No video

Umviriza ijambo rya

#amakuru_atarikwivumbi
#urugendo_news_amakuru
#Updats_zurugendo_news
Amakuru 🅱🅱C Gahuzamiryango
Amakuru ya RPA yihuta
Amakuru ya Haguruka yihuta
Amakuru yinzamba yihuta
Amakuru ya Peace FM yihuta
Amakuru n'ibiganiro bicukumbuye

Пікірлер: 32

  • @Kazo372
    @Kazo372Ай бұрын

    Haragez kumunwagusa.ninvugoyivyobibandigusa.mump like twikomerez

  • @user-zp3ki3ek9d
    @user-zp3ki3ek9dАй бұрын

    Aho mwese murahaze jewe ndaye ndiye basi ibindi mungu mber

  • @JesperManirankunda
    @JesperManirankundaАй бұрын

    Kandi bose barazi ko ari umugore wiwe afata ingingo, nabirya aja kuvuga hanze, nukugangabuka. Agenda ukwo, ntari stable, aba yanyonye inzoga, akavyuka afise amacica, indarane, None yoronka umwanya ryari wogusoma ama dossiers araje ishinga abarundi. Hanyuma ngo yize amategeko, iyo diplome yamagendu. 😑

  • @abanyeshure

    @abanyeshure

    29 күн бұрын

    Urajaho nawe twumve ivyo uvuga

  • @LeonidasNiragira-fv8do
    @LeonidasNiragira-fv8doАй бұрын

    Wapi nareke kuvuga ngo incabwenge ziri mumahanga zitahe Aho agomba kubara mbe ntumubonako bigurwa baravugango abarundi Bari munkambi za tanzania Congo Rwanda ngo nitahe bambara gutaha imbonerakuro n'a documentation bagaca babiraramwo babica non wumva botaha baca babica?

  • @user-ti1ol3ti9j
    @user-ti1ol3ti9jАй бұрын

    Erega mumutahure uyo mugabo ategekwa numugore ntajambo Afitse imbere yumugore.wiwe uyo mugore wiwe nishetani 😮😮😮😮😮

  • @ERICKSHIANYULA
    @ERICKSHIANYULAАй бұрын

    Mbega arabonako abantu boshika muri 2060 nareke kwitwenga ahubwo abarundi barakwiye kukugira nka Kenya ukaraba

  • @ladislasmasabarakiza1012
    @ladislasmasabarakiza1012Ай бұрын

    Hama ugwaruka n'ubu turiko turabunva 5/ 5, Hama ubumwe tubuze Ubu, harabandi bazobubura

  • @user-ty9xi9ti1r
    @user-ty9xi9ti1r12 күн бұрын

    Sweranyoko neva mavi

  • @Kazo372
    @Kazo372Ай бұрын

    😂😂😂ngobahinguyiki?j nibaza ivyavuz kwari powem bamwandikiy.ubwoyavyiyunviriyeko?😂😂😂😂

  • @fn2921
    @fn2921Ай бұрын

    Abo bahinga none bazobaronka gute kandi bavugako amashuri adakenewe!! Ewe Burundi waragowe 😢😢😢

  • @ezekielbareke
    @ezekielbarekeАй бұрын

    None KO avugako amarundi tudakenye,ugwaruka Uri muvugane,Kenya mozambik nabandi bagiyeyo kurya iraha?.... Canke nubukene noguhunga vyabashikanyeyo.niyitwengere.

  • @user-ti1ol3ti9j
    @user-ti1ol3ti9jАй бұрын

    Nareke kubesha twisozeye nukwahaze sha 😮😮😮😮

  • @wellarsmukezamfura3160
    @wellarsmukezamfura3160Ай бұрын

    Aho nyene nca ndagusubiza, kuki uvuga ngo amatora yaribwe!? Imyaka ine ntiheze, ... ndagutwenze kandi😂, aho uracakorera mukahise, ntaho uzoshika nabo muri kumwe, ...@! Twebwe rindira dufatishe neza umushinge witerambere, muzotangara!!!

  • @niyokwizeracyriaque9573
    @niyokwizeracyriaque9573Ай бұрын

    Mugisha unyihanganire jewe biranse ko ndanarimara vrt iryo jambo

  • @manirampaaugustin8500
    @manirampaaugustin8500Ай бұрын

    Inda yuwundi iyo ivuza induru ninde yigera yumva?

  • @ERICKSHIANYULA
    @ERICKSHIANYULAАй бұрын

    Ndashimiye president cane ati gute ndamushimiyeko abantu bapfa abona bakangara abona igitoro kikabura abona ubukene bukinjira abona

  • @iradukundaideale2673
    @iradukundaideale2673Ай бұрын

    Iryo yavuje itarikimwe ntiwaryunvise uko yatujoje eme 23

  • @Kazo372
    @Kazo372Ай бұрын

    Oya ntibamaramarap gsa ntakwikukira kuhari.nabonebarabizi.arkubugom bwarabananiyeguheba.

  • @NtibankundiyeAthanase-dp8sq
    @NtibankundiyeAthanase-dp8sqАй бұрын

    Amatora yaraheze ibisigaye ni ndinde ?

  • @ButoyiThierry-j8e
    @ButoyiThierry-j8eАй бұрын

    Nibibazo igitoro nico kimbabaje cane utakora

  • @abanyeshure
    @abanyeshure29 күн бұрын

    Umubeshi none bamwivye amajwi arihehe ? Ijambo yavuze ni ijambo ritomoye kandi Agathon Rwasa yarabariwe ko atazokwigera atwara uburundi. Ntamajwi bamwivye ntanayo bazokwigera CNDD ifise abanywanyi bakwiye. Igiturire kiri hose muri Africa si muburundi gusa ubukene niwaba ukennye uri ikinembwe wishinga gu kritica gusa aho kwumva impanuro. Abumvise impanuro ziwe ntibacidoga yuguruye amaso beshi

  • @AkimanaJeannette-tz1to
    @AkimanaJeannette-tz1toАй бұрын

    Ntivyoroshe none washa avuge gute kwahaze 😜😜

  • @NtibankundiyeAthanase-dp8sq
    @NtibankundiyeAthanase-dp8sqАй бұрын

    Nawe urasega co kimwe n'abandi bose Reka kuduhenda uretse kubomara Mutakura,kinama na carama ikindi ubesha wakoze n'iki? Nyakubahwa Mubomozi ntaco utumariye wa ndyarya we puuuù

  • @ERICKSHIANYULA
    @ERICKSHIANYULAАй бұрын

    Nanje babiri avyarirehehe hama akazorya iki niyigire kare kwarimwe yerekanye uko batoba isoko

  • @JesperManirankunda
    @JesperManirankundaАй бұрын

    Daniel, iyo mvugo ya harageze nicokimwe n'imvugo buyoya yakoresha hageze abakoze amakosa, kwica abantu no kunyuruza, yavuga ngo tugiye gukora amatohoza. Niyo discours yababeshi, ariko kirya gihe igitoro caraboneka. Ariko intango ya reta gukoresha nabi amafranga yari mu ma societes publiques et paraetatiques ni Buyoya na bo batwarana batanguye gutembangaza ayo ma societes. Buyoya niwe yavuze ngo abarundi biyungunganye, bisigura ko aho umukozi wa reta yicaye arye igiturire. Aba DD bobo baje ari agahebuza. Abishe igihuga nabo batwara ubu

  • @ERICKSHIANYULA
    @ERICKSHIANYULAАй бұрын

    Amatara akabura abona amakara abona amashure Agata akaranga abona ibapfira mumahanga abona ibibuze vyose mugihugu bikaba areba

  • @johnphiri-vf3ih
    @johnphiri-vf3ihАй бұрын

    Ariko ntabona kobos batanezerew? Aravuga nta mashi,ntakwitabira,urudubi gusa.

  • @ERICKSHIANYULA
    @ERICKSHIANYULAАй бұрын

    Amazu yo k'umabarabara akabomorwa areba ubu uwuhejeje foroma ntahe angana nuwize muyagatanu yakera rero nitwasubira ku mashure niyo nkuru tuzoherako kwandika mubitabo ntituzomwibagirwa abarundi ukwikukira yatuzaniye

  • @Bensonkwalia-qg5bc
    @Bensonkwalia-qg5bcАй бұрын

    😅😅vyamucanze ntakizinivyavuga

  • @JesperManirankunda
    @JesperManirankundaАй бұрын

    Never n'umusazi, ntihagire ico mwokwizera ko azohindura mugihe yitwa president. Leonidas nabandi bamuzi barabivuga. 😑

  • @johnphiri-vf3ih
    @johnphiri-vf3ihАй бұрын

    Ariko ntabona kobos batanezerew? Aravuga nta mashi,ntakwitabira,urudubi gusa.

Келесі