URUGO SERIES S1EP12:yoo Mariya azoruhuka ryar?😭😓Fiko ayabonye w sayokuvuga😂Clarisse Na Nora batsinz🥰

Ойын-сауық

hello Family twizeye KO mwamaze gukora Subscribe kuriyi channel ducishako film ziryoshe cane ariko kandi kora subscribe no kuriyi ya SOLUTION COUPLE Nimba ukunda urukundo / @solutioncouple
ukaba wipfuza kumenya amakuru yukuri kubakinyi ba film nturengane utagize subscribe no kuriyi ya NORASQUE NTARE VI
/ @norasquentarevi
INTSINZI YACU NUKUBONA UMUNEZERO WANYU.
FEARLESS GENERATION
BREAKING BOUNDARIES
INTARE MWISHAMBA RYAYO

Пікірлер: 550

  • @uwasepascaline5054
    @uwasepascaline5054Ай бұрын

    Abantu babonako maman prence azigukina mumpe like ❤❤❤❤❤

  • @miracleange1588

    @miracleange1588

    29 күн бұрын

    Koriciza wigire mariya yakoze iciza aronka umutahe ubuzima burabandanya

  • @vianneyniyonsaba7316

    @vianneyniyonsaba7316

    29 күн бұрын

    Akina neza canee nanje ndamufana

  • @HuguetteIrankunda

    @HuguetteIrankunda

    29 күн бұрын

    Nukuri arambabaza kuo ntashishoza afatingingo vuba

  • @belyseniyonkuru2596

    @belyseniyonkuru2596

    28 күн бұрын

    Arazi gukina vrt. 3FA yaramutomboye

  • @NINGABIREElysee

    @NINGABIREElysee

    27 күн бұрын

    Vrt arashoboye❤😊

  • @hamidahamida4116
    @hamidahamida411629 күн бұрын

    Iyi film uwubonako igeze aharyoshe ampe like 😊😊😊 Fanny courage

  • @user-kd6dg4gc5b
    @user-kd6dg4gc5bАй бұрын

    Buracya ryari ngo twirebere ,abafite amatsiko nkange mumpe like

  • @AngeRubeneIrakiza
    @AngeRubeneIrakiza29 күн бұрын

    Umuntu yumvise imitoma ya Fiko Fiko ampe like Mana weeeeeee yokuzirika kucatsi nezaa😂😂😂😂😂😂😂😂😂❤❤❤❤

  • @symphorienn
    @symphoriennАй бұрын

    Abakunda fanny mumpe Lik kuko ❤❤❤❤❤

  • @MarieBukuru-hv3em
    @MarieBukuru-hv3emАй бұрын

    Mbae mu bambere abkund mariya mumpe ut like nk'utu❤️❤️❤️❤️❤️

  • @user-qc9ny7sd9v

    @user-qc9ny7sd9v

    29 күн бұрын

    Kabisa kumpande zose mubikora neza cane Mungu.wangu nunva nosara

  • @user-km9kr3dj2o
    @user-km9kr3dj2oАй бұрын

    Team saudi amashurwe yacu🎉🎉🎉 kuzindula nivyo vyacu abari murukundo niyi film ama like yacu twimanukire❤❤❤

  • @user-gg4rh2bq2h
    @user-gg4rh2bq2hАй бұрын

    yooooo mbay uwicum numunan nukul uwuz kub uwicum nicend aze kusing like gah kbx Fanny mbay mubahaf naww uz kurab ushirek kbx rek ndidir muband ❤❤❤❤❤❤😢😢😢😢

  • @user-qf7nd1et3g
    @user-qf7nd1et3gАй бұрын

    Aba jooo babarundi tumenyane abakunda Urugo sije Mbona burakeye ndabona bikomera peeeee❤❤❤❤❤❤

  • @AlthrayhGold-qh1ii

    @AlthrayhGold-qh1ii

    Ай бұрын

    Turahari Aba jo✌✌

  • @impanuro3600

    @impanuro3600

    29 күн бұрын

    Nanje ndi umu Jo ndahari

  • @AngeliqueNdayikeza-zz1xe

    @AngeliqueNdayikeza-zz1xe

    29 күн бұрын

    Turaharii❤🎉🎉🎉

  • @ahishakiyemagnifique6714

    @ahishakiyemagnifique6714

    29 күн бұрын

    Aba jo nabaki munsigurire

  • @AlthrayhGold-qh1ii

    @AlthrayhGold-qh1ii

    29 күн бұрын

    Ngwino na Mpinga bomu Rwanda​@@ahishakiyemagnifique6714

  • @FauziaAkeza
    @FauziaAkezaАй бұрын

    Niho nkivyuka kwl nagirango nacerew mug ndabon sinacerew abaz nyum mumpe Like bakunzi ❤❤❤❤

  • @francinGerome

    @francinGerome

    Ай бұрын

    Harahiye ewe mariya na dany 😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂 nora nimba mubuzima busanzwe umeze uko fanny arshiriwe❤❤❤❤❤

  • @joselynedusabimana8046
    @joselynedusabimana8046Ай бұрын

    komerezaho bantubanje kuba kararise ateye intambwe yogutahura icahayakoze burashimishije.hasigaye mama prese kwitahura akarekana nabafiko canke danny yitwarire maria😂😂❤❤

  • @merissapati9630
    @merissapati963029 күн бұрын

    😭😭😭😭😭Maria vrm jewe ura ndijije ivyo bihe nari geze kubi chamwo 😭😭😭ariko imana ibaho ura ronka akazi🎉🎉🎉🎉🎉🎉🙌🙌🙌🙌

  • @MeryMery-mg9mm
    @MeryMery-mg9mm28 күн бұрын

    Aha kuba amamega kuvejo ntari bwayaronke narinunva mbuze akantu nukurii murashoboye courage fanny fiko mama prince hejuru cane👊👊👊👊

  • @user-hu4tl2nu8f
    @user-hu4tl2nu8fАй бұрын

    🎉🎉🎉🎉🎉 amashurwe nayanyu

  • @mariamsakora2818
    @mariamsakora2818Ай бұрын

    Abagabo nka nono muburundi ntabo nukur afatira amakosa nkarrya kumugore wiwe hama akaguma amukundi sinzi ko nokwisi yose abaho nanj ndaba ndavuga ngo muburundi kandi nanj ndumugore nkabanzik umugab wanj amaze kunfuma kesh nkakurya nokwamana ubwoba murij ntanamahor vyompa nubwo twoba tukirikumw inyigishonziza cane team yose mubirimwo nez mwubahwe🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤

  • @euphemieningenza7637

    @euphemieningenza7637

    29 күн бұрын

    Ntibabaho,na Norasque ndakeka muminsi azovyonona hama Coco yiyahurire rimwe na rimwe! Aryamahoro Norasque afise ntabaho kumakosa Coco yagakoze😂😂 aratubikiye agasha Norasque

  • @NibiziAline
    @NibiziAline18 күн бұрын

    Cool cool muratwika p courage❤❤😅😅😅

  • @RittaRitta-gi1tf
    @RittaRitta-gi1tf28 күн бұрын

    Yoooooooooooo ababonyeko fiko fiko bamuteyindobo mundemere 😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂

  • @AssiaClaudineMukaremera-3066
    @AssiaClaudineMukaremera-3066Ай бұрын

    Abantu mukunda urugo séries nkanje tumenyane 🔥🔥🔥❤️❤️❤️

  • @FannyAjeneza-fd8xo
    @FannyAjeneza-fd8xo29 күн бұрын

    Iyoooh fico fico bibaye swata😭😭😭

  • @MamaKingChalom
    @MamaKingChalomАй бұрын

    😂😂😂 murugo harahiye🎉🎉 imitoma ibaye myinshi kwa Fico nokwa Nora😂😂😂

  • @ArletteIrakoze
    @ArletteIrakozeАй бұрын

    Yioo Marie mpole Sha gusa mwe n'a constance muryohereje🎉🎉🎉🎉

  • @JohnesMwita-xc2mr

    @JohnesMwita-xc2mr

    29 күн бұрын

    Jew baranyica nukuri ndabakunda gushika yaho numva shakako noguma ndababona muri flme yose❤❤❤

  • @AliceCuki
    @AliceCukiАй бұрын

    Yoo mbaye uwagatanu🎉🎉🎉 abari murukundo Nurugo mkono juu🙌🙌tuhaturire tumanuk💯💯💯🎉🎉🎉🎉🎉

  • @NINGABIREElysee
    @NINGABIREElysee27 күн бұрын

    Fiko na Rita birashushe😂❤❤

  • @sederiyaNsabimana-ut2lq
    @sederiyaNsabimana-ut2lq29 күн бұрын

    Aloo nari ndayinyotewe cane munyarutse indi numva nshuhiye kuyibona ❤❤❤❤❤❤❤❤

  • @sarasara-ur6nz
    @sarasara-ur6nz29 күн бұрын

    Waoo mariya yabony'umutahe asigaye azunguza agataro 😂😂komereza aho rata Mariya urudandazwa gwawe ruzotera imbere😂😂

  • @GraceISHIMWE-uy7uv
    @GraceISHIMWE-uy7uv29 күн бұрын

    😂😂😂😂rirya fumé ry fikoo riranyishe neza😂😂😂,soo courage la mifaa

  • @cizigamyejacqueline
    @cizigamyejacqueline28 күн бұрын

    fiko arahuy nakaga 😂😂😂😂😂mariya diiii

  • @AthanaseStone
    @AthanaseStoneАй бұрын

    FikoFico ibimubayeko mamaweeeee Gsa pole sana

  • @NDIKUMAGENGENadine
    @NDIKUMAGENGENadineАй бұрын

    Emw Mama prince ndamwemey kbx arik nn angambiriy iki?Mariya Big up tu es meilleur wubahw.fico naw pole xana ubuzim ni mahindagu.Abakund Mariya twagiy

  • @odilenzeyimana1791
    @odilenzeyimana179129 күн бұрын

    Fiko uragenda ubeshe 😂😂😂😂

  • @Denise-iw5ue
    @Denise-iw5ue28 күн бұрын

    Fiko yoooooooooo poleeee ark manaweeee pol sana

  • @Cycy129
    @Cycy129Ай бұрын

    Fiko fiko yateye ivi non birangiy batanamusezey😂 🌹🎉

  • @yyyyujdhdh6722
    @yyyyujdhdh672228 күн бұрын

    Mariya arakina nez can ingene yirutse rero 😂😂😂😂bamuhaye amahera gus team yose murashoboyeeee❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤iyo mitima yose niyanyu hm fiko nae ihangan uwo yitwa maman prince uzubanz gutohoza😂😂

  • @AnnyckTUYIKORERE
    @AnnyckTUYIKORERE29 күн бұрын

    Waooouuuh vyiza cane gusa Mariya arafise ingabire nziza vrt😂😂❤👌

  • @ellieyusuf7324
    @ellieyusuf732429 күн бұрын

    Mbaye uwanyum mwakoze kuzinduk abakunz burugo tumenyanye yes ahezagir abakiny nababitegur muronk inkomez zivakumana

  • @doxcellaarakaza
    @doxcellaarakaza9 күн бұрын

    Coco ntuzumukunde ubuziraherezo fanny yogufyeta😂

  • @user-cc7xi6xv3m
    @user-cc7xi6xv3m28 күн бұрын

    Fiko nawe imitoma yamurembeje🎉🎉

  • @ggfwtgg1652
    @ggfwtgg165229 күн бұрын

    Urugo kweri hejuru cneeee prince yataye urugo yambitswe impeta aranse ashaka iki se 😮fiko pole sana nuko harimwojiro atawukubonye 😢😢😢maria nawe pole sana 😢 ❤❤❤

  • @emelyneniyobuhungiro
    @emelyneniyobuhungiro28 күн бұрын

    Fiko ni mpfizi ya commune 😂😂😂

  • @user-bv6fi3ew3t
    @user-bv6fi3ew3t29 күн бұрын

    fiko fiko pole sana mutu wangu

  • @ahishakiyearlene585
    @ahishakiyearlene585Ай бұрын

    Abakunzi b'urugo Série tumenyan banange🎉🎉

  • @augustinmurengerantwari7697
    @augustinmurengerantwari769726 күн бұрын

    Mbega film iryoshe weeee!!!! Komereza aho

  • @user-rf1ut3zc6l
    @user-rf1ut3zc6lАй бұрын

    ❤❤❤❤❤❤❤ mundemere kabisa nazindutse

  • @Salahsamia-xj1ll

    @Salahsamia-xj1ll

    Ай бұрын

    Hama njendafitikibazo kuki duteye commentaires mutwishura❤️ahomwotwishuye munyandiko?

  • @SinaiPatrick
    @SinaiPatrick26 күн бұрын

    Kbx ndabakundacyane congrats dukomez hash mukomez mwubak muguturish imitima yabarush❤❤❤❤

  • @JaphetNizigiyimana
    @JaphetNizigiyimana27 күн бұрын

    Oya vrmt yesu abahezagire mwese abakinye iyi episode mwese mwakije umuriro imana ibe muvyanyu kabisa

  • @user-we4wi2po4e
    @user-we4wi2po4e22 күн бұрын

    Hhhhhhhh 🤣🤣🤣🤣🤣 fico rerooo ngo umeng nokurya nkakumaraa🤭🤭🤭

  • @KellyNikuze-kq9ff
    @KellyNikuze-kq9ff29 күн бұрын

    Fiko fiko nabagore babandi ashakiki koko🤣🤣😭

  • @Valerienahayo-xu3kr
    @Valerienahayo-xu3krАй бұрын

    Ninde yumvise igiswahiri ca mariya😂😂😂😂

  • @sarasara-ur6nz
    @sarasara-ur6nz29 күн бұрын

    Ngaho da burya Fico Fiko azokwikwegera kumbura utarondera umukobwa mungana abobagore babandi bazoguhumira😂😂😂.

  • @niyogushimadorine6086
    @niyogushimadorine6086Ай бұрын

    Muminota 7 nkaba ndahageze. Abazanyum tumenyane. Nabakunzi burugo❤❤❤❤❤

  • @VioletteNZIGAMASABO
    @VioletteNZIGAMASABO29 күн бұрын

    😂😂😂ababonye KO fico iyatuma atera igitoke yogiciy mu Mèzi make bampe liké.fico atey ivi bamutera indobo wallah.marie ubuho uburyohe burasazeee weee papa prince n'a Maria cukiwa🎉🎉🎉

  • @user-lq2fi8gg5x
    @user-lq2fi8gg5xАй бұрын

    Ndabakunda kubi❤❤❤ courage muyarutse igice gikurikira🎉🎉🎉🎉

  • @JustineBenithaVYIZIGIRO-nr6mh
    @JustineBenithaVYIZIGIRO-nr6mh11 күн бұрын

    Abafana ba ntare norasque like

  • @aliaalr6366
    @aliaalr6366Ай бұрын

    Yooooo fico fico mpore kandi koma ntaco wobona urabona ukuntu uguma URWARA abagore nabandi koma kweri👍

  • @AlthrayhGold-qh1ii
    @AlthrayhGold-qh1iiАй бұрын

    Fiko gabanya gukunda idemu😂😂😂😂😂

  • @emilyKay8
    @emilyKay829 күн бұрын

    Beaucoup de courage beza banje ❤️💖🌹🥀 team 3FA tora amashurwe 💐💐💐🌹🥀🥀🥀🥀🥀🥀

  • @user-ed9px8sb2r
    @user-ed9px8sb2rАй бұрын

    Maman prince ❤❤ fiko nawe 😢😢 hama ukunze ako kanyuma ka fiko na baby wie ampunde ama 👌

  • @j.baptisteniyonizeye135
    @j.baptisteniyonizeye13527 күн бұрын

    Mariya we Imana ikomeze kukurinda. Amajambo aramperanye pe

  • @divariennekarire3688
    @divariennekarire368829 күн бұрын

    Noneho Fiko yaza yaba amoureux vraiment 😂

  • @JovanieNizigiyimana
    @JovanieNizigiyimana24 күн бұрын

    Ewe Fiko😂sha

  • @ApollinaireKarenzo-wj9fo
    @ApollinaireKarenzo-wj9foАй бұрын

    abo dusangiye urukundo twagiye kwa Maria

  • @NiyonkuruClodette
    @NiyonkuruClodette29 күн бұрын

    Fiko akunda abagor nabandi 😂😂😂

  • @sosomh5430
    @sosomh543029 күн бұрын

    3FA hejuru cane,ndacabakunda kdi sonzigera ndabihagarika❤❤❤❤

  • @YvoneSibo-xg9gq
    @YvoneSibo-xg9gq29 күн бұрын

    Ndabakunda MWESE abo muri série urug mubikora neza

  • @carmellanishimwe558
    @carmellanishimwe55829 күн бұрын

    Yoooh basha ihez ntashaka urugo hejuru cane,💐💐💐💐🥰🥰🥰🥰

  • @zamdhaagatore5550
    @zamdhaagatore555025 күн бұрын

    Mam prince ukina neza pe,fiko fiko We rero azi imitoma kubi😂

  • @user-tb4cm1fh8r
    @user-tb4cm1fh8r29 күн бұрын

    Fico fico vamubagor babandii higa inkumii😂😂😂ikind conso urnyish ngo mariy tor 200ya taxis mama princ naw subir kumugab urekan na fico mariy nawe félicitations ngo municholey jamenii mbeg igiswahiri muranyeguye

  • @anemarry8755
    @anemarry8755Ай бұрын

    Iyonyambaro iramutoka mariya😅😅😂😂😂😂

  • @nitegekajacques-jt1ud
    @nitegekajacques-jt1udАй бұрын

    Beaucoup de conseilles ✅films nziza yigisha💫 we love♥️♥️

  • @spesinamuco6915

    @spesinamuco6915

    Сағат бұрын

    ❤❤

  • @MomoMUGISHA
    @MomoMUGISHA29 күн бұрын

    Ryajipo mariya yarihinduye😂

  • @ZawadZaoadi-po1us
    @ZawadZaoadi-po1us29 күн бұрын

    Gusa fiko araboneka no mubuzima busanzwe kwakundibebi😂😂

  • @FicoFiko9606
    @FicoFiko9606Ай бұрын

    Ko banyanse basi ninde yonyitorera ? Ndiko ndarondeza Urukundo nyakuri. ni mumfasheee 😭😭😭😭😭😭😭

  • @user-jm5he2gj6o

    @user-jm5he2gj6o

    Ай бұрын

    Yooo mpore maze ndakwikundira ❤

  • @anifanisha701

    @anifanisha701

    Ай бұрын

    Umuntu nkawe yirirwa mu bagore babandi ,ninde yokwikwegera ,ahubwo ukeney amasengesho😢😂

  • @DarleneNahayo-sh8ep

    @DarleneNahayo-sh8ep

    Ай бұрын

    Urumuhehesi ntawokwemera

  • @user-km9kr3dj2o

    @user-km9kr3dj2o

    Ай бұрын

    Ato kageso utagahevye ntibizokworohera pe😂😂😂

  • @febronieemerimana406

    @febronieemerimana406

    Ай бұрын

    Abagabo nka noraske ntibarwiriye

  • @GiftBella-de5hz
    @GiftBella-de5hz29 күн бұрын

    Muhezagirwe ku nyigisho mutanga🥰🥰🥰🥰🥰

  • @cesariebucumi8891
    @cesariebucumi889129 күн бұрын

    Nakagenda nkabona iyi film irarenze izo nabonye zose. Mukomeze muturyohereze bagenzi. Ndabakunda cane

  • @IshimweChristian-kb8er
    @IshimweChristian-kb8er26 күн бұрын

    Ewe BURUNDI urahiriwe❤❤❤❤❤❤😢

  • @NuraRukundo
    @NuraRukundo29 күн бұрын

    Umuriro ugiye kwaka tuzowukizwa Niki Koko haha reka fatagatebe mbirindire😂

  • @user-is4yp5bz6d
    @user-is4yp5bz6dАй бұрын

    Mbega mamalawoooo uranyishe mumushorere😂

  • @NishimweNadia-kt8pe
    @NishimweNadia-kt8pe29 күн бұрын

    Courage vrmnt 💪💪 ndabakunda 🥰🥰🥰🤗🤗

  • @RehemaClaudine-pe1tl
    @RehemaClaudine-pe1tlАй бұрын

    Ntakibazo mbaye uwakabiri narinzi komba uwamber kubera igishika ndayifitiye nikinini abakunda nkanj nimuz tuyiteramire muri comment tuyirindire kuko nukur iyije muyitege urevye ifoto gusa ni fire 🔥🔥🔥🔥🔥🔥 kwababantu batatu bongeye guhura turareba uwuza kuwuzimya🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥

  • @user-qx5pj5cr8q
    @user-qx5pj5cr8q28 күн бұрын

    Beyi ya chini hhhhh Mariya ndamukund sanaaa❤❤

  • @HakizimanaClairejoy
    @HakizimanaClairejoy29 күн бұрын

    Urugo series amashurw menshi cn🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉 Maria na Conso namw muransekej gushik aho ndir😂😂😂 hejuru kur niho mbipfurij❤❤

  • @AssiaClaudineMukaremera-3066
    @AssiaClaudineMukaremera-3066Ай бұрын

    Fiko Fico ayabonye siyo bamwankananye impeta🙄🙄 mpore none🤣🤣🤣 Nora na Coco bobo bibereye munyishu💃💃🎉🎉🎉

  • @NiyonkuruIsidolla
    @NiyonkuruIsidolla29 күн бұрын

    Eeeeeeehhhhh, karabayeeeee. Maman prince kl

  • @DorineBigirimana-gp6yc
    @DorineBigirimana-gp6yc29 күн бұрын

    Bash mubandany muduh ibi vyiz mwonger iminoto kwer

  • @dadaniyitungire6244
    @dadaniyitungire624429 күн бұрын

    Nubwo nacerewe ariko ndabakunda cyane beza banje ❣️🙏

  • @Mwaminiomar
    @Mwaminiomar29 күн бұрын

    Ati igisagara nica Mariya 😢😢😢😢,constance n'abavyeyi yotuma abaheba kubera akazi💔💔,Fico Fiko karakubanye😂😂😂😂😂 live, Norasque na Coco baratsinze❤️❤️, courage 🙏🙏

  • @merissapati9630
    @merissapati963029 күн бұрын

    😂😂😂😂😂😂 abahungu nka fiko fiko nukuri nti muzo harigwa🤣🤣✅✅✅mwijuru😁😁😁

  • @LeonidasMajambere
    @LeonidasMajambere29 күн бұрын

    Mwubahwe bakunzi mubirimwo neza❤❤

  • @blandinetuyisabe4900
    @blandinetuyisabe490028 күн бұрын

    Irarangiye ngwara déprésion🤣🤣 ikizokyerak iyikurikira gusa marie wubahwe

  • @ChristaLysa718
    @ChristaLysa71823 күн бұрын

    Fiko fiko ntibishoboka😂😂😂😂😂😂😂😂kwa maman prince

  • @kamanzikhadija3951
    @kamanzikhadija3951Ай бұрын

    Fiko erega urambaye ibara nukoharimwijoro atabakubonye .urukundo gwagahemo nugwo ayubonye siyo

  • @kubwimanayvette6203
    @kubwimanayvette620324 күн бұрын

    Film igeze kurundi rwego😂😂 ndabakunda trop nah vyashitse nkab uwanyuma😂😢🙆🙆🙆 rek nicare ndabe ndavuga munyum nkuk vyamye😢😢

  • @user-xj3ny5xi8e
    @user-xj3ny5xi8e29 күн бұрын

    Maman prince urabona ingene utwiciye ikiyago

  • @nadineciza2777
    @nadineciza277721 күн бұрын

    😂😂😂😂ewe conso nubwo nacerewe nukuri uranyishe ngo akira desa 😂😂mubantu bandyohera urimwo pe

  • @user-uq5vh7jo9b
    @user-uq5vh7jo9b29 күн бұрын

    Ew consta uranyumije kbx mugucor ntiwibabaz utang 200gus😂😂😂gus ndaguk❤❤

  • @user-hk2qn4bo1l
    @user-hk2qn4bo1lАй бұрын

    Nimuduje imponjo basha abahinyotewe nkanj urug series mump.utunt gus nyen ndim❤ na team fanny knd courage cane basha

  • @DjumaNdayishimiye-rc7ol
    @DjumaNdayishimiye-rc7olАй бұрын

    kuvah nabereyuwanyum nukur naho ntaruwamber nazinduts ababibon mump utu like nukur ham ni fire nukur mubirimw nez bant banj ndaba❤❤❤ knd ndabemer solution couple❤❤🌹🌹🌹🥰🥰🙏🙏😊

  • @ruthniyombabazi5139
    @ruthniyombabazi513925 күн бұрын

    Fiko fiko kimwe kukindi

  • @EulavieIrambona-de5ly
    @EulavieIrambona-de5lyАй бұрын

    Najew uyu munsi mudemere twatuntu nazindutse kbx Abo kwa nyamwema mupo😂😂

  • @ElieBukuru-hj7zr
    @ElieBukuru-hj7zr28 күн бұрын

    Mwubahwe turabakunda cyane

Келесі