HARAJE IBIHE VYO GUSEVYA ABAKRISTO - TWAMBARE IBIRWANISHWA By Pasteur Athanase

Музыка

Mufise ico mubaza canke mushikiriza turondere kuri 📞+257 79 241 679/79 089 149
Kurikirana izindi videos zigizwe n'indirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe n'ibindi uciye ngaha 👇
/ @meirratv
Dufise intumbero yo kubashikiriza ku musi ku musi ubutumwa buremesha bugahembura imitima tubicishije mu ndirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe, inyigisho n'ibindi.
Mukaba mufise kimwe mur'ivyo duhejeje kuvuga aho hejuru, canke mwipfuza kutwunganira no kuduterera mu buryo ubu canke buriya kugira ngo dushike neza ku ntumbero yacu, murashobora kuturondera kur'izi numéros zikurikira:
+257 79 24 16 79 (WhatsApp)
+257 79 08 91 49 (WhatsApp)
YESU KRISTO ABAHEZAGIRE!

Пікірлер: 8

  • @user-xu8tu3ul1r
    @user-xu8tu3ul1r7 ай бұрын

    Amen Yesu ashimwe

  • @meirratv

    @meirratv

    7 ай бұрын

    Amen 🙏💖

  • @user-dq2nc7kp6n
    @user-dq2nc7kp6n7 ай бұрын

    Imana idufashe❤muhezagirwe kunygsho muduha ziratwubaka

  • @meirratv

    @meirratv

    7 ай бұрын

    Amen🙏💖

  • @gilbertniyonzima7354
    @gilbertniyonzima73547 ай бұрын

    🙏🙏🙏

  • @meirratv

    @meirratv

    7 ай бұрын

    🙏💖

  • @DeoBizimana
    @DeoBizimana7 ай бұрын

    Yesa tugwanir

  • @meirratv

    @meirratv

    7 ай бұрын

    Amen 🙏💖

Келесі