ONU-Burundi : Dialogue interactif avec le Rapporteur Spécial Gaetan Zongo
Ce jeudi, 4 juillet 2024, le Rapporteur Spécial de l'ONU sur la situation des droits de l'homme au Burundi Fortuné Gaetan Zongo a présenté sa mise à jour oral à la 56ème session du Conseil des Droits de l'Homme en présence des représentants des pays et d'organisations.
Article sur ce débat lemandat.org/2024/07/le-burun...
Пікірлер: 9
Voilà la réalité des faits au Burundi
Murabona ingene presidium yaretse uwo musazi aserukira RDC, akavuga ayamuhe. Bamwumvirije baramutwenga. Ngabo abagenzi ba Never, aba voyaux, aho mubona harikintu umuntu yokwizera kurabo behu. Imana idushoboze😊
Mu myaka iza abazungu bazogaruka kudu colonisa k'umugaragaro izuba riva. Ubu batuma abo bahemu, barabaretse bakorere amarorerwa abo bajejwe gutunganiriza. Basha mu misi iza bazokwizira, badusubize mu buja izuba riva.🙂
Monsieur le mandat bizoba vyiza canke uzokurikiranwa nabenshi ushoboye kuza urashira izondimi mu kirundi. Merci
Uwo mu dame, ariko ashigikira ubutugetsi DD, nibaza ko ariko arya umuhero kabisa. Isi yaheze n'ukuri, ndabira umu dame, nibaza ko ari igicamvyaro canke atava mu Burundi, ko atabantu azi bakozweko n'amabi DD yakoreye kandi ibandanya ikorera abarundi n'abarundikazi. Aho bamuhaye utu dollars akemera kuja kuvuga ayamuhe, amanyembwa. Ariko ivyo twabonye kandi tubandanya tubona mu ndongozi DD, sinzi ko twobita abantu canke abasazi bataye imitwe. Ntakuntu two ba qualifia, ariko n'ibivume, abagabo, abagore, barataye ubuntu. Imana idushoboze kabisa🤭🤭🤭🤭🤭🤭🤭🤭
Uwumucangero wa ONU Aravuga nabi
Je ne sais pas d'où viennent les propos de ce présentateur mais le monde dont il parle n'est pas le Burundi
Kuvuga nabi igihugu cawe Nico kimwe no kuvuga nabi nyoko yakuvyaye
@JosephSikogukira
2 күн бұрын
Wewe ufatanije na systeme gufukama igihugu munda, urumva iyo bavuze ukuri ngo bavuga nqbi igihugu cabo !!!