Juxte nukur urakwiriy mg nukur ur umugab benichou rekan na cameraman sha yubahw natwenz ndumirw 🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣Bja hit ✊✊✊✊✊✊nukur nzosoror one day p juxte lmana irakubon 🤣🤣🤣🤣🤣🤣
@violettemediatv143
2 жыл бұрын
ASHA nihatar kwer
@novatidamian7236
2 жыл бұрын
Iyazakuba nka jewe wewe mumenyesha makuru wurusaku warikuva ngaho ndagukuyeyo ijisho warigutahana rimwe. Nimba yari we amahera ntabutungane bihari yarikwitura atamanye media zitabaho!!!!!
Reka gutwenga we jew'umugabo navuy muburundi tubana twarabyaranye twarakoze na mariage yandiye amahera yimyak'ibiri yose🤦♂️🤦♂️🤦♂️🤦♂️
@sandra-zl5se
2 жыл бұрын
@@muhozachance2689 niko babaye ham ngo nitw duhemuk😭😭😭nukunt tuvunika
@muhozachance2689
2 жыл бұрын
@@sandra-zl5se Sha nihatar nukwihangana nyene
@ninapolo957
2 жыл бұрын
@@muhozachance2689 reka batwenge ntibazi ko na ba mvyeyi babo bashobora kuyarya kandi ari abavyeyi rero ugiriwe ubuntu nturibwe amahera ntuce wigira umunyabwenge.
@biheraneza66752 жыл бұрын
Ndamwemera nawe ntubuze uwo wayariye reka ayakudye
Пікірлер: 327
Ufise icubaza canke uterera : +257 68 051 919 N.B . Zikora kuri Whatsap gusa Ntiwibahire kugira Subscribe kugira uzuraba uwambere ukurikirana ibiganiro vyacu. Turabakunda kzread.infovideos
@ancilemanimfashe5225
2 жыл бұрын
Juxte nukur urakwiriy mg nukur ur umugab benichou rekan na cameraman sha yubahw natwenz ndumirw 🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣Bja hit ✊✊✊✊✊✊nukur nzosoror one day p juxte lmana irakubon 🤣🤣🤣🤣🤣🤣
@violettemediatv143
2 жыл бұрын
ASHA nihatar kwer
@novatidamian7236
2 жыл бұрын
Iyazakuba nka jewe wewe mumenyesha makuru wurusaku warikuva ngaho ndagukuyeyo ijisho warigutahana rimwe. Nimba yari we amahera ntabutungane bihari yarikwitura atamanye media zitabaho!!!!!
@novatidamian7236
2 жыл бұрын
Uwo mukobwa navugishe ukuri ashaka umugabo
Amahera y'abakobwa ntaribwa basore
Benichou nkeney link yawe uyumusi sinacerew saudia murihe tumenyan mukuraba ibibijuju vyabakobwa😂😂😂😂😂😂😂😂
@majedalotaibi9350
2 жыл бұрын
Ibibnt birik bib kwab bakobw nikibz nkaj ndayarnk narush sinoyahong imisore
@annyfafafanny5099
2 жыл бұрын
Hew nihatari kwemera guha amafranga umuhung utazi aho kuyarungikira abavyeyi biwe akayaha abahungu nakome vraiment
@qasimshasha9126
2 жыл бұрын
Oyaa nibipfu kwl
@ol8228
2 жыл бұрын
Turahari
@amidjaja5695
2 жыл бұрын
😂😂😂😂😂
Abakobwa bibijuju kweli umuhungu niwe yokugurira parcelle knd ufise abawanyu abantu mukunda kwinshi
Kimwe gusa abahungu sivyiza mugihe umuntu yakwizeye ugaca uhemuka kubera amahera sivyiza
Amahera ukoreye mwibi bihugu vya barabu yofuma aribwa na mama wawe canke abo mumuryango wiwanyu yahoo yoribwa nizo mbwa ngo nabahungu
@ntirampebasamuel8138
2 жыл бұрын
ibijuju nabahungu bos canke? Nimwige kuvuga amaherayo turacayarya
@jacksonkabaneze8849
2 жыл бұрын
Ntugatuke abahungu ngo ni mbwa ntuzasubire
@zahranawzahra3284
2 жыл бұрын
Uravuze nabicane goni mbwa zabahungu urasari shije Muga uyomuhungu ntakosa afise none kuki uyomukobwa ata yaha abiwabo gobamungu rire nya parasera Ahubwo naba kobwa mura kwiye kwikebuk
@deborahofficial6154
2 жыл бұрын
@@zahranawzahra3284 uko nukuri nukwikebuka hama kuvunga ngo nimbwa reka ndabisabire imbabazi kuko jew vyarambabaje
@ntirampebasamuel8138
2 жыл бұрын
@@zahranawzahra3284 bisabako twiga ikirundi tukakimenya nukuri yaravuze nabi bimwe bibi ngoturimbwa ? Nihatari kandaho naw yimirij kurongorwa nimbwa? erega yabuwomuhungu cankuyo mukobwa ntanumwe yakozikosa noe iyayaha umutyango wiwe womwirongorey uko ninkakurya inyana biyankira ikironderera igi pfizi
Oman 🇴🇲🇴🇲 tumenyane ✌️✌️✌️✌️😁😁😁😁
@eellooe6339
2 жыл бұрын
Bamuryivyomushoboye kuriha bamuzamuraryivyomuruhiye
Bamara gukora amakosa, bafashwe ngo Beny niwe mubi 🤣 Juma Jux barakwiye kumwongera umushahara 👌🏾👊🏾Beny nawe Kookay akurihire Gim ury’icuma sana💪🏾🤣😁👊🏾
@mwaminiomar185
2 жыл бұрын
Uvuzukuri kook-k arabe abo bakozi abongeze kuk barakora 😂😂😂😂
@clarissabellaterimbere6073
2 жыл бұрын
@@mwaminiomar185 😂😂😂uvuze ivy nariko ndiyumvir barakwiy kubongera
@Kelly-mv7py
2 жыл бұрын
Baca bibagira yuko Beni yibereye Kukazi
@adidjazilfa4545
2 жыл бұрын
Kbs
Shaa bayabarya buhoro ngo chr aho numuryango ntiwabona natanu yophuma arya umuryango wanj
Harabahung bimihimbiri nukur 🇧🇮🇧🇮🇸🇦🇸🇦🇸🇦🇸🇦🇸🇦
Benichou Big Up kbs Bujahit ndumufana wanyu vrmy🇷🇼🇷🇼🇷🇼
@johajohar7777
2 жыл бұрын
❤❤
@benichou5996
2 жыл бұрын
Thank you sanaa kabisa
Hhhhhhh courag mamy amahera tukura mumaraso yabarabu kubita uyomushezi wumuhung 🇸🇦🇸🇦🇸🇦🇸🇦🇸🇦🇸🇦🇸🇦🇧🇮🇧🇮🙏🙏
Rekanitwengere kuko ivyindangare biraribwa👍👍👍👍👍
@euthraisefafa1328
2 жыл бұрын
Ksb
@muhozachance2689
2 жыл бұрын
Reka gutwenga we jew'umugabo navuy muburundi tubana twarabyaranye twarakoze na mariage yandiye amahera yimyak'ibiri yose🤦♂️🤦♂️🤦♂️🤦♂️
@sandra-zl5se
2 жыл бұрын
@@muhozachance2689 niko babaye ham ngo nitw duhemuk😭😭😭nukunt tuvunika
@muhozachance2689
2 жыл бұрын
@@sandra-zl5se Sha nihatar nukwihangana nyene
@ninapolo957
2 жыл бұрын
@@muhozachance2689 reka batwenge ntibazi ko na ba mvyeyi babo bashobora kuyarya kandi ari abavyeyi rero ugiriwe ubuntu nturibwe amahera ntuce wigira umunyabwenge.
Ndamwemera nawe ntubuze uwo wayariye reka ayakudye
Jux fanya kazi yako Benny nawe akureke😂😂😂
Beny chou mfasha umpe nimero yuwom'ukobwa harivyonkeneye kumubaza ndabigusavye uzob'ukoze🙏🙏🙏
benishou buzurabavumbura bagaragare barakagorwa
Sha ukoreshej ubweng ukihweza nez, Bury ibibinu nivyobateguy kwl, nyen boba bashats kwigisha cnk gutang impanuro nayahandiho ibinivy bateguy kwl
Yoho poresan mugabo amahera ya barabu arangoye basha naje twoyankana kumahera reka
béni jew sigay ndagufana ku biganiro ukora😂😂😂turashak boss azorab akwonger disi umushahara👏👏
Béni chou komeza ikiganiro.muzoduhe ibikurikira.uwo muhungu naje mugasho
ubwenge bwarabajabutse wallah ngo 5million🤭🤭🤭🤭ntaba yarabavunye mbiswa🏃🏃🏃🏃team hamam mupo🏃💃🤸🇧🇮🇴🇲🇴🇲🥰
Cameraman respect 😂😂😂😂😂🔥🔥🔥🔥🔥
Amahera yokwamwarabu kugira uyaronke uraruha mana yanje urwo rukundo kumwizera umuhungu umuhe amahera mana weeeeezzzz ishwi daaaaa
Sikiya bénichou wallah 🤣🤣🤣🤣🤣benichou ndakunda akazi kawe wallah
Respect cameraman Beni ngazogukorerako numudemu wawe ngukunda fujo😄😄😄😄😄
Ikiganiro ciza kweri Kandi cigicha pee🔥🔥
@benichou5996
2 жыл бұрын
Kabisa
Umuhungu agusavye amahera cuvinyuma bafise ubuhimbiri bwokurya amahera yabarikwiruhira mubarabu sha umudide sha wamukobwawe
Umuhungu karamubanye urahuye numusto adakina ,Bénichou turakeneye part 2 👏👏👏,much love 😘😘😘🇧🇮🇧🇮🇸🇦🇸🇦
@nassemjosileen8597
2 жыл бұрын
Arahuye numwana yabonye umuruho
@mwaminiomar185
2 жыл бұрын
@@nassemjosileen8597 kweri
namutware🤙🏻🤙🏻🤙🏻
Nimba afise iparasera yifate ibintu vyose afise twara urazi ibikorwa tukora ino 🇸🇦🇸🇦🇸🇦🇸🇦🇸🇦🇸🇦
Good job
Benichou big up sana jew ndagufana 😎😎
😂😂😂😂😂😂 Achamuwe mnakoma nikiziwapatiya watazila 🤣🤣🤣🤣🇧🇮🇧🇮🇧🇮 nimuze mukoma kabisa 💃💃💃🔥🔥🔥
Mpinim zuwomukobw ndamwereke iyaca mukuyaronk amaher yiwe iyomihimbir yabahungu bary ivyobataruhiye
@angeleilla2309
2 жыл бұрын
Jew handangire kwel haruwamperaniy
@sosoirakoze3706
2 жыл бұрын
@@angeleilla2309 mpa nim yaw ndakurangire vrt ntaribi
@samiauwamahoro5019
2 жыл бұрын
Chr ndakwingize undangire jewe naribwe 10millions ndakwingize uzaba ukoze cumbwira ndaguhe numéro uzabukoze
@claussebaby
2 жыл бұрын
@@samiauwamahoro5019 pore
@sosoirakoze3706
2 жыл бұрын
@@samiauwamahoro5019 nukur yimp ndakurangir ntakibazo ese ubund urihehe uwomuntu ariburundi zimp nukur ndakurangira
Menamas uyomuhimbir barazinvune yayo
buja hit ntabindi biganiro mugitanga atar ingwano
Urukundo gubu ni nurudandazwa none wewe wizera gute umuntu atari mama canke mwenewanyu
Nukur ash nanj vyogend uk nobanz nkaronder abamukubit nez bakamunoz nkabahemb ham ngac mpamagaz picape nahonyen nobahemb bakagufung knd utayampay nokwemer nkagaruk kuronder amahr yokuguhezay uz itir umunt arar izombw naz zikary wazizey big up juxte ndagufan 👊👊👊👊👊
Ahaaa a ntivyoroshe
Yooo manawee nimureke kuzamurizera ivyobisuma vyabahungu ubwurazimilioni zitanu ahoziri karubusa murafyina kbs kandukobinoneka uyumuhungu amaherayarayariye nonengo ntakimukeneye akosakumiro ariko ibibintu nibizebirahingyigisho abakobwa bizera abahungu kugezahiyo
Ahubwo yayariye. Buhiro
Benichou zurabahanur izombwebw ngonabahung weho umeng urumunt muzima
None mwabahungumwe mubechanakobwakomubakunda mutabakunda umuntu akirinderera ibuzima mukamuhenda akabaha uburyo bwiwe mugaca mumugeuka 😍😍🤔🤔🤔🤔
Womuha izo milioni kugira habiki ntabiwabo yarafise ewe mukama wanje ivyindangare birarika kwer
Hanimbwa dada yiba
Uyo mupeti aburana nkabana ayo mahera anzoyariha
Turakeney episode 2 inyaruk
Iyo firime mwayiteguy neza
Ukunikonzogira uwuraho sinzoraba ngonumuryango Shaaa ababtu turi kurondera baraduhohotera peeee
@igirimbabazisania9768
2 жыл бұрын
😀😀😀😀😀😀
Nihatari kweli abahungu sabo kwizera
Buja hiv tugiye kubakubita Kubera mujenabi abantu bakundanye bamureka kwemera ubujuju bwabakobwa
Hey Beny Nihatari am from Rwanda big up
@benichou5996
2 жыл бұрын
Thank you 🙏🏾
Mwenewacu wacu wewe gabany amajambo reka nokwisaraza nambuzi neza kuri mukuri kowamuhaye amahera akayarya wewe ndondera inbox ndakwereke ico dukora ayazana atabona imbere ni nyuma ahubwo ashaka nayakurihe bitaramukomerana ❤️❤️🇧🇮🇧🇮🇸🇦🇸🇦
@noellaniyonizeye1646
2 жыл бұрын
None Dada yetu Inbox tudasanzwe dufitananiye amanimero bigenda gute cnk witwukunyene kuri Facebook ?
@lilianeirakoze723
2 жыл бұрын
@@noellaniyonizeye1646 ingo tuvugane mmy nanje ndafise ikibazo cuwumperaniye ingo fb ni Irakoze Liliane
@samiauwamahoro5019
2 жыл бұрын
Chr mbwira nukuri uzaba ukoze nanje naribwe
Ariko urazi umuruho wamahera yino mubarabu yoooo ngo mpe umuhungu yeeee ahubw imenga nimiti babashirako bayanarya buhoro
Beni ww ndakwemere nutundi tubwa twigireho
Ubwobuhung bw iminwa murabur nab mukundan kwer akonagasum p
Uwo numwijogonyoro sha ahubwo uwo muhungu yayariye buhoro iyamwongera nayandi akihekenyera
Nkogukunga umuhungu nkuyu nikwimara maraza pe
Ndapfuye nogutwenga kwel
Iyomishenzi yabahungu barazi uburuhe tugira barazi amagogwa duhuranayo iyomikoshi yabahungu muhe amafranga yiwe abahungu musigaye mwigira indyadya
@majedalotaibi9350
2 жыл бұрын
Izongeger zabahng nikuz turazitwik uzuknt tuyarnk twamenets
@johajohar7777
2 жыл бұрын
😆😆cezea 5milions wew namu terigitega basi ruce aho ruciye azihane badae🤣💃🏿
@emelyneniyonizigiye6617
2 жыл бұрын
Nukuri birababaje cane uzikugira uyabone uburuhe ugira namagogwa nukubahata igiti kbs abobahesera
Abakobwa turino mubarabo muri bijuju niba muyatora hasi urazi ingene tuyaronka tuyarushe muyabaha gute nibaze barayabavya
Nayamuhe
Mbe gani nagiyehe 🤣🤣🤣
Ewe Oman 🇴🇲wara ngowe nukuri
Ingorane abakobwa mufise nuko muhendwa nuburofa murenga abahungu bafise imitima barezwe mukirukira ibirara mugaca mubahonga amahera.ndabahanure abakobwa mufise amahera abahungu tugifise imitima twarezwe kand dufise n'ubumenyi buhagije kuvyerekeye ubuzima rero nimubarondere mureke kwirukira ababarya inoti ataruko muzokwama mwaguye mungorone nkizo.
Ben ufise akazi gakomeyep
Umusuma ntagira inguvu wallah kubita
Muba muhaze
Uyumuhungu numuhemu.umukobwa yariyakwizeye nkumukunzi
Nagusubize ivyawe
Ndumiwe ahubwo nyimba mutaruha🙄🙄😀😀😀😀😀😀😀
Namuhe amaher yiwe imihimbir yabahungu bary ivy bataruhiye
Lakini wanawake tuwe tunajiamini kubaka inzu nguzobanemwo n’umuhungu 🤭umuhungu wenyene aranakugaya 🙄
Aba journaliste mwaragow benichou mpor sh nakaz nuko bimez ham abahung barya amaher yaband bokom
Kura muyo umuheranye wirihe kabisa..
Oh my God 🙏🙆♀️🤦♀️🇧🇮🇸🇦🇸🇦
Ariko nuyo mukobwa yari yabuze aho abika amahera uyo muhungu ubona yoshobora ku gerant 5million
Utu du séries ni Sawa🤓🤓🤓
naguhe
Ikijuju cumuhugu
Wayamuheriki nukungene niruhira nopfuma ndayatanga nkayagabira abagowe nabo izobwa namahera yanje zorya
camera man kwel much respect.aratwerka ibintu kabisa
😂😂😂😂wari wayahaze nibaze barayabarya
Nihatari kweri ntibigiye koroha kazima wemera ko yagutuma ukayatwara iwabo mucakire aguhe amahera yawe
Iyo mihimbiri izi kurya ivyitaruhiy
Wayamuhaye habonande🤣🤣🤣ahubwo uwomuhungu narikumufasha kurya kurayo mamiriyoni🤣🤣🤣🤣nagirango wayarungikiy umuryango kosamali update akilo
Abakobwa bijuju ndabatahije mwubahwe😂😂🤣🤣😋😋😋 mukundabagabo bokumitandao ibijuju mubikorereko urakayarya wamusorewe ndagufanasana bigp bro🔥🔥💋💋❤❤🤣🤣😂
@user-yq8je2pj1r
2 жыл бұрын
Uravuga make sha nawe harigihe vyogushikir murimake iyo ukunda umuntu ukamwizer so ndumva ntakibazo none wewe umuhungu mukundanye Noé ntayo noguha??
@user-vk7hj3yi3x
2 жыл бұрын
Nawe mbona uri mubarabu uravuga make nawe vyokubako udahemukiwe numuryango urahemukirwa numukunzi re vugana make numugabo yobikugira nimba urumugore rero ceceka
Abahungu benabonabonguhanwa
Nibaguh utwaw
Ubutsima bw'icasame ntawutabubegako!
Mukooo mpore.ariko ico n'icirwa no Ku bandi babonereho
Ivyobihimbiri vyabahungu birya amaher
😂😂😂😂😂😂😂😂benichu merci kuntwenza we na cameraman😂😂😂😂😂😂😂
muendelezo jamani part 2
Kubita umujyinga abahungu nkabo nabo guhana vrm😅😅😅😅
Amaher yomurioman arakozibar🤣🤣🤣🤣🤣
Akogahungu Gasa n'agahimbiri nayo mahera ntaco yakamariye nimbobo
yoooooooo
Mub muhaze 😂😂♥️🥰🌹