmariebakundimana5471Ай бұрын

    courage courage kabisa, iyo ngingo wafashe yo gutaha gukorera mugihugu nivyagaciro

  • @ndakenuyemotivation5235
    @ndakenuyemotivation5235Ай бұрын

    Nibareke kuduc intege 10ans ni myinsh yo gutegura projet uzokorera iburund kiki atavuyeyo amazeyo 1ans

  • @ICGLRGERARD

    @ICGLRGERARD

    Ай бұрын

    Ni vyiza kubituwira mu kuri. Hanyuma uwuzojayo akagenda abizi.

  • @AMABMT
    @AMABMTАй бұрын

    Ndagushimiye urumuntu w'umugabo

  • @user-jq9tk7pl9v
    @user-jq9tk7pl9vАй бұрын

    Ahomusaza warenzwe😮😮😮

  • @dieudonneitangakubuntu8638
    @dieudonneitangakubuntu8638Ай бұрын

    My brooo j amahanga ndayazi komera mutam nuko nuko j ndazikobitorosheee

  • @Claire-rq9cg
    @Claire-rq9cgАй бұрын

    Finally umurundi abwiza ukuru. Without sugarcoating people.

  • @rahaytv26
    @rahaytv26Ай бұрын

    ❤❤❤❤

  • @cladyclady7215
    @cladyclady7215Ай бұрын

    Gaël, Reka kuba utuzanira izo nywarumogi . None ba ba diaspora bagura ya mazu yo kwa Fabrice muri COME and SEE BURUNDI bakura hehe amahera ko mbona wama wagiye kubatera ama Camera aho baziguze !!!!

  • @ericjohnson315
    @ericjohnson315Ай бұрын

    200 000 BIF = 2000 USD . Turatahura ico washable kuvuga. Ariko iyo comparaison siyo

  • @zubeaslay6566

    @zubeaslay6566

    Ай бұрын

    Uwo mu type bimw yatubeshe

  • @benicharlesnzeyimana1482
    @benicharlesnzeyimana1482Ай бұрын

    I like this mindset. Iyaba bose biyumvira nkawe. Kujayo si bibi ariko to invest mu gihugu cawe wasize no kukigarukamwo no matter what ikaba objectif. Nabo kugira ngo bagere aho bageze unu ntivyizanye. Many are living a routine life ugasanga bakora ivyo umuzungu adashobora gukora ck agaya hama umwirabura akabijamwo atari muri cadre yo kwiteza imbere ariko bikamubera comfort zone akabipfiramwo.

  • @user-kk9rf2rc8v
    @user-kk9rf2rc8vАй бұрын

    Iyo ninkuru yagahimbo nabeshe abatarabona hanze.

  • @audiphaxsammynduwayezu5594
    @audiphaxsammynduwayezu5594Ай бұрын

    Ndamushigikiye cane kurico kintu ca saving environnement reta irakwiye kugihagurukira cane nayahandiho tuzosanfa turiko twisamburirako nk'impene kbx.

  • @NibasumbaElvis
    @NibasumbaElvisАй бұрын

    Arahinvye uyo

  • @edryuwera-hk7xt
    @edryuwera-hk7xtАй бұрын

    Ko asa na Happy Famba

  • @zubeaslay6566
    @zubeaslay6566Ай бұрын

    Uyo mu type ivyo yavuz vyinsh nivyo kbs,ariko ntabwo yasobanuy neza biba bivana n’ama States utuyemwo ikindi naco kuba muri 🇺🇸 n’ubwenge utazi gusevinga uraba nyene ubuzima bubi,ariko mur America ubuzima burahari knd n’amafaranga ariho kndi menshi

  • @kevinbrown1900

    @kevinbrown1900

    Ай бұрын

    Nanje nico ngira mvuge. In all states life ain’t the same and the laws ain’t the same as well.

  • @stansiyomana1239

    @stansiyomana1239

    Ай бұрын

    @zube. Nanje mbaye muri America. Mubuzima harimwo competition, umwe wese hari ivyo azoshikako, n'ibindi atazoshobora. Uyu Ildephonse yaje muri Amerika afise imyaka 17 atajambo narimwe ry'icongereza azi, ntivyari kumworohera kubiraba integration muri societe americaine. Umuntu kumvo iyi canke iriya ahisemwo kuja kubaka igihugu cabasekuruza nivyiza, mugabo umuntu wese afata ingingo y'aho ashaka kuba WENYENE ATAGAHATO.

  • @zubeaslay6566

    @zubeaslay6566

    Ай бұрын

    @@stansiyomana1239 ahubwo uwo yahagez akiri muto nivyo vyari sawa,jw nashitseyo ata n’icyongereza nzi ubu mfiseyo imyaka igera kur 2 gsa,ariko udufaranga maze gusevinga turamaze ndadushima uravy n’umwanya ndahamaze,So jw kubwanje uwo mu type afis izindi mpamvu zamugarukanye naho kugaruka mu gihugu cacu atari bibi ahubwo ar’iteka.But in USA life is very good iyo uzi kurondera ico ushaka gushikako.

  • @zubeaslay6566

    @zubeaslay6566

    Ай бұрын

    @@kevinbrown1900 uwo muhungu vmt ivyo yavuz bimw bimw sinabishigikiy na gato

  • @stansiyomana1239

    @stansiyomana1239

    Ай бұрын

    @@zubeaslay6566 Nivyiza rero, uze utere imbere nk'umuzinga. Jewe icamfashije kubiraba icongereza, aho nize College Don Bosco iNgozi (1964-1971) baratwigisha akongereza nka 45 minutes mundwi, mugabo uretse textbooks nta library twari dufise yarimwo n'igitabo nakimwe c'icongereza. kandi nari muri section scientifique B, sinari muvy'indimi. Mpora mbwira abantu ko mubo twigana atawaja ngaho ngo agiye kwandika des poemes. Hanyuma aho nakora muri Geological Survey of Tanzania/Idara ya Madini-Dodoma, twandika reports mucongereza. (Nk'ahandi henshi muri Reta ya Tanzania bakoresha igiswahili). Napfuye gushika kuri campus ya university muri North Carolina mvuye kuri aeroport, nca nja kwiyandikisha/registration. Bukeye nariko ndiga, mugabo American accent ntiyari yoroshe kumva. Abandi banyafirika bava muri pays francophones babanza kumara amezi nk'atandatu biga icongereza, mugabo jewe sinarimpfise uwundihira iyo programme. Kwiga icongereza vyokorohera gusumba nk'abana baje bakiri bato hamwe batangurira muri primary school. N'ukuza muri America uzi au moins la langue francaise, vyosumba kuza uzi ikirundi canke igiswahili gusa. Kandi n'ukumenya ururimi rw'amahanga bivana ukungene warwize. Nko mukirusiya nzi ``academic Russian" gusa/en general, kuko ntabaye en dehors du campus universitaire kandi mukumba nasangira n'abandi banyeshure babiri nta television yari ihari ngo nige vyinshi kuri Russian culture. Mugabo nko kugiswahili nigiye kubanyakazi bakora muri projet, sinigeze nsoma igitabo ca grammar y'igiswahili. Mugabo narashoboye kumenya igiswahili hamwe bamwe batamenya ko ndi umunyamahanga. Ndibuka rimwe indongozi yambiye ngo ``Uze uturabira abo bazungu b'abanyamahanga ntibaze batwibe inzahabu yacu." N'ubu ndavyibuka nkatwenga nti iyo amenya ko nanje ndi umunyamahanga ntiyari kubimbwira.

  • @charlessadoc2203
    @charlessadoc2203Ай бұрын

    America iri kwisonga mwiterambere ariko si muri Paradise

  • @ChantalNdayizeye-ru4vq
    @ChantalNdayizeye-ru4vqАй бұрын

    Ntacoroshe hano kwisi😢

  • @ProtaisPhilipo
    @ProtaisPhilipoАй бұрын

    Iyo twese tuba dufise imbono nkiyo twokwogoroye

  • @moisecishahayo3408
    @moisecishahayo3408Ай бұрын

    Sha amahanga aragoye ariko bavuga ngo akagumye bagumako

  • @consolataansah4507
    @consolataansah4507Ай бұрын

    Ungreatful

  • @Berchiche14
    @Berchiche14Ай бұрын

    Ku munota wa 10:04 muri Tanzania wahabaye imyaka 13,apana 17.....17 wayibaye muri USA.

  • @FleuryRukundo-gw6bn
    @FleuryRukundo-gw6bnАй бұрын

    Abo baba bafise double nationalité ntuzobishinge. Umwanya wose vyanse ino baca bisubirirayo. Aho aryamanye passeport ya USA. Gusa ivyo yabonyeyo vyo nivyo.

  • @cocoirankunda1884

    @cocoirankunda1884

    Ай бұрын

    Arahaz fast food , ubu aje kuvuga ivyo ashatse kumukubito. Nareke show bizz sha

  • @easterbunnymomson130

    @easterbunnymomson130

    Ай бұрын

    Uyu afite umurengwe yibeshya abantu Ntamuntu wageze USA ngo yifuze kuzasubira muri Africa never.

  • @shortylo1515

    @shortylo1515

    Ай бұрын

    @@easterbunnymomson130urabesha wampenewe twebwe abarundi 1972 turimwo kwitahira 💪🏾💯

  • @ericjohnson315
    @ericjohnson315Ай бұрын

    Ivyuko yagize ingorane zomumutwe ko mutabivuze ? Sukumwagiriza ariko nibaza ko bikenewe kuko yaravyivugiye kuri Mashariki TV ko biri muvyatumye ataha. Courage ariko ! Hose ubuzima buriho.

  • @stansiyomana1239

    @stansiyomana1239

    Ай бұрын

    @eric. Effectivement, mugihe we nyene yoba yaravyivugiye ce serait un element tres important. Mugabo rero nogukora hanze mu bushuhe bwa ete no mumbeho yo muri hiver ni abantu bake bobishobora.

  • @TheWatcher-py3qm
    @TheWatcher-py3qmАй бұрын

    Ubuzima bwimahanga, burahangitse. Gombe muvyemere canke mureke. Ivyo avuga, vyinshi nukuri. Ivyokubika amakosa yabantu yewe kandi nibihano barabihejeje, vyo numuvumo wayamahanga. Irakoze mustaf.

  • @user-jq9tk7pl9v
    @user-jq9tk7pl9vАй бұрын

    Kuba watashe nukwo warose umutaheee

  • @ERIC-hz1vd
    @ERIC-hz1vdАй бұрын

    Mwararose none muriko mushuka abantu, iyumuntu yateyimbere ntiyumva ukuntu abandi bakenye , haraho umenga abakene bose nibinebwe

  • @itzfunguzvideoz7575
    @itzfunguzvideoz7575Ай бұрын

    Uyo mujama arahaze wllh ahubwo ariko aza kudutubirako imibe ngaha.yoshaka yotekrreza wllh

  • @irakozedonjuste7594

    @irakozedonjuste7594

    Ай бұрын

    Yibazako aba diaspora amazu barikwubaka tutayabona uyumuja😂😂

  • @LameckNgabo

    @LameckNgabo

    Ай бұрын

    Utaraja hanze uguma wibaza ngo hanze nimwijuru ariko muzotembera muzoyabona

  • @vincentnyandwi6144
    @vincentnyandwi6144Ай бұрын

    🎉🎉🎉🎉😂😂😂

  • @sengiyumvajeannete4641
    @sengiyumvajeannete4641Ай бұрын

    Vugukuri

  • @KP-fe6io
    @KP-fe6ioАй бұрын

    Nihatari

  • @Gege12342
    @Gege12342Ай бұрын

    Nureke kuba ushikuza sha, ndahamaze umwaka m nije mbona ivyiza vyaho kandi ndamaze kuza mu Burundi muri vacance kandi nuyumwaka nzozanana numuryango. So ngira America tubamwo ziratandukanye kabisa,sindagutahuye nagato!

  • @anesiendaz9890

    @anesiendaz9890

    Ай бұрын

    Nivyo kweli

  • @georgettenkengurutse1312
    @georgettenkengurutse1312Ай бұрын

    Ako nagahimbo kakurenze. Gsa reka kubabeshera bafata neza abantu

  • @user-zb9gs5qw7b
    @user-zb9gs5qw7bАй бұрын

    Ukuziganya (saving)ni co kibazo kigora umuntu ahari ho hose .Nta gihugu Kitabamwo abakene na hano baruzuye.Menya ukubaho kuri iyi si !

  • @anesiendaz9890

    @anesiendaz9890

    Ай бұрын

    Uvuze ukuri, bivana nuko umuntu yipanga

  • @ndayisaba5266
    @ndayisaba5266Ай бұрын

    Ndamutahura gael nanje vuba ngiye gutaha nzogusaba ikiganiro

  • @sengiyumvajeannete4641
    @sengiyumvajeannete4641Ай бұрын

    Uranguha pee reka kubahenda

  • @shortylo1515

    @shortylo1515

    Ай бұрын

    Ariko abahendamwo iki wakijujuwe

  • @sengiyumvajeannete4641
    @sengiyumvajeannete4641Ай бұрын

    Nawe uhungutse urinde

  • @user-xv1uh9uw5b
    @user-xv1uh9uw5bАй бұрын

    Ashobora kuba afise dossier criminel akaba atinya ko yohava yonjira agasho mu misi iza

  • @oseendayi5046
    @oseendayi5046Ай бұрын

    Everything he said is true the problem is that Burundian people will not believe him I know😂😂 but actually even me I’m tired 😴

  • @kevinbrown1900

    @kevinbrown1900

    Ай бұрын

    Bro it depends on what state you’re living in.

  • @karyuryujeanmichel

    @karyuryujeanmichel

    Ай бұрын

    That's true, abarundi barakeneye kwigishwa Patriotism,.....I love my country and proud to be a Burundian

  • @niyorukizaelias8142

    @niyorukizaelias8142

    Ай бұрын

    Amahanga aragumye gusumvya ariko iciza cayo ukorera amahera yagaciro nayo ibindi vyose nindyankurye icotunyegezana ni ijambo bita décision kandi uwutarikoresha biragoye gushika iyaja.

  • @TuyizereEloi
    @TuyizereEloi24 күн бұрын

    Noe k nunv bitoroshe unteyubwob kbs

  • @hunterevents9132
    @hunterevents9132Ай бұрын

    Uwo arimuri babandi barezwe nkamagi yinkoko .....ashaka ivyagusa nimburakimazi imoye.....

  • @JeniferUwera
    @JeniferUweraАй бұрын

    Warokoze kwitahira nanjye ndimunzira nza kabisa nihatari

  • @saiddimarley8445

    @saiddimarley8445

    Ай бұрын

    Karibu hose ntacoroshe hiyo urakora cane akayayuka wayakozeko muburundi naho ubushomeri burica umunt agahakwa gusara uwufise akazi nawe akamubera make vyose ni danger

  • @curugwegipfizi3031
    @curugwegipfizi3031Ай бұрын

    Emwe naje amahanga ntakwezi ndayasigajemwo araruhisha

  • @fabiolaniyomukiza6300
    @fabiolaniyomukiza6300Ай бұрын

    Umuntu wese ari mumahanga, yitwa impunzi, aramutahura. Ico gihugu n acacu, n'imuhira. Turakwiye twese kugikunda uko kiri kose. Nta mvura idahita. Izo ngorane zizohera. Ariko zizohezwa n urukundo dufitiye igihugu catwibarutse.

  • @RaoulRushoza
    @RaoulRushozaАй бұрын

    ntivyorosh pe

  • @georgettenahimana1695
    @georgettenahimana1695Ай бұрын

    Ndamwemeye! Muri occident ukoze uriha ikori, uguze hamburger canke cheese burger uriha tax, uguze ivyokurya uriha muri macdonald tax, ukoze umuziki uriha tax, ....... ni hatari. Uvuye muri occident, ni facile gutungira i wacu! Mutubwirire seburundi, havaye umutekano, twese tuzotaha!

  • @nduwimanaestella4395

    @nduwimanaestella4395

    Ай бұрын

    Ahaaaaa

  • @niyorukizaelias8142

    @niyorukizaelias8142

    Ай бұрын

    Karibu 😂😂😂

  • @sengiyumvajeannete4641
    @sengiyumvajeannete4641Ай бұрын

    Vukaga make urumugabo witonde

  • @user-tq1gh3mm6h
    @user-tq1gh3mm6hАй бұрын

    Uyo azagaruka mayumureke

  • @justafriend3408
    @justafriend3408Ай бұрын

    Ndi mwene wanyu wumunyarwanda wabaye hanze ibyo uyu muvandimwe avuga nibyo. Abanyafrica dufite continent nziza nitutita kubutaka bwacu abahashaka ni benshi nabonye abashinwa barahavumbuye niyo mpamvu bari kuhaza kubwinshi kuko continents zindi zimeze nkizavumwe. Africa niyo murima wa Edeni twe turacyahumye ntiturabimenya.

  • @MtHey-sm5jk
    @MtHey-sm5jkАй бұрын

    Iki kiganiro ndagikunze. Tworonka aba jeune nkaba 1000 uburundi bwoca bukira. Kuko uwu ndamu clasa murwego rwaba Fabrice naba Jacson mucibitoki

  • @jeromejanson3003
    @jeromejanson3003Ай бұрын

    Juste mumbarize mbega kwavuga ngo yaravuye muri America asubira kuba mu Bdi,yarasubije passport ya America??? Mumbarize plz.

  • @LameckNgabo

    @LameckNgabo

    Ай бұрын

    Ahorero mwarakaye mubazuburofa mwibazako mumahanga arugufyina??

  • @fabricesimbare5549

    @fabricesimbare5549

    Ай бұрын

    @@LameckNgabo nih arigufyina none? Muburundi mukubaho ntibakora?

  • @OlivierHabimana-fv5sh
    @OlivierHabimana-fv5shАй бұрын

    Natte turi Buraya turashaka gutaha

  • @JeanclaudeNiyomwungere-gs6vj
    @JeanclaudeNiyomwungere-gs6vjАй бұрын

    Reka kuzana ubugugu ngaho, uwuhebwa 200M fbu aruta uwuhebwa 2M €

  • @benyemen142
    @benyemen142Ай бұрын

    Ubwo buzima umuntu yabaye dubai yobushobora kuko nakwunvirije ingorane ziri dubai ninvise ari cokimwe na USA.gusa dubai nta kori kumushahara .kandi dubai ivyokurya birazimbutse bukebuke inzu ningorane za ma visa niyo ngorane

  • @georgettenahimana1695
    @georgettenahimana1695Ай бұрын

    We Gaël, 2030, ni but y' aba mondialistes, ntituzi concretement ico gisigura! Ni bagisigure! Abari kumuvuduko wa 2030 bamenye mubuhe bwato barimwo!

  • @Nestory2004
    @Nestory2004Ай бұрын

    Uwomutipe arabesha kuel, maze 30 years muri USA ntabwo ndabona ikibazo😂 abantu bagira canke wosanga yarasoma kukayoga!

  • @claireuwimana9973
    @claireuwimana9973Ай бұрын

    Habe n'iwanyu ariko uburyo wabukuye US

  • @cladyclady7215
    @cladyclady7215Ай бұрын

    Tugusabe inyuma y’umwaka uri i Burundi uzoze kuduha utubwire uko wabonye ubuzima bw’i Burundi

  • @cladyclady7215
    @cladyclady7215Ай бұрын

    Umugore yahukanye agenda aratuka urugo avukamwo kandi ariwe yinaniriwe . Mu mezi 3 uzogaruke uduhe ubuhamya utubwire uko ubayeho iyo

  • @claireuwimana9973
    @claireuwimana9973Ай бұрын

    Umu US yoza kuba aho uri yitwa nde uyo mu USA? Reka kubesha

  • @supersim9818
    @supersim9818Ай бұрын

    Barundi bene wacu ibibazo ntitubisangiye. Abavukiye mu Burundi bakahakurira ntibazi agahinda ko kuvukira mu mahanga ugakura uri impunzi muri za Tanzania, Rwanda, Congo hama ukisanga muri USA canke ahandi hateye imbere ariko naho nyene ukabona ko ataco mupfana nabaho. Ikiguha intumbero nuko uca utangura kurondera inkomoko yawe kugira nawe ugire identité. Bantu mufise identité ndundi mwakuriye mu Burundi ni musohoke muje mu mahanga mwige,mumenye amahanga icarico hama muzosanga iwanyu ariho heza mwisanzura. Muzoheza muhateze imbere mureke kuharyanira muhakore habe Aho mwishimiye.

  • @karyuryujeanmichel

    @karyuryujeanmichel

    Ай бұрын

    Impanuro yawe ni nziza cane

  • @stansiyomana1239

    @stansiyomana1239

    Ай бұрын

    @@karyuryujeanmichel Iyo mpanuro niyo mugabo ni kuguma twibuka ko umuntu atoba trop idealiste. Wiyumvire aho wumva ngo iGitega abantu baraza bakiba ivyuma vya robinet rusangi z'amazi.

  • @user-ry5pm9ni1b
    @user-ry5pm9ni1bАй бұрын

    Murwanda habaye urwimo 1994? 🙄 imbonerakure zose zisigaye zigirira interview kwa Gael urumva ngene apfovya genocide ngo urwimo? 🤮🤮

  • @fabricembonihankuye5236
    @fabricembonihankuye5236Ай бұрын

    Bro uvuze ukuri mubo maze kumva Bose.

  • @user-zd8bb2jd6o
    @user-zd8bb2jd6oАй бұрын

    Navukiye ibujumbura, ariko nshaka kwibera ikarusi,kumavuko ya Data

  • @abizeralaetitie1148
    @abizeralaetitie1148Ай бұрын

    Ntibababeshe .ahubw we kuronk nay ubigura iwacu muburundi kubura vyose.vyozimba arik ukaba uronk ay ubisumish

  • @user-jq9tk7pl9v
    @user-jq9tk7pl9vАй бұрын

    Ntiwakoreye America ahubwowarigucingero

  • @sengiyumvajeannete4641
    @sengiyumvajeannete4641Ай бұрын

    Ntuvuge ivyo batagutumye vuga ivyawe gusa biramaze

  • @NsavyimanaManasse
    @NsavyimanaManasse29 күн бұрын

    Man nukuri ndabasuhuje cane America and Europe sahantu nukuri gusa turabeswa cane nukuri jewe ndashimiye uyo mwenewacu muriya murirya migabane amafranga yaho azanana mukuryo agasubirinyuma mububafu vyukuri ubuzima tubureka iwacu ngotuzobusanga iburayi canke muri America wapi nabeneho baburiyobaja nukuri bovuyeyo kubera uko system yubatse kubwanje nikuyeyo maze imyaka indwi man sahantu komeza ibiganaro abumva bumve ntakwigenga kuri hariya hantu ntanumwe abahariya afise ukwigenga

  • @kimeregyslainbi
    @kimeregyslainbiАй бұрын

    Uwuguruye urugi iwe buba Bukeye. Ngo umuntu ahembwa 200 000 Fbu kukwezimu BURUNDI aruta uwuhembwa 2000$ kundwi muri America? None ubu SE ivyakora ngaha ubwo ntamutahe vyamusavye ? Yawukuye he ?

  • @sengiyumvajeannete4641
    @sengiyumvajeannete4641Ай бұрын

    Uridokiteri akamaro kawe nakahe namajambo gusa vuga make

  • @user-zd8bb2jd6o
    @user-zd8bb2jd6oАй бұрын

    Nsaka kurima nukworora, ariko ndacafise ubwoba, bwogutaha

  • @eliasndayizeye4160
    @eliasndayizeye4160Ай бұрын

    Nibutse umugani uraho w'akayabu kasize umurizo wako mu ruhigo...😂😂😂

  • @ElyseBayubahe5624
    @ElyseBayubahe5624Ай бұрын

    Africa ikeneye Abantu bameze nkawe guko kuja kurondara sibibi ikibi nukugenda ukaca ugumayo Nico kintu cishe Africa ikihari nugukora can guko nivyo bihugu biteye imbere babanje gukora can

  • @bellytresormahoro4442
    @bellytresormahoro4442Ай бұрын

    Man ufise ubwenge burenze cane ntiwobisigurira abarundi ngo babitahure 😂😂😂😂

  • @SweetLifeTv-xj6yn
    @SweetLifeTv-xj6ynАй бұрын

    Uba america hama ugatanga uburorero bwa gitega na bujumbura iyo atubwira states yagendamwo!!😅😅😅Ngo akoresha umukozi wo munzu muri America

  • @user-jq9tk7pl9v
    @user-jq9tk7pl9vАй бұрын

    Mbendakubaze imyaka wabayeho warigeze ubona Patiri ariko arahangana nubuzima ahahanze urigera ubona Patiri acafuye

  • @josendayizanie7306
    @josendayizanie7306Ай бұрын

    Ko numva wagarutse 2012 iyo usigara none😂😂😂😂😂😂😂muba muhaze

  • @NdayisengaRashid
    @NdayisengaRashidАй бұрын

    Isa. Nimwe ntasidahamba

  • @sengiyumvajeannete4641
    @sengiyumvajeannete4641Ай бұрын

    Ayo mahera uhaye wubakisha wayakuyehe reka kuhenda abantu vuga ukuri witonde pee ntaguhende wewe umumenyesha makuru numubeshi pee

  • @fabricembonihankuye5236
    @fabricembonihankuye5236Ай бұрын

    Abantu turihanze ntivyorosh

  • @niyzi1245
    @niyzi1245Ай бұрын

    Arababesha suko bimeze ngaha bisaba kujana nivyiyoroheje ukarya make ukabika ayandi bukebuke urater imbere navuge nyamba ariko arya ayo akorera iburundi nyamba atanzu yubatse

Келесі