Urwanda rusohoye itangazo kuri wamwenegihugu yishwe n'imbonerakure atabwa mu Kanyaru

Ойын-сауық

𝗜𝗺𝗯𝗼𝗻𝗲𝗿𝗮𝗸𝘂𝗿𝗲 𝘇𝗮𝗿𝗮𝘆𝗲 𝘇𝗶𝗴𝗮𝗻𝗱𝗮𝗴𝘂𝘆𝗲 𝘂𝗺𝘂𝗻𝘆𝗮𝗴𝗶𝗵𝘂𝗴𝘂 𝘇𝗶𝘀𝗵𝗼𝗯𝗼𝗿𝗮 𝗸𝘂𝗿𝗲𝗸𝘂𝗿𝘄𝗮,𝘂𝗺𝘂𝗿𝘆𝗮𝗻𝗴𝗼 𝘄'𝘂𝗺𝘂𝗵𝗶𝘀𝗶 𝘄𝗮𝘁𝗮𝗻𝗴𝘂𝘆𝗲 𝗴𝘂𝘁𝗲𝗿𝘄𝗮 𝘂𝗯𝘄𝗼𝗯𝗮,𝘂𝗻𝗮𝘁𝗲𝗴𝗲𝗸𝘄𝗮 𝗸𝘄𝗶𝗵𝘂𝘁𝗮 𝗴𝘂𝗵𝗮𝗺𝗯𝗮 𝘂𝘄𝗮𝗯𝗼.
𝗔𝗯𝗮𝗻𝘆𝗮𝗴𝗶𝗵𝘂𝗴𝘂 𝗯𝗮𝗿𝗶 𝗯𝗮𝗻𝘀𝗲 𝗸𝗼 𝘂𝗺𝘂𝗵𝗶𝘀𝗶 𝗮𝘁𝗼𝗵𝗮𝗺𝗯𝘄𝗮 𝗶𝘇𝗼 𝗺𝗯𝗼𝗻𝗲𝗿𝗮𝗸𝘂𝗿𝗲 𝘇𝗶𝗱𝗮𝗵𝗮𝗻𝘄𝗲.
𝗡𝗼𝗻𝗲 𝘃𝘆𝗶𝗳𝗮𝘀𝗵𝗲 𝗴𝘂𝘁𝗲?
Nk'uko twabibabwiye ejo hahise.
imbonerakure ikomeye cane NIYONKURU Victor iri kumwe na mugenzi wayo yitwa KAZE barafashe umunyagihugu NSABIMANA Philippe ku mutumba Ryamukona.Victor yaciye amucumita ikimito mu gutwi,giserukira mu kundi.Philippe aca aracikana nk'uko mubibona.
Bakimugandagura,baciye bamuta mu ruzi Kanyaru rugabura igihugu c'uburundi n'Urwanda.Amakuru twahavuye turonka yemeza ko izo mbonerakure zashaka guca zivuga ko yishwe n'abo mu Rwanda.Ariko abapolisi b'Urwanda barahashitse imbere y'uko ikiziga gikurwa mu ruzi:kugira ntibabesherwe
Ejo nyene 10/05/2024 abapolisi bo mu gihugu c'Urwanda baciye bandika icegeranyo c'ivyari bihejeje kuba,isaha umunani z'umuhingamo.Icegeranyo cateweko umukono n'impande zose,harimwo abapolisi b'Uburundi,cemeza ko uwo musore yagandaguwe n'abakozi 2 b'uwitwa NDAGIJIMANA Vincent.Izo mbonerakure zigiheza gufatwa,zaciye zitwarwa mu gasho ka Commune Kabarore,aho zaraye ijoro rya mbere.Ariko ivyo vyarateye amekenga abatari bake kuko izo mbonerakure zitaciye zishikanwa ku murwa mukuru w'intara ya Kayanza kugira zinaciribwe urubanza rw'ikibiriraho.
Gushika ubu rero,havurwa abategetsi batanguye kuvyivangamwo kugira izo mbonerakure zirekurwe.Batanguye guterefona umuryango w'umuhisi bawutera ubwoba kunyaruka gupfuba uwabo.Mur'abo bategetsi harimwo Musitanteri w'iyo Commune:NSAGUYE Berchmas.Ivyo biriko bitangaza abatari bake.Uwundi mutegetsi ariko avyivangamwo ni Buramatari w'intara ya Kayanza:Col Rémy CISHAHAYO.Amakuru dufise n'uko ejo hahise abo bategetsi barahiye bakarengwa ko izo mbonerakure 2 zijanwa ku murwa mukuru w'intara gupfungirwayo.Bategetse ko zigumizwa aho i Kabarore.
🔶️𝗞𝘂𝗯𝗲'𝗶𝗸𝗶 𝗶𝘇𝗶 𝗺𝗯𝗼𝗻𝗲𝗿𝗮𝗸𝘂𝗿𝗲 𝘇𝗶𝘀𝗵𝗼𝗯𝗼𝗿𝗮 𝗸𝘂𝗿𝗲𝗸𝘂𝗿𝘄𝗮?
Tubamenyeshe ko izi mbonerakure zose ari abakozi b'umurwizatunga NDAGIJIMANA Vincent yimba ubutare mur'iyo ntara.Twongere tubamenyeshe ko izo mbonerakure zaheruka kurekurwa mu manyanga mw'ibohero rikuru ry'intara ya Ngozi.Amakuru tumaze kuronka aremeza ko uwo murwitazunga NDAGIJIMANA Vincent yamaze kuvugana n'abo bategetsi kugira babihereze i Kabarore,izo mbonerakure zice zirekurwza.Boba bapfunditse #kubesha ko uwo munyagihugu ari we yitaye mur'urwo ruzi ariko yiruka kuko yar'afise fraude...
N'ubwo bapfunditse ico kinyoma,sinzi ko bihava biborohera(mugabo bishobora kuborohera kubera inguvu bafise).Ariko igihe izo mbonerakure zakubita uwo munyagihugu,zikarinda zimucumita ikimito,abandi barabona,nk'uko binemezwa n'iki cegeranyo umukuru w'umutumba wa Ryamukona yateyeko umukono.
🔶️𝗧𝘂𝗴𝗮𝗿𝘂𝗸𝗲 𝗴𝗮𝘁𝗼 𝗸𝘂𝗿𝗶 𝗸𝗮𝗵𝗶𝘀𝗲 𝗴𝗮𝘁𝗼 𝗸'𝗶𝗺𝗯𝗼𝗻𝗲𝗿𝗮𝗸𝘂𝗿𝗲 𝗡𝗜𝗬𝗢𝗡𝗞𝗨𝗥𝗨 𝗩𝗶𝗰𝘁𝗼𝗿.
NIYONKURU Victor ni imbonerakure ikomeye cane mur'ako karere ka Kabarore.Imbonerakure ikorana,ikongera ikaba umwizigirwa cane n'umurwizatunga NDAGIJIMANA Vincent acukura ubutare mur'iyo ntara ya Kayanza.Umurwitunga,avuga rikijana ahenshi mu gihugu.Imbonerakure Victor yari yapfunzwe muri 2018.Ico gihe we na bagenzi we bari bateze umutego imodoka yarimwo umunyagihugu Jimmy BIGIRIMANA,barayirasa n'inkoho bari bitwaje.Victor yarikumwe na NGENDAKUMANA Issa:yatwara imbonerakure muri Zone Kabarore na GIRUKWISHAKA Moussa.
Abo bose uko ari batatu,muri 2018 baciye batwarwa gupfungirwa mw'ibohero rikuru rya Ngozi.Victor yari yaciriwe gupfungwa imyaka cumi.Ariko kubera yari umwizigirwa w'umurwizatunga NDAGIJIMANA Vincent yarakoze ibishoboka vyose aramurekuza na Moussa.Umwe Issa yagumye mw'ibohero gyshika uno musi.
Igihe imbonerakure NIYONKURU Victor yari mw'ibohero rya Ngozi,naho nyene yari intakorwako,yigira mukuru wa bose.We na bagenzi we ntibitwara nk'abapfungwa kuko basohokera umwanya bashakiyeko,banwa inzoga ku mugaragaro nk'abategetsi,nk'uko bigaragarira ku ma photos(agipfunzwe).Amakuru dufise n'uko NDAGIJIMANA Vincent yatanze igiturire c'imiliyoni 20(#20millinsFbu)kugira arekuze ya mbonerakure Victor.Aho hari muri 2022.
Amaze kumurekuza,yaciye amugurira ipikipiki y'akazi.Aca amusaba ko yorondera izindi mbonerakure ziyemera bazohora bakorana..Imbonerakure Victor y'i Kabarore yaciye agenda ku murwa mukuru w'intara ya Kayanza azana izindi mbonerakure 4 bakorana haba no muvyo gukizura.Imbonerakure zitamenyewe ngaho i Kabarore,harimwo iyo mbonerakure KAZE barikumwe ejo hahise mukugandagura NSABIMANA Philippe.
Abanyagihugu b'aho i Kabarore batakambira umukuru w'igihugu Evariste gufasha kugira ahagarike aya manyanga ariko akorwa n'abo bategetsi bo mu Kayanza,kugira imbonerakure zaraye zikoze iryo bara zihanwe vy'akarorero.#Amakuru_yurugendo_news
#Updats_zurugendo_news
#Interviews_zurugendo_news
Amakuru 🅱🅱C Gahuzamiryango
Amakuru ya RPA yihuta
Amakuru ya Haguruka yihuta
Amakuru yinzamba yihuta
Amakuru ya Peace FM yihuta
Amakuru n'ibiganiro bicukumbuye

Пікірлер: 57

  • @FrancineFrancine-jz7su
    @FrancineFrancine-jz7suАй бұрын

    Iman niyo izotabara igihugu cacu cuburundi kk birakomeye

  • @asiyaasiya1138
    @asiyaasiya1138Ай бұрын

    Ahomwibohero bari kwishuri yokwica niwisekere❤❤❤

  • @user-tr7do1gm5d
    @user-tr7do1gm5dАй бұрын

    Ndababaye kweri

  • @royalfaith1978
    @royalfaith1978Ай бұрын

    Bazi ngo bazamara abatutsi baze babaze Nkurunziza wapfuye ntawe umwishe kandi atanabarangije. Tanganyika ngo yaruzuye ???? Nibindi muzabibona Imana harubwo izarakara kuko niyo.yaremye abantu.

  • @carinemanirambona2708
    @carinemanirambona2708Ай бұрын

    Erega nicogituma batembagaje igihugu burundu baracari mwishamba biba,bica,bakora icobashaka kuko ntamategeko abafata dutegekwa ninyamaswa zomwishamba apuuuu .

  • @user-zd9ck8km5i
    @user-zd9ck8km5iАй бұрын

    7:23 Iyo hataba abantu bari kuvuga ko yishwe n'urwanda. Mwibuke vya biziga babohera mumifuka bagata mu kiyaga Cohoha baheza bakabisunikira ku Rwanda, aba bantu batanguye kwica kera. Ibibera mu Burundi c'est satanique

  • @musinga980
    @musinga980Ай бұрын

    CDDFDD Imbonerakure zimaze abarundi pe,uburundi bwarapfuye neza,uburundi burongowe nimugwi wabicanyi

  • @turibamweali8661

    @turibamweali8661

    Ай бұрын

    Inkotanyi nizo zitabica ? Mwa batutsi mwe mwarasaze ko mutavuze igihe umuzunguzayi wumurundikazi yicirwaga mu Rwanda nuko yari umuhutukazi ? Nta rupfu rwiza rubaho ibyo byose ntacyo bivuze nta nkuru ibirimo

  • @user-we7uq1qh7p

    @user-we7uq1qh7p

    Ай бұрын

    Imana irakumva ww waremye abatusi chanke abahutu iyi imbonerakure muramashetani igihugu nikibakeneye muzatahuke iyi generation namachakubiri dushaka mubisubize 1994 apana ubu 2024 dukeneye iterambere umugore wanje numutusi njewe. Ndu muhutu reka gukorana namashetani imana izabikubaza wagitwa wee

  • @amanyasmary5348
    @amanyasmary5348Ай бұрын

    Camagura amakuru tuze tuyumva neza dufita umwanya muto wa fone uravuga. Ukarandira

  • @GodefroidGodefry-wy1en
    @GodefroidGodefry-wy1enАй бұрын

    Uyoburumatari Yesu azamwiyereke

  • @samsung-zb3xi
    @samsung-zb3xiАй бұрын

    Mugabo haribintu bisiga ubwenge yego sinoryoherwa nokumva ko uyomuntu wi Imana yihwe ntaco vyomarira hariho uwavuze abatowe barimumifuko ibiziga babitoye muruzi ruhana imbibe z'urwanda

  • @mdbosco1640
    @mdbosco1640Ай бұрын

    ❤❤

  • @user-mc7lh6js3o
    @user-mc7lh6js3oАй бұрын

    Nkuwo mustanter asuko mumaso n'uwo buramatari ahonyotse mumaso !!! Ntimubona kwarabicanyi???? Twemeranya mumpe ok

  • @DesireNDAYISHIMIYE-ip8fi
    @DesireNDAYISHIMIYE-ip8fiАй бұрын

    Nihatari izobwa zarameje ziibwe uwo guherayo

  • @g_familytv2081
    @g_familytv2081Ай бұрын

    Mugisha gute.. none reba mesaj kuri phone yawe..

  • @josaphathatungimana3504
    @josaphathatungimana3504Ай бұрын

    Uwo yigira ngo ni umurwizatunga,ba Vyisi bari hehe? Bari banyaye kuri Buyoya ?

  • @user-dt7jt9xk7o

    @user-dt7jt9xk7o

    Ай бұрын

    Ibyo umunyamakuru avuga ni ukuri kuko uyu mugwizatunga Vincent avuka ku Kantabwonde ni mwene Bitebuka.

  • @user-ef1wd9tm8t
    @user-ef1wd9tm8tАй бұрын

    Yoooo😭😭

  • @user-su4iw9dl8q
    @user-su4iw9dl8qАй бұрын

    Uburundi uburundi imbonerakure haaa turagowe nta vyishi

  • @ibuyerizimatv
    @ibuyerizimatvАй бұрын

    Mujye mubabwirako ntagahora gahanze kd uwicisha inkota nawe azayicishwa

  • @asiyaasiya1138
    @asiyaasiya1138Ай бұрын

    Mbega ganyakubahwa imbonera kure zirafpungwa ninde yabikubwiye twaragoweeee😂😂😂

  • @NkurunzizaYohan
    @NkurunzizaYohanАй бұрын

    Yesi😂😂😂

  • @user-ry7il6bz6w
    @user-ry7il6bz6wАй бұрын

    Hamw bobarekura bisabako abenegihugu nabo bac bihanira bakabica

  • @user-lc7oq4ze8r
    @user-lc7oq4ze8rАй бұрын

    Visenti ko yavyinjiyemwo vyaheze

  • @BUKURUEtienne-wg7re
    @BUKURUEtienne-wg7reАй бұрын

    Ibintu bakora nibazako boba batiyumvira ko ibi bihe batazobivako?Ariko abantu biburundi dukwiye kumenya ivyo twogira.. ariko kunyicira umuntu ngo haraho abaje kuvyivangamwo nibazako ari kubura ubwenge kubabikora

  • @NduwimanaAmina-io2cf
    @NduwimanaAmina-io2cfАй бұрын

    Nihatari. Mara. Imbonerakure. Niperereza. Nibobamaze. Abantu

  • @user-ck2py1sh6n
    @user-ck2py1sh6nАй бұрын

    Igihugu cu rwanda caragowe

  • @user-zi8zn3ch5q
    @user-zi8zn3ch5qАй бұрын

    No😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢

  • @user-pp3ig6vv1m
    @user-pp3ig6vv1mАй бұрын

    Haaaaaa biratangaj pp

  • @AkimanaJeannette-tz1to
    @AkimanaJeannette-tz1toАй бұрын

    Iyo nabo bacubwenge igiporisi kitarahashika bakibafata bariguca babakuramwo nabo kuko birababaje 😢😢abanyagihugu nibakumbure bahakanurire

  • @ndayishimiyerichard5680

    @ndayishimiyerichard5680

    Ай бұрын

    Unvugiy ibintu.aho bazorekurwa. Nkigihugu curwanda nobahanura kwihora kurya abayahudi babikora. Mumenyeko abanyarwanda bishw kuva kera kubwishi depuis 2015. Urwanda rero nirurek kwifata nka pays bananier

  • @user-ci1vz1cv3w
    @user-ci1vz1cv3wАй бұрын

    Arinkuwanj yokwumur mugash abobicany😢😢

  • @raissafabien4285

    @raissafabien4285

    Ай бұрын

    Niwitwengere😢😢ubusho kwarubwabo gashahu🙆ahubwo nyene kubura niwe ahunga😢😢2019 imbonerakure iraho yafashe umwana ku nguvu wa 13ans.yewe se wumwana yagize nho aracasanza utugere ahubwo niwe yahizwe buhongo arata aromoka, yomokana n akana kiwe🙆ntiyigeze ahanwa knd niyo ngeso yiwe😢😢😢gusa IMANA niyonkuru

  • @ndayishimiyerichard5680
    @ndayishimiyerichard5680Ай бұрын

    Abanyarwanda nibarengere abanyagihugu babo bicwa kubwishi kuva 2015. Nibakor nkabayahudi kugira ubwicanyi bakorerwa muri grand lacs bihagarare.

  • @NduwimanaAmina-io2cf
    @NduwimanaAmina-io2cfАй бұрын

    Nihatari. Ubwicanyintibuzohera. Muburundi. Ningorane.

  • @user-dt7jt9xk7o
    @user-dt7jt9xk7oАй бұрын

    Amakuru yanyu ni ukuri rwose kuko nanjye nturiye imbibi z''u Burundi.kandi rwose natwe tubangamiye n'ibikorwa bya Ndagijimana Vincent n'agatsiko k'imbonerakure akorana na zo.Mfite ingero zirenze 2 n'abantu bishwe ku ibwiriza rye.

  • @MuhimpunduErnest-dt4ln
    @MuhimpunduErnest-dt4lnАй бұрын

    Nibacirwe kurubanza nkabandi

  • @josaphathatungimana3504
    @josaphathatungimana3504Ай бұрын

    Abanyagihugu bongaho mukabarore bagafata vigitori bakamukerera !

  • @raissafabien4285

    @raissafabien4285

    Ай бұрын

    Itwengere shahu 😢😢😢😢

  • @ngabo8693
    @ngabo8693Ай бұрын

    Abarindi nabagome

  • @carinemanirambona2708

    @carinemanirambona2708

    Ай бұрын

    Nabanyarwanda murabagome nimwe mwakoze genocide ntukavuge murirusange.

  • @nshimirimamaeric3172
    @nshimirimamaeric3172Ай бұрын

    Harigihe bizahera amataso nimabi uwabiguze nawe bakorana ubusuma

  • @carinemanirambona2708
    @carinemanirambona2708Ай бұрын

    None imbonerakure bazihaye imbunda gute?nabasirikare ngotubamenye canke nibobatuma kwikiza uwobashaka.

  • @user-bw1wn3sz4z
    @user-bw1wn3sz4zАй бұрын

    Abarundi nibo bafise ukwo bahana abanyavyaha.None uwo munyarwanda yaje gukora iki mugihe aziko umupaka wuburundi wugaye?

  • @musinga980

    @musinga980

    Ай бұрын

    Imbonerakure cddfdd zaramwishe zijya kumuta kumupaka wurwanda kugira bavuge ko yishwe nurwanda,igihugu cyuburundi mumaze kuconona

  • @user-us8sk8gq2d
    @user-us8sk8gq2dАй бұрын

    Nn igipolice curwanda nta cashet gifise kombona hariko signature zintoke gusa?mbegaho umuntu wese wumwicanyi abarimbonera Kure?kura amanyanga!!!

  • @jeanbaptisterutayisire7634

    @jeanbaptisterutayisire7634

    Ай бұрын

    None wowe ko Uri igicucu, bisaba kubyandika bagashyiraho cashe.😂

  • @user-ry7il6bz6w
    @user-ry7il6bz6wАй бұрын

    Umukuru wigihugu ntaco yobafash kuko yab yofasha yari cumfasha umupfakazi wa Ferdinand nyandwi batazira kamba yingwe womukirundo naw yishw nimbonerakur non président haric yafashij ntibidegemvya hubwo abenegihugu nabo baze bihanire vyume vyumye

  • @irakozebelyse2432
    @irakozebelyse2432Ай бұрын

    None abobica abandi nabazamu biyisi?mubwize ukuri erega uwukoreswa n satani ntiyigera yikebuka ngo yiyumvire konawe yambaye inyama yivyondo

  • @GodefroidGodefry-wy1en
    @GodefroidGodefry-wy1enАй бұрын

    Imbwa irya amaraso ntiramba

  • @user-we7uq1qh7p
    @user-we7uq1qh7pАй бұрын

    Ayo namashetani nikubahanagura mu gihugu sabanu nigihugu barakimaze

  • @hakizimanatony1355
    @hakizimanatony1355Ай бұрын

    Uburundi si Congo Urwanda rwitonde

  • @musinga980

    @musinga980

    Ай бұрын

    Abasoda banyu bahoneye congo,amagrenade arikwica abarundi,imbonerakure zirikwica abarundi ,nta gitoro,ntamirimo,none mutaniye he na congo ??muri bamwe

  • @moseskato8413

    @moseskato8413

    Ай бұрын

    Ariko nkiki kimara ngo ni Hakizimana kiba kivuga ibiki?

  • @BURUCENTRE

    @BURUCENTRE

    Ай бұрын

    @@musinga980 Basumbwa na Kongo irimwo intambara.Bahora bavuga zi mujeri, turiko turazibona,buca kabiri mubice muja kubarya ntaco mucibanga

  • @ndayishimiyerichard5680

    @ndayishimiyerichard5680

    Ай бұрын

    Ahubwo burinyuma ya Congo. Igihugu capfuy nka Congo yo kuri mubutu

Келесі