Sinduhije jewe numvirije yuko hari 2 groupes armés z’Abanyamurenge : hariho abaguzwe na Kinshasa abo urumva ko na CNDD bakorana. Hariho intwari za Général Makanika Zi protega Abanyamulenge. None RED TABARA ikorana na Makanika ??? Canke na GUMINO niyo mukorana ???
@johnntwari1417Күн бұрын
Tanga umuco tumenye ko mukorana na GUMINO canke na TWIGWANEHO ???
@user-xh9ep9pc8jКүн бұрын
Sinarinzi ko Sinduhije ari ikijuju bigeze aho, un manipulateur, un manteur qui a perdu les pédales. Un aventurier sans lendemain.
@alidaiz9578Күн бұрын
iyo imihibiri irasara😂😂😂
@alidaiz9578Күн бұрын
we bandi reka kubesha abantu mwenye wa tutsi muko n'a nzigo n'amcakubiri CNDD FFDD for life
Abanyamulenge si agaseseshwa rumuri nivyo muricwa ,muratotezwa Kandi bigakorwa nabantu benshi batandukanye yewe nabo baricana hagati yabo . Ariko intege nke zanyu nta bumwe mufitanye muragambaniranira hagati yanyu,ni mushira hamwe abo Bose muzobatuza I wanyu no kubwoko bwanyu .
@ndayijules75613 күн бұрын
Ziba wa nyana yimbwa we? Ibyo yakoreye abanyamulenge nibi ba bizi, na L'ONU irabizi yabitanzemo na Raporo ,amaherezo muza muzabibazwa!
@kuradusengejeandedieu69003 күн бұрын
Ibyo muri Kenya bakoze ntimwabibonye ? Mwirengere mwirwaneho.
@jimmydelphinsabukwigura30923 күн бұрын
Banyamulenge muri ngaha,muvyumve neza,Alexis sinduhije yamye ar'umwicanyi kuva kuri université du Burundi.Niwe responsable kubbwicanyi bwa 2015 aho yashuhuye aba jeunes b'igihugu mu gutera amakambi ya gisikare kandi ata formation bafise.rero uyo anyoterwa amaraso nka vampires.so mumenye ko twebwe abarundi ata kibazo dufitaniye.la preuve en est que aha iwacu abanyamulenge bameze neza iwacu.
@jimmydelphinsabukwigura30923 күн бұрын
Je naravuze kenshi ko Alexis sinduhije ar'umwicanyi kuva kera.
@ndatabayerinnocent86193 күн бұрын
Red Tabara.....mwaraduhemukiye mutwicira abaturage babahinzi, baborozi, batazi politike. Abanyamulenge twumvaga tuzabafasha mukarengane mukorerwa IBurundi, ariko inzira ntibwira umugenzi....ibyo mwakoze muzabyicuza. Kandi Red Tabara nitareba neza, kuva muri iriya misozi, bizobagora. Mwaratubabaje cyane.....none uri kudushinyagurira....ngo ce sont de rapport conditionel. Ibya RED tabara imulenge, ntibisaba les enquetes....nibyo mwibwira ngo tuzahura through Twirwaneho....you'll regret it kubera ko ntibishoboka....you've caused us pain a lot & a lot....wait n see you'll pay it 100 times
@ndatabayerinnocent86193 күн бұрын
RED TABARA yishe abanyamulenge benshi, report ziriho kandi nyinshi, Sinduhije fais semblant ariko he knows everything. Gusa Time will come.....you'll pay 100 times what you did in our Villages. Shiiiiiitttttt
@gatunziespoir82363 күн бұрын
Red tabara ntabwo tuzibagirwa ubugome yakoreye ubwoko bwacu mumisoze miremire ya haut plateau
@claudinebigirimana54083 күн бұрын
RED tabara ni groupe rebelle yabarundi barakoriki muri Congo? Hari abantu babatabaje ngo baze gutabara ? Iburundi hari abantu benshi bakeneye ubutabazi kuki RED Tabara itaja gufasha abarundi au lieu yogutera les innocents muri Congo.
@Nze553 күн бұрын
Voilà narizi ko wanduhevye. À barundi nduhaguruke igihugu cacu nikimwe
Red Tabara ni M23 juniore. Nta barundi bakiri muri M23 bose nabasirikare babanyarwanda bigira Red Tabara.
@motherofthegreatlakes62974 күн бұрын
Ikibabaje nuko uyo Alexis abesha. Kuva kera. Yihisha inyuma ya Monusco nibindi yirengagije i iriko birajorwa na Monusco mukugwanya M-23 du côté ya Tshisekedi. Abo ba politiciens baBarundi basize aba jeunes mukaga muri 2015 bakihungira, bironderera ibibanza mu gihugu kandi ataco bariko bakora kugirango igihugu gisubire mumahoro. Red Tabara nitahe ije guhangana na FDD-CDD
@bimirajonathan32714 күн бұрын
Red tabara baratwishe badusanze tutiteguye intambara ariko ubu turabashoboye nta propagande nsinduhije wa mwicanyi we uzabinazwa ntawewe nta rwasa 2004
@bimirajonathan32714 күн бұрын
Si nduhije aratinyuka agashinyagura bigezaha? Red tabara yishe abanyamulenge itwika amazu yabo inyanga inka za banyamulenge ikindi UN niryari itagaragajeko red tabara yishe abantu niyo yatije imbaraga za maimai zisenya iwacu zitwicira abantu ntamwicanyi rero nka Alexis nsinduhije
@ndihorashid4 күн бұрын
ivyo Sinduhije avuga sinovyemera cg ngo mbihakane gusa mutubarize kubatutsi batangije red tabara aho bagiye kuko amatwi adusumira ngo nuko bishwe nimbonerakure za never bashizemwo
@Irene280924 күн бұрын
Alexis sinduhij niw atawara red yabara kandi c est un assassin de carrière. Il ne peut en aucun cas être un bon dirigeant
@Irene280924 күн бұрын
Red tabara ni groupe des terroristes
@pumasbinkos4 күн бұрын
Ntayandukaniro riri hagati ya sinduhije na cndd bose bavuga ko abahutu barenganijwe
Sinduhije a raison uburundi bukeneye l'humanité. Abahutu bakababazwa n'abatutsi bapfuye bazira ubusa, abatutsi nabo bakababazwa n'abahutu bapfuye batazi ico bazira, naho ubundi kwikwegerako wumva ko ari wewe warenganijwe ukibagira ko n'abandi babuze ababo nka bimwe vya CVR haracari ikibazo gikomeye.
@PrinceMbana5 күн бұрын
Uzapfa uko nyene
@davidmuneza51585 күн бұрын
Mukora politique nabi
@JosephMaseruka5 күн бұрын
Uri umumenja sha
@JosephMaseruka5 күн бұрын
Alexis sinduhije haribyo uzabazwa kuri Red tabara Uri guhakanako Red ntabanyamulenge yishe
@Africanboy915 күн бұрын
Alexis Sinduhije asigaye yishura ari posé.
@ekaiesikiria21045 күн бұрын
Red tabara mwebwe murabamenja ,na politique mukora ntaho yoshika kuko murabakozi ba kagame na barundi ntibashobora kubakunda mudurumbanya abanyamurenge kuko mubamwatwe na kagame
@dieudonnendabaneze37615 күн бұрын
Non ko nubundi MSD kari aba undercover agents ba cndd fdd mwokwitahiy ko mission yanyu yarangiy yoguhonya imisore y'abatutsi!
@mugangaeliezel33865 күн бұрын
CNDD ko yica abatutsi Ayo mahanga ko acecetse
@motherofthegreatlakes62974 күн бұрын
Iyo raisonement siyo. CNDD-FDD ikora bibi ntibibuza ko amabi Red Tabara akora nayo atavugwa. Abicanyi bose nibabi Aho bari hose
@mugangaeliezel33865 күн бұрын
Twirwaneho irahari iraturinze I WAcu hari byose muzadukenera
@mugangaeliezel33865 күн бұрын
Sinduhije ni umuhutu ukoresha ananas babatutsi
@mugangaeliezel33865 күн бұрын
Tubwire uwohereje Gisiga
@mugangaeliezel33865 күн бұрын
Red Tabara urakoze ishyano I Mulenge Gisiga yaratsembatsembye
@pepeinno93365 күн бұрын
Quel voyou supporte que des Burundais aillent sur le sol congolais pour mener des operations militaires? Quel voyou?!!
@josiasnintunze91565 күн бұрын
Wabivuze ko utabakunda kandi n'uburenganzira bwawe😂😂😂😂
Пікірлер
Sinduhije?uyu ntiyigeze yemera Red tabara,ariko uyoo ni umwicanyi ntaraba ubwoko,uwutamwemera wese nuwogupfa
Nazibe Kandi Muribo Hazagaruka bake?
Ayamabyi Nazube RED-Tabara Urahakanako Itamaze Abanyamulenge?
baribagiyigukoriki mumubijombo
niyapyi yiwanyu ikurya ikurundarunda
Wambwawe abanyamulenge wishe uzababwzwa
Sinduhije jewe numvirije yuko hari 2 groupes armés z’Abanyamurenge : hariho abaguzwe na Kinshasa abo urumva ko na CNDD bakorana. Hariho intwari za Général Makanika Zi protega Abanyamulenge. None RED TABARA ikorana na Makanika ??? Canke na GUMINO niyo mukorana ???
Tanga umuco tumenye ko mukorana na GUMINO canke na TWIGWANEHO ???
Sinarinzi ko Sinduhije ari ikijuju bigeze aho, un manipulateur, un manteur qui a perdu les pédales. Un aventurier sans lendemain.
iyo imihibiri irasara😂😂😂
we bandi reka kubesha abantu mwenye wa tutsi muko n'a nzigo n'amcakubiri CNDD FFDD for life
Uyumujenesi ngoni Alexis atuyehehe
Nikuja mwishamba tubatuze
Nsengimana muzemuhumure amatora yahez nimubemurikinisha !
Abanyamulenge si agaseseshwa rumuri nivyo muricwa ,muratotezwa Kandi bigakorwa nabantu benshi batandukanye yewe nabo baricana hagati yabo . Ariko intege nke zanyu nta bumwe mufitanye muragambaniranira hagati yanyu,ni mushira hamwe abo Bose muzobatuza I wanyu no kubwoko bwanyu .
Ziba wa nyana yimbwa we? Ibyo yakoreye abanyamulenge nibi ba bizi, na L'ONU irabizi yabitanzemo na Raporo ,amaherezo muza muzabibazwa!
Ibyo muri Kenya bakoze ntimwabibonye ? Mwirengere mwirwaneho.
Banyamulenge muri ngaha,muvyumve neza,Alexis sinduhije yamye ar'umwicanyi kuva kuri université du Burundi.Niwe responsable kubbwicanyi bwa 2015 aho yashuhuye aba jeunes b'igihugu mu gutera amakambi ya gisikare kandi ata formation bafise.rero uyo anyoterwa amaraso nka vampires.so mumenye ko twebwe abarundi ata kibazo dufitaniye.la preuve en est que aha iwacu abanyamulenge bameze neza iwacu.
Je naravuze kenshi ko Alexis sinduhije ar'umwicanyi kuva kera.
Red Tabara.....mwaraduhemukiye mutwicira abaturage babahinzi, baborozi, batazi politike. Abanyamulenge twumvaga tuzabafasha mukarengane mukorerwa IBurundi, ariko inzira ntibwira umugenzi....ibyo mwakoze muzabyicuza. Kandi Red Tabara nitareba neza, kuva muri iriya misozi, bizobagora. Mwaratubabaje cyane.....none uri kudushinyagurira....ngo ce sont de rapport conditionel. Ibya RED tabara imulenge, ntibisaba les enquetes....nibyo mwibwira ngo tuzahura through Twirwaneho....you'll regret it kubera ko ntibishoboka....you've caused us pain a lot & a lot....wait n see you'll pay it 100 times
RED TABARA yishe abanyamulenge benshi, report ziriho kandi nyinshi, Sinduhije fais semblant ariko he knows everything. Gusa Time will come.....you'll pay 100 times what you did in our Villages. Shiiiiiitttttt
Red tabara ntabwo tuzibagirwa ubugome yakoreye ubwoko bwacu mumisoze miremire ya haut plateau
RED tabara ni groupe rebelle yabarundi barakoriki muri Congo? Hari abantu babatabaje ngo baze gutabara ? Iburundi hari abantu benshi bakeneye ubutabazi kuki RED Tabara itaja gufasha abarundi au lieu yogutera les innocents muri Congo.
Voilà narizi ko wanduhevye. À barundi nduhaguruke igihugu cacu nikimwe
Sinduhije asigaye afis Speech nziza merci bwana Sinduhije
Ndumviriz RPA arik irakwiye kuza yirinda cane amakr yibihuha
Haaa
Wewe ntabwonko ufise kuko mumaraso yawe haramaze gucengeramwo ihonyabwoko kubwivyo wewe uzorinduva kwisi uburundi ubwumva kumatwi gusa
Red Tabara ni M23 juniore. Nta barundi bakiri muri M23 bose nabasirikare babanyarwanda bigira Red Tabara.
Ikibabaje nuko uyo Alexis abesha. Kuva kera. Yihisha inyuma ya Monusco nibindi yirengagije i iriko birajorwa na Monusco mukugwanya M-23 du côté ya Tshisekedi. Abo ba politiciens baBarundi basize aba jeunes mukaga muri 2015 bakihungira, bironderera ibibanza mu gihugu kandi ataco bariko bakora kugirango igihugu gisubire mumahoro. Red Tabara nitahe ije guhangana na FDD-CDD
Red tabara baratwishe badusanze tutiteguye intambara ariko ubu turabashoboye nta propagande nsinduhije wa mwicanyi we uzabinazwa ntawewe nta rwasa 2004
Si nduhije aratinyuka agashinyagura bigezaha? Red tabara yishe abanyamulenge itwika amazu yabo inyanga inka za banyamulenge ikindi UN niryari itagaragajeko red tabara yishe abantu niyo yatije imbaraga za maimai zisenya iwacu zitwicira abantu ntamwicanyi rero nka Alexis nsinduhije
ivyo Sinduhije avuga sinovyemera cg ngo mbihakane gusa mutubarize kubatutsi batangije red tabara aho bagiye kuko amatwi adusumira ngo nuko bishwe nimbonerakure za never bashizemwo
Alexis sinduhij niw atawara red yabara kandi c est un assassin de carrière. Il ne peut en aucun cas être un bon dirigeant
Red tabara ni groupe des terroristes
Ntayandukaniro riri hagati ya sinduhije na cndd bose bavuga ko abahutu barenganijwe
Bararenganijwe ikibabaje nuko barikwiyishyura!!bakanarenza!!