Imbonerakure2

Ойын-сауық

#𝗕𝘂𝗿𝘂𝗻𝗱𝗶 #Kayanza #𝗞𝗮𝗯𝗮𝗿𝗼𝗿𝗲 𝗟𝗲 𝟭𝟬/𝟬𝟱/𝟮𝟬𝟮𝟰,𝗜𝘀𝗮𝗵𝗮:𝟭𝟰𝗵
𝗜𝗯𝗮𝗿𝗮 𝗿𝗶𝗵𝗲𝗷𝗲𝗷𝗲 𝗸𝘂𝗿𝘄𝗮.𝗜𝗺𝗯𝗼𝗻𝗲𝗿𝗮𝗸𝘂𝗿𝗲 𝘇𝗶𝗵𝗲𝗷𝗲𝗷𝗲 𝗸𝘄𝗶𝗰𝗮
𝘂𝗺𝘂𝗻𝘆𝗮𝗴𝗶𝗵𝘂𝗴𝘂,𝘇𝗶𝗰𝗮 𝘇𝗶𝗺𝘂𝘁𝗮 𝗺𝘂 𝗥𝘂𝘇𝗶.
Kw'igenekerezo ry'uno 10/05/2024 imbonerakure NIYONKURU Victor yarikumwe n'iyindi mbonerakure bafashe umunyagihugu w'umuhungu akiri muto:NSABIMANA Philippe w'imyaka 22.Bamufatiye ku mutumba Ryamukona. Ni umutumba w'iyo Commune Kabarore uhana urubibe n'igihugu c'Urwanda mu karere ka HUYE.
Uwo munyagihugu bivugwa ko yariko aja mu gasoko k'ahitwa kw'IVIRO,Ni agasoko kari mu ruhunde rw'igihugu c'Urwanda.Gahuza abarundi n'abanya Rwanda.Yafashwe atanakimwe afise,nk'uko vyemezwa n'ababibonye.
Iyo mbonerakure NIYONKURU Victor yariko ikizura mur'ako karere,igifata uwo munyagihugu (14h) yaciye itangura kumukubita cane,ica igirwako imucumita ikimito(ikintu kimeze nk'icumu)mu gutwi kw'ibubamfu,gica giserukira mu gutwi kw'iburyo.Wa munyagihugu NSABIMANA Philippe yaciye agirwako acikana.Imbonerakure Victor n'iyindi barikumwe baciye bafata ikiziga ca wa munyagihugu bagita mu ruzi Kanyaru,rugabura igihugu c'Urwanda n'Uburundi.
Bamaze kumuta mur'urwo ruzi,abanyagihugu bashwabadutse,baciye batabaza igipolisi.Imbonerakure zagerageje kwiruka,ariko bazifashe zose uko ari 2:Victor(uwo mubona yambaye umupira wera,yakomeretse mu mutwe aho yariko yiruka)n'iyo yindi mbonerakure barikumwe(iyo mubona baboshe,yambaye umupira wirabura).Kubera agashavu,abanyagihugu bagira batangure kwihanira ariko abapolisi banyarutse kuhashika,basukamwo mabisi.
Abanyagihugu baciye bakura Ikiziga c'uwo munyagihugu mu ruzi rwa Kanyaru.Baciye bagitwara mu buruhukiro bw'ivuriro riri kur'uwo mutumba.Centre de santé RYAMUKONA.
Gushika ubu,agashavu ni kenshi cane mur'abo banyagihugu bo kur'uwo mutumba,basaba ko izo mbonerakure zociribwa urubanza rw'ikibiriraho.
Uwo munyagihugu yagandaguwe,yavuka kur'uwo mutumba nyene wa Ryamukona,Commune Kabarore.
Turahojeje umuryango uhejeje kubura uwabo,Imana yakire NSABIMANA Philippe.#Amakuru_yurugendo_news
#Updats_zurugendo_news
#Interviews_zurugendo_news
Amakuru 🅱🅱C Gahuzamiryango
Amakuru ya RPA yihuta
Amakuru ya Haguruka yihuta
Amakuru yinzamba yihuta
Amakuru ya Peace FM yihuta
Amakuru n'ibiganiro bicukumbuye

Пікірлер: 51

  • @user-zj7lt5ig6t
    @user-zj7lt5ig6tАй бұрын

    Imana izodukura muriyisi yimiruho Yesu Kristo agiyekuza kuko tutarabisi niyompamva nabisi batwanka Imana niyo mutabazi wacu.

  • @user-dx6xy5ib4t
    @user-dx6xy5ib4tАй бұрын

    Birababaje cane imana izobahana nibarindire

  • @user-pg6kk4ei8v
    @user-pg6kk4ei8v15 күн бұрын

    Umusore anganuko sha ngo niyicwe atarwaye😢😢ariko barazi ukuntu umwana avuna koko😭nukuri imyaka 22 nawe yarageze aho atunga abavyeyi..Imana yonyene iriko ibibona

  • @payton.comedy3964
    @payton.comedy3964Ай бұрын

    Mwakuguruye mwabantu mwe ,mukareka kutwica Nabi ngo dusuye ,abavandimwe bacu Neva ndakwinginze cinkoni ,izamba

  • @user-dt7jt9xk7o
    @user-dt7jt9xk7oАй бұрын

    Kabarore ihana imbibi n'Akarere ka Nyaruguru ntabwo ari Huye

  • @user-jj6bo2oi1d
    @user-jj6bo2oi1dАй бұрын

    Iyo,eden,iraberera

  • @NahigombeyeArsene
    @NahigombeyeArseneАй бұрын

    Nukuri none ivyontibiba abapolisi babona ahubwo basuvya ingumvu abapolici kubeeiki vababujije sha Imana izobahana

  • @spesirakiza7063
    @spesirakiza7063Ай бұрын

    Tubarize ivyaya magrenade batera muri ville

  • @samsung-zb3xi
    @samsung-zb3xiАй бұрын

    Aliko kuki mudatandunya abicanyi ni Mbonerakure wamugabo ivyuvuga niwaba ubesha umenye KO umube nurozi bazohanwa n'Imana hari uwavuze ngo hari abatowe muruzi Bari mumufuko abontu hariho abasanganwe Mitiel zurwanda biciwe Burundi Kizito mihigo yishwe n'Imbonerakure namwonga utagirisato muvuge make😭😭😭😭birababa kubantu bagupfa nimurabe ovyo baribapfuye mureke guturira

  • @habyarimanafrancois985
    @habyarimanafrancois985Ай бұрын

    Eden yokwa Ndayishimiye niyongiyo Ahumuntu azirako yaketsweho kujya guhahira mwisoko ryokumupaka Igihugu cyabayozi birirwa barabyina ngobarabyinira Imana Nishitani babyinira uwomuturage arambabaje

  • @user-ti1ol3ti9j
    @user-ti1ol3ti9jАй бұрын

    Mana dutabare turarushe nukuri birababaje 😊😊

  • @floriennedusenge5327
    @floriennedusenge5327Ай бұрын

    Imana imwakire nukuri iyonzirakarengane

  • @ANATOLRManirampa
    @ANATOLRManirampaАй бұрын

    Imana itabare uburundi n,abarundi

  • @NahigombeyeArsene
    @NahigombeyeArseneАй бұрын

    Ubuhageze aho umuntu yicwa abantu barorera mugobo ikidahinduka n'Imana yonyene nayo imbonerakure zizohinduka itwaro yabajene yaraheze abasabzecheke baragiye abasazefete baragiye none ntibotejerezabakabana nabenewabo

  • @user-jj6bo2oi1d
    @user-jj6bo2oi1dАй бұрын

    Nina,imbonerakurezarasubiriye,igiporisi,nibinjizwemurireta,habeimyambaro,atariyumugambwe,

  • @user-wy4pc7cf2h
    @user-wy4pc7cf2hАй бұрын

    Ruriye abandi rutamwibagiye

  • @WozaMan-eo7wg
    @WozaMan-eo7wgАй бұрын

    😊😊😊😊😊😊ahubwo nabonyene nibichuyo mugwizatunga bose nibichwe imbonelakule zosi mubisanzwe balibakwiye kwichwa iyomihimbili

  • @julius875
    @julius875Ай бұрын

    😭😭😭😭

  • @mwananyamalaz4427
    @mwananyamalaz4427Ай бұрын

    Nukuri muburundi imana itugarukire kuko ubwicanyi burenz kandi nabo babikora ntibigera babafunga why 😢😢😢

  • @adijaamur962
    @adijaamur962Ай бұрын

    Nikibazo walahi

  • @ButoyiThierryve
    @ButoyiThierryveАй бұрын

    Bujumbura habavye kweri amageranade yatew muri ville

  • @user-zd9ck8km5i
    @user-zd9ck8km5iАй бұрын

    Ibintu bibera mu Burundi ni amarorerwa. Ibi ni umuvumo kugihugu. Bazopfa nabi bo n'ivyo bikoko vy'ibivume, dayimoni ngo ni ba shebuja. Gusa uwo vigitori ntamahoro yiwe. Yiruke canke areke.

  • @user-ph1nh8wu8b
    @user-ph1nh8wu8bАй бұрын

    Uwo ntiyofungwa yigize ikimana ariko ubutungane nibukore ntihagire inzirakarengane zihoteterwa

  • @Nyaburunga
    @NyaburungaАй бұрын

    Eehh, kumbure ivyo bariye Uburundi vyose abanyagihugu bazobibavomamwo.

  • @user-mc7lh6js3o
    @user-mc7lh6js3oАй бұрын

    😢😢😢😢😢

  • @AkimanaJeannette-tz1to
    @AkimanaJeannette-tz1toАй бұрын

    😢😢😢😢😢😢

  • @user-ti1ol3ti9j
    @user-ti1ol3ti9jАй бұрын

    Nawenumwichanyi kabisa uyomugwizatuga 😮😮😮

  • @user-dq7sg8sh9m
    @user-dq7sg8sh9mАй бұрын

    Imbonerakure nizipfungwe canke bincwe visenti n'imana nabunyoni arafpunzwe nankanswe izombwa

  • @user-wy4pc7cf2h
    @user-wy4pc7cf2hАй бұрын

    Umuntu n'umuntu kuko twaremwe mw'ishusho ryayo

  • @dzelbahnijmb1765
    @dzelbahnijmb1765Ай бұрын

    Nkibi binvuna umutima gusa.

  • @RevokatoNdayisaba
    @RevokatoNdayisabaАй бұрын

    Abo bantu nabababaya pe!

  • @irakozebelyse2432
    @irakozebelyse2432Ай бұрын

    Ntibabe abanyagihugu babamena imitwe nabo bakumva ivyobakoreye uwundi ndababwire ntababesha hamwe ibibintu bidahagaze muzoza mubwir ko abenegihugu batazoza bihanira nanje kuko mbona ibintu biguba biba uko asha ingere kuyindi Bose bakabahamba mukinogo kimwe kabosa

  • @celestinsakubu4273
    @celestinsakubu4273Ай бұрын

    Abonibabarober baca gifyoti rwasa

  • @user-qg7dh9si1h
    @user-qg7dh9si1hАй бұрын

    Buvuga ivyoufitiye icemezo aqana kuvuga ivyoutazi

  • @BoboHassanBonith-wv9wy
    @BoboHassanBonith-wv9wyАй бұрын

    😂😂😂😂😂nukr uburundi Imana niyo yokuturenganura nukuri

  • @user-xf4el5fv9x
    @user-xf4el5fv9xАй бұрын

    Nibabahane bikwiy kuba ba jejwe security ntibisigura ko barengera aba jejwe umutekano .

  • @NahigombeyeArsene
    @NahigombeyeArseneАй бұрын

    Nukuri birababaje ibibintu ntawuzi ahobizoherera kuko kwihanira vyabaye akayobera bahinga

  • @OdetteBizimana

    @OdetteBizimana

    Ай бұрын

    Mana WE Imana ntizohanganira ibintu nkivyo

  • @sisisylvanendayisenga1005
    @sisisylvanendayisenga1005Ай бұрын

    Ariko Mana weee,uzoza ryari guhora amaraso y'abantu bicirwa Kuri iyisi wadushizeko???

  • @user-ry7il6bz6w
    @user-ry7il6bz6wАй бұрын

    Nibabic nab kuko ntibazopfungwa

  • @user-ws1ro3eh6j
    @user-ws1ro3eh6jАй бұрын

    MANA dutabare udukureko iyintwaro Yana DD kuk abacus baramaze babica Kandi Neva agashishikara avugango mubirundi numuri edeni nikitubabaza uwo neva ntamaramara ,ibaze kwicwa urupfu rwagashinyaguro nkurwo!!!! Sha novuga novuga vyishi nuko ataho mvugira

  • @WozaMan-eo7wg
    @WozaMan-eo7wgАй бұрын

    banyagihugu nibabalekula ntimugotwe namwe muche mukulamo

  • @SengiyumvaMonicka-ug2jv
    @SengiyumvaMonicka-ug2jvАй бұрын

    Zikizura iki zanyagukubitwa ninkuba ivyovyose ntibabibona abobategetsi ivyobakora ntibabibonera kuribi

  • @handsome737
    @handsome737Ай бұрын

    🥱🥱😢

  • @KennoKanse
    @KennoKanseАй бұрын

    Mbega abagizi ba nabi bose basigaye bitwa imbonerakure. Mbe imbonerakure zirangwa n'iki ? Uwo yishe we kuberiki atari imbonerakure. Ah'ubwo uwo muntu yoba yagiye kuvuga ngo barekurwe nawe nawe n'ukumushiramwo kandi imanza zigacibwa vuba na bwango. Ndayishimiye n'ave muvyo kwirigwa arahogoza ayobore igihugu.

  • @RizikyPoro
    @RizikyPoroАй бұрын

    Mana harageze ko ugira ico ukorera uburundi twiteze ubutabazi kuri:wewe

  • @zoainazoaina1676
    @zoainazoaina1676Ай бұрын

    🤔🤔🤔🙄🙄🙄🇧🇮🇴🇲

  • @user-we7uq1qh7p
    @user-we7uq1qh7pАй бұрын

    Abobanu bakwiye gufatwa namasheni

  • @spesirakiza7063
    @spesirakiza7063Ай бұрын

    Iyo mbonesi ngo yarigisibije kandi ngo yahora muri prison yagirizwa ubwicanyi

  • @user-qk8yv4js9h
    @user-qk8yv4js9hАй бұрын

    Bahanwa nabande nn

  • @OdetteBizimana

    @OdetteBizimana

    Ай бұрын

    Aha bohanw nabande

Келесі