Umugambi wo Gupfunga Hon.Agathon Rwasa?|| Martin Niteretse SMS yamuteyubwoba n'irementanya......
Ойын-сауық
#Amakuru_yurugendo_news
#Updats_zurugendo_news
#Interviews_zurugendo_news
AMAKURU YA 🅱🅱C GAHUZAMIRYANGO
AMAKURU YA RPA YIHUTA
AMAKURU YA HAGURUKA YIHUTA
AMAKURU YÍNZAMBA YIHUTA
AMAKURU YA PEAC FM YIHUTA
AMAKURU N'IBIGANIRO BICUKUMBUYE
Пікірлер: 85
Rwasa niwirambiremutamawacuturakwemer ❤❤❤❤❤
Rwasa Obama ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Mworema,kuko nigiti kirakurira mu babaji,mbega muribuka ivya nzarabu?ikimbabaza nuko abahabwa idiri yokugirira nabi mutama bama bicwa.muntu utumwa kugirira nabi uwundi witege ko aba ba dd arabicanyi bazogufungura kabisa.irinde guhemuka.yuda yahemukiye yesu amutanga gupfa.
Rwasa hejuru arongoye cnl yabishuye ntabundi buhinga
Ndagukund Daniel,ibiganiro vyaw ndabikwirikirana ndino muri kenya,ndi uwahoze mur fnl, naratotejw biteyubwoba ni mbonerakure,Arik kugezubu Imaniracanzigamye,Kandi turinyuma ya Mzee naho twahunze
@ButoyiThierryve
4 ай бұрын
Komera
Jew nzoguma ndamufana mpaka ninapfa Murekane nuwomuhemu Nestor yaaa kurutebeee😊😊
Imana itabare abarundi kweri hamwe n'uburundi,abarongozi bacu barakwiye kwisubirako kuko basigaye ari ababeshi n'abarementanyi gusa.mwibukeko ari twebwe wabashizeho,knd umuyobozi mwiza n'uwutwarira bose ,subira inyuma mukurikire ico nyakwigendera Ndadaye incungu ya demokarasi yavuze hamwe na Rwagasore,muce muja muri ya majambo mukoresha mukurahira,murateye isoni kweri
Hanyuma twarabahinyuye nibatekane aho babukaraga twari munsi yuruswo kandi bibuke akati katerecwe nimana ntikahenurwa numuyaga
Sha uwifuriza Kizigenza Agathon ntaco azoshikako kuko jewe maze imyaka 38 agathon ndamwumva
Warafashe iryo bandi mugisha nabandi binyegemwo Muma grp uzoza urabadufatira komera mutama
Mutama Rwasa turamukunda cane
Imana irabikoze nibidi izobikora kurementaniriza abadi nivyo vyishe yesu imana yomwijuru daziko izokwihesha icuibahiro dusege gusa yesu yababwe kubera irementanya ryomwisi nakareganyo kabatware bisi ibintu nkibi birateye isoni yuda yaramugurishije namahera ntiyayariye nagasema kugihugu
Bwana Daniel ubwa mbere narakwanka ugitanguye kuvuga ibijanye n'ibifyoti ndabona ko umenga uriko urabesha ariko gushika izi saha. Komera ku muheto ndi inyuma yawe
Ntiwibeshe kubwuko ministre yaciye yandikira hon.wacu ibijanye n'ivyuwo mukeba yabajije
Ndakurahiy uyomugabo numuhemu akwije ibisabwa Mbega manawe imana ifashe agato wacu
CNL hejuru
Mugisha hariho nizindi mbonerakure umwe yavuzengo martin ngo bazohiga bahigure urayigarukana nayo ngira irimwo uwundi nawe yavuze arira nawene nimbonerakure
Muzehe wew niwe ugiyekubogora igikigu
Sangwa cnl,bwabundi uretse kumviriza ama audio ndibaza ururubuga bararukurikirana bakica amatwi kk ibihavugigwa arivyiza
MugishawAcu,wubahw,rwasancnl,nafnl,birahumaivyobakz,vyosabicabinyekan,nibateshwebate,rwasawacu,hejur
💪👑💕
❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Wubahwe cane mugisha❤❤
Ntibatoka izonkende
Nintumwa mbi yigifyoti
❤
Courage kugikorwa cawe
Sangwe CNL, Rwasa yubahwee! Twarumvise ,twarabonye kdi twaramenye
Asha nawe uraciy akenge.ukuntu wishuye kwer.uzobibike ahadata
🙏🙏👍
Dani nibarek mutama kuko nicambweng izi nukwishura ibibazo vyimitego wawo agati gateretsw n'imana ntigahenurwa n'umuyaga
❤❤❤❤❤❤
❤❤❤❤
Rwasa wacu imana imurinde
Niweeee Agathon
Ntabwenge ugira ufise amashure agahee
Wagize neza kumukura muri group kuko uwo yari yatumwe vyarumvikana. Ariko urakwiye kuza ubaza ibibazo abantu basaba kuja muri group igituma babishaka nuruhara bagize canke bafise vyotuma baja hamwe nabandi
Izo nimbonera kure mutama nabogame
DUSHIREMWO MURI GRP NATWE BAGENZI
Daniéll niatali isi iragwaye turimwooo
Cndd nyakuri😂😂😂😂
Wabitahuyeneza burya najewe numvisenezako haricagamije kandiwewe wanyarutsekumwishura n'IMANA yagukoreyemwo kandi ntidusyebwose guko bashoboraguhindura ayandimayeriyamarementanya
Je ne comprends pas l’interprétation de Daniel. Probablement qu’on a douté de lui parce qu’il était nouveau dans le groupe. Moi, je ne comprends pas le lien de ses paroles ou sa question avec un agent de la documentation.
ABAZI NGONOZO NIBAMWISHURE IYARIYO NASUBIRE KWISHURE YIGE IKIRUNDI!!
Mumboner Adolphe agezehe uwamahoro arih bunyon arihe naband barihe ukwumugab agwiriy amavya sikwamenek nibatekane
Aba DD babika inzigo ntibabika ivy,unguka ariko niyo. Cabona biriko birabera kuri Obama Rwasa.
kiziganza munyankamugay Agatho Rwasa niw abarundi isinz biteze nabonye biyita aba DD ndakurahiy batarushe
We urikigugu
Non Ubu butegetsi bwacu bushakiki Kur Rwasa ? Non baribazak ibi tutabibona emwe Agathon Rwasa kuvaho bamuciriy icobo bazomusiga kubera IMANA
Baratinya umuntu atagira umupolisi
Nikibazo di nukwihangan oya watahuy neza
Iyo nimbonerakure , na CNL ntadyo ashobora kuvuga, ninsiguro atanz numvise aruburofa kbsa
Uwo yari yatumwe nimvugo yiwe iramuranga harya umusuma ntiyinyegeza ariko igihe kiraho intahe izofata ijambo
Non Ubu Rwasa azokwitoza tubwir tubimey non yarashinz uyund mugabw
😏Yikanze iki!🫣 İngwe itware igitungwa içe itanga Hbl. Rwasa kuraka! Ministre ni umuntu atakoresheje ubushingantahe. Bizamukurikire!
Nn nukur abobantu bashak bazotware gushika ryar Mana tabara ihihugu caw
Rwasa atitoje sinoja gutora pe
MUTAMA HANGAMA NIWE TWIZEYE KURUKIXA RWUBURUNDI""ABONABO NIBATESHE BATE:":BATI"" AGATI GATERETZWE N' IMANA NTIGAHENURWA NU MU YE GA""".
Waramushoboy uyomaneko yarabuz ukuntu yokwigovyor kandi
Turinyuma ya gwasa ntacike intege ntamvura idahita imana niyaba ihari ntizokwemera ibiriko bigirigwa inyankamugayo
Baramurementaniriza ariko ntaco bazoshikako kl
None atari irempentanya,burya umuntu atagira n'umu polisi numwe amucunga yotera ubwoba gute umushikiranganji w'intwaro yo hagati mu gihugu agendanirwa n'igipolisi n'abasirikare gute ?je ndumva bitoshoboka,nihamwe nyene uwabuze ubwo agukoza,agushoza ubusa😂😂😂😂
😂😂😂ngoooo ngwiikiiii vw iyomodoka niyaheee cnk n BMW 😂😂😂
Nikobameze mugabo ntavurindahita
Mugisha ndagukunda kuko uburundi bukeneye umuntu atamacakubiri agifise jewe mama yabuze umugabo 72 arasubira aronka uyundi uwonawe ariwe papa 93 ngo fye kandi bose nabarundi uwambere yari umuhutu mama numuhutu uwakabiri ariwe papa numututsi bose kuri mama ngo fye nabanabose bankurikira kuko jewe ndinfura jewe ndarokotse abasirikare ngo nuko narokotse mwiyongwano barwa na nabenegihugu ngo jewe nitwe umusanzesheke uramwana ufise ubwenge wokwica nyokorome wawe yaguhetse mumugongo rero uvyase ucuba ucobigirako ariko imana irafise uko ibigenza bose barankingira kubwimana iyo umwana akirimuto yokwiga agashishoza igo bonne ragoye aroko kandi vyoroshe mwishuri mwarimu akubajije ikaramu yagahama ingene isa umweretse iyirabura yoguha amanota ayaguha rero wishuye neza murakoze jewe uwogira amahirwe tukaganira nomucira agace mazimya 48 ivyonabonye sibike uwugize amahirwe yo kuramba kubwimana nuwukiri munzira yirinde shetani yaduteye ntawuzi ahoyavuye vyose tibihukama niwashoboye vyose kubihagarika.
Mutama Rwasa niyirambire
Nyakubahwa Agathon yaciye mu bintu vyinshi arabisimba ni bondi azobisimba. Ahubwo jewe mbona barimwo kumukorera campagne. Honorable atari mu matora, Ayo matora ntacyo yoba amaze. Je ne suis pas CNL kandi sinigeze ndayiha ijwi, ariko Aho ibintu bigeze Ubu uwo ariwe wese akwiye kuvugisha ukuri sinon Démocratie irimwo kuducika mu Burundi.
Agato yubahwe tumur inyuma
Komera wewe aho wakoze amateka akomeyecanegose imana iguheźagirecana iguhekuramba
hhhh jew icombon kandi.nibwirizw shingir harih inging ibitomor nez kirazir guterubwob umunt witwaja amabang urimw yab ay cank ariy mugisha nyandikir kuri .........
Nibateke,imanay'iburi'di,yokorere.haruwavuzengo, rekabobanabanyegere,kukubwamibw'ijuru,arubwabasanabo.mumuzowabo,bavuga,ngurugambabarwa'ye,rwaurukomeye,ntibaribwabonabarwanyukomeye. Ntayigwidahita,bizohera,abarundibarushekweri'
Abobagabo nimvuruz ntibaz ivyobarimwo. Non Rwasa niw yabivuz
Cndd FDD nibareka kwirigwa barat'umutwe bamaramarira kuri mutama RWASA AGATHON,mbega ntibabona ko ivyo gutanganya igihugu vyabananiye,nibagire baje muzabukuru bareka CNL ya RWASA itunganye neza uburundi
@user-qi7lc9fq8t
4 ай бұрын
Nabubwabo vyabananiye guhuza ngobohuza Aba CNL ??? Umuhuza waba Rundi yarashengereye ntawundi baramusubiriza
Ko Humsafar 👍👍👍👍👍🙏🙏🫢🫢
Mana muburundi bwaramaze kuyangara none bamuhiga kwiki ? Uyu muvyeyi ntibomuvako niyo mpanvu tumutora bakamwiba amajwi twarabamenye kwel
Nanje uwo ntago vyontangaza
Ahubwo number yiwe uyibike
Jewendumukenyeziw'imyaka mirongindwin'itandatu. Numvirije,ayomajambondibaza reta,niyoshinga,imigambwe ingoziharumuryangowanje,banteyinkuru,kobabakuramubunywo,abadeden'indeberakure,babahimipiraya,cnl. Nonegayemwe,wobonugusororeye,akaguhumupirawagusahaaa!ntacoroshe.nindeyatumiri'namankurukiretse,uwabihabwan'itegeko,muragabe,ntimumvuge.ntamugambwendimwo
Uze uraraba neza ntibaze bakugirire nabi
@urugendonews
4 ай бұрын
t=imana gusa
@AlexBanda-vw5tn
4 ай бұрын
Mudushiremwo
😂
Singonozo ni ngobotozo