Abanyororo 944 bo mw'ibohero rikuru rya Mpimba i
#Burundi : Abanyororo 944 bo mw'ibohero rikuru rya #Mpimba i #Bujumbura barekuwe kuri uwu wa mbere ku kigongwe c'Umukuru w'Igihugu c'Uburundi. Prezida Evariste Ndayishimiye akaba ariwe nyene yari yishikiye aho ku Mpimba gutanguza ico gikorwa c'ukurekuza abo yagiriye ikigongwe, hakaba hitezwe ko hazorekurwa abanyororo barenga ibihumbi bitanu bo mu mabohero yose uko ari 11 yo mu Burundi.
Пікірлер: 37
Mutama uragahoraho iman ibandany ikurongora uko papa iman iguhezagir can kand can papa wacu 🥰🥰🥰🥰👏👏👏👏👏👏👏👏👏👏👏👏👏👏
Urakoze papa kubarekura kuko ahabana beshi bajamungesombi kubera batabonabase🏃♂️🏃♂️🏃♂️✌😃
Mwarakozenukurikubarekr
Se Barundi urarikwiye koko nkunda ivyiyumviro vyawe cane gose Imana ikugirire neza ufise Impanuro nziza
Imana ishimwe cane kandi ibakomez cane
Nimuramvya babanguke.
Sha kabisa urumuvyeyi nkuko wabivuze uragahora kungoma
Urakoze
Mzee gira Amahorooo mzee
Yoooo nivyiza cane
Kugez ubu ntawobahora amabi imbonerakure zikorer abanyagihugu Imana yomwijuru irababona ivyo birigwa bakorer abandi ntibizijana
Merci Daddy
Komera papa uragahora kubutegetsi imyaka yose
Uvuzukuri Nyakubawa
Nivyiza cane
Nivyiza can
Good
Wenye walifungwa bila makosa watalipwa na nani baada yamda mrefu saana wakojela bila makosa watu wako nama family alafu watatoka apo hawana makazi wala pesa zakutunza mafamiliya yawo
Kuva cenided ija kubutegesti inzara yariyongeye mugihugucacu cuburundi kubera amakori cane cane yumurengera
Decoration Verte nk' imyenda yabo....même le chef Porte une chemise verte!!!
Nivyiza
@claudendayishimiye2927
3 жыл бұрын
Asante papa Burundi tmekubar
Abaroko bubashywe....baririmbirwa kUriya kweli!!!
Nkubu imana yoca mumukuru wigihugu cacu agakura ikori kubindandazwa vyibifungurwa inzara yocihera muburundi emwe yobayandikishije amateka meza nukuri
Président Evariste Ndayishimiye, mwagerageza gukora ariko abantu babatobera
@Sirila18
3 жыл бұрын
Abatovyi baramye kuva kera na rindi. Amaso y ibikere ntabuza abavoma.Tumushigikize ibikorwa .
Mbona mwirirwa murabica izo mbonera Munyo zawe
Wakoze nyakubahwa komera kumuheto nukuri urikurakora neza turabigushimiye
Komera mutama
👏👏👏🇧🇮🇧🇮🇧🇮😭😭🏆🏆
Miragahora kubutegetsi 😂😂😂😂😂
Umucanwa waturiye ibohero ry'igitega namwe muwitege. Ndabona Ari nka kumwe vyagiye biraba mu masoko.
Umukuru wigihugu arakoze can Nadufashe rero yigekukibazo naco cokujahanze gukorakazi mubarabu nukuri bumvikane bugururinzira twigire urabona Nabagore tugite kubisinzi mudufashe mwumvikan mutwugurire ikibuga cindege ubukene buraturembeje kwl
@annyp444
3 жыл бұрын
Ahubwo nyen nanj ikikibazo ndabon bakwiy kuciga