INTAHE YA MEDIATRICE//MBEGUMUDAMU WURUKUNDOO//NATOYE UMWANA BATAYE WIKIMUGA NDAMUGORERWAKO IMYAKA 20
Ushaka kuraba izindi video kuri UMUCO WERA TV
Fyonda hano / @umucoweratv2021
Kurikira INTAHE hamwe n' UBUTUMWA BWIZA umusi kumusi kuri chaine UMUCO WERA TV
Ukaba wipfuza guterera iciyumviro canke ikindi cose cotezimbere chaine yacu Woturondera kuri 79 969 452(ikoreshwa no kuri whatsapp)
#Celestin_79969452 #UMUCO_WERA_TV
Пікірлер: 10
Nkunda uyu mugabo akora ku Muco Wera Tv. Ntagora abatumirwa arabaha umwanya kandi akanabubaha. Muri make, nta badogoya ngo agume abavugiramwo nka babandi mpoara nunva. Imana imuhe umugisha wo kuzoja mw'Ijuru.
Yooooo Imana ize yame yibuka ibikorwa vyawe muvyeyi. Ndibuka nje kubaraba mubitaro ntabazi. Kumbe sinarinzi ko aruko vyagenze.
Imana yacu irahambaye mw'Ijuru no mw'isi nta gihanye nayo eka nta nuwuhwanye nayo.
👏👏
Courage umuco wera tv kubutumwa mugenda mutugezaho
Arik Mana vyari kwihanganira bake lmana izobiharurek nkukugororoka Kanda warabay intwari muri vyinshi umuco muhezagirw Cane 🙏🙏🙏🙏🙏
Oh hari ikintu yibagiye ariko ntaco ngira azogaruka: ingene Imana yategetse umuntu umwe ngo abere umuvyeyi Jérémie akamara igihe amurondera Prince Régent mpaka amutoye akamumenya.
♥️♥️
Ikindi gice kuko ntiyamaze ntarangije nimba umwana yakomeje gukomera canke yaratabarutse. Mbega yatinze agira ubuzima bukomeye? Hanyuma wa mugabo Imana ya muhaye vyahereye hehe?
@mariammunezero2444
Жыл бұрын
Ego nanje ndipfuza kwumv ingene yaronse urundi rugo