Intahe Famille Freddy N. - Twaronse umwana nyuma y'imyaka 11 dukoze mariage/Ibihe ntivyari vyoroshe

Ukaba wifuza kuvugana natwe kuduha ivyiyumviro kubiganiro tubashikiriza, ukaba ufise intahe yoha abandi ivyizigiro, inkuru, igiteramo, répétition canke ushaka gushigikira ibi bikorwa duhamagare, twandikire kuri whatsapp: +257 75 410 862

Пікірлер: 25

  • @eddyrosekaza7922
    @eddyrosekaza7922 Жыл бұрын

    Yooo Mana weee nongey kugushima kuba warahay ikibondo famille Freddy 🙏 Yesu numukozi wumuhanga p, akomez abakuriz kind azobah kuramba ,mwirere ibibondo.

  • @burundigospeltv2661

    @burundigospeltv2661

    Жыл бұрын

    amen

  • @kabezaange1031
    @kabezaange1031 Жыл бұрын

    AMEN Muhezagigwe YESU KRISTO nashigwe hejuru

  • @burundigospeltv2661

    @burundigospeltv2661

    Жыл бұрын

    amen

  • @kam3384
    @kam33842 жыл бұрын

    Oooh Dieu est vraiment GRAND. Imana ishiiiiimwe ndanezerewe

  • @burundigospeltv2661

    @burundigospeltv2661

    2 жыл бұрын

    😍😍😍😍

  • @jeanclaudenimpagaritse6931
    @jeanclaudenimpagaritse69312 жыл бұрын

    Hallelujah icubahiro kibe ic Imana, Irashitsa nukuri

  • @burundigospeltv2661

    @burundigospeltv2661

    2 жыл бұрын

    Amen

  • @lorraineayinkamiye6747
    @lorraineayinkamiye6747 Жыл бұрын

    Imana ni nzizaaa

  • @burundigospeltv2661

    @burundigospeltv2661

    Жыл бұрын

    Amen

  • @francineinanziza2235
    @francineinanziza22352 жыл бұрын

    Ooh tonton Freddy na Micah ,Imana ninziza ibihe vyose,proud of u

  • @burundigospeltv2661

    @burundigospeltv2661

    2 жыл бұрын

    Amen amen

  • @burundigospeltv2661

    @burundigospeltv2661

    2 жыл бұрын

    Amen amen

  • @noellanshimi326
    @noellanshimi3262 жыл бұрын

    Hallelujah lmana ishimwe

  • @burundigospeltv2661

    @burundigospeltv2661

    2 жыл бұрын

    Amen

  • @nsabimanajeanne9568
    @nsabimanajeanne95685 ай бұрын

    Imana nishimwe cane

  • @burundigospeltv2661

    @burundigospeltv2661

    5 ай бұрын

    Amennn

  • @christairankunda4597
    @christairankunda4597 Жыл бұрын

    Amen

  • @burundigospeltv2661

    @burundigospeltv2661

    Жыл бұрын

    Amen

  • @violettenahayo8464
    @violettenahayo84642 жыл бұрын

    Ooohh mana urinyishu pe

  • @burundigospeltv2661

    @burundigospeltv2661

    2 жыл бұрын

    Amen

  • @chanellekaze8880
    @chanellekaze88802 жыл бұрын

    Halleluaj Imana yacu niyo kwizerwa

  • @burundigospeltv2661

    @burundigospeltv2661

    2 жыл бұрын

    Amen

  • @raphatv4307
    @raphatv43072 жыл бұрын

    Rien n est impossible à notre Dieu.

  • @burundigospeltv2661

    @burundigospeltv2661

    2 жыл бұрын

    Amen

Келесі