Wa mu APOTRE bavuga ko yatutse EKLEZIYA KATOLIKA atanze ukuri kwose//Impamvu nabivuze//Aho vyankiye

Ойын-сауық

Wa mu APOTRE bavuga ko yatutse EKLEZIYA KATOLIKA atanze ukuri kwose//Impamvu nabivuze//Aho vyankiye
‪@NtareRushatsiHouseTV‬
#diaspora

Пікірлер: 85

  • @sunnyigor
    @sunnyigor8 ай бұрын

    ❤🎉❤❤❤❤❤ This is An Apostle !!!!!! 🥰🥰 Intumwa Y'IMANA mugishingo ca Kristo !! ❤

  • @NimuFx
    @NimuFx8 ай бұрын

    Ahantu hose muzonyumvira batumiye Apotre Ferdinand Bright Niyibizi muzoce muntaginga(#). I love this man kubwumutwe wiwe afise

  • @motivationentrepreneuriale8540
    @motivationentrepreneuriale85408 ай бұрын

    Uyu mu apôtre afise ubwenge bw'Imana vraiment 👍 Inyigisho ziwe zirakomeye cane👍

  • @steveirankunda5297
    @steveirankunda52978 ай бұрын

    Ndakunda uwumu Apotre araciye ubwenge ,afise ubwenge bw'Imana .mrci bwana Apotre

  • @festusirankunda1006
    @festusirankunda10068 ай бұрын

    Uno muntu w’Imana ndamukunda cane👌ariko aravuga ndicara nkumviriza🫡

  • @ndayizigasamson665
    @ndayizigasamson6658 ай бұрын

    Egome cane Murakoze mutama

  • @mpingakayove9072
    @mpingakayove90728 ай бұрын

    Turashimye ikiganiro ciza kandi kitwubaka.👏Birahimbaye kubona igihugu gifise incambwenge nkizi kandi zitanga mugufasha guhindura ingendo.Imana iguhezagire caneee kandi inyigisho zawe nziza zishike kure kandi kuri benshi.Abarundi benshi batunge kandi batunganirwe.Umwami wacu Yesu ahabwe iteka 🙏🙏

  • @donOrly-qi6od
    @donOrly-qi6od8 ай бұрын

    Urumugisha muburundi💓💓

  • @Landryarakaza162
    @Landryarakaza1628 ай бұрын

    Hashimwe Umwami yakuduhaye Muvyeyi Muturere Twose Tuguma Dufashwa Vrmt Much Love Daddy

  • @PesaMadafu
    @PesaMadafu8 ай бұрын

    I like his mentality and his vision very accurately asf

  • @rayjuvent2465
    @rayjuvent24658 ай бұрын

    Pasteur urakoze umvigiye ibintu vyanje ukuntu botegura urwaruka ....ahubwo nibahimirize amashure atunge inkwavu Projet ya president yogera kure nivyiza jw president wacu ndamukunda kuko yerekana ukuri Imana iguhezagire kuvyiyumviro vyiza utanze nanj ndaho

  • @user-cp6tf2wq8l
    @user-cp6tf2wq8l8 ай бұрын

    Sigaye nkunda interview z apôtre 🔥

  • @davyjordan3178
    @davyjordan31788 ай бұрын

    Mutama pasitori nivyiza kuza uravuga make kugira wirinde ama contradiction. Merci.

  • @pierregahimbare1383
    @pierregahimbare13838 ай бұрын

    Merci pasta nama pomme baduhenda ngwava hanze mbona zisigaye zimbuka mu Burundi 🇧🇮

  • @jahbless-qd8lr
    @jahbless-qd8lr8 ай бұрын

    Ikiganiro ca kamaro

  • @gentilledushime3876
    @gentilledushime38768 ай бұрын

    Ndakwemera apotre ferdina ukomez kuza utanga ubutumwa mukirundi pls bizofqsha benshi ubutumwa bwaw burimwo ubwenge cane mukomere🙌🏻

  • @uonebforever8662
    @uonebforever86628 ай бұрын

    😍😍😍😍😍😍😍😍uburundi burahiriwe kobugufise tnx❤😍😍🙏🙏

  • @SonSupernatural
    @SonSupernatural8 ай бұрын

    Realy amazing great Apostle Happy to be your son

  • @prosperbibonimana2497
    @prosperbibonimana24978 ай бұрын

    Uwumu Apôtre araciye ubwenge vrt,ntako atagize mukuvuga ariko benshi bica inyuma yamattwi.ariko uwumva yumvise igisigaye nugukora

  • @pameegrace894
    @pameegrace8948 ай бұрын

    Woow so much wisdom igihugu kirahiriwe ko kigufise

  • @user-yl1md1jd9m
    @user-yl1md1jd9m8 ай бұрын

    Yes my aposto

  • @TuyageComcast
    @TuyageComcast8 ай бұрын

    Wawooo man wewe ndakekaka kuri intumwa yi manaa vyukuri,,, uzi ubwenge bwishi kandi ukunda igihugu ni mana 🙏🙏🙏🙏🫶🫶🫶

  • @theanswer5895
    @theanswer58958 ай бұрын

    Uyu muntu afise ubwenge bwinshi🙌

  • @jimcolinmatonde6039
    @jimcolinmatonde60398 ай бұрын

    Merci juste Gaël

  • @nurwintwazaanitha8934
    @nurwintwazaanitha89348 ай бұрын

    Ndafashijwe❤

  • @kevinblessing76
    @kevinblessing768 ай бұрын

    Ndakwumva neza cane mwungere 🙌

  • @AaAa-dt8mp
    @AaAa-dt8mp8 ай бұрын

    Wooooa mbega ivyiza ❤❤❤❤❤❤❤❤ 🇧🇮🇧🇮❤💯✅

  • @bangtangirl6348
    @bangtangirl63488 ай бұрын

    Much respect Apostle

  • @esperantcolombirumva4895
    @esperantcolombirumva48958 ай бұрын

    Turagukunda cane

  • @DianaCiza-zc7or
    @DianaCiza-zc7or8 ай бұрын

    Murabamwuva babwira abohejur nohasi🤗🤗🎉

  • @AmaBlessedBoy
    @AmaBlessedBoy8 ай бұрын

    Ndafashijwe vrt!!!merci❤ Gaël na apôtre...UWUKORA NTIYIKORERA AMABOKO😊

  • @thekhamhilario1040
    @thekhamhilario10408 ай бұрын

    I am here watching because of my dad ❤

  • @joeinganji1
    @joeinganji18 ай бұрын

    I Don,t see any way to hate this apostle Avuga ibintu vyubaka Financially, mentally and spiritually

  • @remesha
    @remesha8 ай бұрын

    Icuvuze nicope, kworohereza abambwiye mugushorera mubihugu duhanimbibe vyobarivyiza kubarimyi nokwirembere ryigihugu. Bashora bakigira nivyonabo baza bazanye. Kandi twese twokwijukira kurima

  • @ChaniceChandan
    @ChaniceChandan8 ай бұрын

    INTUMWA MU GISHINGO CA KRISTO ❤

  • @chadracknduwamahoro2326
    @chadracknduwamahoro23268 ай бұрын

    Ubwenge bwohejuruuuu❤

  • @FurahaKanakuze-ot3yd
    @FurahaKanakuze-ot3yd8 ай бұрын

    Umuntu arima nanje ndamushigikiye pee courage apôtre 👏👏👏👏👏

  • @giftdumaboi9018
    @giftdumaboi90188 ай бұрын

    Fresh kabisa

  • @olivierbigirimana6785
    @olivierbigirimana67858 ай бұрын

    Kwakundi hahandi abatazi ferdinand numu apotre yadekonye mukwirukana umugore wiwe

  • @kingdomwatchmanministries2230
    @kingdomwatchmanministries22308 ай бұрын

    Uwo mu Pasteur twohuza kabisa. Umwaka naje i Bdi nzomugendera. Ni Abarundi bake batahura ko dufise ubutunzi aho iwacu kandi agahamagarira Abarundi gukora, canecane kurima. Gaël, Kuki wazimije aho avuga abazungu? Yariko avuga ukuri 100%. Ubwo bwoba tuburengane.

  • @jacksonin9237
    @jacksonin92378 ай бұрын

    Tres intergent kugira umuntu yiyumvira nkawe ntiyoteza imbere uburundi gusa ariko Africa yose

  • @moseshb257
    @moseshb2578 ай бұрын

    Yess my Dad🙌🔥

  • @uwimana8584
    @uwimana85848 ай бұрын

    Ngaha muburayi ntamagazo batera imbere yinzu kabisa biterera imboga ivyamwa, amapo yabo nomunzu abayibereyemwo udutomati utuboga udutunguru nibindi

  • @alicemukeramana1529
    @alicemukeramana15298 ай бұрын

    Apostle mukazi kose

  • @MusathetravelBarber
    @MusathetravelBarber7 ай бұрын

    👏🏾

  • @jaystrongmagaboy1633
    @jaystrongmagaboy16338 ай бұрын

    Nareke ivyashara vya Apôtre akore ibikwiye afashe Igihugu mu guteza imbere.

  • @user-fo3xh6ws3q
    @user-fo3xh6ws3q8 ай бұрын

    ❤❤❤❤❤❤

  • @biravukanwa4356
    @biravukanwa43568 ай бұрын

    ...❤❤❤❤❤🔐

  • @ntsnziarmelkinte1695
    @ntsnziarmelkinte16958 ай бұрын

    Ibintu avuz biri very important Financially mentally and spiritually

  • @DianaCiza-zc7or
    @DianaCiza-zc7or8 ай бұрын

    Nkabanahashits🎉

  • @desireirambona2319
    @desireirambona23198 ай бұрын

    Ikiganiro ciza gose, urakoze Gael na Apotre. Apotre avuze ibintu vyiza, nukubandanya kwigisha abanyagihugu. Buguruke amaso. Bakure amaboko mu mpuzu. Baje ku kivi

  • @richardburundi3090
    @richardburundi30908 ай бұрын

    Uyomwigisha uzomugarukane kabs arakenewe kensk kwiyi television yacu

  • @delicemizero7406
    @delicemizero74068 ай бұрын

    Ngo gisanumwavu 😀😀😀nibuts ko primaire atanakimw nibuka banyigishij

  • @sabbaothmediatv6885
    @sabbaothmediatv68858 ай бұрын

    Courage

  • @user-hu9ym7vg6n
    @user-hu9ym7vg6n8 ай бұрын

    ❤❤❤❤

  • @nimbonaodon6422
    @nimbonaodon64228 ай бұрын

    wubahwe muvyeyi🎉🎉🎉🎉

  • @reenakelz
    @reenakelz8 ай бұрын

    ❤️

  • @nshimirimanamike1591
    @nshimirimanamike15918 ай бұрын

    Avuganeza kweri

  • @user-uy5sk5cy6h
    @user-uy5sk5cy6h8 ай бұрын

    Icokint nico najew ndabonako baduhenz kwer ngobaratwigishij kwer

  • @desirekazaneza7807
    @desirekazaneza78078 ай бұрын

    Uyo mu pasteur ahezagigwe,,uburundi bukeneye nk'abo..

  • @bdreams2793
    @bdreams27938 ай бұрын

    Mwigisha yigishe nawe atigishijwe brother salarie yabo urayizi neza kera muri 10eme abadafise ubwenge babaha LP babe abigisha😂none nimba mwishure batanitora bazigisha iki

  • @isaacciza9263
    @isaacciza92638 ай бұрын

    Short visioned no enough space t feed Congo.

  • @SalmanySamiry
    @SalmanySamiry8 ай бұрын

    Mufise ivyiyumviro bitey imbere,maz igih ndabakurikirana ubu namaz kugushira muba

  • @ErnestKwizera-dj1uv
    @ErnestKwizera-dj1uv8 ай бұрын

    Naw Gaël camera man uramuponda ati: "ngo ntarurira indeg" ndiw noca ndakongeza umushahara

  • @prosperbibonimana2497

    @prosperbibonimana2497

    8 ай бұрын

    Yamuponze walahi😂😂

  • @evelynenduwimana129
    @evelynenduwimana1298 ай бұрын

    Icavuga nico .ariko biragoye kugira bikogwe bisaba kuvyigisha bigakomera.

  • @user-cp5hz4ms3g
    @user-cp5hz4ms3g8 ай бұрын

    Mr Gaël uyumu tip umengo ndamuzii mur lycée kiremba sud??avec un surnom de jageni namba ntihenze!!

  • @ndayishimiyeeliphaz6394

    @ndayishimiyeeliphaz6394

    8 ай бұрын

    Yarigeze kuvuga ko yize i kiremba,rero ushobora kuba ari uwo nyne uzi

  • @salluxicitegetse2258
    @salluxicitegetse22588 ай бұрын

    aha hantu nukuhigira ubumenyi

  • @ntakirutimanajclaude2642
    @ntakirutimanajclaude26428 ай бұрын

    kuberiki utaramuhiza mukiganiro kimwe naprezida

  • @manicyriaque1318
    @manicyriaque13188 ай бұрын

    Aba Apôtre bose bijukire uburimyi:Apôtre Mbayahaga,Josua, Chris Ndikumana( kanguka)...ariko ntibizoroha

  • @SalmanySamiry
    @SalmanySamiry8 ай бұрын

    Namaze kugushira muba panafricanisme

  • @nijimbereaimable9947
    @nijimbereaimable99478 ай бұрын

    Uvuze ijambo rizima muta. Nibatureke dushore hanze Ivyo twimbura

  • @Laugh3580
    @Laugh35808 ай бұрын

    Uguma uvuga umukuru w'igihugu ngira wabaye umuvugizi 😂😂😂

  • @larissarabiro8004
    @larissarabiro80048 ай бұрын

    Ariko nawe birya vyoguca mu muryango wugaye nka birya vyo muri film waratwifatiye kabisa,hanyuma uzobikamere

  • @Hdg996
    @Hdg9968 ай бұрын

    Correction: similiyoni 40, nimiliaridi 40 en fbu

  • @godefroidhavyarimana4656
    @godefroidhavyarimana46568 ай бұрын

    Aho ugeze ni kubera umwigisha yakwigishije utazi no kwandika urudome A none uriko uvuga ngo abarimu baraguhenze ntibakwigishije?domage

  • @steveirankunda5297

    @steveirankunda5297

    8 ай бұрын

    Ntiwatahuye ikiganiro nibijanye niterambere ryigihugu sikibazo camashure meshi kko ubiravye neza abantu bambere bateye imbere ntamashure meshi banafise ,ntiyigeze avuga kobadakenewe ahubwo hohinduka inyigisho twigishijwe nabakoroni nabigisha bakigisha barima borora tugafatanya iterambere❤

  • @bwengejeanbosco2610
    @bwengejeanbosco26108 ай бұрын

    Amahoro. Harya urondeye isoko ya konteneri y'itomate mu bushinwa canke Dubai canke ahandi,uhejeje kubigurisha ntiwoca urangura ibindi ushaka utagiye wikoreye amadivise.

  • @oliviernizigiyimana9882
    @oliviernizigiyimana98828 ай бұрын

    Uyumugabo afis ukuntu aporomoka mukuvuga nta sagesse afise kbx, Hari ibintu avug kbx ukumv kwahuruduka

  • @patrickbizimana408

    @patrickbizimana408

    8 ай бұрын

    Ufis ikibzo cogutahur wew

  • @kevinnsabimana3788
    @kevinnsabimana37888 ай бұрын

    Arakina nibindi nta kine na ekliziya catolika

  • @PesaMadafu
    @PesaMadafu8 ай бұрын

    Your caption for this video need edit ✍️ @umukubitoTv ya need to do better

  • @nenegash24
    @nenegash248 ай бұрын

    Jewe ndibuka sokuru yabwira abana biwe ati nimba ukenye ntubwire ivyo kugurisha itongo,tora inka ugurishe wikenureeee,abwira ibi petits vyiwe vyize man, bakubititseeee😅😅😅😅

Келесі