Umukuru w'Igihugu ahanura uwurongoye umugambwe CNL kuganira n'abo basangiye kurongora uwo mugambwe

#Burundi Umukuru w'Igihugu Evariste Ndayishimiye ahanura uwurongoye umugambwe #CNL kuja hamwe n'abo basangiye kurongora uwo mugambwe kugira ngo batorere inyishu ibibazo biri muri uwo mugambwe. Yagize ati: "Iyo urugo rwawe ururetse rukajamwo induru ruca rugayika". Yongera ati: "Ijambo ry'Imana rivuga ngo ubwami butiyunze burasanzara".

Пікірлер: 21

  • @johnnininahazweclaude
    @johnnininahazweclaude6 ай бұрын

    Mbe wibaza ko abo ubwira arabana batabona ubugome nububegito bwanyu?

  • @Gilos-l5e
    @Gilos-l5e6 ай бұрын

    Politique nukubesha gusa

  • @Hi5392
    @Hi53926 ай бұрын

    2:54 😂😂😂😂😂😂"tugushire aho utaza uradutera ubuyega..." bunyoni akomere ahari😅

  • @irakozeguyorneil3204
    @irakozeguyorneil32046 ай бұрын

    Urabeshe....Mbe kowemera kwariserugo kuberiki mubabazwa iyafashe ingingo....Yarabahanye nimureke ahane

  • @ndayishimiyejeanclaude2385
    @ndayishimiyejeanclaude23856 ай бұрын

    Mbanje kubifuriza umwaka mushya muhire bavandimwe baturanyi , iterabwoba nirirwanywe hose nabose,Ariko Nyakubahwa Neva ubu wibagiwe abana baba nyarwanda bishwe na FNL , FDLR banyuze iwanyu , wanze gutabara abaturanyi none mutangiye gusobanukirwa amarirara yabo ko bari ibiremwa nkamwe, turifuza ko abana baba Rundi, Rda, Cgo bakura batekereza iterambere , bafite amahoro nimutore ingingo muve kuri FDLR niyo soko yabibye iyi crise, mugire amahoro ❤

  • @d.r.5350
    @d.r.53506 ай бұрын

    Abahutu b’abarundi bari serious.

  • @user-lu5yp9th8v
    @user-lu5yp9th8v6 ай бұрын

    Urabeshe

  • @user-by4de3jq1u
    @user-by4de3jq1u6 ай бұрын

    What is called politic

  • @EddyIrishura-hq5iu
    @EddyIrishura-hq5iu6 ай бұрын

    Aho mutama😀😀😀

  • @rajihijarajihija8371
    @rajihijarajihija83716 ай бұрын

    Aho umukuru wigihungu ivyo avuze kuvyerekeye cnl nubujaja

  • @espelleniyo6879
    @espelleniyo68796 ай бұрын

    Nyakubahwa neva ntago ari byiza gufata ijambo uhaze ujye ubanza uruhukeho 😂😂😂😂😂

  • @user-ed4uw8ur1t
    @user-ed4uw8ur1t6 ай бұрын

    Have nirenganire arukumva numvise

  • @user-qp7do4su5c
    @user-qp7do4su5c6 ай бұрын

    Serugo yama ari serugo kuva na kera Kuko niwe avuga ijambo ryanyuma Izo ntama rero za barundi murundi akaba umugabo murugo wo kuziyobora akazereka iyo ziva niyo zija kuko ninagenz'umugongo urugamba ruteye Umugabo rero ntawumukura murugo rwiwe kuko yama arumugabo Barundi murundi ukagira amatwi y'ukumva nukubona. Kuduhend'ihibambewe

  • @user-vk8wr8bu1q
    @user-vk8wr8bu1q6 ай бұрын

    Nyakubahwa uraduhenze nkumunye politique,mbe wew bunyoni na niyombare ntibarwanye kugira mugeraho mugeze, ubu bohagarika leta yawe mpaka ukoranije abansi bawe mwobishobora????

  • @user-vd9iz2jw7y
    @user-vd9iz2jw7y6 ай бұрын

    Cnl ya nyenicubahiro rwasa irinda gutwara!!! Jewe ndi umututsi,!!!!

  • @siimon559
    @siimon5596 ай бұрын

    HUTU MAKAKI

  • @allgy3706
    @allgy37066 ай бұрын

    Ese uyu muyobozi akunda abaturage? Kare yagurishije abasirikare muri Congo, none agurishije abaturage afunga imipaka hejuru y’amafaranga Tshisekedi yamuhaye, barundi mube maso, mujye mu mihanda mwamagane icyo kirofa ngo ni Neva

  • @emmanuelminani9270
    @emmanuelminani92706 ай бұрын

    😂😂😂hahahahahaha uramuhanuyee

  • @FatumaNtirampeba-pk3yq

    @FatumaNtirampeba-pk3yq

    6 ай бұрын

    Iyumubarirabti rwasa jakuritere

  • @emmanuelminani9270

    @emmanuelminani9270

    6 ай бұрын

    Vyosee bihagazee kuruyoo atwiyorobekakoo

Келесі