URERA - Redemption Voice Canada

Музыка

”URERA”
Written and performed by Redemption Voice Canada
Produced by : Bruce&Boris
Video director: Cyusa
Lyrics:
1.Yesu urubuzima
Impamvu yo kubaho niwewe gusa!
Isoko nziza idakama
Intango niherezo niwewe gusa!
Uko niko natumbereye ahera cane
Mwami reka nduze ibiganza
Nshime izina ryawe Mukiza
R/
Mana urera (* 2) reka ndirimbe izina ryawe
Ico nico wandemeye
2.Mutima wanje tuza urakunzwe
Nuwutiga gukunda yagucunguye
Ugurura akanwa kawe uririmbe izina ryiwe
Umubwire ko nawe umukunda
Kandi wongereko uvuge uti:
R/
Mana urera (* 2) reka ndirimbe izina ryawe
Ico nico wandemeye
Bridge :
Wandemeye (* 3)
Ico nicowandemeye
Wewe waturemeye kuba abami nabaherezi
Wewe waturemeye kuganza isi nibiyirimwo.

Пікірлер: 229

  • @sirenvibestv
    @sirenvibestv2 жыл бұрын

    Tuyirindiriye nkuku👀

  • @yedidyamanirumva3341
    @yedidyamanirumva33412 жыл бұрын

    Maaaaaanaaaaaa Ureraaaaaa🔥🔥🔥🔥🔥💯💯💯💯💯🥰🥰🥰🥰🥰🥰👌👌👌👌👌👌

  • @enocknsabimana2537
    @enocknsabimana2537 Жыл бұрын

    sinumva impamvu ni,mwe iyi ndirimbo itarakwiza 1 M de views

  • @larylalas4806
    @larylalas4806 Жыл бұрын

    Utuntu turi muriyi ndirimbo ntatwonzi..Jizaaas❤️❤️❤️❤️

  • @aubinnik9496
    @aubinnik9496 Жыл бұрын

    Every Tim this song make Happy 🥰🥰🇧🇮-🇧🇪 habgicubahiro Yesu 👏

  • @lyzambonimpa9159
    @lyzambonimpa91592 жыл бұрын

    Wowowowoowowowowowow😍😍😍 Peeee peeeee!!!!

  • @RedemptionVoice

    @RedemptionVoice

    2 жыл бұрын

    Madame turabashimiye🔥😅

  • @spoksmanburundi7269
    @spoksmanburundi72692 жыл бұрын

    Wow , indirimbo nziza cane

  • @ednardkerry335
    @ednardkerry3352 жыл бұрын

    🔥🔥🔥🔥

  • @NinA12587
    @NinA12587 Жыл бұрын

    Wow Murakoze caane bakozi b Imana

  • @dushimemilka1696
    @dushimemilka1696 Жыл бұрын

    MANA URERA VYA KWELI🙏🏿

  • @kellyaniellab.1907
    @kellyaniellab.1907 Жыл бұрын

    Sinoharura incuro nama ndaba ino ndirimbo ukuntu yama imbere nshansha nivyo ntosobanuraa😫😫 guys mur'Umugisha canee🙏♥

  • @munezerorodrigue7770
    @munezerorodrigue7770 Жыл бұрын

    Whaouh courage kbs ndabakunda

  • @smilz2577
    @smilz25772 жыл бұрын

    Projet iri wow 👌 urera 🙌🏽

  • @Kibrike
    @Kibrike2 жыл бұрын

    We need redemption voice Usa 🇺🇸 nayo 🙏🙏🙏🙏

  • @wisdom3596
    @wisdom3596 Жыл бұрын

    Waoouh congratulations ministers Of The Gospel...Go ahead until the First Rapture(Very soon)Of The Bride Of CHRIST....Mwarahezagiwe cane in JESUS-CHRIST Mighty HOLY Name

  • @niyokwizigirafilmin7991
    @niyokwizigirafilmin7991 Жыл бұрын

    Mutima wanj tuza urakunzwe😍😍😍😍🇧🇮

  • @keillamirire
    @keillamirireАй бұрын

    I just love it😍😍😍😍Urera Mana kandi naremewe ngo ndirimbe izina ryawe

  • @sabrybrynic
    @sabrybrynic2 жыл бұрын

    Yaturemeye gushira izina ryiwe hejuru oooh Hallelujah thank you👍

  • @FirstlyOfficial
    @FirstlyOfficial Жыл бұрын

    Murakoze kuruhura imitima yacu

  • @lysamarvellahakizimana8549
    @lysamarvellahakizimana85492 жыл бұрын

    Oooooohhhhh God😍😍😍 Imana ibahezagire nukuriiii......ntakind twovugaaaa tubaa twarengeweee

  • @RedemptionVoice

    @RedemptionVoice

    2 жыл бұрын

    Amen, merci Marvella, keep it up namwe ntimwicaye c’est sur☺️

  • @cadienaomiemuhoza9549
    @cadienaomiemuhoza95492 жыл бұрын

    URERAAAAA NTAWO MUSAAA...🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥❤️

  • @DM-li2kf
    @DM-li2kf Жыл бұрын

    iyi ndirimbo ni ya grave top! le seul bémol est que muguma muririmba indirimbo z' ikirundi..... Bishikira abarundi bake .... bafise ama mega kandi baba i Buja à la limite na Kigali..... Vous devriez chanter en français.... vous toucherez toute la francophonie

  • @sandrinehabonimana3724

    @sandrinehabonimana3724

    Жыл бұрын

    Icombonye abarundi nibo bazovugana nimana ije guca urubanza kuk nabajama bimana

  • @gladyseglisias1192
    @gladyseglisias11922 жыл бұрын

    Ohhh Yessss🙌🙌🙌🥰🥰🥰🥰 Ameeeen .....Mwagukirw Kurusha ....Nations Are yours in Jésus Christ Mighty Name Ameen

  • @RedemptionVoice

    @RedemptionVoice

    2 жыл бұрын

    Amen amen #Gladys , bless u too, té une bénédiction tu sais…

  • @olivierngoma4326
    @olivierngoma43262 жыл бұрын

    Murakoze kuduhezagira Imana ishishikare kubashoboza

  • @RedemptionVoice

    @RedemptionVoice

    2 жыл бұрын

    Amen

  • @prosperbibonimana2497
    @prosperbibonimana24977 ай бұрын

    Halleluyah 🙌🙌Mana urera

  • @raskobuja3150
    @raskobuja31502 жыл бұрын

    Iyi song irarenze 🔥🔥🔥

  • @RedemptionVoice

    @RedemptionVoice

    2 жыл бұрын

    🔥🔥🔥 namashimwe gusa

  • @nzeyimanaarnaudzacharie7061
    @nzeyimanaarnaudzacharie70612 жыл бұрын

    Iconico wandemeye🙌

  • @musazamsz7678
    @musazamsz76782 жыл бұрын

    Igikorwa ciza 👏👏👏 muhezagirwe

  • @irakozechimene656
    @irakozechimene6562 жыл бұрын

    Waouh Yva yyooo Wamy ukunda ku kuririmb ukomez kuyikorer ihemba neza

  • @RedemptionVoice

    @RedemptionVoice

    2 жыл бұрын

    Ubutumwa buramushikiriye

  • @annabellaakimanamurengeran9927
    @annabellaakimanamurengeran99272 жыл бұрын

    Waouh mwongerwe inkomezi. Uwipfuza gukorana namwe bigenda gute?

  • @vietus1040
    @vietus10402 жыл бұрын

    URERA - Redemption Voice Canada. Best video. I support your video. Watched the video on July 20, 2022 very like. Thank you so much

  • @RedemptionVoice

    @RedemptionVoice

    2 жыл бұрын

    Thank u

  • @DrK56
    @DrK562 жыл бұрын

    Awesome Kbs🙏🙏

  • @ishimweyves382
    @ishimweyves3822 жыл бұрын

    iyi ndirimbo yanditse neza, ndakunda iyi partie"uko niko natumbereye ahera cane"

  • @RedemptionVoice

    @RedemptionVoice

    2 жыл бұрын

    Merci manager

  • @digneiteriteka783
    @digneiteriteka7832 жыл бұрын

    Waouh ubwami bw'Imana bukomeze kwaguka

  • @RedemptionVoice

    @RedemptionVoice

    2 жыл бұрын

    Amen

  • @desiremanirakiza859
    @desiremanirakiza8592 жыл бұрын

    Burundian Talented Urban Gospel Singers we have ever known. Nice Song! Keep it UP!

  • @jehova-jireirirura2260
    @jehova-jireirirura22602 жыл бұрын

    Data ureraaaaa ureraa Mana

  • @mpundujules
    @mpundujules Жыл бұрын

    Amen! Turabakunda

  • @kwizeraevrard2439
    @kwizeraevrard2439 Жыл бұрын

    Waouh! la chanson est vraiment bonne. Bravo @Redemption voice, vous avez un Don venant de Dieu. karamara.

  • @edmondkwitonda2231
    @edmondkwitonda22312 жыл бұрын

    Wow jst wow Good worker

  • @preeze36
    @preeze362 жыл бұрын

    🔥🔥🔥 Never disappointed,, Love this one..Thanks for this masterpiece 🙏

  • @RedemptionVoice

    @RedemptionVoice

    2 жыл бұрын

    Thank u bro #Preeze36 , much respect!🙌🏽

  • @ingabireflorent2230

    @ingabireflorent2230

    Жыл бұрын

    @@RedemptionVoicede

  • @fredlephenix4219
    @fredlephenix42192 жыл бұрын

    Mana ureraaa,oooh wooow thanks RV canada for this one.

  • @RedemptionVoice

    @RedemptionVoice

    2 жыл бұрын

    Fred hezagirwa cane, mercii

  • @nimbeshahofrancois1640
    @nimbeshahofrancois1640 Жыл бұрын

    So nice... Komerezaho bro Mugisha Eric. Gusingiza Imana nta mupaka bifise. @Yvan nawene ni talent bwabundi

  • @georgesanael4903
    @georgesanael49032 жыл бұрын

    Mukomere💪💪

  • @canelamimi892
    @canelamimi8922 жыл бұрын

    Uyu numwak w redemption kabisa 😍😍😍😍

  • @RedemptionVoice

    @RedemptionVoice

    2 жыл бұрын

    Nabakunzi bacu aho bari hose, nabatwumviriza bose tuwusangire😅

  • @dieudonnebagirizina6038
    @dieudonnebagirizina6038 Жыл бұрын

    Amina...Urera Mana

  • @jamesmanirandaba5384
    @jamesmanirandaba53842 жыл бұрын

    Ureraaaaaaa reka turirimbe ishimwe ryawe

  • @ariagenaelle
    @ariagenaelle9 ай бұрын

    My every morning song♥️.. God bless you so much guys..

  • @julesjabil8074
    @julesjabil80742 жыл бұрын

    Ndabakunduko🤗♥️🙏

  • @ornellamugisha7938
    @ornellamugisha79382 жыл бұрын

    Mwami ureraaa iteka ryose 👏🙌

  • @succes9063
    @succes90632 жыл бұрын

    Amen , Courage Imana ibandanye Ibakomeza cane

  • @claudiatuyisenge5603
    @claudiatuyisenge56032 жыл бұрын

    Mutima wanje tuza urakunzwe...❤❤Mana ureraa urera🙌🙌woouh nice song my team RV💥

  • @RedemptionVoice

    @RedemptionVoice

    2 жыл бұрын

    🙌🏽

  • @kezasamy2650
    @kezasamy2650 Жыл бұрын

    Hallelujah 🙏 Mutima wanje mubwire ko nawe umukunda ❤️😭😭

  • @Claytonchannel
    @Claytonchannel Жыл бұрын

    This one✌️✌️

  • @edithndirahisha6915
    @edithndirahisha6915 Жыл бұрын

    Urera Mwami🙌🙌❤️

  • @dodavahbienaimedeleternel1552
    @dodavahbienaimedeleternel15522 жыл бұрын

    Waiting for something 🥳🥳🥳

  • @ostiamunezero5560
    @ostiamunezero55602 жыл бұрын

    Tuyirindirany igishika 💖💖

  • @fafahope6917
    @fafahope69172 жыл бұрын

    😩😩😩😩🙏🙏🙏🙏 Amennnn

  • @ArthurNiyonsaba-dt6ic
    @ArthurNiyonsaba-dt6icАй бұрын

    Indirimbo iruhura koko.🎉

  • @dusabedondivin230
    @dusabedondivin2302 жыл бұрын

    Ino song irarenze kbs. Glory to God for you guys. The Lord shall strengthen and favor you more and more, in Jesus name... Much love & respect!!

  • @RedemptionVoice

    @RedemptionVoice

    2 жыл бұрын

    Ammmennn❤️❤️❤️

  • @fBuckler
    @fBuckler Жыл бұрын

    Indirimbo idahera uburyohe💪💪💪💪

  • @irankundahorace8851
    @irankundahorace88512 жыл бұрын

    What a beautiful song! Guys you're richly blessed

  • @kevinuwimana5898
    @kevinuwimana5898 Жыл бұрын

    Guys mukomeze aka kazi pee munteye gu partagea indirimbo zanyu....💞💞

  • @queengapfasoni3571
    @queengapfasoni35712 жыл бұрын

    🙌🏾🙌🏾🙌🏾🥰👌🏽💯

  • @ghyslaineish7966
    @ghyslaineish79662 жыл бұрын

    Woow🔥

  • @rugirachanneltv1734
    @rugirachanneltv17342 жыл бұрын

    Urera Data ,kandi ubereye mwiza twese💞💓💝❤‍🩹😍😍😍😍 Love from Rwanda

  • @RedemptionVoice

    @RedemptionVoice

    2 жыл бұрын

    Thanks, we love u

  • @rugirachanneltv1734

    @rugirachanneltv1734

    2 жыл бұрын

    @@RedemptionVoice please next time invite me to your concert I will be there

  • @OfficialKIMCED00
    @OfficialKIMCED00 Жыл бұрын

    In love with this song 🔥 🔥 🔥

  • @niyonkurudarcy737
    @niyonkurudarcy737 Жыл бұрын

    Imana iri kumwe natwe. Irera. Amen 🙏

  • @freshtv257
    @freshtv2572 жыл бұрын

    What blessed song🥰Love From Fresh tv257💪

  • @ayinkamiyelysemartine865
    @ayinkamiyelysemartine8652 жыл бұрын

    Asanteee saaanaaa RV for the anointing song🥺🥺😍😍

  • @RedemptionVoice

    @RedemptionVoice

    2 жыл бұрын

    Thank u

  • @iPendoSound
    @iPendoSound2 жыл бұрын

    We Love yuuu❤❤

  • @RedemptionVoice

    @RedemptionVoice

    2 жыл бұрын

    ❤️❤️❤️

  • @Matabura
    @Matabura Жыл бұрын

    Je valide,,, chanson impressionnante❤️

  • @kwizerajustine3822
    @kwizerajustine3822 Жыл бұрын

    J vs aime bcp

  • @stanleynkurikiye2651
    @stanleynkurikiye26512 жыл бұрын

    Mama urera, urera reka nanj mpore ndirimba izina ryawe nico wandemey.Amennnnnn!

  • @christinenzeyimana2186
    @christinenzeyimana21869 ай бұрын

    Biranezereye abana bato baha Imana ikuzwe❤️

  • @ngendakumanalewis1472
    @ngendakumanalewis14722 жыл бұрын

    Avec vous ,personnellement je ne suis jamais déçu que le Bon DIEU vous bénisse dans tous ce que vous faites

  • @RedemptionVoice

    @RedemptionVoice

    2 жыл бұрын

    Amen, merci

  • @armanditka1145
    @armanditka11452 жыл бұрын

    Wow This is amazing keep up 🙌🙌

  • @tinetwagirayezu6370
    @tinetwagirayezu63702 жыл бұрын

    MUTIMA wanje tuza urakunzwe, hallelluah🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @DavyHatunga
    @DavyHatunga2 жыл бұрын

    Wow 😭🙌 Ureraaaaaaaa, this song gives Chills🥺

  • @RedemptionVoice

    @RedemptionVoice

    2 жыл бұрын

    Merci Davy

  • @gloriacynthiagatore5482
    @gloriacynthiagatore54822 жыл бұрын

    Whaoo Praise God to your best job. It's so amazing, vyukuri twaremew kumushira hejuru. Thank you so much i'm so proud of you

  • @RedemptionVoice

    @RedemptionVoice

    2 жыл бұрын

    Amen, we thank u

  • @ariellenancyingabire6806
    @ariellenancyingabire68062 жыл бұрын

    Wow 🔥

  • @macmbonimpa6389
    @macmbonimpa63892 жыл бұрын

    🔥🔥💯💯

  • @RedemptionVoice

    @RedemptionVoice

    2 жыл бұрын

    Fire🥁🥁🥁🥁🔥🔥🔥🔥

  • @kateclinton9109
    @kateclinton91092 жыл бұрын

    ❤❤❤

  • @user-vc4kj4uh4d
    @user-vc4kj4uh4d5 ай бұрын

    Ndabemet sn kl 🙏🙏🙏🙏🙏🙏

  • @claudiatuyisenge5603
    @claudiatuyisenge56032 жыл бұрын

    Duhee😍

  • @hortenseiradukunda6226
    @hortenseiradukunda62262 жыл бұрын

    😩😩😍😍😍🔥🔥🔥❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️

  • @audreykanyana1399
    @audreykanyana13992 жыл бұрын

    Wooowwwww🔥🔥🔥🔥🔥

  • @kamugishaalice7381
    @kamugishaalice73812 жыл бұрын

    Waooooooooo

  • @ildephonsquintinkwizera1548
    @ildephonsquintinkwizera15482 жыл бұрын

    Urera mwami🙌!!🎺🎸🎼

  • @iradukundajimmy-thierry7930
    @iradukundajimmy-thierry79302 жыл бұрын

    Father ,bless much more Rédemption voice ! Let your anointing increase on them as worship ministers!in Jesus Christ Name I LOVE YOU GUYS!!!!!Nice songooo

  • @egideniyintoye1490
    @egideniyintoye14902 жыл бұрын

    Nice song

  • @alainkennzobambona9381
    @alainkennzobambona93812 жыл бұрын

    This is an amazing song ...my Goodness the anointing behind the lyrics...the quality of the video 👏🏾

  • @RedemptionVoice

    @RedemptionVoice

    2 жыл бұрын

    Thank u #Ken

  • @marietheresenahimana8263
    @marietheresenahimana82632 жыл бұрын

    Mwami urera 🙏Amen

  • @kristellakiguhu
    @kristellakiguhu2 жыл бұрын

    AMEN🙏🏽❤😍

  • @Innocentciza
    @Innocentciza2 жыл бұрын

    NICE WORK I GET IT IN RADIO VOIX D'ESPOIR BUJA BURUNDI

  • @RedemptionVoice

    @RedemptionVoice

    2 жыл бұрын

    Thank u bro , do your job and bless God’s people

  • @ishimweyves382
    @ishimweyves3822 жыл бұрын

    niki umuntu yovug kur iyi song?mvuge nkabandi ngo irasizwe amavuta

  • @niyigenahonore4074
    @niyigenahonore40742 жыл бұрын

    Yesu Niwe Buzima Thanks for the song, GoGreat kbs

  • @davidgaseke9919
    @davidgaseke99192 жыл бұрын

    Hallelujah 🙌

  • @egidepetit
    @egidepetit Жыл бұрын

    what a beautiful song 😍😍😍😍🥰🥰

  • @kezimanaanais586
    @kezimanaanais5862 жыл бұрын

    😍😍Amazing 🙏

  • @kalisadivinomega9235
    @kalisadivinomega92352 жыл бұрын

    Respect

Келесі