Ivyo Rufyiri yahanuye Ndayishimiye

Ku musi wa kabiri, igenekerezo rya 18 Ruheshi 2024, uwurongoye ishirahamwe OLUCOME yaratunganije ikiganiro co kurimbura imyaka 18 umukuru w'igihugu Evariste Ndayishimiye amaze ku butegetsi.

Пікірлер: 4

  • @richndihano6476
    @richndihano647612 күн бұрын

    Urakoze Mutama Rufyiri kuntererano zanyu. Ica secteur prive, reconciliation nationale, kuva muri methode traditionelle tuja muri modele moderne ... vyodufasha gushika kuri turi kumwe twese!

  • @uwamahorohussein3923
    @uwamahorohussein392312 күн бұрын

    Kabisa mutama wavuga ngira barakwuumva bazobikorerako

  • @user-vj9sj6od9e
    @user-vj9sj6od9e12 күн бұрын

    Kuva ugihunguka numbwambere uvuze nayahandi vyaboneka kowakorera mukwaha kwabaraho Sûrement ko abazungu baguhagurikiye kuriko urarya wicaye,uratandukanye cane na Rufyiri wamahoni ya sasita

  • @omernshimirimana
    @omernshimirimana12 күн бұрын

    Nta cn.dd Efdd ndabarahiye yoteza imbere uburundi wapi vyarase imyaka 19 batwaye nimyishi ataco baramarira abarundi nuburundi

Келесі