MUGANGA YAMBWIYEKO MUMBANYI YANJE HARIMWO INZOKA ATI TUYIKUREMWO NDANKA//HAVUYEMWO UMWANA WUMUKOBWA

Ushaka kuraba izindi video kuri UMUCO WERA TV
Fyonda hano / @umucoweratv2021
Kurikira INTAHE hamwe n' UBUTUMWA BWIZA umusi kumusi kuri chaine UMUCO WERA TV
Ukaba wipfuza guterera iciyumviro canke ikindi cose cotezimbere chaine yacu Woturondera kuri 79 969 452(ikoreshwa no kuri whatsapp)
#Celestin_79969452 #UMUCO_WERA_TV

Пікірлер: 53

  • @christineirankunda8125
    @christineirankunda8125 Жыл бұрын

    Unyibukije cane aho Yesu yankuye,Izina ry'Imana yacu rihabwe icubahiro.

  • @NaNa-tg4gv
    @NaNa-tg4gv9 ай бұрын

    Amen amen❤❤❤

  • @Claudinemukeshimana-pw4it
    @Claudinemukeshimana-pw4it9 ай бұрын

    Amen

  • @marienzeyimana639
    @marienzeyimana6392 жыл бұрын

    Amen Amen 🙏 Imana yarakoze cane nishimwe cane iratabara

  • @jackyndayishimiye7895
    @jackyndayishimiye78952 жыл бұрын

    Halleluyaaa amen amen lmana ninziza cyane ibihe vyose

  • @chebetech6684
    @chebetech6684 Жыл бұрын

    Amen nsengera nanje

  • @cardinalendikumagenge7972
    @cardinalendikumagenge79722 жыл бұрын

    Izina rya Yesu Kristo niryo rikuru rwose.Dushime uwo Mutabazi imyaka yacu yose.Amen

  • @evelynendayisenga981
    @evelynendayisenga9812 жыл бұрын

    Amen Amen Amen Imana ihabwe icubahiro ko wizeye

  • @user-kr2ew6so9e
    @user-kr2ew6so9e Жыл бұрын

    Imana yitwe imana yakoze ibikomeye

  • @antoinettendayizeye5884
    @antoinettendayizeye5884 Жыл бұрын

    Haleluya je nikundiye ukwizera kwawe nukwa mwarimu kuko iyutagira nuwuguteri ntege ati fukama ndumva ntivyari vyoroshe ariko Imana ishoboze vyose peeeee

  • @febroniehakizimana3268
    @febroniehakizimana32682 жыл бұрын

    Amen amen IMANA yacu ira shoboye cne

  • @sanchezrose1560
    @sanchezrose15602 жыл бұрын

    Amen 🙏 Imana yacu iratabara

  • @user-ns7jb2wm5c
    @user-ns7jb2wm5c4 ай бұрын

    IMANA yacu Irakomeye caaaaaaaaaneeeee

  • @NaNa-tg4gv
    @NaNa-tg4gv9 ай бұрын

    Nukuri vyari biteyubwo.gusenga nivyiza

  • @jeanineinagahire3742
    @jeanineinagahire3742 Жыл бұрын

    Imana Ishimwe caaaane

  • @erastebizimana2630
    @erastebizimana263011 ай бұрын

    Nanje iyintahe iranyubatse pe,ukwizera kurarema ibitariho bikabahoooo

  • @tantineirakoze1961
    @tantineirakoze19612 жыл бұрын

    Imana ninziza ibihe bidashira. Amen 🙏

  • @dianeirakoze6550
    @dianeirakoze65502 жыл бұрын

    Habwicubahiro mwami Yesu 👏👏👏 ntawuhwanye nawe

  • @leonidanubahe1364

    @leonidanubahe1364

    2 жыл бұрын

    Shimwa Mana

  • @niyonkuruperes6253
    @niyonkuruperes62532 жыл бұрын

    Imana ninziza ntiyibagir uwayo nishimwe cane

  • @alinaalalinion1876
    @alinaalalinion18762 жыл бұрын

    Amen amen amen amen amen amen iyontahe inshize ahandi hantu lmana yubahwe

  • @user-ot9eg1ks8v
    @user-ot9eg1ks8v9 ай бұрын

    Iman ihabwe icubahiro

  • @hifiona3241
    @hifiona32412 жыл бұрын

    amen amen

  • @rabaanbigirimana2856
    @rabaanbigirimana28562 жыл бұрын

    Nzopfa ndya , muri Yesu nzopfa ndya ,ninizera nzopfa ndya uuuh Ameeen nzopfa ndyaaaaa peeeee

  • @kituichetambe485
    @kituichetambe485 Жыл бұрын

    murakoz caaaan biratwubats natw lmana ltugender

  • @rabaanbigirimana2856
    @rabaanbigirimana28562 жыл бұрын

    Yooo wararonse Umukozi w Imana w Ikimazi Ncuti yanje yooo yaragukomeje peee uuuh Amen abo nibo bakeneweeee

  • @mamacheiilla72
    @mamacheiilla722 жыл бұрын

    Ammen Ammen ndafashijw cane niyontah numv nciy nongegw ukwizera mubandany mutuzanir izind ntahe murakoz cyane Imana ibah imigisha

  • @user-of7yg3mo1i
    @user-of7yg3mo1i10 ай бұрын

    Yesu warakoze

  • @rabaanbigirimana2856
    @rabaanbigirimana28562 жыл бұрын

    Nda fa shi jweeeeeee Ameeeeen

  • @bujabuja1933
    @bujabuja19332 жыл бұрын

    Imana Irateye ubwoba

  • @dianedukwiyimbabazi3723

    @dianedukwiyimbabazi3723

    2 жыл бұрын

    Imana lrateye ubwoba kwerii

  • @belyseuwimana9573
    @belyseuwimana957326 күн бұрын

    Ndafashijwe

  • @UMUCOWERATV2021

    @UMUCOWERATV2021

    25 күн бұрын

    Amen

  • @dianedukwiyimbabazi3723
    @dianedukwiyimbabazi37232 жыл бұрын

    Icubahiro nic'Imana Yonyene.Kuko Iragikwiye.

  • @bashakhader3327
    @bashakhader33272 жыл бұрын

    Amen Amen 🙏🙏🙏

  • @loybukuru1314
    @loybukuru13142 жыл бұрын

    Imana yacu irakomeye cane

  • @emelynekwizerimana5158
    @emelynekwizerimana5158 Жыл бұрын

    Duhe iyintahe muri groupe lumière de la paix

  • @nahimanadieudonne7905
    @nahimanadieudonne79052 жыл бұрын

    Nyakubahwa Mana shimwaaaa👏

  • @josephnahimana6929
    @josephnahimana69292 жыл бұрын

    Yesu n'ashimwe Francine

  • @jaceswiftlovelmsp3370
    @jaceswiftlovelmsp33702 жыл бұрын

    Amen Amen

  • @user-ot9eg1ks8v

    @user-ot9eg1ks8v

    9 ай бұрын

    Ameen

  • @belyseuwimana9573
    @belyseuwimana957326 күн бұрын

    Eeeeee kwizera kurarema shaa reka nizere

  • @rabaanbigirimana2856
    @rabaanbigirimana28562 жыл бұрын

    Yesu ndakwubashe ubugirakandi peeeee

  • @bujabuja1933
    @bujabuja19332 жыл бұрын

    Imana Irakomeye

  • @rabaanbigirimana2856
    @rabaanbigirimana28562 жыл бұрын

    Yesu weeee uratabara nukuri

  • @nduwamahorojoyce2904
    @nduwamahorojoyce29042 жыл бұрын

    Warayibonye pe

  • @mariammunezero2444
    @mariammunezero24442 жыл бұрын

    Mbe ukwizer weeee mana uramp kwizer

  • @mariammunezero2444

    @mariammunezero2444

    2 жыл бұрын

    Iyi ntah inshikany ahantu

  • @ndayishimiyefeury7408
    @ndayishimiyefeury7408 Жыл бұрын

    Amen

  • @user-vq7fe9rg3z
    @user-vq7fe9rg3z Жыл бұрын

    Ndafashijwe

  • @mmma6210
    @mmma62102 жыл бұрын

    Amen

  • @lydiaansah161
    @lydiaansah1612 жыл бұрын

    Amen

Келесі