ABAGORE NABIGEME BANTEGAMATWI/IMANA YARI INYICIYE UMWANA KUBERA GUSIGA IMISHATSI/UMUDANDAZA YUMVIBI
Ushaka kuraba izindi video kuri UMUCO WERA TV
Fyonda hano / @umucoweratv2021
Kurikira INTAHE hamwe n' UBUTUMWA BWIZA umusi kumusi kuri chaine UMUCO WERA TV
Ukaba wipfuza guterera iciyumviro canke ikindi cose cotezimbere chaine yacu Woturondera kuri 79 969 452(ikoreshwa no kuri whatsapp)
#INTAHE #UMUCO_WERA_TV
Пікірлер: 43
Yesu ababarire abantu biwe kandi abahumure lo ufalme wake mungu yu kalibu,uwe safi roho yangu ukakeshe siku zote lo ufarme wake Yesu yu kalibu
IMANA yo mwijuru ibahumugisha
Uko nukuri imana itubabarire
Mirakoze cane ndafashijwe cane ubundi naje sinarinziko aricaha ndafashe ingingo yokubiheba
Ntakazi kagayitse Umwizigirwa IMANA imuteza imbere.
Imana idufashe cane rwose. Imana iguhezagire ko wumviye Imana. Amen. Imana ikunda abayisenga mu Mpwemu no mu kuri.
YESAnbabarire nagendimubantunterakanta ndayiheba ngasubirakuyitera imanitubabarire
Umuco wera, Yesu Abahezagire; Ahezagire n ' Uwo mukozi w'Imana adushingiye intahe nziza
Yohani 8:32Tuzomenya ukuri kandi ukuri kuzoduha kwidegemvya.Yesu abahezagire
@nahimanaeric3093
3 жыл бұрын
Amen Mama
Imana ishimwe kuba yaragikirije Umwana, kandi yongere itubabarire kuko turabesha cane, Mana imparire kuko nsanze ico caha cububeahi kinfashe.
Imana Itubabarire tugomba kunvira Imana rwose Umucyo wera Imana Ijyibahezagira
Imana itubarire cane inadushoboze tubihebe benshi turabatsindwa
Imana ikora ibikomeye n'ihabwe icubahiro.
Amen uko nukuri
Imana iguhe umugisha mwinshi, izo ntahe zawe zose ni nziza cane ; zirigisha kandi zirubaka
Nanje kanta irampitana Imana intabare iyinkureko gusa ndayisiga kubera navukanye imvi iyontayisize baranseka ngondashaje nanje.mfise imyaka32
@Amenaa5086
2 жыл бұрын
Korera Imana abantu baguseke ariko uzobone Imana
Jacqueline amahoro cane ndakwibuka mukanombe
Imana itugirire neza
Nivyukuri Imana ninziza ; ntaco ikorera ubusa tube dushima uko yatugize nivyo biba bibereye.
Ndamukundiye koyavugishije ukuri kandi nanje aranyigishije kubamukuri
Yesu, mbabarire ubabarire na bandi kuko turi abatsindwa
Iyintahe irankozeko kweri
Imana ninziza cn urumv ico gitangaz yakoz
Imana idufashe !
Imana ntigomba kotugira agasembwa:twebwe tumaze imyaka myinshi Imana yarabitubujije ariko na twebwe vyaragoranye kubitahura kuko hagezaho Imana itubwira ko abanse kwumva igomba ibatobore imitwe.Twahise tubona kw'Imana ari sérieux duca twihanira kureka.Rero Imana ifashe nabandi bose batarabitahura babitahure mwizina rya Yesu
@ishimwejeannette7038
4 жыл бұрын
Imana ibahumugisha nanje nahoro nyishiramo ndabihebye.
Iryo zosi ryatinze rihinduka gute?
Murakozecyane nanje porodwi narayiretse Yesu yabwiko Ari nyo zomumusarani
@clemencendayishimiye8293
4 жыл бұрын
Iyo ntahe yawe turayishaka.
@alinefeyi6731
4 жыл бұрын
@@UMUCOWERATV2021 yego none yobageraho gute komba muri finlade
Yesu nashimwe cane ,ndaryohewe cane muvyukuri iyo intahe ninziza kandi ivyo nivyukuri pe abadame nabakobwa bari bakwiye kuyumva ari benshi kuko aba kino gihe dutwagwa nibigezweho rero tube maso tugendere kuco ijambo ryose ryahumetswe n'Imana kuko niryukuri pe.
Imana irashoboye Kandi itubabarire gutera kanta😭😭😭 ariko mumwanya umwe sinumvako kanta aricaha kubera namavuta turayasiga gusa niba aricaha Koko Imana itumare irari ryogusiga kanta umuco wera murakoze kubwiyintahe
@elianenzeyimana1470
4 жыл бұрын
Kanta sico kimwe namavuta, kuko kanta ihindura ibara ryimishatsi yawe ariko amavuta asanzwe ntakibazo. Bamwe bisiga kanta kugira bahishe invi ntawuhisha ivyimana yashizeho, tutibagiye kagaproduit ka bapentekote ngo nako kworosha imishatsi mugusokoza kazorangiriza abarokore benshi muri gehinome. Twige kubumbwa nuko Imana yaturemye.
@mariebetty1762
4 жыл бұрын
Impamvu aricyaha nuko ihindura Ibara ryumusatsi Imana yaguhaye.bihwanye no kwitukuza uruhu
@hitayezuanselme9112
3 жыл бұрын
@@elianenzeyimana1470 shalom. Mudusabire bene so mu rwanda kuko iyo kanta twatangiye kuyirenga kuko batangiye gukurura Imisatsi igashika ku kibuno, bakaboha ibituta (inweri) agashyiraho igitambaro nturabukwe.
Amen imana itubabarire !! none ndashaka kubaza kumuntu asuka imishasti yiwe naturel nicaha...??
@elianenzeyimana1470
4 жыл бұрын
Burya arya ma modèle yibisuko arafise iyo ava kandi arafise isinguro umuntu w'Imana rero ivyo bisuko yobiba kure co kimwe nayo ma modèle yogusokoza canke kumwa ubucube.
@godeliveninyibuka9208
4 жыл бұрын
Yesu ashimwe ,vyukuri lmana irakomeye ifise inzira nyishi si gutabara,yaciye muruwo mwana ngo abakira tuzokire kubwishi, nta bibazo vyishi nkibajije, yavuze yaravuze ntakwiremesha kanta turayimenye nicaha, ikintu gifise valeur ya zero ntaco kirimwo,kikabuza umuntu gushika mw'ijuru ,nta kibi kingana ico, womenga inzoga nubusambanyi nivyo vyotubujiije none kanta muyiyumvirekp namwe, nukuyiheba umuntu ase uko lmana yamugize, hama haruwabajije ngo none ko dusiga amavuta yoyo si mabi, npcishura akaba ayasiga bigahindura nya mishatsi canke umubiri wiwe nayahebe,mugabo amavuta ataco ahindura nta kibi cayo birumvikana
@mamakofi6178
2 жыл бұрын
Ikintu cose gihindura urukoba caba icirabuza canke irindi bara ryose nikibi ngo lmana ivyita lkosora Mana nogusuka nicaha Bible irabivuga lmana idushoboze kubiheba
@nicolasniganze3148
Жыл бұрын
bantu b'Imana, ntabwo vyoroshe kumva imvugo y'Imana no kuyumvira bitandukanye kure n'imyumvire yacu. rero bisaba guca bugufi kugira wumve neza Inama zayo.Idutabare namenye neza KO naziriya meche dusukisha, n'imisatsi ya bahindi biyogosha buri mwaka bayitangaho ibitambo mu mihango yabo Ku mana zabo rero, dushishoze
Yesu ahabwe icubahiro