Prezida Neva yasavye abarundi kwitaho isuku kugira ngo ingenzi zihurumbire kugendera Uburundi.

#Burundi: Inama rukokoma y'igisata c'ingenzi yakoranye kugira bahanahane ivyiyumvira ukuntu ico gisata cofasha mu gushika kw'ihangiro y'uko Uburundi bwoba igihugu cifashe mu mwaka wa 2040 kikaba igihugu giteye imbere mu mwaka wa 2060. Umukuru y'igihugu Evariste Ndayishimiye ari nawe yuguruye iyo nama yasavye kwitaho isuku cane kuko ata ngenzi yoza atasuku rikwiye rihari.

Пікірлер: 25

  • @HarosimanaJosette-cj7qn
    @HarosimanaJosette-cj7qn4 ай бұрын

    Aha iwacu biragoye nukuri!!! Uragerageza ugakora isuku impande y'urupangu rwawe mugatondo. Maze kumugoroba ugasanga kunkengera y'urupangu bahagize akabare gushika no kuri Portail bakahicara. Bwaca mugatondo ugasanga baraye bahaririye amagi nibiyoba ibarabara ryose barisibije. Ugize uvuge ko bokuvira imbere yurupangu usanga wonabizira kuko baba ari abavuye kubuzi bwa Leta bariko bivuna akanyota gutyo umuntu agapfana isoni nubwoba. Ukubura rimwe ntukubura 2 kuko ntiwokubura uwundi asivya kandi atakabare ufise😢😢😢😢😢

  • @josephntacobakimvuna4836
    @josephntacobakimvuna48364 ай бұрын

    nyakubahwa kugira isuku riboneke abafise impangubase nibobari bakwiye nokwuka amapave imbere yamazuyabo ntawundi mwanzuro

  • @user-ij1vd7ul3q
    @user-ij1vd7ul3q4 ай бұрын

    Mzee uvuzee ukuriii

  • @mugishagerard8241
    @mugishagerard82414 ай бұрын

    Ese mufise ama truck angah atwara umwavu buri musi agenda aca muma Cartier, muzeh biracabagoy igihugu cuzuy inkungugu

  • @user-eg1gz4kg7w

    @user-eg1gz4kg7w

    4 ай бұрын

    Nkawe kwer ufisindero whawe nabavyeyi

  • @burundishallsmile1day109
    @burundishallsmile1day1094 ай бұрын

    😊😊 Nyakwubahwa Ibintu vy Isuku ntibiba bikenewe ko tubikeburana mu Nama😢 Bikwiye kuba Umuco kurya Umuntu avyuka akaraba! Utaye urupapuro canke igishishwa urihishwa Amende.

  • @user-ee8vm6jb9s
    @user-ee8vm6jb9s4 ай бұрын

    uravuga ukuri nikubera ubwira abatunva ariko

  • @user-hu2qv4uz2l
    @user-hu2qv4uz2l4 ай бұрын

    Sema baba

  • @user-po8ye1jf9n
    @user-po8ye1jf9n4 ай бұрын

    ❤❤

  • @user-hl5hs1ug3w
    @user-hl5hs1ug3w4 ай бұрын

    Banze musukure ahahoze isoko habomworwe si non nahone harateye isonì

  • @rukundoespoire
    @rukundoespoire4 ай бұрын

    😂😂😂😂 president azoza kwikuburira

  • @user-di1ig4or7x
    @user-di1ig4or7x4 ай бұрын

    Umukuru wa meri areke kumaramara adahemba abajejwe gukora isuku mu gisagara ca BUJUMBURA nukuntu abo bakozi bafashwe nabi wamengo nsi abakozi bameri aha mu BURUNDI nukurwiza amajambo meza ibikorwa wapi

  • @cyusaernest5931
    @cyusaernest59314 ай бұрын

    Iki kijuju kiyobora gute abantu?

  • @intarebatinya8027
    @intarebatinya80274 ай бұрын

    😂😂😂Neva yaracanganyikiwe, amariye abana b'abarundi muri congo 😅ishyari afitiye u Rwanda rizamurangiza😅

  • @dieudonnezagabe7360
    @dieudonnezagabe73604 ай бұрын

    Demandez à la Brarudi et la Regideso de paver devant leurs cloture qui sont en face l'un et l'autre . les autres l'ont fait à partir du rond point Chanic c'est propre.

  • @bizomenyimanaelias5455
    @bizomenyimanaelias54554 ай бұрын

    Komera nyakwubahwa

  • @lilpaulrwanda6706
    @lilpaulrwanda67064 ай бұрын

    NEVA SIMUKUNDA ARIKO NONEHO AVUZE IBINTU VYIZA BITUMYE NKUKUNDA KOKO NAGIHUGU KIGIRA UMWADA NGO KIBONE ABANYAMAHANGA NEVA NDAGUKUNZE PEE

  • @emmanuelnibaruta5834
    @emmanuelnibaruta58344 ай бұрын

    Isuku rirakenewe no gutegura neza ibibanza vyiratiro

  • @alexndihokubwayo8010
    @alexndihokubwayo80104 ай бұрын

    Ariko abarundi mwabaye gute nukubura ichomukora nukutagira ubwenge mukuringora uburundi turi 2024 ubu Muriko mwiyumvira gukora iterembere 2040 na 2060 nukutamenya ichomuzezwe

  • @deobiho
    @deobiho4 ай бұрын

    isuku ni ngirakamaro basha , uvuze ukuri. ariko abarundi bakunda akabaja mu nda zabo, ntibakunda gukorera igihugu. Nta Patriotisme bize, bose ni ibigaba.

  • @NIKIZA96
    @NIKIZA964 ай бұрын

    Mal organisation niho bipfira

  • @gregoirekennedy8573
    @gregoirekennedy85734 ай бұрын

    Hakenewe amabarabara nayubundi naho bokubura ntivyo boneka ko hakubuye

  • @emmanuelnibaruta5834
    @emmanuelnibaruta58344 ай бұрын

    I gisagara kiracafuye cane gifise uwugitwara ngira ntatembera arabe

Келесі