Gaël ako kademu wagakuye hehe 😀?ni keza vraiment 🫶🫶🙌🙌🙌,ariko naho kavuga uko ,wosanga nako gafise umu diaspora 😅😅,gusa kavuze ibintu ngirakamaro 🙌🙌,Komera @Juste Gaël,n’ijisho ni black 🤜🤜🙌🙌😂😂😂,Cadeau from Sweden 🇸🇪
@MmmNnnn-mn4hx
9 ай бұрын
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
@NiyonkuruGeorges-jd2sk Жыл бұрын
Courage la fille
@claudeniyondiko5460 Жыл бұрын
Mbega umukobwa aciye umbwenge big up sana kwel hama Just Gael nkeye suite y'ikiganiro
@comendikuriyo856410 ай бұрын
Sha nihatari inkundo zo mugisagara nta vision abakobwa ni bareka tubarye ariko birangira baburiyemwo bagasazira iwabo abandi bakahukana atanumwaka uheze.
Пікірлер: 113
Beau message pour sensibiliser les jeunes du danger de la débauche endemique ❤ Kelly uvuze neza 🎉 -Gaël nice broadcast though
Courage 🤣🤣 kellyna uhanura neza God bless you Girl keep shinning 🔥
Mature enough!!!much luv from Rwanda
Nice ikiganiro ciza cane mwubahwe vrt❤️❤️❤️
Wariwabuze bro twaridugukumbuye❤
Gaël merci beaucoup mwaganiriye neza...Bravo vmt kurizo mpanuro uyo mukobwa Ari courageuse vmt turavye ngene bimeze Ubu guhanura Abandi
Go ahead bwana Juste Gaël
Gus akokana nikeza ndk mamawee ariko shn 🥰 urahanura nez ariko uzewironde kugenda kuramuts umuhungu muhira arumwe kukuntu urimwiza nimama batazoca bagufata kunguvu umwimye
Uyu mwana avuga ibintu n'ibihushane n'avyo!!! Mbona akenye coaching kugira agire des idées orientées kuko ntiyerekana ivyimviro ashimikirako, umengo vyose aravyemera, umengo arabishigikiye,..... Ariko Ari courageuse, hagize uwumu coachinga yoba umu influenceuse abishoboye.
@mickaelyouna4776
Жыл бұрын
Et surtout 👆🏽👏🏾
good advice kellyna
Merci beaucoup Umukubito
Agakobwa keza shn😊
Umwana avuga ukuri.
wagiz topic nziza Gael,la réalité
Biroroshe guhanura abandi😅😅ariko tworaba neza twosanga harigihe woba urimubayoboye abandi mukugurura amaguru😂😂
@virgilekelvin8493
Жыл бұрын
😂😂😂😂natubwire kwari vierge
@mickaelyouna4776
Жыл бұрын
😂😂😂😂😂😂Ndakurahiy ndumiwe uri yandagaje muko
@mariamsakora2818
Жыл бұрын
Oya nivyo abakobwa nibakor ubu ibint vyarahinduts barek kuguma batwar abagab baband kuk vyose biva kubuken nokugum bigir ibinebwe bakank gukor kuk urumukobw ufis utw wikorer ntabw ugum usegererez uduher twabagab
Looks so cute 😍 by the way 😍
Ariko kellyna ursnyemeje,uravuga ukuri ssna,utanga impanuro neza knd nciyemb numu follower wawe wallah,jew unyemeje ndemera
Gaël ako kademu wagakuye hehe 😀?ni keza vraiment 🫶🫶🙌🙌🙌,ariko naho kavuga uko ,wosanga nako gafise umu diaspora 😅😅,gusa kavuze ibintu ngirakamaro 🙌🙌,Komera @Juste Gaël,n’ijisho ni black 🤜🤜🙌🙌😂😂😂,Cadeau from Sweden 🇸🇪
@MmmNnnn-mn4hx
9 ай бұрын
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
Courage la fille
Mbega umukobwa aciye umbwenge big up sana kwel hama Just Gael nkeye suite y'ikiganiro
Sha nihatari inkundo zo mugisagara nta vision abakobwa ni bareka tubarye ariko birangira baburiyemwo bagasazira iwabo abandi bakahukana atanumwaka uheze.
Kabisa uranyemeje 😂🤩🤩
😊😊 This Girl!!
Courage kumpanuro nziza
Tubivuge uyumukobwa afise amaguru meza. Kandi IRIGARA=KNOWLEDGE
Gael uyu mwana wazanye yaje kutumbwira copinage abantu bari serieux murukundo ivyo sivyo bahagararako mugukunda buraja kwi shule gato 🤗
Iyi summer nta kwa summer 😂😂😂
Courage.......mukoze ngo bagarukane akakera asha niho mwoba muroye ahagaragara abakobwa sha hanyuma Buja hahiye Kabaye😂😂😂
Uyo mkobwa ntabwenge afise ninde yaguha 200$ngokubera ifoto gusa..
😂❤❤❤😂😅😅😅😅😅🎉🎉🎉🎉mpanime mukobwa
❤
Kelly Kelly 😂😂are you sure kuvayo wavuze 😂😅
🤣🤣🤣😂😂😂babwir sha kelly
she is right 100% nukurii🤌🤌✔
Iradukunda❤️
Uwo mukobwa naduhe numéro. Kuzindi poem zidasanzwe jew namukunze 😩
She's good
😂nibacike Wana: " inda ndende ihumirinrya ikica akokize".
Abobashikacu j ndabagereranya nibinyugunyugu bibonye iyo ishurwe rishurikiye Ariyo bigurukira
But good luck and u so beautiful
This summer guys no jock 😅🎉, is matter
Good thoughts brothers and sisters Tanga nimero yuyomwigeme ico umuntu yomubaza kubiganiro yatanze
@diagfinamix1861
Жыл бұрын
Hahahaha you dude 😋
Time will tell youu ukiri muto urashushe hinge baguhe akanyaa 😂😂
Mpore cane! Kurubone Kellyna weeh! Mbeg ico wita akazi n iki? Kubivuga k umunwa, Mon intime atavyo mfise, n uburyarya! Ariko mugihe ubivuga utabanje kubivana mukwiyumvira, ukabivuga bikurimwo; gera kure!
Ako gakobwa karaciyubwenge! Juste uzokabwire gatoreshe séminaire kuri vyabisoromandandura!!😂🤣
Uciye akenge kbsa babwire ibyobihomora
Uyumwana kwavuga ukuri gose
BIMWEBIMWE HAMWE HAMWE WHAT HHHHH
😂😂😂😂ati agaciro kumukobwa kari mu maguruu🤣🤣🤣🤣
@_umugajo05
Жыл бұрын
@@hardy960 oe sivyo uyo mwana yemeje🤣🤣🤣
Reka sha. Aha ndaguha 500000 ntiwosanga ndazigusutsemwo ? Ariko mbaye nkawe umuntu yiyemera n'uworya ikiremve acirashe.
Neza na neza agaciro k'umukobwa kari mumaguru yiwe ?🤔🤔 nimba aruko abagataye rero baba bameze gute?🤔🤔 Just Gaël, s'il vous plait dutegurire iyo debats.
Arahaze shaa nagende😂abwire barya bokumapave😂😂mukamenge bareke kwiparika😂😂
@mickaelyouna4776
Жыл бұрын
😂😂😂😂😂😂mu city
reka kudusesera agafu
Wew kowayanyugururiy uhendand
Amaguru yugawe, chak smn mariage zobanyinshi cane.
igitsina gore ni ntaho fatwa
Justin bite ikiganiro kiri mukirundi ariko umutumire umu presenta mugi frança ntibijanye tubwire akazi akora mukirundi
@julesniyomukiza
Жыл бұрын
Ni umu imfiriwanseze.😅😊
❤❤😂😂😂
Galle tugure umuduga muhungu niho tuzokundwa😄😄
Unomwana kwavuga ukuri nk'induru ga yemwe 🤌😃
Aka ka dada nakonyene sikabi kandi kavuganeza sibabandi bavuganabi nkiminwa yingoho 🇿🇦🇿🇦
Mpanime yawe rero
Impanuro zuzuye ukuri
Ingorane icavuze cogutangamahera kumukunzi sibibi ariko baca biyagura bakayasaba abahungu beshi bikabangombwa kobabasaba ivyobabasaba
Black man uwo mukobwa namukunze cane ingene avuga......ariko uramumbariza ko nawe akiri insugi😂..... she's verry beautiful ❤
@lastkinglastking3326
11 ай бұрын
Wapi umuravye ijisho ryiburyo ukutwi kwiburyo nukugura kwinyuma biraboneka Yuko Atari isugi😂 Mbe ni icaha kihe yoba yarakoze cotuma ABA akiri isugi wapi sio😂😂😂😂
They Belong to the streets
Ibanga twe ryaratunaniy niyo mpamv bigaragara hama heb kuz murasegerereza bizobazigamir ubuzim
Ukaba uri kumwe na babylon hoshii!!
Ubutumwa burasigurits bumeze neza cane
wubahwe
Mukobwa uravuga make kuko menyaneza yuko abahungu bose nitumeze kumwe nidufomye Kumwe ahubwo ww nasanze nibikuvamo bingana nubwenge bwawe ahubwo ww nasanze murabo uvuga murirusangi ntawuzi ko woba urimwo ubatunga rumwe izindi zikakuraba
@gygygyslaine4712
Жыл бұрын
Nakomeze ahanura arik mazekubona abantu bafise impanuro muribo aribo babisanga😊sinziko nawe zitamukoraho
@nganjiloan8506
Жыл бұрын
Gael urazi ko atamukenyezi ugira.fata ako nyene ndumva ko gaciye ubwenge cane
@arsenenishimwe4273
Жыл бұрын
Reka ibintu vyiterabwoba hubwo wumvirize impanuro ariko aratanga ninziza zirubaka
@jeanngenzi4857
Жыл бұрын
Aho we uravye wibazako aribose botegamatwi bumviriza ibivurwavyose ahubwo ni abatunga rumwe izindi zikamuraba kandi tuzo uba menyera kovyo bama
@joselynekwizera3646
10 ай бұрын
Non kwivyavuz vyose arivyiza ataruwo yahanuy ntaw yatuts non kumnga urikumurya imihari umwagiriziki?
Babylon hoshîiiiiiiîiiiiiiiiiii
Dans ce monde , ntituramenya la vrai place de la fille ou de la femme...
Ingen nyn ari keza aha ntikazi ko nisonzeye izuba ryasaz.
@mickaelyouna4776
Жыл бұрын
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
Abani bigihugu bumutima taracabafise
Uwo abivuze ari marié ? Nimba atari marié n'isugi ? Nimba atari isugi ni ninde ? Sindonse umwany wo guheza ikiganiro arik abakiravye bambwir uwo muntu uwariwe 🚶♀️
@gygygyslaine4712
Жыл бұрын
😂😂Naw usanga yigaruye arik afise icoyahuriyeyo Naco arik yakoze guhanura😊😊
You can find she is the first who open it 🌚
@johnsong620
Жыл бұрын
😭😂😂
Aba Diaspola nabone Sibose basaba amaphoto sister aho wajaniranye bose kd sivyo😊
None ko nanje uyu mukobwa ndamukunze.
Umukimubito zuduhereza mutama
🫡👏
Ubivuze kwanza wayugururiye bangahe kuko nturisugi wewe uranabonrka. Amajambo ntahindura wuriwe Uvuze vyo waciyemwo
None ko jewe ko ryamye nuguruy amaguru ingo munfate rero nayanje😅😅
@mickaelyouna4776
Жыл бұрын
😂😂😂😂😂😂😂
Noe wewe nibarakurya
Elle influence qui?
@julesniyomukiza
Жыл бұрын
Les gens. Pas les personnes !!!.
None wewe uri sugi
@mukerandangaalfred7521
Жыл бұрын
Reka kumutwenga.Yobukura he ?
@joselynekwizera3646
10 ай бұрын
Ariko ntimumurengany ivyoyavuz ntakosa ririmwo kndi uwutasugutuy abarisugi
❤
Iyi summer nta kwa summer 😂😂😂
@judicael9683
Жыл бұрын
Rek rek iy summer ningorane 🤣🤣🤣
Ibiganiro nibi vyimpanuro