M23 lzabamesa ingabo zuburindi ninkabaturage ntacyozishyoboye benizacongo byibura kiretse izurwanda❤ mm nizo zizoheza iyintambara nibasaba kotubafashya😅😅
@EricNduwayezu7 күн бұрын
Hello 👋 ibyo ni urucababa nabo barahashirira
@EricNduwayezu
7 күн бұрын
M23 ni umuti uvura iraje ibakoreho ryake
@EricNduwayezu
7 күн бұрын
We never cylinder
@noellambazumutima35857 күн бұрын
None Uwo Niwo Muti w'ibibazo wibi b'ihugu vya africa Nukugwana gusa? Mana urengere rubanda rugufi ndabona twimirije habi. Umenga batewe nabazungu jean pierre mwebwe mubiba hafi Mubona ibi bintu bizohera gute?
@felixmanirambona6576
7 күн бұрын
Ubu n igihe c ukugwana gusa ntakindi.Vyaranditswe ko igihe c intambara kizobaho.Ubwo rero igihe c amahoro kizogera ntantambara zitazohera.
Пікірлер: 33
badukubitire umwanzi RWANDA.
Mureke akomeze yikine
Ayiweeeeeee ngo yaratabayee disi ubuse kanyabayonga ,mushaki, rubaya nkubu mwamuriyiki Gisekedi hhhhhhhhhhhhhhh murimbwa zimisega, reba byamatekwa byirirwa biboroga kwa Scovia , gusa nihanganishije Imiryango yabo yirirwa ibabona barira kumatereviziyo, hhhhhhhhhhhh I have never seen a stupid like nearby peresident
Vanuburofa ngaho mwe ntamusoda wuburundi mwofata mwankende mwe
Bakubise umwansi habe na cm bambuye M 23
Cyakoze akakantu wanazemo nisawa cyane 🎉🎉🎉
Ndakumbuye Koffi Kofiiiiiiiiii
Mukomere JP❤❤❤
Hhhhh yamutsinze ate, ryari,yamwambuye hehe 😂😂😂 azabishima nyuma ya congo bamwabuye Burundi na bujumbura 😂😂
Chtad ntacyo izamara muri zi ntambara za abanye congo.
Jp ubu uri mumurongo mwiza., komereza aho
Mwashize🎉🎉🎉🎉🎉
Ariko ndabona bikomezakugenda nkuko ushyinzwi iperereza wa Uganda yabivuze intambara irimogushuha,EAC na SADEC birazagukozanyaho
Il faut stopper la guerrre et entamer des négociations.
Ivyo birabasha iconzico muburundi ntihwitaha turimaso turaziko muriko muriko muradutegurako ibitero tuzokwivuna turaziko komutungishijwe nukwiba ubutare murikongo muburundi rero suko
Congo ibigwari ibikoreshobafite ntakintubibamariye bafate Indi plane izindi zarananiwe😅😅
Aba Tchadiens Ingwano barazizi Cane kandi barazimenyereye ivyo birazwi hose si Ibikavyo!
@TurabumukizaTheogene
4 күн бұрын
Si bikabyo inyeshamba ziriwabo ko bazi naniwe
FARDC n’abandi bahora bavuga ngo batwitse, bakubise, ariko habe no gufata agace na kamwe M23 yabatse? Kuva Bunagana, bageze Kanyabayonga.
N ukubamesa
1:44 tim russia iri nyanza lac turakumva nirundi
M23 umugambi wayo nuwuhe? Gufata igihugu cg gucamo congo mo 2?
Hazaca uwambaye pe
None Urwanda iyo nzara yogushaka gutungira muvyo rwiba umubanyi rwayikuyehe?Ewen kagame umusumwe ibisaka vyimbwa bizomushana.ruzamukira mubusuma gusau.bibilia ivuga iti uwushonje aryiwe.
Ko isasu rivuza ubuhuha raa😢😢😢
ntamakuru ufise ariko ukurri kuribonekeza amajambo gusa atagira ibikorwa ntaco amaze
M23 lzabamesa ingabo zuburindi ninkabaturage ntacyozishyoboye benizacongo byibura kiretse izurwanda❤ mm nizo zizoheza iyintambara nibasaba kotubafashya😅😅
Hello 👋 ibyo ni urucababa nabo barahashirira
@EricNduwayezu
7 күн бұрын
M23 ni umuti uvura iraje ibakoreho ryake
@EricNduwayezu
7 күн бұрын
We never cylinder
None Uwo Niwo Muti w'ibibazo wibi b'ihugu vya africa Nukugwana gusa? Mana urengere rubanda rugufi ndabona twimirije habi. Umenga batewe nabazungu jean pierre mwebwe mubiba hafi Mubona ibi bintu bizohera gute?
@felixmanirambona6576
7 күн бұрын
Ubu n igihe c ukugwana gusa ntakindi.Vyaranditswe ko igihe c intambara kizobaho.Ubwo rero igihe c amahoro kizogera ntantambara zitazohera.
@Ndeberayotv
7 күн бұрын
Bazarwana uzatsinda undi ayoboke