Uwutoshika CANADA n'uwutabishaka//Maze imyaka 11 mfasha abantu kujayo//Uburyo bisaba//Akarusho kavyo

Ойын-сауық

Uwutoshika CANADA n'uwutabishaka//Maze imyaka 11 mfasha abantu kujayo//Uburyo bisaba//Akarusho kavyo
#diaspora #canada #canadaimmigration

Пікірлер: 213

  • @Viyajante
    @Viyajante7 ай бұрын

    Thank you so much. Nakurikije amakuru waduhaye muri iyi video, nsabira umugore wanjye visa yo kwiga muri Canada none yarayibonye ubu ari muri Canada already. Thank you very much kutwigisha😘🙌

  • @Nikizatheogene-el7tn
    @Nikizatheogene-el7tn11 ай бұрын

    Wow,wamubajije ibikenewe vyose musaza Just Gael.Gira umugisha

  • @nnk8709
    @nnk8709 Жыл бұрын

    Jewe narakwandikiye un yishura ko mon parcours intapermetta Kuja Canada depuis le Burundi mugabo tant mieux je gagne bien ma vie en France. En plus vyoba vyiza hari abaduhimiriza gutaha kwubaka ibihugu vyacu plutôt que kubihunga

  • @migazocumba7212

    @migazocumba7212

    Жыл бұрын

    Taha none bro j ntiharagera

  • @richardniyonkuru739
    @richardniyonkuru739 Жыл бұрын

    Murakoze cane,tuzoguma tubakurikirana.

  • @elianenigaba844
    @elianenigaba844 Жыл бұрын

    Murakoze caane Imana ibandanye ibajimbere Apôtre

  • @nahimanajohnson2221
    @nahimanajohnson2221 Жыл бұрын

    Urazi kubaza cane merci ❤❤❤❤❤❤

  • @emmanueltwagirumukiza9917
    @emmanueltwagirumukiza9917 Жыл бұрын

    Merci bcp pour ce vidéo plein d'informations très utiles pour moi.

  • @denisbukuru4257
    @denisbukuru42573 ай бұрын

    Merci pour vos informations

  • @berthrandibereho5961
    @berthrandibereho5961 Жыл бұрын

    #oeil-d'experts-kure no hejuru cane....kuko irashoboye

  • @fondationkimararungu1334
    @fondationkimararungu133410 ай бұрын

    Murakoze chane turayokunda centre professionnel oeil d'expert à l'immigration canadienne

  • @iyabishatseelizabeth837
    @iyabishatseelizabeth8377 ай бұрын

    Kuki umuntu iyo asabye nimero yawe ya privé bayimwima vraiment njyewe nkeneye kukuvugisha wewenyine apana abakozi bawe merciiiii

  • @jeanneumutesi9617
    @jeanneumutesi9617 Жыл бұрын

    Neza cane👌

  • @genereusenyirakamana7961
    @genereusenyirakamana7961 Жыл бұрын

    I am interested. Need more clarifications.

  • @futuremillionaire450
    @futuremillionaire450 Жыл бұрын

    Please can someone help me get to Canada. I'm 21 years with an IB Diploma but with single parent. I'm currently unable to pursue higher education (financial problem) but I can get a flight ticket . I need help for Visa , temporary accommodation, and just brotherhood ✊🏾

  • @anniellamuhimpundu6484
    @anniellamuhimpundu6484 Жыл бұрын

    Numéro mwaranze la fois passé ntizaciyemwo .Mwoduha izindi spl

  • @jeanclaudenizigiyimana-bk3jh
    @jeanclaudenizigiyimana-bk3jh5 ай бұрын

    Tres interesse

  • @user-db6wv4dk6w
    @user-db6wv4dk6w Жыл бұрын

    Merci bcp apôtres, soyez le bienvenu chez ns à goma

  • @NiyonsabaBrandy-pn5um
    @NiyonsabaBrandy-pn5um Жыл бұрын

    None kuza ukavuga akazi ukora ariko ntutange adresse bica bigenda gute??

  • @maymoon6189
    @maymoon6189 Жыл бұрын

    Bless up Juste ikint ciza cne

  • @jacquesndikumana7755
    @jacquesndikumana7755 Жыл бұрын

    Iki kiganiro niciza can arko ba muca mudushirirako numéros z,umutumir na adresse yaho akorera

  • @user-mi4ll5ed6z
    @user-mi4ll5ed6z7 ай бұрын

    Mumbarize mfiteyo Mushiki wanjye na maman ariko ntaruriminzi byakundakonajyayo ko mbishaka

  • @clotildehavyarimana7941
    @clotildehavyarimana7941 Жыл бұрын

    Merci

  • @yuyukeilla-ol5xv
    @yuyukeilla-ol5xv5 ай бұрын

    Wouuuu Ni byiza natwe aradukorera tujye Canada

  • @emmanueltwagirumukiza9917
    @emmanueltwagirumukiza9917 Жыл бұрын

    Ndi umunyarwanda, mba i Kigali. Mwambwira aho bureau ya Kigali iherereye?

  • @NsabimanaPhocas-nu5wm
    @NsabimanaPhocas-nu5wm Жыл бұрын

    Pasteur yavuze KO bashize pancarte mu ntara mbega twozisangahe? Kugira tuzisome

  • @zalahosetv6980
    @zalahosetv6980 Жыл бұрын

    Sir, welcome in Kigali

  • @user-dj2zf5np2c
    @user-dj2zf5np2c Жыл бұрын

    Muhezagirwe, hama nanje ndipfuza kujayo kugira mbandanye université vyoshoboka gut kugira shikeyo ivyigwa

  • @mkcinematicwarm
    @mkcinematicwarm Жыл бұрын

    Genda uhende abandi Abarundi Murabesha as the agency Twebwe Diaspora Turazi ukungene Process Zimeze Utemeza Abantu Biri easily Kuronka Visa Stop Kubesha Kuko Kuronka Visa Canada Even Europe Ni Chance is not warranty Rero Mureke Kubesha Abarundi Nkukumenga Nimwe mutanga Visa

  • @donnar3790

    @donnar3790

    Жыл бұрын

    Well said 100% , ikibabaje nuko hariho abaza kubijamwo bakabitangira amahera

  • @mkcinematicwarm

    @mkcinematicwarm

    Жыл бұрын

    @@donnar3790yeah That’s real talk Bahagarike Kubesha Abantu Abarundi Bacu Baca Bashuha Babitangire Amahera Babe Bayariwe …..Nico Kibabaje Kandi Izimvugo Yuko Uwutoshika CNADA nuwutabishaka Izi Ni Language zama Agences za marketing Kugira Bobironkere Amahera Umunyagihugu Abihomberemwo. Kuko Na Warranty Yokuronka Visa Ibaho Canada Yaba Ari Canada Na Europe Hose Nama Chance Kuronka

  • @PendoDavidi-vb6il

    @PendoDavidi-vb6il

    Жыл бұрын

    Scholarship , visa working sponsorship zirahari mugihe uzi ku apply on line neza kandi ufise ivyobasaba . Nkubu hariho ishur iriko iratanga Scholarship mur Canada, nkaho amahirwe niyose kubashak kwiga University kand bafita uburyo Nubuzi mm bufise sponsorship burahar. Indeed ugiyeyo urabubona ubwobuz, uzi kuvyiyuzuliza ntabufyo ndibaz bisab, ariko utabiz naho uca uronder agent abigufashamwo, nawe nah acagusaba nka 3000dollars . Ariko yandonkeye visa workingship(work permet) 100%, ayomaher ntayondomwima bir sure

  • @ndayishimiye55

    @ndayishimiye55

    Жыл бұрын

    @@PendoDavidi-vb6il babigirahehenon mpanimer zabo vrmt ?plz mn frer

  • @LouiseNgendakuriyo-wt1wm

    @LouiseNgendakuriyo-wt1wm

    Жыл бұрын

    Umviriza numéro agité azivuge

  • @LouiseNgendakuriyo-wt1wm
    @LouiseNgendakuriyo-wt1wm Жыл бұрын

    Abakozi bamukorera nibo bakwakira bakagusigurira hanyuma niwe agufasha kugenda

  • @BettyNdamutswa
    @BettyNdamutswa Жыл бұрын

    Muraho neza?contact z'uwo muntu azikeneye yazibona?

  • @mushishinkunduwayo6599
    @mushishinkunduwayo6599 Жыл бұрын

    canada au minimum 5jour par semaine de travail cg 40heur par semaine

  • @desirenkurunziza7660
    @desirenkurunziza7660 Жыл бұрын

    Urakoze cyane .Mumpe telefoni za Apotre cg za office ye mu Rwanda ndi i kigali

  • @MarianneOfficial-th5zy
    @MarianneOfficial-th5zy Жыл бұрын

    Ese ubwo nukuri koko😂😂

  • @methodendayiragije886
    @methodendayiragije886 Жыл бұрын

    Nice

  • @JBn5742
    @JBn5742 Жыл бұрын

    Jewe n’umuryango wanje tuba muri Canada 🇨🇦 Québec, kuva 2022. Turashimira cane iyo cabinet ya Horugavye yadufashije ama Procedure yose kuva kuntango gushika dushitse ino.Kandi vyagenze neza. Mubandanye mutera imbere 🙌🏼

  • @emmanuelmanirambona4201

    @emmanuelmanirambona4201

    Жыл бұрын

    Nimuduhe aderesse cnk number yiwe

  • @nduwimanaestella4395

    @nduwimanaestella4395

    Жыл бұрын

    Tubwir uk wabikoz non

  • @annabellaakimanamurengeran9927

    @annabellaakimanamurengeran9927

    Жыл бұрын

    Nimutubwire uko mwabigenjeje

  • @channynsabimana1997

    @channynsabimana1997

    Жыл бұрын

    Uba Québec amajahe tumenyane nanje numuryango wanje twashitse 2022 tuba ngaha Québec kuri st pascal Limoilou

  • @JBn5742

    @JBn5742

    Жыл бұрын

    @@channynsabimana1997 ooh good, twebwe tuba Quebec- Sherbrooke , uravye kuri map ni a 243 km 😊

  • @user-dl7ln9ni8f
    @user-dl7ln9ni8f Жыл бұрын

    Reka kubesha ahubwo ba muvugisha ukuri uwutagiy yabarishe vyose muramushumbusha?? Ko ar business mushaka kwirira inoti abantu

  • @munyamahorotrust5577
    @munyamahorotrust5577 Жыл бұрын

    Tugufitiye products nziza zigabanya umubbyibuho byihuse Kandi zitagira ingaruka kubuzima uzikeneye watugaana Aho dukorera nyarugenge tukaziguha cg tukazikoherereza Aho uherereye hose haba hano mu Rwanda no hanze yigihugu Europe USA na Canada zikugeraho Numero watuboneraho ziri muri profile yacu iyo irimwibara ritukura mwajyaho mugakandaho Mukazibona murakoz

  • @patrickndemeye4293
    @patrickndemeye4293 Жыл бұрын

    Noronka téléphone yanyu gute?

  • @jeanbaptistenzamurambaho9905
    @jeanbaptistenzamurambaho9905 Жыл бұрын

    Murakoze kuri iki kiganiro. Ariko ntimwaduhaye numéro ye. Mwayiduha. Merci

  • @user-ex1jw2gc2w
    @user-ex1jw2gc2w10 ай бұрын

    Bonjour son excellence! Pouvez vous l'aider ce service ?

  • @yuyukeilla-ol5xv
    @yuyukeilla-ol5xv5 ай бұрын

    Mrng Turagukunda cynee

  • @yuyukeilla-ol5xv
    @yuyukeilla-ol5xv5 ай бұрын

    Turagukunda cyneee Ese ngo visa yo kujya kwiga Canada barabihinduye nibyo koko ??

  • @bahoNew
    @bahoNew9 ай бұрын

    None apotre bisaba igihe kingana gute kugirango ube utangiye dossier kugeza ugezeyo nigihe kingana gute?

  • @evelynendayishimiye-gt7vz
    @evelynendayishimiye-gt7vz Жыл бұрын

    Suis vraiment très intéressé.

  • @mushishinkunduwayo6599
    @mushishinkunduwayo6599 Жыл бұрын

    iyo avuga ngo inzu nimodoka abavuze inzu ya loyer na morgage yimodoka ntabwo abesha kko gukora udafite imodoka birakugora

  • @jacqueskiruhura2861
    @jacqueskiruhura2861 Жыл бұрын

    Merci pour cette information, Vos contacts SVP

  • @tomhakim-vg7fy
    @tomhakim-vg7fy Жыл бұрын

    Oya urashyiramo akunyu, ntabwo wareba dossier ngo umenye ko bazamuha visa cg bazatimwima. Hari igihe uwo wakekaga ko yatibona bayimwima bakayiha uwo utakeka.

  • @asasasqwqwqw6511
    @asasasqwqwqw6511 Жыл бұрын

    Noe uwutarons,ay mahirwe yokuranginza amashure.akaba ashobora kuronk Ivy bindi vyinsh bikenewe,ntashobora kuronka amahirwe yokujayo

  • @lucienhassanbizi4222
    @lucienhassanbizi4222 Жыл бұрын

    Comment faire pour avoir accès a l'immigration au Canada

  • @niyongerejuvenal578
    @niyongerejuvenal578 Жыл бұрын

    bonjour;ndi i bujumbura;burundi;ntumako rero;murakoze.

  • @nahimanacelestin7592
    @nahimanacelestin7592 Жыл бұрын

    Apôtre vyinshi muvyo uvuga nivyo kandi waravyize ariko uriko ushiramwo umunyu mwinshi kandi biratahuritse kuko ni publicité. Akarorero ngo Ntanumwe akorera munsi ya 17 Dols ku munsi ivyo sivyo bivana na province ubamwo. Ikindi ngo ukora kuva kuwa mbere gushika kuwa gatanu Uba Ufise imodoka ninzu no gufungura. Nivyo sivyo kuko abarundi bafise inzu Zabo baraharuye ku ntoke

  • @mercicarlos
    @mercicarlos11 ай бұрын

    Ndabaramukije nanje nagomba ko mwomfasha nkaja muri Canada

  • @UhiriweTV
    @UhiriweTV10 ай бұрын

    Ntabwo munjya mwitaba telefone hano murwandwa serivise yanyu ninyeya pe

  • @francoisenasabwe1180
    @francoisenasabwe1180 Жыл бұрын

    Amahoro neza? Mpiyo nkuru?

  • @chantalngendanimana2757
    @chantalngendanimana2757 Жыл бұрын

    None ntiwonyifashiriza ngashikayo?

  • @mushishinkunduwayo6599
    @mushishinkunduwayo6599 Жыл бұрын

    imiberehorero,internet urishyura kukwezi bigaterwa nuko wayikoresheje menshi cg nkeya

  • @mutarutwafrancoise4593
    @mutarutwafrancoise45933 ай бұрын

    Je parle teres bien le Fancais et l'Anglais en moyen .J' ai A2 en education et A0 peace building . Experience de travail pendent 28 :4;en education et 24 dans l'encadrement des enfents et jeunes non accompagnes.J'ai 50 ans .J'ai deux enfant finalistes du secondaire ,agees de 20 et 28ans . Puis je avoir chance au Canada?

  • @user-fx1bz8pz4f
    @user-fx1bz8pz4f2 ай бұрын

    Jew ndi Hilaire Ndayishimiye mba Uganda depuis 23/9/2014

  • @adamoman4966
    @adamoman4966 Жыл бұрын

    Gael wubahwe wzriwagerageje kubariza abatize wubahwe

  • @user-ex1jw2gc2w
    @user-ex1jw2gc2w10 ай бұрын

    Mwoshobora kuduha numéro zanyu za watsap tuzovugane? Ni ibikorwa vyiza caane

  • @user-hf6tc7lr4g
    @user-hf6tc7lr4g7 ай бұрын

    Merc

  • @user-ex1jw2gc2w
    @user-ex1jw2gc2w13 күн бұрын

    None ko nazanye ibiraha bari bandungikiye abo mukorana bakavuga ko atavyo bazi ngo bazokubaza bumve

  • @ntemakojulien2007
    @ntemakojulien2007 Жыл бұрын

    Positif mon Pasteur.

  • @nsenguweraeliezer2344
    @nsenguweraeliezer2344 Жыл бұрын

    Erega mwibuke ko hari abantu tudafite ubushobozi bwo kugerayo

  • @EAH257
    @EAH257 Жыл бұрын

    Black magic nimero ko waciye ukawuka 🤣🤣vyaragucanze nawe!! Naza iyo nime sha

  • @clementngendakuriyo2523
    @clementngendakuriyo252311 ай бұрын

    Help me as your kids to bring my children in Canada.

  • @AdanctusDuhamahoro-vb6kg
    @AdanctusDuhamahoro-vb6kg Жыл бұрын

    I'm interested

  • @user-mi4ll5ed6z
    @user-mi4ll5ed6z7 ай бұрын

    Mumbarize mfiteyo Mushiki wanjye na maman ariko ntaruriminzi byakundakonajyayo ko mbishaka nkeneye nomeroye

  • @kg7285
    @kg728511 ай бұрын

    En fait abo bantu nabanyamitwe Ehe genda kuri Site ya Immigration Canada baratanga ama bourses kubantu bafise des diplômes ya université. Ivyo ariko aravuga sivyo nagato jewe ndabahanuye kuja kuri Site web ya Immigration Canada . Ushoborabno guhamagara Embassade ya Canada I Nairobi barakubwira

  • @JohnNzabamwita-jm9sb

    @JohnNzabamwita-jm9sb

    10 ай бұрын

    None uvuga ko Apôtre Gordien kw'aru mubeshi ? Erega ntaguhata ku nguvu umurondera ushaka udashaka nta gahato agushizeko. Ahubwo ntutegera neza ico bita Consultance en Immigration kuko hariho n'abandi benshi baba Consultants Réglementés en Immigration. Reka rero gutesha agaciro umuntu Imana yarungikiye abarundi n'abandi....

  • @kg7285

    @kg7285

    10 ай бұрын

    @@JohnNzabamwita-jm9sb hahaha bonne Chance none uyu iwe ni free? Murantwenza kweri

  • @Ange-NellyKaneza-ty8kk
    @Ange-NellyKaneza-ty8kk11 ай бұрын

    Ndavye ivyo apotre avuze nkaraba na comment birayobeye kumenya ngo ukuri nukuhe

  • @didiernzabonimpa6277
    @didiernzabonimpa6277 Жыл бұрын

    Yewe uyu mugabo contact ye uramwandikira ntasubiza

  • @michaelmymy1307
    @michaelmymy1307 Жыл бұрын

    Abatize University bontibarimwo?

  • @user-sz7ko6rd7h
    @user-sz7ko6rd7h Жыл бұрын

    Abo bantu biyita apotre mubatinye...

  • @kennybertrand4155

    @kennybertrand4155

    Жыл бұрын

    Neza cane

  • @migazocumba7212

    @migazocumba7212

    Жыл бұрын

    Ako kantu mber ntikanakenew p

  • @inocentnzamurambaha910
    @inocentnzamurambaha910 Жыл бұрын

    urabesha nafashe number zawe mdazibona birangira umbeshye .nikuci mubeshya abantu ga ntuzawe

  • @alaine-stessyigiraneza2131
    @alaine-stessyigiraneza213110 ай бұрын

    Numéro ziwe twozibona gute?

  • @schadrack97ngendakumana59
    @schadrack97ngendakumana59 Жыл бұрын

    Adresse ndayishaka

  • @isingizwentwalichristian2051
    @isingizwentwalichristian20515 ай бұрын

    Urakoze kubisobanuro byiza uduhaye kubifuza kujya muri Canada usige Contact twababoneraho .Merci

  • @TheCharity.
    @TheCharity. Жыл бұрын

    OYA Canada ntabwo ari mu Ijuru. Ntabwo numva ukuntu Apotre muzima agereranya Canada n’Ijuru‼️

  • @bazilyrics5789

    @bazilyrics5789

    Жыл бұрын

    Nubugesera

  • @blessingineza3883
    @blessingineza3883 Жыл бұрын

    Umuntu ashaka ko mumufasha byagenda gute

  • @bigaborwizigura2899
    @bigaborwizigura28998 ай бұрын

    Mwaramutse neza mwadufasha mukaduha number za Apotre Horugavye

  • @anithandayishimiye2518
    @anithandayishimiye2518 Жыл бұрын

    Jewe ndashaka caaaaaaaaane kuja kuba Canada. Vyongendera gute?

  • @scholastiquentibatwenge591
    @scholastiquentibatwenge591 Жыл бұрын

    Duhe nr ntuzewe tuze natwe.

  • @user-mi4ll5ed6z
    @user-mi4ll5ed6z7 ай бұрын

    Nababazaga niba utazi ururimi wabona uko ujyayo ufiteyo family

  • @didiernzabonimpa6277
    @didiernzabonimpa627711 ай бұрын

    Bishop waduhaye Numero aho mukorera hano kigali

  • @CollineHazimana-vo5bx
    @CollineHazimana-vo5bx Жыл бұрын

    Nagerageje kenshi kubalondera ndababula kandi ndabakeneye caane

  • @kanyamirwejohn9030
    @kanyamirwejohn903011 ай бұрын

    Number ya Apotre nayibona gute?

  • @lovepeace5460
    @lovepeace5460 Жыл бұрын

    Ivyavuganivyo kandivyose bishobokera uwizeye.

  • @kg7285
    @kg728511 ай бұрын

    None murihisha angahe?

  • @nizeyejunior7199
    @nizeyejunior7199 Жыл бұрын

    Nibamuhe numéro ziwe natwe adufashe

  • @imanishimwedomina4968
    @imanishimwedomina496811 ай бұрын

    I Kigali mukorera ahagana he cg niba bishoboka mwaduha phone number z'uyu mu Papa tukamenya uko twamugeraho?

  • @orlymizero7490
    @orlymizero7490 Жыл бұрын

    Tanga numéro ya terephone turayikeneye

  • @cinque_stelle1
    @cinque_stelle1 Жыл бұрын

    Gael duhe i num zaho hantu tuze twishikir

  • @ProsperShimiye-nn3dy
    @ProsperShimiye-nn3dy Жыл бұрын

    Congo bureau yenu iko fasi gani?mutupe numéro yenu muzee napenda nitume kijana wangu Canada ju amemamiza Université kampala kuli est African univeristy.mrc

  • @diamantflorian1531

    @diamantflorian1531

    Жыл бұрын

    Angalia ku 36:30

  • @manirakizagabriel7482
    @manirakizagabriel7482 Жыл бұрын

    😮nimutubwire ingene umuntu yotera imbere ari iburundi

  • @ritza3452

    @ritza3452

    Жыл бұрын

    Une bonne question épineuse

  • @belladushime792

    @belladushime792

    Жыл бұрын

    Uvuze neza

  • @migazocumba7212

    @migazocumba7212

    Жыл бұрын

    Orora inka uteko urime ibiharage

  • @SakinaVerinique-pn4db
    @SakinaVerinique-pn4db Жыл бұрын

    I am interested Need more clanfications

  • @mudacumuracelestin6528
    @mudacumuracelestin652810 ай бұрын

    muduhe adress yanyu kigali

  • @izacog1k202
    @izacog1k202 Жыл бұрын

    Sinzi niba uheruka muri Canada ryari ? Urebye ibichiro by’ibintu urikuvuga ninkaho udaherukayo rwose , fasha abantu niba ubishoboye ariko woye kubabeshya kubintu bimwe na bimwe.

  • @mediatricenizigiyimana9019
    @mediatricenizigiyimana9019 Жыл бұрын

    Duhe num yiwe Juste Gaël

  • @imanishimwedomina4968
    @imanishimwedomina496811 ай бұрын

    Muraho neza ? Muri kuvuga Ibintu byiza rwose pe!!

  • @yvonnendangamira886
    @yvonnendangamira886 Жыл бұрын

    Waduha tel.

Келесі