Agathon Rwasa avuga ko azokwitwara muri sentare z’akarere ku bijanye n’umugambwe wiwe

Umugambwe CNL mushasha ugizwe n’Imbonerakure. Ayo ni amajambo ya Agathon Rwasa, yari asanzwe arongoye umugambwe CNL. Agathon Rwasa akaba yakuwe muri ayo mabanga inyuma y’inama rukokoma yatunganijwe n’abamwiyonkoyeko kuri uyu w’Imana i Ngozi. Agathon Rwasa akavuga ko ivyo ari ubutegetsi bubiri inyuma bubicishije ku mushikiranganji w’Intwaro yo hagati avuga ko ariko ahonyanga amategeko mu gushigikira abo bamwiyonkoyeko. Akabona ko leta yari ikwiye kwitaho ibibazo nyamukuru bihanze igihugu ikareka ihiganwa ry’amatora rikagenda neza. Agathon Rwasa akaba yabivuze ariko yishura ku bibazo vya bagenzi bacu bo muri radiyo Ijwi rya Amerika.

Пікірлер: 48

  • @user-ke5xt7et3d
    @user-ke5xt7et3d4 ай бұрын

    Niyirambire agato gwasa ahubwo niyafpa nihazoba hapfuye bagwasa natwe turahr💪🔥💥💯inyanka mugayo mukomeze imitima ntimurabe iyo muva murabe iyi mujantimukangwe🤏iyohejuru niyovyose

  • @chrisoneilniyungeko839

    @chrisoneilniyungeko839

    4 ай бұрын

    Turi kumwe Mon frère

  • @AkimanaJeannette-tz1to
    @AkimanaJeannette-tz1to4 ай бұрын

    None mutama kotuzi urumugabo turagutora bigahereriyo none wunva gute gusa imana irakubona muvyeyi ❤

  • @venustenshimirimana3639
    @venustenshimirimana36394 ай бұрын

    Mr Hon.Agathon Rwasa remember this "a winer is dreamer who never give up!!!!"

  • @theontaki8062
    @theontaki80624 ай бұрын

    Imana imbere

  • @Oman-ju7xd
    @Oman-ju7xd4 ай бұрын

    Rwassa mung mbere🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉❤❤

  • @user-og8iy8vg9j
    @user-og8iy8vg9j4 ай бұрын

    Nukuri ndagukunda niyuvuga uvuganu rupfasoni mutama

  • @user-qd4dn8uy8c
    @user-qd4dn8uy8c4 ай бұрын

    Uwu yama yitwaye nuko gusa adatungankrizwa!!!

  • @Didace-ee8mm
    @Didace-ee8mm4 ай бұрын

    Mutama wavuga ariko abubwira baratewe nidayimoni yubugunge nukudaharira ahorero n'lmana gusa yokwambaza kuduhenda ngobarasenga nibareke kwonona amahera yigihugu ngobari mubikorane!

  • @Bensonkwalia-qg5bc
    @Bensonkwalia-qg5bc4 ай бұрын

    😊😊gutwagwanibijujunuko bigenda

  • @venustenshimirimana3639
    @venustenshimirimana36394 ай бұрын

    They don't want Burundi to overcome,they are developping their families only not our country

  • @Krdsnge
    @Krdsnge4 ай бұрын

    🎉🎉🎉🎉

  • @ButoyiThierryve
    @ButoyiThierryve4 ай бұрын

    Rwasa ndamukunda cane kandi avuga vyokweri komera mutama

  • @SurprisedAstroStation-nm1pn

    @SurprisedAstroStation-nm1pn

    4 ай бұрын

    Twese turamukunda iyabatwari turonse uburyo bwuko twagenze abariko bamuhemukira sha twogikoreyko kwer, muga ntaco imana izocinzira,

  • @chrisoneilniyungeko839

    @chrisoneilniyungeko839

    4 ай бұрын

    Avugan'ubwenge bwinshi

  • @JeandedieuNduwimana-yf5pc
    @JeandedieuNduwimana-yf5pc4 ай бұрын

    Niwihangan wew vyarase

  • @lovepeace5460
    @lovepeace54604 ай бұрын

    Neva vyamunaniye gutangimihoho, asigaje gutayiruke ubukene nakajagari mugihugu vyabayumurengera

  • @user-be9yz8jh2d
    @user-be9yz8jh2d4 ай бұрын

    Wewe Ur, umuntu w, umugabo uwutumv, ivyiyumviro vyawe n,uwudashaka kuvirira igufa bamushiz,imbere .abandi ni vyabigugu bitaz,iyo biva n,iyo bija !!

  • @user-qi7lc9fq8t
    @user-qi7lc9fq8t4 ай бұрын

    Urucira mukaso rugatwara nyoko ,Harigihe Rwasa mwomubanzirizayo

  • @Vladimirpoutin-be4qb
    @Vladimirpoutin-be4qb4 ай бұрын

    Kirakwagiye

  • @SakubuQ-um3hc
    @SakubuQ-um3hc4 ай бұрын

    Mutama turakubaha nijambo ryaw niryumugabo nyamugabo kandi turi inyuma yaw kandi nuwuzoguhangara azohanguka imana niyo cabona nibareke ko twicwa tugapfungwa non babona tutaguma inyuma yaw ariko ntibazotumara

  • @user-db8hm2to8z
    @user-db8hm2to8z4 ай бұрын

    Nihatar ivyubu

  • @appolinairendayishimiye-gs1cn
    @appolinairendayishimiye-gs1cn4 ай бұрын

    Bigifizzo

  • @yvetteAbayo
    @yvetteAbayo4 ай бұрын

    Ahubwo rwasa nace yigira muri cndd Fdd,kugira azane ivyobitoro namahera yagaciro.Turamukunda

  • @user-we7uq1qh7p
    @user-we7uq1qh7p4 ай бұрын

    Icho gihugu imana izabata mumuriro ivyo mwakoreye benyewanyu myaka 20 mu gihugu na mabarabara nayo dufite aba bono mwaravyonze

  • @ProsperNdayiragije-mt6zh
    @ProsperNdayiragije-mt6zh4 ай бұрын

    Neza cn

  • @user-sq4lo2cg7o
    @user-sq4lo2cg7o4 ай бұрын

    Rwasa adahunze bazamuhashuza amasasep,,,ese yokwigiriye muri red tabara,agatabara uburundi koko...kabasodo abafite kndi benshi....

  • @luckymbonye4183
    @luckymbonye41834 ай бұрын

    Je rimwe narimwe nibaza kuburundi nkumva amarira😢,kki tutadatera imbere mumutwe?ubundi kki tudatera imbere ?ibibi vyose nuburundi

  • @MoiseIgirimbabazi
    @MoiseIgirimbabazi4 ай бұрын

    Twebwe turatindiye ijambo rimwe riva kumuntu umwe hama nihobazomenyako abarundi baribarushe niyonwaro ya ba cdd izombonerakure bavuga ndaziko bazihamba iyomipira yimigabwe birirwa bambaye muzorabako bazobisubira

  • @novatidamian7236
    @novatidamian72364 ай бұрын

    Wa mugabo usubize amaso inyuma iri vogonyo wivyogonyesha ntiwarisumvya Bunyoni!! Iri tembagazwa ryo ryumukuru wigihugu urihurizahe ningorane ziri mumugambwe wawe!!??

  • @ChristopheNdayirukiye
    @ChristopheNdayirukiye4 ай бұрын

    Irambir mutama ntaho bazoshika

  • @user-sj7iy8nv5m
    @user-sj7iy8nv5m4 ай бұрын

    Wubahwe

  • @nshimirimanaachile
    @nshimirimanaachile4 ай бұрын

    Ubu urikuvuga ukuri ngira bakiguhaye abanyagihugu wobakorera ivyo bashaka ndumva warahindutse

  • @Landryitangiteka
    @Landryitangiteka4 ай бұрын

    Tekana ntavyokwitwara vyaraheze

  • @desirendayisaba5651

    @desirendayisaba5651

    4 ай бұрын

    Namwe abo mwishe sibake mutama nimwihorere amaraso arahuma nkuko mubivuze

  • @user-qi7lc9fq8t

    @user-qi7lc9fq8t

    4 ай бұрын

    Vyaheziwawe toka

  • @novatidamian7236
    @novatidamian72364 ай бұрын

    Sha uraziko urikuvuga nouwuriko araraga imisozi!!??? Wowe iyo democracy uharanira yukuba umukuru wu mumugambwe ubuziea iherezo wumva ari democracy bwoko kii!!!??? Sihamwe naho wishika kubutegetsi ko utobuvako.

  • @innocentnzabakirana7487
    @innocentnzabakirana74874 ай бұрын

    Iyo CNL yitwaga FNL parti hutu nayo ni mbi yajyaha itera u rwanda nayo niyumve

  • @user-zs6wv7lk6z
    @user-zs6wv7lk6z4 ай бұрын

    Cndd fdd iriko irasezera humura.Banvuginyunvirango: ukwinkende yuririgiti Niko igenda yerekana ubwambure.Ndayishimiye vyamuyangaranye😢😢

  • @MpajiSolomon-lt9we
    @MpajiSolomon-lt9we4 ай бұрын

    Vyukuri mu Burundi agacinyizo kazohera ryari?je ndumu dd akwiye ariko ivyo rwasa ari gukorerwa oya pe nagacinyizo gakomeye ivyo vyerekana ko agateka ka zina muntu katunahirizwa none nimba cnl yaremejwe kumugaragaro karumugambwe ukwije amategeko kuki umukuru wawo batashako ko awuhagararira koko nkuwurongaye umugambwe?nibahagarike ako gatotezo ataruko naho nanje icizero nari mfitiye cndd fdd kirikurangira

  • @ConfusedMoose-xi3yt
    @ConfusedMoose-xi3yt4 ай бұрын

    Hahah😂😂😂 Musaza numva arihatari wihangane kuko ntaconogufasha ntamashure mfise nahotsinda ntacowomfasha nuwuhari mbona arikibazo nawe naho wotwara mwese muribamwe nimushake mumarane.

  • @user-qi7lc9fq8t

    @user-qi7lc9fq8t

    4 ай бұрын

    Uko Niko uzohanura abuzovyara? Sha urikigoryiii

  • @user-io4bi9ly6k
    @user-io4bi9ly6k4 ай бұрын

    Mwese muri ivyicanyi nawewe azoguhumira

  • @user-tl2tu1cr9o
    @user-tl2tu1cr9o4 ай бұрын

    PARIPE HUTU ??? VRAI PARIPE TUTSI

  • @user-sj7iy8nv5m
    @user-sj7iy8nv5m4 ай бұрын

    Ewe musaza urantwengeje at imana

  • @NifashaCyriaque
    @NifashaCyriaque4 ай бұрын

    Nnijjkkiioo

  • @user-cs4jy7uk7w
    @user-cs4jy7uk7w4 ай бұрын

    Ukonugutumwanya ntacazokura muriyo sentare

  • @user-fr2xj5he1v
    @user-fr2xj5he1v4 ай бұрын

    Ahubwo wewe niwe utey'agahinda kuko ntawe uraha iyo sukare canke ico gitoro ivyo vyo gutembagaza navyo urazobikora kwibi navyo vyo gupfa ahubwo waratevye kuko nawe wishe beeenshi.Niba ahuma sinzi ukuntu ataragumira

Келесі