Guhindura ikibanza mu gusenga By Pasteur BAKUNDUKIZE Gérard

Mufise ico mubaza canke mushikiriza turondere kuri 📞+257 79 241 679/79 089 149
Kurikirana izindi videos zigizwe n'indirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe n'ibindi uciye ngaha 👇
/ @meirratv
Dufise intumbero yo kubashikiriza ku musi ku musi ubutumwa buremesha bugahembura imitima tubicishije mu ndirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe, inyigisho n'ibindi.
Mukaba mufise kimwe mur'ivyo duhejeje kuvuga aho hejuru, canke mwipfuza kutwunganira no kuduterera mu buryo ubu canke buriya kugira ngo dushike neza ku ntumbero yacu, murashobora kuturondera kur'izi numéros zikurikira:
+257 79 24 16 79 (WhatsApp)
+257 79 08 91 49 (WhatsApp)
YESU KRISTO ABAHEZAGIRE!

Пікірлер: 23

  • @ndatoyeaspert6745
    @ndatoyeaspert67458 ай бұрын

    Amen!Imana inyugururire ibihe vyiza vyo gusenga mpindure ikibanza

  • @meirratv

    @meirratv

    8 ай бұрын

    Amen 🙏💖

  • @BoscoNambajimana-bb3zt
    @BoscoNambajimana-bb3zt8 ай бұрын

    Amen

  • @meirratv

    @meirratv

    8 ай бұрын

    Amen 🙏💖

  • @EmelineNkorerimana
    @EmelineNkorerimana15 күн бұрын

    Iman'Iduhe guhindur'ikibanza .

  • @meirratv

    @meirratv

    15 күн бұрын

    Amen 🙏💓

  • @MelchiorNdayizeye-xo7id
    @MelchiorNdayizeye-xo7id3 ай бұрын

    Nukuri tugume tuvuga yemwe abibutsa Uhoraho ntimukarambirwe

  • @meirratv

    @meirratv

    3 ай бұрын

    Amen 🙏💖

  • @KaburaEliphaz-pm1zb
    @KaburaEliphaz-pm1zb8 ай бұрын

    Icompa nanje nkahindura ikibanza

  • @meirratv

    @meirratv

    8 ай бұрын

    Amen 🙏💖

  • @EsperenceNdayizigiye-sv1jz
    @EsperenceNdayizigiye-sv1jz7 ай бұрын

    Inyigosho zawe zubaka umutima wanje

  • @meirratv

    @meirratv

    7 ай бұрын

    Amen 🙏💖

  • @Irakoze-m5n
    @Irakoze-m5n8 ай бұрын

    Amen amen,ugusnga burya 👌👌👌

  • @meirratv

    @meirratv

    8 ай бұрын

    Amen 🙏💖

  • @Irakoze-m5n

    @Irakoze-m5n

    8 ай бұрын

    Harimw'ibanga

  • @meirratv

    @meirratv

    8 ай бұрын

    Amen 🙏💖

  • @Irakoze-m5n

    @Irakoze-m5n

    8 ай бұрын

    Harimw'ibanga

  • @nshimirimanajohnsgod2816
    @nshimirimanajohnsgod28168 ай бұрын

    Murakoze cane

  • @meirratv

    @meirratv

    8 ай бұрын

    🙏💖

  • @user-fs7kp6ey6u
    @user-fs7kp6ey6u8 ай бұрын

    Aaamen🙏

  • @meirratv

    @meirratv

    8 ай бұрын

    Amen 🙏💖

  • @rukundojeanmarievianey3853
    @rukundojeanmarievianey38538 ай бұрын

    Amen

  • @meirratv

    @meirratv

    8 ай бұрын

    Amen 🙏💖

Келесі