Umukuru w'Igihugu Evariste NDAYISHIMIYE, Impano nkizi, Ngiye kubashira mu mugambi w'urwaruka.

Комедия

Wipfuza kumenyekanisha urudandazwa rwawe kugiciro kitavuna? duhamagare hano +25761320806
Izi Videos kugira uzobe\ wibera uwambere mukuzibona, ntugaheze kuraba utagize Subscribe hamwe na Like & Comment.
Mushobora kandi kudusanga kumbuga zacu zigiye zitandukanye, Tubibutsa nokutagenda ugize Subscribe canke J'aime n'ugusiga iciyumviro cawe kugira turabe ico twohava duhindura, canke ngo twongerezeko mu ku bashikiriza ibintu vyiza:
Page Facebook: ihuriroTV/?m....
Twitter: / ihurirot​​​​​​​​​. .
Instagram: / ihuriromedi.... .
KZread: kzread.info/dron/ams.html....
Woba wipfuza gukoresha imanza [Mariage, Dot, Diplome]...zigiye zitandukanye n'ibindi bijanye n'ivyimanza? turondero turabikora kandi ku kabeyi keza cane.
Wipfuza nogufata mu mugongo runo rwaruka ngizi numero munsi.
Ushaka guterera uru rwaruka ngiyi numero munsi✔
Lumicash: 61320806
Whatsapp : +257 61320806
Lumicash : +257 61320806
This is Answer Media Online
************************************************************************
IHURIRO TV turafise Maison de Production ikora amasanamu meza cane .
Nimba naho ufise ivyo ushaka kumenyekanisha Urudandazwa rwawe twandikire canke uduhamagare (call) kuri iyi nomero yacu : +257 61320806*************************

Пікірлер: 8

  • @LaulentEzekiel
    @LaulentEzekiel22 күн бұрын

    ndagukunda cane mutama

  • @YusufSudi
    @YusufSudi24 күн бұрын

    Komera

  • @jeannkuru2887
    @jeannkuru288723 күн бұрын

    Abarundi bakeneye, uburorero butarimwo abinyoma nibiturire( preuve sans corruption) n'igihe (temps).

  • @hangiroetincelle8167
    @hangiroetincelle816724 күн бұрын

    Mana yanje!

  • @hangiroetincelle8167
    @hangiroetincelle816724 күн бұрын

    Mutama,va kw' izima, igihugu catemvye.Abarundi bapfuye. Ata dollar muta, igihugu nticobaho. Nta sukari, nta biyeri,nta gitoro....none ico gihugu uzogitwara gute Nyakwubahwa?

  • @hosewebtv77

    @hosewebtv77

    24 күн бұрын

    😂😂 abarundi ntamadollar dukoresha sha,ntägitoro tunywa,isukari iragwaza,inzga nukudusesaguza gusa,ivyo vyose ni besoins secondaires bitahRi ubuzima burabandanya

  • @BushashaSwitch

    @BushashaSwitch

    24 күн бұрын

    ​@@hosewebtv77 mutama vyukuri uraciye ubwenge igihe bitari bwabeho UBurundi ntibwatwagwa abarundi turi nikibazo walhi ntabiriho Uyu musi ariko ejo bizoboneka knd amajambo ntazohera harabantu turi negativity imisi YOSE habaye problem habe KIMWE yavuga kocoba kibaye naconyen ngo wap 🎉 imana iduhe gutahura ko twe dufise uruhara mwiterambere ry 🇧🇮🇧🇮💯

Келесі