GEZAHO: Ngiyo impamvu ituma Fiko Fiko aguma Ari Umusolait ngo ashaka kugura ntazi kuresha//GEZAHO 😱

Ойын-сауық

hello Family twizeye KO mwamaze gukora Subscribe kuriyi channel ducishako film ziryoshe cane ariko kandi kora subscribe no kuriyi ya SOLUTION COUPLE Nimba ukunda urukundo / @solutioncouple
ukaba wipfuza kumenya amakuru yukuri kubakinyi ba film nturengane utagize subscribe no kuriyi ya NORASQUE NTARE VI
/ @norasquentarevi
INTSINZI YACU NUKUBONA UMUNEZERO WANYU.
FEARLESS GENERATION
BREAKING BOUNDARIES
INTARE MWISHAMBA RYAYO

Пікірлер: 153

  • @barakamfitiyecelestin8617
    @barakamfitiyecelestin861727 күн бұрын

    Mariage c'est un contrat qu'on peut rompre à tout moment Abakumvise mumpe like 😁😁😁😁

  • @user-ov8xx1nx4q

    @user-ov8xx1nx4q

    26 күн бұрын

    Kirazira kwihambira kumuntu atagushaka fico abakobwabaruzuye kandi ufite inoti

  • @evelynenkurunziza287

    @evelynenkurunziza287

    23 күн бұрын

    None uyo numusore kombona yibebeza nkinkumi😂😂😂

  • @barakamfitiyecelestin8617
    @barakamfitiyecelestin861727 күн бұрын

    Abakunzi ba nolasque mumpe like😂😂😂

  • @benignenibitanga2051
    @benignenibitanga205127 күн бұрын

    None uyo numukobwa cank numuhungu ababony uwonavuze tumenyane😀

  • @user-dw1gi4vo1n

    @user-dw1gi4vo1n

    26 күн бұрын

    Nanj birancang sindabitahur 😅😅😅😅

  • @user-ok2ko8tv6w

    @user-ok2ko8tv6w

    26 күн бұрын

    Nanj nagir mbaze kwl

  • @user-qd3jb8hn2q

    @user-qd3jb8hn2q

    26 күн бұрын

    Numutinganyi 😙😙🤔🤔🤔

  • @user-ks3up6yt9v

    @user-ks3up6yt9v

    26 күн бұрын

    Numuhungu nabwo arumukobwa😂😂😂

  • @HyacintheMunyana-bb9yi

    @HyacintheMunyana-bb9yi

    24 күн бұрын

    Naje Nico kibazo mfise kwr 😮😮😮

  • @dadaniyitungire6244
    @dadaniyitungire624427 күн бұрын

    Abacerewe nkanje like ngaha tuhatwike 💃💃 today ni 🔥🔥

  • @Valerienahayo-xu3kr
    @Valerienahayo-xu3kr27 күн бұрын

    Fico fiko mur iyimisi ntiyorohew mur urugo indobo no mur gezzho indobo ababibonye mwese munshirireko utuntu twanje❤️❤️❤️🥰🥰🥰

  • @kwizerakwizera2618
    @kwizerakwizera261826 күн бұрын

    Fiko fico pole sana hose baguma bagutera indobo murugo film bakwanke nomur gezaho ,umva rero ingo jewe ndakwikundire

  • @AurelieNsabimana
    @AurelieNsabimana27 күн бұрын

    Mbaye uwamber kumunota wamber nahigerey rek nterame gusa tu❤❤❤❤

  • @yvanbayubahe6319
    @yvanbayubahe631926 күн бұрын

    Norsque n Fico bazonatwica 💪🏾

  • @emelynecimpaye6630
    @emelynecimpaye663027 күн бұрын

    Erg narinzi ngo michou numukobwa 😂😂😂😂courage ndabakunda ❤❤

  • @dennisniyonkuru8457
    @dennisniyonkuru845726 күн бұрын

    Amahera n'urukundo urabona biri parallèle FIKO FIKO.Bonayakumarako

  • @user-bt2sc2vt7z
    @user-bt2sc2vt7z27 күн бұрын

    Mbefani uwomuhungu numuobwa hhhh umengonumupede😂😂😂

  • @ndayisenga-ym5md
    @ndayisenga-ym5md26 күн бұрын

    Fico fico amahera ntahuye nurukundo wihangane urukundo rujaho rushatse😂😂😂😂

  • @merryirankunda3003
    @merryirankunda300326 күн бұрын

    Fico indobo uriye mwiyi minsi ntuzorire undaba 😅😅😅😅

  • @ClaudineMPAWENIMANA-fd6nu
    @ClaudineMPAWENIMANA-fd6nu24 күн бұрын

    Uw mumbonera arumukobw cnk numuhungu?roxana courage pe ndag❤❤❤

  • @melinakwizera8671
    @melinakwizera867127 күн бұрын

    Hejuru cane niho ndabipfurije

  • @user-rh8ue9um6l
    @user-rh8ue9um6l27 күн бұрын

    ❤❤❤❤❤❤❤❤ Fico fico rongora warengeranye pe

  • @user-kh9xv9fu6k
    @user-kh9xv9fu6k26 күн бұрын

    Gezaho hejuru Nono ngogutek NGO nuwamber😀

  • @dododolinenshimirimana3112
    @dododolinenshimirimana311227 күн бұрын

    Iyi gezaho iranryiheye peeeee courage mwese bakundwa

  • @platov267
    @platov26727 күн бұрын

    Roxane t'as du talent 🎉

  • @mamancheiilla0fficial
    @mamancheiilla0fficial27 күн бұрын

    Reka ntoragatebe nicare ❤❤❤❤

  • @AssiaClaudineMukaremera-3066
    @AssiaClaudineMukaremera-306626 күн бұрын

    Abacerewz nkanje murihe🤣🤣🤣 Gucererwa sibibi ikibi nugusiba kwa maman lao💃💃💃 basha iyi GEZAHO iraryoshe cane courage kuri Team yose🎉🎉🎉🎉❤❤❤ Michou babwire kuri umuhungu😆😆 Fico Fiko pole sana hose vyase kwl baguma bagutera indobo🙆

  • @user-of8mq5fr2t
    @user-of8mq5fr2t25 күн бұрын

    Gezaho pe❤🎉

  • @dododolinenshimirimana3112
    @dododolinenshimirimana311227 күн бұрын

    Noe ga Mama ugomba usanbuze uwubatse oya gezaho 😢😢😂😂😂😂

  • @IzereChany
    @IzereChany25 күн бұрын

    Fiko genda witwar je vais m'expliquer😂😂😂

  • @JanneIrakoze-vc2fr
    @JanneIrakoze-vc2fr27 күн бұрын

    Nagezaho

  • @eliasmunezero3385
    @eliasmunezero338526 күн бұрын

    Cheulieee wa nola🎉🎉🎉U nailed it giiiiiirll...Bon courage

  • @ChaniceNicimpaye
    @ChaniceNicimpayeКүн бұрын

    Ndabafana bantu banje

  • @angebelyseshurweryimana3703
    @angebelyseshurweryimana370325 күн бұрын

    Michouu akab yahagez😂😂😂🔥🔥

  • @ingabiregyslaine4827
    @ingabiregyslaine482720 күн бұрын

    Miss international wakajembegete😂

  • @ElianeIRADUKUNDA
    @ElianeIRADUKUNDA27 күн бұрын

    Team GEZAHO❤❤❤❤

  • @AngeRubeneIrakiza
    @AngeRubeneIrakiza27 күн бұрын

    Team gezaho Murashoboye vrt courageeeee💙💙💙🧡🧡🧡

  • @user-og4nc3hw7e
    @user-og4nc3hw7e27 күн бұрын

    Bash nono kumitoma araturenzee

  • @user-cc5cl6tv1w
    @user-cc5cl6tv1w24 күн бұрын

    Nacerew ariko datanz commentaires iyi gezah yari fir🎉🎉❤❤😂

  • @Bagenzi4life
    @Bagenzi4life26 күн бұрын

    Uwomuhungu yakinye nka bofre wa #Fiko k mbona mrngo yaramaz gukora left muri grp yabahungu 😄😄😄😄

  • @user-dt4hu5gv8x
    @user-dt4hu5gv8x26 күн бұрын

    Uwomuhungu kumengo numukobwa

  • @uwurukundobella-uv4xx
    @uwurukundobella-uv4xx22 күн бұрын

    Musaza wa Roxanne umeng nigikumi casatuye😂😂😂

  • @user-df7ek7ny1b
    @user-df7ek7ny1b26 күн бұрын

    Courage

  • @Romain-ol2nc
    @Romain-ol2nc24 күн бұрын

    Kumb Michou rro numusore bamw bagum babaz kur Tik Tok 🤣

  • @melchiorngendakuriyo2828
    @melchiorngendakuriyo282823 күн бұрын

    Courage 🎉🎉🎉🎉

  • @user-is4yp5bz6d
    @user-is4yp5bz6d25 күн бұрын

    Fiko pol sana kwl mbona baguma bakwanka bose

  • @NajimIranzi
    @NajimIranzi20 күн бұрын

    Ewe michou sha

  • @user-vo8mr4tj8k
    @user-vo8mr4tj8k5 күн бұрын

    Nono ngo uruwambere mugikoni

  • @GorethGoreth-lp6kl
    @GorethGoreth-lp6kl24 күн бұрын

    Gezaho

  • @DjumaNdayishimiye-rc7ol
    @DjumaNdayishimiye-rc7ol27 күн бұрын

    mwahaturiy kl gezah hejur ndabakund❤❤❤

  • @emilyKay8
    @emilyKay826 күн бұрын

    Ivyo mwihaye 😂😂😂ngumpevye nzosara 😂 kweli J nzozandabahana walahi that's too much 😮😮 maybe ongeleni sana ndabakunda cane mwese🎉🎉🎉❤

  • @ngendakumanamoses
    @ngendakumanamoses27 күн бұрын

    Mbaaye uwakabiri uyumusi bashaaa mumpe like nfaha❤❤❤🎉

  • @setaseeta9779
    @setaseeta977926 күн бұрын

    None uyo numuhungu canke numupede😂😂

  • @kevincandy3488
    @kevincandy348827 күн бұрын

    ❤❤❤

  • @SaraP-kw9jz
    @SaraP-kw9jz21 күн бұрын

    Oya kabisa nibatubwire michou.ni mukobwa canke umuhungu???

  • @SaraphinaMichael-ff2df
    @SaraphinaMichael-ff2df26 күн бұрын

    Nayobewe kwari umuhungu cank umukobwa 😀😀😀😀😀

  • @BukeyeNadine-dg6bd
    @BukeyeNadine-dg6bd26 күн бұрын

    Fiko fiko😀😀😀 ngontuzi kuresha mpol ariko wahuye nikibazo

  • @user-kn5vy1bj1u
    @user-kn5vy1bj1u26 күн бұрын

    Fico fiko pole.amahera aragururukundo Sha mugabo aheze narwarukundo bigenda bijanye.basha uyumukobwa Ari sérieux pe.😂ntakangwa n'inoti mutunyarukirize suite plz

  • @fabiolaFabiola-et4jb
    @fabiolaFabiola-et4jb26 күн бұрын

    Fikofiko Pol san gussa urakin Bien vrt,urabona ukuntu acabugufi😂 hejuru cn beza banj

  • @Mwaminiomar
    @Mwaminiomar27 күн бұрын

    Norasque Ku mitoma nuwa mbere😂😂😂😂😂,Fico Fiko karakubanye 💔💔💔, courage

  • @user-uo4gu1kk2z
    @user-uo4gu1kk2z26 күн бұрын

    Kumbe WA muntu numuhungu😂😂😂😂

  • @HoHnot-py1nj
    @HoHnot-py1nj26 күн бұрын

    😂😂😂 fiko fiko gumahamwe Shaa .inkwano barayiheba😂😂

  • @ClarisseMunezero-zo7we
    @ClarisseMunezero-zo7we26 күн бұрын

    Nne michou 😂😂😂😂yabay umuhungu😂

  • @NinadominicaININAHAZWE
    @NinadominicaININAHAZWE26 күн бұрын

    Hhhhh mwubahwe pe

  • @user-rh2ok1jk5z
    @user-rh2ok1jk5z26 күн бұрын

    Narinatevye

  • @FabiolaIgiraneza-cl3cc
    @FabiolaIgiraneza-cl3cc26 күн бұрын

    😂😂😂ni avance yo kuvangura abakndanye

  • @user-fk3pl1jj4p
    @user-fk3pl1jj4p27 күн бұрын

    Nice

  • @merryirankunda3003
    @merryirankunda300326 күн бұрын

    Biza bishika abahungu mugahatiriza urukundo nkuko kwa fikofiko😊😊??

  • @carmellanishimwe558
    @carmellanishimwe55827 күн бұрын

    Nibagezaho nibagezaho 🥱🥱team gezaho hejuru cane Roxana ,Michou courage💐💐💐💐

  • @VioletteNZIGAMASABO
    @VioletteNZIGAMASABO27 күн бұрын

    Fico fiko biranse Ayo uboneye kwiyisi ntawe muyanganya.mama nawe urabaye umufunga kiwani pe!3FA bandanya imbere ntantambanyi

  • @EsperenceNdayisaba
    @EsperenceNdayisaba27 күн бұрын

    Mundebere twatuntu abazaa nyuma

  • @chadiaManirakiza
    @chadiaManirakiza26 күн бұрын

    Eti nono anajuwa kupika cakula ca warabu😂😂😂

  • @ChantalMarieKwizera
    @ChantalMarieKwizera27 күн бұрын

    Ndahageze kare vrt mwubahwe cane

  • @AmenaBrondy
    @AmenaBrondy26 күн бұрын

    Emely

  • @SandraUwimana-pq1cw
    @SandraUwimana-pq1cw23 күн бұрын

    None ndabaza uwo fiko ashoboye kwanakina aronderabagore nabakobwa???emwe nihatali

  • @EstelleIrakoze
    @EstelleIrakoze27 күн бұрын

    Fiko fiko nizere ukumeze mur film kwatariko umeze no mubuzima busanzwe

  • @Rinaclassley
    @Rinaclassley26 күн бұрын

    Ndabafana🎉🎉🎉

  • @user-tw3fz3zc4i
    @user-tw3fz3zc4i25 күн бұрын

    ❤❤❤❤❤

  • @AmenaBrondy
    @AmenaBrondy26 күн бұрын

    Emely😮😮😮😮

  • @Amen2525
    @Amen252527 күн бұрын

    Asha fico fico vyas kwl

  • @YvonneMugisha5055
    @YvonneMugisha505527 күн бұрын

    ❤❤❤❤

  • @user-bf7lm9ff1o
    @user-bf7lm9ff1o14 күн бұрын

    ❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉

  • @user-dt4hu5gv8x
    @user-dt4hu5gv8x26 күн бұрын

    Numupede kwl

  • @user-pm8iy9qc3v
    @user-pm8iy9qc3v26 күн бұрын

    Rek nicar ndavug munyum 😊😊

  • @nduwimanaemmanuel-mo4ud
    @nduwimanaemmanuel-mo4ud27 күн бұрын

    ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤

  • @JanneIrakoze-vc2fr
    @JanneIrakoze-vc2fr27 күн бұрын

    Birakaze

  • @user-uq9mt7yu6l

    @user-uq9mt7yu6l

    26 күн бұрын

    Fico fico jyew untey ikigongwe nukur manawe mu rugo indob mur gezaho indob none Ubaye urwand koko sha arik amaher sigwo rukundo muhung urukundo rinjya ahirushak😅😅😅😅😅

  • @user-km9kr3dj2o
    @user-km9kr3dj2o27 күн бұрын

    Ewe fiko sha kumbe urakenye mpore😂😂😂

  • @user-ng1zx6oe8l
    @user-ng1zx6oe8l27 күн бұрын

    Hemwe fiko fiko vyarase nukuri😂😂😂

  • @EstelleIrakoze
    @EstelleIrakoze27 күн бұрын

    Nora Sha Jew ngukunduko ❤❤❤

  • @bugegenezaujia7325
    @bugegenezaujia732527 күн бұрын

    Eweyeee nari natanzwe

  • @nwanwacompony-tg8du
    @nwanwacompony-tg8du27 күн бұрын

    Nubwonsinziriy ndabumva

  • @NdayizeyeEmmanuel-cr1ej
    @NdayizeyeEmmanuel-cr1ej27 күн бұрын

    Dans 30 min je suis là

  • @vanessa-vavandikumwenayo2757
    @vanessa-vavandikumwenayo275727 күн бұрын

    🔥🔥🔥

  • @francinentabindi7899
    @francinentabindi789926 күн бұрын

    Uwo ga n'umuhungu cank n'umukobwa?❓

  • @DanellaNdayizeye-cx1ry
    @DanellaNdayizeye-cx1ry27 күн бұрын

    🎉🎉🎉🎉❤❤

  • @user-eg5yq9xj9h
    @user-eg5yq9xj9h26 күн бұрын

    🎉🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤❤❤❤

  • @user-ti4gq3ug3r
    @user-ti4gq3ug3r27 күн бұрын

    Jw nn jw ndabaz mpamazu bafis yogukiniramwo atari kwa Fanny 😂😂 namwe reka gusarisha zemurakota inzu apana kuguma tubabona mukinira munzu imwe 😢kwr nimubwire abobagwiza tung babahe amazu mukiniramwo apana kubabon munzu imwe

  • @alyajerm4996
    @alyajerm499618 күн бұрын

    ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤

  • @SaraphinaMichael-ff2df
    @SaraphinaMichael-ff2df26 күн бұрын

    Nuko muduha gato

  • @JohnholypeterchanceBarik-bo9le
    @JohnholypeterchanceBarik-bo9le27 күн бұрын

    Erega fico ntuzi kureshaaa

  • @EstelleIrakoze
    @EstelleIrakoze27 күн бұрын

    Abavyeyi nkaba mwikubite agashi mwoye kwinjirira abana

  • @vanessa-vavandikumwenayo2757
    @vanessa-vavandikumwenayo275727 күн бұрын

    🔥🔥🔥🔥

  • @edissakaneza
    @edissakaneza27 күн бұрын

    🎉🎉🎉❤❤❤

  • @EmelyneDushime-bu6ep
    @EmelyneDushime-bu6ep27 күн бұрын

    🥰🥰🥰

  • @JohnholypeterchanceBarik-bo9le
    @JohnholypeterchanceBarik-bo9le27 күн бұрын

    Noraa reo ako kantu ng akajembegete karanyica😅😅

  • @Denise-iw5ue
    @Denise-iw5ue27 күн бұрын

    ❤❤❤❤❤❤❤

Келесі