INTAMBARA YOGUTURITSA AKARERE LONI YAGIZE UBWOBA M23 N'UBUNDI NTIYIGEZE IRENGA GOMA😂😂😂

#fardc #m23 #kisekedi

Пікірлер: 33

  • @user-ge6wd3ny5o
    @user-ge6wd3ny5o6 күн бұрын

    Roni ningambanyi yagambaniye kongope

  • @SibomanaJeanPierre-sy8fx
    @SibomanaJeanPierre-sy8fx21 күн бұрын

    Kazarama yizigiye iyo onu ibaha umwanya ivugako izofatira ibihano kumwe babifatira havyarimana

  • @lupitakeza7918
    @lupitakeza791822 күн бұрын

    Courage JP akakantu ko kudutamo utu video twohakurya nisawa cyane

  • @AlexOneBrown-p9h
    @AlexOneBrown-p9h22 күн бұрын

    Ko numva DRC bitoroshye

  • @noellambazumutima3585
    @noellambazumutima358522 күн бұрын

    Nguwo coffi arabuze shaaa Imana iratuzi kandi iradukunda ndaziko nta mvura idahita.

  • @VeridiqueBahati
    @VeridiqueBahati22 күн бұрын

    Ambarigo iri kuri imitwe yitwaje intwaro ntabwo ari guverinoma, mugyemusoma neza amakuru.

  • @PascalineMukansanga
    @PascalineMukansanga22 күн бұрын

    Congo nayo yaragowe America yatinyeko itsindwa

  • @RuhagoRusengo
    @RuhagoRusengo22 күн бұрын

    Intwaro tuzozikura kwa Kim muri corea du nord

  • @Mugihe
    @Mugihe21 күн бұрын

    Nyangoma ibyo bisasu byatewe nande?

  • @VeridiqueBahati
    @VeridiqueBahati22 күн бұрын

    Cyangwa ntabwo musoma ayomakuru kuri page ya loni

  • @Igikwasitv
    @Igikwasitv22 күн бұрын

    Abo basirikare bibirwari nabakanire urubakwiye kabisa

  • @parfaitgakiza4860
    @parfaitgakiza486022 күн бұрын

    Ntakuntu bobanza bagaturitsa m23 kwakarere kagoye chisekedii atagira igisoda azoturitsa ibikiii bamureka kwidigadiga inyumaa yiminsii mikeyii chisekedi aracinyinkoro Kiko Ubu yatanguyee kutuzera abamuhenda

  • @SamsonNduwimana-no4yk
    @SamsonNduwimana-no4yk21 күн бұрын

    Mwirambire jpierri

  • @SibomanaJeanPierre-sy8fx
    @SibomanaJeanPierre-sy8fx21 күн бұрын

    Abobashenzi bicabakiba

  • @oswaldnsabiyumva6892
    @oswaldnsabiyumva689222 күн бұрын

    Contre offensive yaguye mu mazi.

  • @Ndeberayotv

    @Ndeberayotv

    22 күн бұрын

    Hhhh reka turebe

  • @noellambazumutima3585
    @noellambazumutima358522 күн бұрын

    None jean pierre Murabona iyo ntambara izovyara iki ? Ubukoko Muziko ukuri ko kuzoteba ariko ku kamenyekana. Ntakwerekwa vyaraye bivuzwe uwutera Congo.

  • @niyomugabopatrick266

    @niyomugabopatrick266

    22 күн бұрын

    Barwane uzatsinda azubaha undi

  • @beclever247
    @beclever24722 күн бұрын

    Ariko kuki muzi kuvuga ibihuha. Ninde wakubeiye UN yafatiye embarigo government ya Congo ko embargo yafatiwe imitwe yitwaje intwaro. Narizi ko burya uzi amakuru.

  • @Ndeberayotv

    @Ndeberayotv

    22 күн бұрын

    Aho muratubabarira habayemo kwibeshya pe

  • @VeridiqueBahati
    @VeridiqueBahati22 күн бұрын

    Ayomakuru yawe asigaye ari icyuka kwakwindi Koffi wacu yivugiraga.

  • @lupitakeza7918

    @lupitakeza7918

    22 күн бұрын

    Ndabona Ari wowe wicyuka ahubwo 😂😂😂

  • @VeridiqueBahati

    @VeridiqueBahati

    21 күн бұрын

    @@lupitakeza7918 Kofi yacumburaga amakuru pe. Naho ubundi wapi

  • @SamsonNduwimana-no4yk
    @SamsonNduwimana-no4yk21 күн бұрын

    Uwo kazarama nawe izondoto ziwe ntaho zihuriye nintambara nabibiliya irabivuga yuko ukurazirana biterwa nuburuhe rero nakore analyse azosanga umusi yarota yariyaraye afise uburuhe bwishi natekane

  • @VeridiqueBahati
    @VeridiqueBahati22 күн бұрын

    Félix Béton araje mumubone nuko musoma nabi. Ambarigo yo ntizongera ku RDC.

  • @Ndeberayotv

    @Ndeberayotv

    22 күн бұрын

    None iyo mitwi niyo bakuriyeho ambarigo 2022

  • @SamsonNduwimana-no4yk
    @SamsonNduwimana-no4yk21 күн бұрын

    Gusa j pierri abobasirikare 31parafise umucomandent wabo yabategetse ivyo bakora uwo niwe rero akwiye guhanwa namategeko

  • @Ndeberayotv

    @Ndeberayotv

    21 күн бұрын

    Ndumva nawe barabimuryoza

  • @SamsonNduwimana-no4yk
    @SamsonNduwimana-no4yk21 күн бұрын

    Twebwe uburundi ntabwoba dufise uwuzokwatsa umuriro uzotanguririwe uherere iwe umuhisi wacu yasize abitubwiye ivyo bigira kuri kongo bazoze kubitugirako babone ayimba yaboneye kumugezi

  • @ndacyasengaphilibert6275

    @ndacyasengaphilibert6275

    21 күн бұрын

    irire indagara wicecekere😂😂

  • @SamsonNduwimana-no4yk

    @SamsonNduwimana-no4yk

    21 күн бұрын

    @@ndacyasengaphilibert6275 nazo ziraryoshe wangu murihangana ndumva ntimworohewe ariko nimwe mwavyonze iyo mutavyonga tuba tubahako namwe pôle sana rero kuba mutakirya umukeke nindagara

  • @user-hn1sf7qz5v
    @user-hn1sf7qz5v22 күн бұрын

    Ibintu vyawe ntabuhanga bikurimwo p

  • @Ndeberayotv

    @Ndeberayotv

    22 күн бұрын

    Yego Boss

Келесі