Kelsie afashe wamuhungu yamwiba amahera | Amutaburiyeko impuzu mwibarabara | Raba ukuntu birutse
Ойын-сауық
Ufise icubaza : +257 68 051 919
Ushobora kuraba #Nobela uciye kuriyi link munsi :
kzread.info/dash/bejne/p32JqLuxYNuXdLg.html
Ufise icubaza : +257 68 051 919
Ushobora kuraba #Nobela uciye kuriyi link munsi :
kzread.info/dash/bejne/p32JqLuxYNuXdLg.html
Пікірлер: 178
Ufise icubaza canke uterera : +257 68 051 919 N.B . Zikora kuri Whatsap gusa Ntiwibahire kugira Subscribe kugira uzuraba uwambere ukurikirana ibiganiro vyacu. Turabakunda kzread.infovideos
@chadiadusenge5573
2 жыл бұрын
Coucou nje ndashaka numero y’a benichou ico twivuganira mwiba mukoze
@zainabzainab9803
2 жыл бұрын
Nanje ndabakunda chane ♥️♥️♥️
Benishu nukuri niwe ubigize warikubimufashamwo kabisa ko yari yarinze akurondera nukuri birababaje kubona agiye mwarikumwe
Kelsie kuwa mupole wavuze ngo abakobwa bo muri saudia nibo baha amahera abahungu wew warayamuhaye bigenze gute
Kumbe wabibonye iyo kelsy numunya manyanga ubwambere yavuzengo afisinda ubunaho ndabira niatal kweri
Ariko kelsie🤣🤣🤣ndagukunda ❤️🇧🇮🇰🇼
Ako gashano sishaka ko ko yaronka pe kayabure burundu love frome burundi 🇧🇮 saudi 🇸🇦
Oy turabizi kwar comedie nigihe uvuga kufis inda waratwemeza kwativyo urumva rer twarabamenye
Kercy muzorab kwatarway mumutw ntamuntu akomey akora nkivyiw, ujany convocation ucuja gushwana😂😂😂😂😂 urakajuju wallah
Kercy yabaye nkumutemwe kuko abatemwe biyambarira uko nyene😁😁😁😁
Ndamanyutse ahwiiii ndapfuye nukuri uyomukobwa yubahwe keresi kugukarayifitiye ninomerimwe😅😅🤣🤣🤣✌✌✌
Beni uwo mukobwa afise Ikibazo vrmt gusa nihatari big up broo
Ntiyamwivye Ahubwo barapoporanye Ntiyamuriha Iyondaya Mbaya
Noe ga ya nda yagiye hehe Cnk yaravutse ))😆🤣
Courage ben
Ivyobirato Mana ndapfuye😄😃😄😃😃😄
Veni chu nukuri ndahwereye nimbavu xirasanzaye beni chu ingushonerimbavu
🙈🙈🙈😀😀😀😀😀😀Aramucitse ndaq
Muba muhazee😂😂❤🔥🔥
@myvenif3627
2 жыл бұрын
Naw uragakunda ako kajambo hhh
Murahaze
Mariage ya bel cris na kelsie yoryoha
Kelsie wavyitwayemwo nabi kuko watwaye ishavu knd wari watwaye convocation vyose vyohereye imbere
Benichou wew yariyakwituye kugir umufash mwarikuyagir murugo
😂😂😂 part 3 plzzz 🏃🏻♀️🏃🏻♀️🏃🏻♀️🏃🏻♀️
Benny havuga Uwo bubezwe kabisa none vrma kercy arakomeye canke numusazi muri rusangi.iyomikino yanyu iraturambiye kweli.
Baraguhamij shaa amanyema azohera kandi buke buk nukukwica bazakwica nutagabanya ingesozawe mbi nuburaya🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣😭😭🤗🤗🤗🤗
Kayuwayi
Uwobona abantu yogira ngobariyubaha raba nkuyo muhungu wokwibaza ngwariseriye kumbe nimbwa yigendera
😎😎
Nihatar kbx
Yooo ndegutse Benichou wakoze ibiganiro vyinshi ugiye wabona🤣🤣🤣🤣🤣Kelsie arabahakij mwese ndapfuy nogutwenga
@mwaminiomar185
2 жыл бұрын
😂😂😂😂😂nibisuko rer
😂😂😂😂nimejikuta nacheka bila kupenda 😂😂😂 mbavu zang Mimi jamani 😂😂😂🤨
Nzurakunda numuhung aboneka nkurya muhung niwe mwaryamanye wahora wiyemer hhhhhh turamubonye kwis nikwitond
😃😃😃😃🤣🤣🤣🤣🤣🤣beni uko muchokozi sna yooooo rindi nanjeve sauza zedukorane ndake 😃😃😃😃
😂😂😂😂😂😂😂 Chachou Romantic from BE CHAP TV
🤣🤣Ew Benny sha uracafise akazi kenshi kweri🤣🤣🤣
Numugabo akximitije arahowe
GS mwajanishije mwaberewe
😂😂😂😂😂🤣🤣😂😂Ndamenetseeeeeee benichou imbavu zanj unyaruk uzishone🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣Ahwiiiiiiiii
Iyo ndaya
😂😂😂 benichou gumahamwe bakwereke
Uyonumwijogonyoro muba muhaze😂😂😂😂🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
Mbanakwer,mushoboye,kwihingirimirimo,peeee,mbonijambo,bababwiyemwarifase,nkamapeee😂😂😂
Indayagusa wabuze uwuguhonga ubuho ntayuronka wiba
😀😀😀
Béni chou warikumufacha kuko yarinzakwizzera azokurondera narihideni yarivye narihe
uwomukobwa afise idayimoni.none mbeyanda yarayikoroye?🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
Kelsy wavuze abakobwa turi muri saudia tuhereza amahera abahung non ww wayamuhaye gt sha iman irishura ww urumukobwa nunzosubire kuvuga nabi kubera isi nisakaye
Murarush kwl
Benichou Shan uko mchokozi baba
Umwe wa parcelle kowamufasha Benichou ariko ivya kercy wavyigiyi nyuma muratwengej kabisa.
Kimwe nunzosubira kuvuga nabi ukur kwisi
Babuze kumumwa urazi ukuntu akogakobwa gakunda gutuka.abari saudia na Omani nakome harya agumatuka abantu imana ihora yihoreye kavuga kabakobwa bari saudia baha abahungu amahera none nyene koyayamuhaye azasubire kutoswoza
Ako nagatwiko
😂😂😂😂😂😂😂😂Mbega!!!
😀😀😀😀😀
Uwo mukobwa arwaye mu mutwe
ewe kerci nawe arakovya ukamengo nivyo kandi ari comédie
Izo comedie mwiharaje gabasha muzohinyuka
Hhhhhhhhhhh man 😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂🇸🇦🇧🇮
Beni sivyiza warikumufasha birabonek ko uwomuhungu yayatway muga pole igihe kercy imana izagutemberer uzashima ntago njew nobiguhor ndagutahur gusa beni nimumufash ayamuhe icokiband abahungu babahehes gusa
🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣ndasanzaye kbx
Mwese murabasazi murashisha bamurondera ibiganiro vyubaka apana iyominuko.
Ni série épisode 3 turayirindiriye
Ijinni ntizirikure kbx
Murashaka kuvuma kunguvu
Rekarero mbabwire musigaye mutwika kbs uwobishira mugasobanuye vyoryohagusumba
😂🤣🤣kelsie yarisariy vrt numv ntwez cn nimbav 😂😂🤣
Abahungu nimuje murigumya umukobwa nkuwo niwogutorera amahera?????
🤣🤣🤣🤣🤣🤣2022 oyeeeee
Izo kkkkkkkk ziranyica pe 😂😂😂😂😂
Béni ahubwo aravyonga nawenyene asigaye acakina nkabo gusa yari kubabaza i questions apana gutanga avis yiwe
Tumubakira kumw kumuzigo🤣🤣🤣🤣🤣🤣
🏃 run 😂😂😂
Ico nkundira béni aba ari sérieux kbsa 😂😂😂
Kelcie wagabunust wonz ubw nutwite😁😁😁🙄🙄😀🙄🙄😀🙄😀🙄🙄🙄😀🙄😀🙄😀
Benish niwe ubigize niwe utumye amucike
🤣🤣🤣🤣Muhaze urumogi
mbga bimwe vya ya nda vyaherey he😃😃
Huyo demu haenezi kicwani 🤯Zilisha 🍆zidi 100
Narinda bakumbuye
Ben bureka kutuzanira akantu katagira indero uguma utuzanira iyo shetani sabonne buja tv muzoyibura
Jew nogukubita zikakunukaho😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
Beni nawe umengo wariko uramushigikira uyo muhungu
Sukobishuza ni bitutsi wamututse Birengeyumbwo bufaranga
Benichou ntuberany gukoran ikiganir na Kercy kk arashiramw ukutagir indero
Urikijujukwell uremerako imana ihri???
Mbavuu zanguu weee 😆😆😆😆😆😆
😃😃😃😃😃😃🤣🤣🤣
Mureke urumogi..!!, mwese musigaye mukina ivyo kugwana gusa..? Muba muhenda bande..??
😁😁😁😂😂🔥🔥🔥
@noosinoosi6751
2 жыл бұрын
Manaweeeee iyirukire maze di bro yarakoz kuguhonga kuko ntivyomushikira kuko yaratwambitse ibara abademu turi mubarabungo duhonga abagabo wewe uwoyahonze numukobwankaweeee
😂😅😅😅😅😅
Haaaa muratwenza kwer
Yahuye numwana yarezwe nabavyeyi 3 nasekuru arimwo azi inoti icarico iyorofa yumukobwa 😂😂😂😂 nahise seka ntanamaramara ahubwo
Nokugira inam kwis nikwitonda nunzosubire kuvuga nab
Kels suwo gukorn ikiganir
Ijambo rimw sindiko ndumva nazibiy amatwi
🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣Murasetsa
Ew bin boguh ikofi😆😆😆
I buja harabayo inzu zivyondoo🤔🤔🤔
Hahahahaha
@user-ks7fi8do1s
2 жыл бұрын
🙏🙏🙏🙏🙏😂😂😂😂