IHURIRO TV, It is Channel that has a purpose of teaching people trought Comedies, Short Movie.
Wipfuza kumenyekanisha urudandazwa rwawe kugiciro kitavuna duhamagare hano +25761320806
Mushobora kandi kudusanga kumbuga zacu zigiye zitandukanye, Tubibutsa nokutagenda ugize #Subscribe canke J'aime n'ugusiga iciyumviro cawe kugira turabe ico twohava duhindura, canke ngo twongerezeko mu ku bashikiriza ibintu vyiza:
Page Facebook: facebook.com/
Twitter: twitter.com/IhuriroT
Instagram: instagram.com/ihuriromedi...
KZread: kzread.info/dron/ams.html...
Woba wipfuza gukoresha imanza zawe zigiye zitandukanye nibindi bijanye n'ivyimanza turondero turabikora kandi ku kabeyi keza cane.
Numero ngizi Hano, hamwe nabivyuza kuja muri group ya whatsapp
+25761320806
Пікірлер
Kamoter
Umugabo ya mugabo avugukuri abanka bakangara
😅😅😅😅😅😅😅😅
Kano karirombo kitwa ngucyi?
Original🇧🇮
Iyo mukinye nezaa birankorako kumutima , gusa team mutima mwibuka iyo mwahereye❤
Gasore yasoni mwubahwe 🤣🤣🤣🤣
🤣🤣🤣🤣🤣🤣
❤
Mwambayeneza .Iyo niyomyenda ibereye cndd
Gasore jojo mwubahwe 🤣🤣🤣🤣
🤣🤣🤣🤣🤣
Nic 🙄🙄🙄🙄🙄
Papa burundi ndagukunda uvugukuri ndakurahiye Imana ikujimbere vrm umwana yumiye kwibere kumucutsa nagapiripiri babwire boye gukangwa nibisharira
Uvuze ukuri pe ntidushoboye kwigaburira hari abantu bibaza ngo reta harico izobafasha bakibagira ko abagize reta atanumwe arimwo bavukana.azokenera ivyiwawe ariko ntavyiwe uzobona.
Un très bon discours 🎉🎉🎉🎉 de notre cher Sebarundi. A oui, le cordon ombilical avec la matrice coloniale doit être coupée bon gré mal gré. Le temps du sevrage par rapport à l'aide extérieure est venu.
None ko uri sebarundi tubwire ako gatsiko gafukamye igihungu munda Twarambiwe ayo marira
Ibyo aba ababwira nibyo barundi mwe!! Hari abaje mu Rwanda 2015 harabananira kubera mumenyereye soft life. Nimukore cyane kuko igihugu cyanyu ni fertile
Burundi bufise incabwenge nyinshi gose ziri inyuma yigihugu buk buke twese tuzihuza uldutezimbere igihugu cacu ciza
President wanyu iyo avuga aransetsa 😂😂😂
Ikinogo gitwenga ikindi wiwanyu avuga nkuwudafise amenyo
@@MrNuurofficial Ngaho mbwira ijambo rishimishije
Long live H.E
🎉abantu turiko twicwa nubukene nawe ngo uburundi bukura nkumugera was sida!!!! None nka wewe umariyiki abarundi! Abo baduza amazu nabo mwiba hamwe
Bura kudakokor wakibono we ivyo bitahura uwubona kure ark WEWE ubon ivyahis ntahutaniy n ums
Umvicokijuju nimba ivyo bariko bavuga utavyumva Ahubwo akarorero gato gusa nimba haruwakugaburira tangura ukuramaboko mumpuzu wigaburire nahivyo uvuga vyubusum bivemwo ukore ukuramaboko mumpuz nimba waratemberey ivyo ntavyo wovuga
😂😂😂
Bimwevyinzahabu nibazan tuzishor
Ninkumugera wa sida kwelii 😢
Hama abaganga n'abandi bigiriye ngo ntibakunda igihugu!
Uwukwanka arakangara Sebarundi ❤ 🎩 ✊🏾🇧🇮
reka kuzuhenda abarundi
Abahend gut gusab nivyo vyiza wakijuju
Mpore Nyenicubahiro! Abo bahizi batanga impusha z'aha na hariya ntaco batanga ataco bagize ico bagikurako. Dusigaye tubita ba "Ndyako iki?"
La vérité 👏👏👏👏👏
None nyakwubahwa mukuru wigihu cacu ciza cuburundi twebwe twatawe munvuto mwibohero tuzira iduga ryifaranga rya gaciro ntubonako turengana dutabare tuve mwiri bihero 🤗
,shevar ndagufan cn mwenafamb murakwiyagashimw pe
Gasuguru inzu ikumenekeyeko karabaye 😢❤❤❤❤❤❤
Murashoboy p
Yoo karusutim karanteyikigonrw
Ok
Gasore end yasoni mwubahwe
Kwel sha mubirimwo neza🎉🎉🎉
pk❤❤❤❤
Gasore urashoboye wubahwe 🤣🤣🤣🤣
🤣🤣🤣🤣🤣
Nakubali baba, ivi unaitwa HAMISS MA POLITIQIE,
Cheval urakina neza kwel mbakunda cane
Yinikomedi muri gukuna. Sibwo
Muvya kuri. Uyu niwew mugabowe
Imana ntaho idakura umuntu
Barundi bacu murakina neza ndabakunda sana
Barundi bacu murakina neza ndabakunda sana
😆😆😆😆
nc