IGITANGAZA CAMBERE KWISI YOSE CABEREYE MUCANKUZO UMWANA YAMAZE ISAHA YOSE ARIRIRA MUNDA AVUKAKOMEYE
Ushaka kuraba izindi video kuri UMUCO WERA TV
Fyonda hano / @umucoweratv2021
Kurikira INTAHE hamwe n' UBUTUMWA BWIZA umusi kumusi kuri chaine UMUCO WERA TV
Ukaba wipfuza guterera iciyumviro canke ikindi cose cotezimbere chaine yacu Woturondera kuri 79 969 452(ikoreshwa no kuri whatsapp)
#Celestin_79969452 #UMUCO_WERA_TV
Пікірлер: 41
Imana n lmana nyn kko ntikora nkabantu hallelujah
Igitangzza ca Mbere kwisi Cabaye Yesu acikanye ne mureka gushikuza.
Ariko Mana uratangaje ukor'ibitangaza tugatangara ariko weho ntutangara kuko witwa GITANGAZA. AMEN!!
Imana yacu irakomey iteye ibwoba nishigw hejuru🙏🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Amen
Mbega ibitangaza VYIMANA icubahiro nicawe MANA 🙏
Uyu muntu avug ikirundi curupfasoni❤❤❤❤
Imana niyokwizigigwa ivyo nivyo sugushikuza twahora tubana
Vyukuri uwo mwana hari ico Imana yateguye kubuzima bwiwe gusa arazokwizigama
Imana ishimwe
Ameeen🙌🙌👏
Imana ni gitangaza
A child weeps in the womb of his mother when she is prégnant, that's first miracle in the world in Burundi country
1 to
Waoh, un mystérieux miracle au Burundi, un enfant qui pleure dans le ventre de sa mère avant de naître, c'est très très merveilleux. Dieu est Grand Tout- Puissant, Haleluyaaaaaaaaaaaaaaaaaaaahhh
Imana irashoboye ivyananiye abahanga.
Ico ni igitangaza pe!
Ivyo Imana Ikora Biratangaje.
Uyomugore ndamuz
Imana yubahw ibih vyose
Imana yacu iteye ubwoba ntimenyerwa !!!!
Iyo mana iyo mana irabikwiriye kwitwa Imana twese tuyubahe
Ivyo bintu nagira n'ivyo muri dessin animé ya kirikou sinarinzi novyumvise ku murundikazi wo mu Burundi ,umwana avugira munda kabisa n'ibitangaza
Imana irahambaye
Yesu ashimwe akora ibikomeye!!!! Uwo muzungu Ula aba hano ntarapfa ariko arashaje, nibaza ko uwo mvuga ariwe yabaye missionaire muri Congo. Yoo niba ariwe, aracariho yitwa Ula ndamuzi nzomukuramukiriza muvyeyi ni twasubira guhura nawe.
@felicitemihungo3600
2 жыл бұрын
Amen Imana ninziza cane Ishimwe ibihe vyose
Imana yamana udushasha
Ni mureke Imana yitwe Imana. Aho hantu ndahazi kweli
Nigitangazaaaa umami mana yubahwe
iyo nkuru jewe numva ikibandanya, murakomeza kumusengera no gukurikirana ivyiwe
Mukama wikigongweeeeee
Turakeneye amafoto yabo Bose vyorushaho kudufasha
Mana weeee!!!!
Kubera maze kumenya ko Imana ishobora vyose ,ivyo ntibintangaza, ariko biologiquement ivyo ntibisanzwe n'ibitangaza kabisa
Umugabo wiwe nikimuga
Imana numukozi Wumuhanga
Imana irahambaye
Amen
Amen