INTAHE IKOMEYE CANE//NAMAZE IMISI 30 MWIJURU IMANA YAMPAYE UBUTUMWA MBWIRA ABANTU EP1

Ushaka kuraba izindi video kuri UMUCO WERA TV
Fyonda hano / @umucoweratv2021
Kurikira INTAHE hamwe n' UBUTUMWA BWIZA umusi kumusi kuri chaine UMUCO WERA TV
Ukaba wipfuza guterera iciyumviro canke ikindi cose cotezimbere chaine yacu Woturondera kuri 79 969 452(ikoreshwa no kuri whatsapp)
#Celestin_79969452 #UMUCO_WERA_TV

Пікірлер: 17

  • @teachpast7212
    @teachpast721210 ай бұрын

    Imana Ishimwe cane

  • @gratiablessing79
    @gratiablessing7911 ай бұрын

    Imana ishimwe cyane

  • @obedecishahayo1219
    @obedecishahayo12192 жыл бұрын

    Imana ntakibazo c intara ifise .ariko muma hanga yose uwuyubaha akayumvira uwo wese iramwemera.naw nuyihimbara izokujana

  • @madokethiakwizera643
    @madokethiakwizera6432 жыл бұрын

    Amen

  • @nininahazwefefe6067
    @nininahazwefefe60672 жыл бұрын

    Iman irashoboye🙏🏾🙏🏾🙏🏾

  • @kaburagad7268
    @kaburagad72682 жыл бұрын

    Imana ishimwe kuvyo yakoze vyose , Yihesha icubahiro mu nzira zose ishatse gucamwo

  • @mariammunezero2444
    @mariammunezero24442 жыл бұрын

    Imana irahambay kwumva yaguhamagay kumyak 3

  • @ccyoutube1485
    @ccyoutube14852 жыл бұрын

    Imana irakomeye ifise ahikura umuntu

  • @janetgaaj2705
    @janetgaaj27052 жыл бұрын

    Mbona ada na Nadine we yapfa

  • @madokethiakwizera643
    @madokethiakwizera6432 жыл бұрын

    shalom

  • @alphaveronez9565
    @alphaveronez9565 Жыл бұрын

    Sinje gupinga Ariko imyaka itatu ntuba ucibuka ivyabaye canke kumenya igise ico arico...

  • @mariammunezero2444
    @mariammunezero24442 жыл бұрын

    Ubu Odette Numu maman

  • @chellaniyinshoboza9146
    @chellaniyinshoboza91462 жыл бұрын

    Noe kuber ik dukunda kubona abantu b'i makamba aribo bajanwa mw'ijuru ??

  • @chellaniyinshoboza9146

    @chellaniyinshoboza9146

    2 жыл бұрын

    @@UMUCOWERATV2021 oya ntimuntwenge maze kubona benshi aha nyene kumuco wera TV bavuga ko bajanyw mw'ijuru b'i makamba

  • @mariammunezero2444

    @mariammunezero2444

    2 жыл бұрын

    Nta bandi urumva?? 🤣🤣🤣

  • @jacquesndikumana7755
    @jacquesndikumana77552 жыл бұрын

    Amen

  • @jacquesndikumana7755

    @jacquesndikumana7755

    2 жыл бұрын

    Iy ntah nayiheruka kera hoho yar kur odio

Келесі