"Tugiye kwinjira nyezina mw'ihiganwa ry'amatora" - Umviriza ijambo Agathon RWASA yashikirije atowe

#Burundi_Politique : Inyuma y'ugutorwa kugira azoserukire Umugambwe #CNL mu matora y'Umukuru w'Igihugu, Rwasa Agathon yasavye abazohiganwa kuzokwemera ico Abarundi bazoba batoye. Yagize ati : "Ijwi ry'intwazangabo ringana n'iry'umushikiranganji, rikangana n'iry'umushomeri, rikangana n'iry'umwungere n'umwirimizi." Umviriza Rwasa Agathon, umu Candidat wa CNL

Пікірлер: 16

  • @brandinakizito3541
    @brandinakizito35414 жыл бұрын

    Komera mutama ntakabi kawe nabo👏👏👏

  • @alexisberry6542
    @alexisberry65424 жыл бұрын

    Irambire

  • @somokichefuchefu200
    @somokichefuchefu2004 жыл бұрын

    Rwasa ndakwemera

  • @yusufukazamba2391
    @yusufukazamba23914 жыл бұрын

    If he will be second it will be better to be vice president

  • @gerardbikoro3555
    @gerardbikoro35554 жыл бұрын

    Komera mutama hangama buca tuguhundamajwi kabisa

  • @JojoJojo-iq9fn
    @JojoJojo-iq9fn4 жыл бұрын

    Utibagiye Abanyamurenge Wagandaguy Mugatumba Bitebe bitebuke uzobibazwa

  • @mukeragabilodiana9391

    @mukeragabilodiana9391

    4 жыл бұрын

    Jojo Jojo Rwasa siwe mwicanyi gusa. Mbona. Imbonerakule zirirwa zirica abarundi benewacu. Babamaze. Tuvugishukuli

  • @JojoJojo-iq9fn
    @JojoJojo-iq9fn4 жыл бұрын

    Ntiwibagire Kuntebe yubu President Uzorinda uhenuka Utayicayeko

  • @athanasnibizi6204

    @athanasnibizi6204

    4 жыл бұрын

    Umuvuma nkande mbewewe ujejwe iki mubuzima bw'igihugu?

  • @mukeragabilodiana9391

    @mukeragabilodiana9391

    4 жыл бұрын

    Jojo Jojo aragikwiye

  • @JojoJojo-iq9fn
    @JojoJojo-iq9fn4 жыл бұрын

    Wew Ntiwoba President Ntibishoboka Igihugu wogisubiza Muminw yaba Koroni

  • @athanasnibizi6204

    @athanasnibizi6204

    4 жыл бұрын

    Ijambo ubukoroni ryatanguye ryari kubera iki?

  • @mukeragabilodiana9391

    @mukeragabilodiana9391

    4 жыл бұрын

    Jojo Jojo 😛🤪😋

  • @athanasnibizi6204

    @athanasnibizi6204

    4 жыл бұрын

    Hhhhhh,ubuniho kitari mubukoroni?izompuzu wambaye, telephone,ibikoresho bitandukanye ukoresha,nivyo wikoreye,carabavunye hagezeko tukibatura muruhuke kabisa.

  • @athanasnibizi6204

    @athanasnibizi6204

    4 жыл бұрын

    Ngaho rero uraburiyahura

  • @merchndayishimiye1001

    @merchndayishimiye1001

    Жыл бұрын

    Komuvuga yamuhe ko umenga mufise ubwoba

Келесі