No video
Rév. Pasteur Jin Sung Won aragarutse mu Burundi mubikorane 2, yakiriwe n'Ishengero Beloved Church
🔈Umvirize ijambo Rév.Pasteur #JinSungWon azaniye abarundi biciye mubikorane 2 agiye gukorera mu Burundi :
1) Igikorane c'imisi 3 c'ubutumwa bwiza n'ibitangaza kizobera mu ntara ya NGOZI kizotangura kuri uyu wa Gatanu ,kumagenekerezo ya 28,29 na 30 Ruheshi 2024 kukibuga AGASAKA.
2) Igikorane kizobera i Bujumbura kumagenekerezo ya 12,13 na 14 Mukakaro 2024 ku Kibuga kwa Sebatutsi mu Komine MUHA.
Пікірлер: 1
nice