GEZAHO cH1P3:🥹Abasenzi ngo Bagenzwa no gusega nayo abadafise abagabo Bose ngo batera imikoshi😂

Ойын-сауық

GEZAHO ni udu short movie udakwiye kureka kuraba kubera turimwo inyigisho kumpande zose.
mufise ico mubaza cank mutwunganira twandikire kur +257 7921025
MAY GOD BLESS YOU ♥️

Пікірлер: 177

  • @Eddy-cremeItangivyiza-tp4jj
    @Eddy-cremeItangivyiza-tp4jj10 ай бұрын

    Niryamber mbaye uw1 😅 komera cane. Lavine bitatu uvyumvise menga numurioni?😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂❤❤❤❤❤

  • @sssrddf8053
    @sssrddf805310 ай бұрын

    Abaza nyuma mundemere utwo tuntu❤

  • @vanessa-vavandikumwenayo2757
    @vanessa-vavandikumwenayo275710 ай бұрын

    Constance&Maria muramvunye imbavu😂😂 Ubwo butama..... Sha nakumiro✍️

  • @stitore2388
    @stitore23889 ай бұрын

    Abakunzi bamariya n'a constance namwarabu tumenyane ndakunda cane gose mwubahwe 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮💯💯💯✅✅✅✅🧚🧚🧚🧚🧚🤝✍👌👍🙏

  • @imberinkinzocherissa8473
    @imberinkinzocherissa847310 ай бұрын

    Constance ♥️ Maria ndabakund film murimwo💥

  • @FurahaNdayishimiye-wv2ef
    @FurahaNdayishimiye-wv2ef10 ай бұрын

    Ash impav zanj ngubutama bwamariya ngimbeh irariramutun mariya muga costanc araryoshibint couragendabakund❤❤❤❤

  • @onesimeciza
    @onesimeciza6 ай бұрын

    Mwarayiteguye neza vrm

  • @florencekubwayezu706
    @florencekubwayezu70610 ай бұрын

    Number one Gazaho mumpe ama like✅😂😂😂😂

  • @gogoloveofficial5666
    @gogoloveofficial566610 ай бұрын

    Love from GOGO LOVE OFFICIAL

  • @ndayisengalydwine8939
    @ndayisengalydwine893910 ай бұрын

    Nice song ❤❤❤❤

  • @AngeAkimana-hr8oy
    @AngeAkimana-hr8oy10 ай бұрын

    Sh nihatal kewl abagor batagir abagab barakengegw Cn ndabakund ❤❤❤❤🎉🎉 Cn mwubahw

  • @user-ql6wz9es7p

    @user-ql6wz9es7p

    Ай бұрын

    😂😂😂😂😂😂😂😂mwikureko Nawe yakwubahutse ww uritunze ikurek ishenzi

  • @fridolinhabonimana4854
    @fridolinhabonimana48549 ай бұрын

    Mariya na Mabuja bagira bashire mumangumii😂😂😂😂

  • @NdayishimiyeJoyce-tv6kb
    @NdayishimiyeJoyce-tv6kb10 ай бұрын

    Ewe Maria n'a cons muranyish ngo ubwobutama nukuguma wikwengeteza kumugabo wanj 😂😂😂 nn nkubu iyo murwanda🙈🙈ndabakunda bez

  • @mpawenimanaaline6576
    @mpawenimanaaline657610 ай бұрын

    Ewesha Maria ntiwoshobor Constance nukur🤣🤣🤣

  • @manigiranezavania2725
    @manigiranezavania272510 ай бұрын

    Lavine wanj mukunzi wanj undyorereza umusi uk bukey nuk bwij 💓💓💓💓💓💓💓💓💓

  • @NdayishimiyeJoyce-tv6kb
    @NdayishimiyeJoyce-tv6kb10 ай бұрын

    Aouuu nabay mumaunit nanj ntaco uwagatanu gezaho twimanukire

  • @keysejhzhd3849
    @keysejhzhd38499 ай бұрын

    Consatance jew na Fanny muranyishe 😂😂😂😂😂😂😂nukur mwubahwe❤❤

  • @peacendihokubwayo7732
    @peacendihokubwayo773210 ай бұрын

    😂😂😂😂😂😂😂umukozi w'Imana Alacia

  • @user-bo1ff1rp4t
    @user-bo1ff1rp4t10 ай бұрын

    Lavine nimba mushaka guterimbere nihabe collaboration hagati yamwebwe nkuko tubona Tanzania nahandi bigenda turabona ireen uwoya,,kajala,,wolper nabandi ba clam vevo,,kicheche barihamwe kugira ivyabo bigere kure cane!!!nkawewe mukoranye na mutima cnk ba gasore ndaziko vyogenda neza

  • @burundiigniteit2092
    @burundiigniteit209210 ай бұрын

    Kuraje cyan. Faanny. Mbe constance uranyeguy 😂😂wallah.

  • @angeclarisseininahazwe3807
    @angeclarisseininahazwe38079 ай бұрын

    Amazing ❤️

  • @oscarniyubahwe9901
    @oscarniyubahwe990110 ай бұрын

    ❤ mwigishe gufata neza umugabo

  • @user-dn4xm8yf9f
    @user-dn4xm8yf9f9 ай бұрын

    Mwubahwe canee

  • @ivyizacomedy9694
    @ivyizacomedy969410 ай бұрын

    Love from ivyiza comedy

  • @akimanasuzane1321
    @akimanasuzane132110 ай бұрын

    ❤❤❤ ndabakunda atawumbwirije

  • @user-hp5qf7bu4d
    @user-hp5qf7bu4d9 ай бұрын

    Haragiye 😂😂😂😂😂😂😂😂

  • @evelynensabimana-ut7cp
    @evelynensabimana-ut7cp10 ай бұрын

    Hh maria n constance murasubirayemw ndaryohew kl

  • @khailahasani
    @khailahasani10 ай бұрын

    umugabo ni boro nanje ndabihanije😅😂😂😂😂

  • @user-no1xu7vy8o
    @user-no1xu7vy8o10 ай бұрын

    Inyama zirakoze ibara kwamaria😆kimwegusa abacerewe abazinduts twes turuk🤗🤗🤗🤗🤗🤗👊💓💓💓💓🔥🔥🔥💐💐💐💐💐💐

  • @OrnellaIrankunda-eg5qs
    @OrnellaIrankunda-eg5qs10 ай бұрын

    😂😂😂 kiryoshee Gezaho hahire rimwe maze Hejuru gose 🇧🇮

  • @cheillakessyndayishimiye3661
    @cheillakessyndayishimiye366110 ай бұрын

    Nkunda conso ga Mana 😍😍 Alaciaaaa na mugenzawe❤️❤️❤️

  • @kadogocomedian527
    @kadogocomedian52710 ай бұрын

    Love from Kadogo Comédian 💓💓💓

  • @mamancheiilla0fficial
    @mamancheiilla0fficial10 ай бұрын

    Gezaho ejuru💪💪💪❤❤❤

  • @user-zz4wf3gn5s
    @user-zz4wf3gn5s10 ай бұрын

    😃😃😃😃😃consta araryoher nukur courage beza banj

  • @Cycy129
    @Cycy12910 ай бұрын

    Sinaribwabone parfait Sha 😂😂😂😂😂😂😂😂 Genda uranyumije

  • @zuhurairadukunda3979
    @zuhurairadukunda397910 ай бұрын

    Gezaho hejuru💪

  • @cizaelice2115
    @cizaelice211510 ай бұрын

    Maria kumugabo wiwanje nje kukwihaniza😂😂😂😂😂 hejuru cyan niho mbipfuriza❤

  • @HoHnot-py1nj
    @HoHnot-py1nj10 ай бұрын

    Ko nacerewe shooo ndabona yashitse🎉

  • @kubwimanayvette6203
    @kubwimanayvette620310 ай бұрын

    Ewe alacia sha umukozi w'Imana 😂😂😂😂mukomerezaho🙏🙏🙏

  • @dadaniyitungire6244
    @dadaniyitungire624410 ай бұрын

    Courage😍😍😍👌👌

  • @aliceakimana1547
    @aliceakimana154710 ай бұрын

    Consooo shaaa❤❤❤❤

  • @NdimuLyne-be4nf
    @NdimuLyne-be4nf10 ай бұрын

    Gezaho❤❤❤❤❤❤

  • @NitungaJesusMarie-hm5bi
    @NitungaJesusMarie-hm5bi10 ай бұрын

    Courage vrmt 🥰🥰🥰🥰🥰

  • @adelphineininahazwe9614
    @adelphineininahazwe961410 ай бұрын

    Ark mana weee muranyumije umugabo ngwarazivye nimureke kuntwenza ndabakunda mwese❤❤

  • @user-df7ek7ny1b
    @user-df7ek7ny1b9 ай бұрын

    Courage

  • @adonaelkentmuganwa6892
    @adonaelkentmuganwa689210 ай бұрын

    Big up from actor Muganwa Kent 🙏 3FA hejuru canee💪

  • @tharcissetwagirayezu8300
    @tharcissetwagirayezu830010 ай бұрын

    Gezaho!

  • @yafitaalghtany3812
    @yafitaalghtany381210 ай бұрын

    Gezaho❤❤❤❤

  • @NyahizaniyeJoachim-ql7iy
    @NyahizaniyeJoachim-ql7iy10 ай бұрын

    😅😅😅😅😅😅😅abagore batagirabagabo baterumukoshi yampayinkawe

  • @yvonnenimpaye3604
    @yvonnenimpaye36045 ай бұрын

    🎉🎉🎉❤❤❤

  • @HarerimanaApoline-ks4dw
    @HarerimanaApoline-ks4dw10 ай бұрын

    Ibiragi hejuru

  • @arbinuwamahoro7370
    @arbinuwamahoro737010 ай бұрын

    Karabay maliya agomba azipange ingumi😂😂😂❤❤❤❤

  • @GeneroseIriho-lz2ui
    @GeneroseIriho-lz2ui10 ай бұрын

    Mamalaao ❤❤❤

  • @lisaalllisa5326
    @lisaalllisa532610 ай бұрын

    Ewe constance sha abagore batararana nabagabo baterimikoshi😂😂😂 amatama yamvyimvye😂😂❤❤❤

  • @FleuryMFURANZIMA-on8rl
    @FleuryMFURANZIMA-on8rl10 ай бұрын

    💕💕💕

  • @chantaliuwamahoro7891
    @chantaliuwamahoro78913 ай бұрын

    ❤❤❤❤

  • @shelairakozeshela8943
    @shelairakozeshela894310 ай бұрын

    Mugira mugwane mariya na consitance🤔🤗😁😁😁😁😁😁😁😁😁😁😁😁😁😁😁😁😁😁😁😁

  • @NyahizaniyeJoachim-ql7iy
    @NyahizaniyeJoachim-ql7iy10 ай бұрын

    Yampayinkawe wamugenzi kakabenzi karakoze ibara warahi mariya kosota unomwak ntagusiga p😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂🎉

  • @melchiorngendakuriyo2828
    @melchiorngendakuriyo282810 ай бұрын

    Courage 💪💪💪

  • @erevisiradukunda
    @erevisiradukunda10 ай бұрын

    ❤😂😂😂😂hejuru maria

  • @parfaiteofficiel
    @parfaiteofficiel10 ай бұрын

    🎉

  • @ghffcfggffg6083
    @ghffcfggffg608310 ай бұрын

    Courage ❤❤❤

  • @kubwimanayvette6203
    @kubwimanayvette620310 ай бұрын

    Conso 🤣🤣🤣🤣🤣🤣ndagukunda umugabo wawe ngo niyarara🥺🥺🥺Fanny nukuri aragutukiye icuki😂😂😂😂nimurwane ndababona SHa😅😅😅

  • @antoinetteniyomuhoza-nb2ne
    @antoinetteniyomuhoza-nb2ne9 ай бұрын

    😂😂😂😂😂😂😂Ewe Maria sha mwe na Constance mwubahwe 😂😂😂

  • @aishabintchuchu-oy3ot
    @aishabintchuchu-oy3ot10 ай бұрын

    😂😂😂 Ewe Maria uragowe bazokwereka😅

  • @NishimweNadia-kt8pe
    @NishimweNadia-kt8pe10 ай бұрын

    Courage💪💪💪🥰🥰🥰🥰

  • @user-wr9vw6ru8r
    @user-wr9vw6ru8r9 ай бұрын

    😂😂😂iyarara

  • @pheniastuyisenge-wi8cy
    @pheniastuyisenge-wi8cy10 ай бұрын

    Constance uranyica 😂😂😂ngw'imbeho irara iragutuna😂😂

  • @shelairakozeshela8943
    @shelairakozeshela894310 ай бұрын

    Consta ngo umugabo ni or ni diyama ni dorari😁😁😁😁😁😁

  • @user-ko4in4uy1u
    @user-ko4in4uy1u9 ай бұрын

    Ewe Manayanje Fanny 😂😂😂😂❤❤❤❤❤❤

  • @user-bd6ku6je1f
    @user-bd6ku6je1f9 ай бұрын

    ❤❤

  • @YvonneIradukunda-lq3jn
    @YvonneIradukunda-lq3jn10 ай бұрын

    Ewe maria Sha🤣🤣🤣

  • @user-qq6mv6vh3e
    @user-qq6mv6vh3e10 ай бұрын

    😂😂😂constance yashiririye😂😂😂

  • @michelineirakoze-oh1dh
    @michelineirakoze-oh1dh10 ай бұрын

    Courage🥰🥰🥰😅😅

  • @emelynetuyishime6968
    @emelynetuyishime696810 ай бұрын

    Fanny ndabakunda na liberty nBigiyeko vyinsh knd vyatumy nanj nkomer mugihe umunt akwank utaz ic mupfa nukuri ndasavy pardon ndaz mur mukaz umupfakaz irahez mwarakoz can kuk iry films yatumy nibinebw bikor can ub films ndundi ihagaz neza mwumv ko mbashimiye 🙏

  • @myriam5411
    @myriam541110 ай бұрын

    Jewe gamana constance uranyishe umugabo ngoni inzahabu maria ngoniyarara 😂😂😂😂❤❤

  • @everyne.illankunda8292
    @everyne.illankunda829210 ай бұрын

    Colgate igezweho🤣🤣muranyishe cane

  • @CynthiaNishobora-ow8js
    @CynthiaNishobora-ow8js10 ай бұрын

    ❤️❤️❤️💞

  • @viviIngabire-bp5ht
    @viviIngabire-bp5ht10 ай бұрын

    Agira amuremesh uwomugab ww

  • @jaja.ishimwe
    @jaja.ishimwe10 ай бұрын

    😂😅😅constanc gabnya ifuha 😂ndabikundra

  • @user-jd7cz6ee1c
    @user-jd7cz6ee1c10 ай бұрын

    ❤❤❤❤❤

  • @bediaishimwe3708
    @bediaishimwe370810 ай бұрын

    Mbeg yemw Marie 😂😂😂😂

  • @user-cc5cl6tv1w
    @user-cc5cl6tv1w10 ай бұрын

    Courage 😂😂😂

  • @user-ny7zm4oq2p
    @user-ny7zm4oq2p9 ай бұрын

    😂😂😂 nice

  • @SalimaDusabimana-su8qf
    @SalimaDusabimana-su8qf10 ай бұрын

    Alacia n'a Jeanette bahisemwo umwuga muzima vrt

  • @bugegenezaujia7325
    @bugegenezaujia732510 ай бұрын

    Constance gabashaaa😂😂😂nga bagore bataryamana na bagabo ngo batera umwaku,nakumiro

  • @SamsonTuyisabe-hy1js
    @SamsonTuyisabe-hy1js10 ай бұрын

    😂😂😂mbavu zangu wee🤓🤓🤓Constance na Maria sha

  • @belyseirishura7545
    @belyseirishura754510 ай бұрын

    😂😂lov u basha

  • @lydi791
    @lydi79110 ай бұрын

    ❤❤❤❤❤🎉

  • @ElysabethbebethIzibikwiy-cy7fu
    @ElysabethbebethIzibikwiy-cy7fu10 ай бұрын

    Iratesa

  • @Plecillanininahazwe-yj3gn
    @Plecillanininahazwe-yj3gn10 ай бұрын

    😍😍😍😍

  • @kamarizabriella
    @kamarizabriella10 ай бұрын

    Hhhhhhh ewe mabuja sh uranyishe😂😂😂😂

  • @EdissaAkimana-th8eb
    @EdissaAkimana-th8eb10 ай бұрын

    🥰🥰🥰

  • @happyhappy3493
    @happyhappy349310 ай бұрын

    Sinziko arijew bitumvikana neza murabe mwongereze volume bakundwa❤❤❤❤

  • @kubwimanayvette6203
    @kubwimanayvette620310 ай бұрын

    Courage beza banje ndabakunda bitatu kwa Fanny nimumirioni🥺🥺🥺🥺

  • @yesuarajechoir8781
    @yesuarajechoir878110 ай бұрын

    🥰🥰🥰🥰🥰

  • @nikizaeliane1646
    @nikizaeliane164610 ай бұрын

    Abagore batararana nabagabo batera umwaku😅

  • @ndikumanadiane3684
    @ndikumanadiane368410 ай бұрын

    Muransekej icomukoze co😂😂😂

  • @GeorgetteNzeyimana-fi6ln
    @GeorgetteNzeyimana-fi6ln5 ай бұрын

    😂😂😂natenekeze 😂😂😂

  • @user-si4gj6fn7b
    @user-si4gj6fn7b10 ай бұрын

    ❤❤🎉🎉

Келесі