Film NTAHOYAGIYE ni série nshasha ya Warubizi mugiye muraza murakurikira kuri chaîne ya Warubizi.
Iyi série NTAHOYAGIYE muzoza murayikurikirana iminsi yose kuwa kane kuva isaha zibiri z'agatondo.
Komerezaho basha
Courage,gusa mworaba mukazongeraa umwanyaa imaraa.
Hehe se!!
Mukomere tubarinyuma
Ntahonagiyeepisod
Waaow number one 🤟🤟🤟abazokunda iyi reresi nkanje mugonge like ngahaaaa
Tupo
Melly🤭🤭iyi film izonsaza
Nayi kuz bela ukin nez
Nukuri iy film bayiduh kesh nayikunze bella niwe anyish ngo ntiyokwinjir mukaruri Arik aruhutse akinjiyemwo karire aramukomye👍👍🤣🤣🤣🤣
Number Uno impa izo liké
Muranducanga abanyangitenga murareze bera
Aho rero hinge mbaze nirabire
Iyi film isumba izindi zose zimaze kuhaca ndabarahiye. Ni mu mpinyuze abamaze kuziraba!!!!!!
Mubikoze neza ndabakunda cane eeee abanwanyi Batu Buca bahaturira
Karire na Bella ivy barik badukin ntibisobanutse
Mujeneza kwel courage
Rose yagarutse ark mwari mwaraduhevy cne niyo mpamvu abafan babibagiye ark courage ngir bazogaruka
Egooo!!! Akantu niko rek turindire igic gikurikira kbx.
Film Amedee yandits ntiyoberana kabisaaa
Ababonako iyifilm itwika mundemere mwese
Nayiravye kubera harimwo Mimi
Mimi ndagusuhuje cane mbonye ifirime yawe ndaryohegwa Yesu akozigame cane
Waw kurag gusa mwaduhaye gatol
Manayanje murakagatondo murandyoheye pe
Courage nukuri karire ihangan
Amenyo arakoroste murareze mungukina muzanyaruste inyindi yakabiri ninyingicho mutanga
Mbega senge mubi weee🙊🙊🙊
Arik jew iyi titre mbon umeng ntiyarikwirany niyi flm.mbon umeng nikimw kukindi.rek turindire épisode 2 turabe koko kwar ntahoyagiy
Mwubahwe
Mimi nukuri urashoboye
Murarana
Kunguvu umungabo arangoye yacha
Kombona hagiye gusha nimutunyarukiriz 🥰🥰🥰
Urukundo nkunda Mimi sinshobora kwibaza nukuri.nipfuza kumubona pe ,yama akina arumwana mwiza yitekerereza courage mwiza wanje ukora ukusa koko sha Mimi ❤
Komera
Ibibazo birakumara
Muramarana cha oya ntimuhuza wewe mubaze neza abatama 🍸 ⏸ 🧼 ⏭ rihanga
wagwan ma family
Uritenga wamusazawe
Gusa urachaje wamungabowe kuri mimi
Nakanga Karibu mireye ego bazochobonka mireye
Courage film nziza
Iyi film mwayise izinaritariryo mwarikuyita indyarya canke incuti yomugaba yemwe jewe ndaboha hagiyegushape 🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
Mungabo linearly guhera
Namajini gusa abagore bakabiri
Ego 💯 ✍ 💯 ✍ 💯 ✍ 💯 ✍ 💯 ✍ murabazanya
Ivyo vyarimwo bera
Courage Barundi turashoboye
Kweli shaaaa ,ntaco kabaye nzobihera aka vyuwazi
Yaaaaaa mbegifilm iryoshe we bandanya muterimber
✨💖💖💖✨vyiza mubandany muduh izind
Yooo film iryoshe can😍😍😍
Uraberewe bera
Kbc unomusi ivyo kwitonda kwamimi yabishize hasi kbc ❤️❤️❤️
Arubaha mugabo bera
Hhhhh ikofe ngo ngiryo!rizirikane neza muzotururana
Mbeg film !!!!!mbay biyisubiremw incuro kand ,abarund turashoboy vert 💪💪
Muduhe iyikurikira basha
Ndayikunze cane naho ihereye kwikofe nkiryo. Mukina neza cane
Ew Bash ki mimi karambabaj.mimi kuk imis yos ukund gukina bakubabzz cn ukavyihanganira.kuraj mwiza wanj mimi.ndagukund cn .iyi flm ndayiravy kuber wew Nar nkubonyemw kuk nta flm ukin yiger ibiha.courage mwiz♥️
Asha nanj ndayiravye kubera ndamubonyemwo kwel
Naj nuko kd kk yanditswe na amede
Ndakunda. Karire kuburyo numva. Nifuza kumubon p. Karire courage ubikoraneza
Ewe bella ntuvyorosha
Ego 💯 ✍ 💯 ✍ bite turababona mireye
Ariko ndabona Bella na karire bazoshobora, inarunyungo nabakazana biwe
Courage ndabona film ninziza cane
Love from Arcy Lucky #Ntitwisondeka_Kiretse_Iyo_Twisonzesheje
Harahiye nukuri ndabarahiye!
Courage mant bacu mubikor nez ndabafan
Murareze cha urachaka umuwke cha
Egoo vrt hagiye gusha🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
Yampayinka imbeba 😄😄😄 Harajweeeeee
Ok haraj hash vrt 😄😄
Mimi wanje sha ndagukunda
Nahageze
BMT & WAR'UBIZI =🔥🔥❤️
Wauu vyza Can flm nziza🥰
Mvuga nahishikiye peeee Love from Mona ❤️❤️❤️❤️❤️❤️
Félicitations mwubahwee
Mubikora neza.mwubahwe
Arangutabira bera
Iramara kbx💓💓💓
Courage BMT and WARUBIZI TV❤❤❤❤🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
Imana niyo yabikoze bera
Nukuri muranyica rer nkunda mimi ukuntu akinana ubwitonzi nubugwanez si courage
Iryo kofeeee mamamama numwotsi mbony uduga hejuru😅😅😅😅😅
Yabishizemwo inzigoo mukumukubitaa vrt
@@nshimirimanadavid6184eg
Bella kobitanguye akaze cane karire komeza wihangane gusa mwubahwe cane mwese turabakunda cane
Nakanga cha
Hahaha mbavu zanguuuuu.hahahaha yombakarire nacamvaho niruka bella ambaziz imyaka mfise''ngo muko ufish imyaka ingahe ? ''gusa kurimwisho cabaye kimwe kukindi nawagiyekumuraba yaramusubirije munkoko ndamwemeye
Waouh uyu munsi Mimi akinye ari mazina wanje 😂 ndagukunda mimi kandi cane courage cane imbere niheza ❤❤❤
Murakoze cyane imana ibahe umugisha chane ni twa HESHIMA castro hassani ndabakunda cyane ndumukongomani R DC abaturanyi buburundi merci beaucoup est que le bon Dieu vous protéger tous vraiment je vous aimes .
Courage kabisa
Murareze cha
Byiza cyan.mukomezeho
Ep2 tuyihabw vub vrt
Imana ishishikare ibaja imbere mubikogwa vyanyu
Yoooo bella kumez uko vrt
Muramarana mukama
Smart film
Vyiza cane courage
Love from GITEGA FILM 🇧🇮🇧🇮
Eee iyi film 📽️ ndabona irenze pe 🥰🥰🥰,courage 🙏🙏
Nacerewe mbega mbega film kuryoha weee❤❤❤❤
Ndabonanibo,mbega kuki keshi abana bose batinya gutungw nabamukase ? Kd kuki bamukase bakunda kwanka abana basanzeho ? Kandi umwanataruwumwe
Pore sanabbcha
Ngakore cha
Courage mubndany muturyohereza
NUKURI UBURYO NKUNZE IYI FILM NI UBWAMBERE , KANDI NDAKUNDA UKUNU MIMI ATWARA IBINU MURI FILM BIG UP MIMI ONE DAY UZOSHIKA AHO WIPFUZA
Пікірлер: 526
Iyi série NTAHOYAGIYE muzoza murayikurikirana iminsi yose kuwa kane kuva isaha zibiri z'agatondo.
@nduwimanachristian6638
Жыл бұрын
Komerezaho basha
@nshimirimanadavid6184
Жыл бұрын
Courage,gusa mworaba mukazongeraa umwanyaa imaraa.
@dundaentertainment6753
Жыл бұрын
Hehe se!!
@dododolinenshimirimana3112
Жыл бұрын
Mukomere tubarinyuma
@bolingomathius-ld3li
Жыл бұрын
Ntahonagiyeepisod
Waaow number one 🤟🤟🤟abazokunda iyi reresi nkanje mugonge like ngahaaaa
@joleal7941
Жыл бұрын
Tupo
@angeemelyne2214
Жыл бұрын
Melly🤭🤭iyi film izonsaza
@user-ci3qt3bj7j
3 ай бұрын
Nayi kuz bela ukin nez
Nukuri iy film bayiduh kesh nayikunze bella niwe anyish ngo ntiyokwinjir mukaruri Arik aruhutse akinjiyemwo karire aramukomye👍👍🤣🤣🤣🤣
Number Uno impa izo liké
Muranducanga abanyangitenga murareze bera
Aho rero hinge mbaze nirabire
Iyi film isumba izindi zose zimaze kuhaca ndabarahiye. Ni mu mpinyuze abamaze kuziraba!!!!!!
Mubikoze neza ndabakunda cane eeee abanwanyi Batu Buca bahaturira
Karire na Bella ivy barik badukin ntibisobanutse
Mujeneza kwel courage
Rose yagarutse ark mwari mwaraduhevy cne niyo mpamvu abafan babibagiye ark courage ngir bazogaruka
Egooo!!! Akantu niko rek turindire igic gikurikira kbx.
Film Amedee yandits ntiyoberana kabisaaa
Ababonako iyifilm itwika mundemere mwese
Nayiravye kubera harimwo Mimi
Mimi ndagusuhuje cane mbonye ifirime yawe ndaryohegwa Yesu akozigame cane
Waw kurag gusa mwaduhaye gatol
Manayanje murakagatondo murandyoheye pe
Courage nukuri karire ihangan
Amenyo arakoroste murareze mungukina muzanyaruste inyindi yakabiri ninyingicho mutanga
Mbega senge mubi weee🙊🙊🙊
Arik jew iyi titre mbon umeng ntiyarikwirany niyi flm.mbon umeng nikimw kukindi.rek turindire épisode 2 turabe koko kwar ntahoyagiy
Mwubahwe
Mimi nukuri urashoboye
Murarana
Kunguvu umungabo arangoye yacha
Kombona hagiye gusha nimutunyarukiriz 🥰🥰🥰
Urukundo nkunda Mimi sinshobora kwibaza nukuri.nipfuza kumubona pe ,yama akina arumwana mwiza yitekerereza courage mwiza wanje ukora ukusa koko sha Mimi ❤
Komera
Ibibazo birakumara
Muramarana cha oya ntimuhuza wewe mubaze neza abatama 🍸 ⏸ 🧼 ⏭ rihanga
wagwan ma family
Uritenga wamusazawe
Gusa urachaje wamungabowe kuri mimi
Nakanga Karibu mireye ego bazochobonka mireye
Courage film nziza
Iyi film mwayise izinaritariryo mwarikuyita indyarya canke incuti yomugaba yemwe jewe ndaboha hagiyegushape 🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
Mungabo linearly guhera
Namajini gusa abagore bakabiri
Ego 💯 ✍ 💯 ✍ 💯 ✍ 💯 ✍ 💯 ✍ murabazanya
Ivyo vyarimwo bera
Courage Barundi turashoboye
Kweli shaaaa ,ntaco kabaye nzobihera aka vyuwazi
Yaaaaaa mbegifilm iryoshe we bandanya muterimber
✨💖💖💖✨vyiza mubandany muduh izind
Yooo film iryoshe can😍😍😍
Uraberewe bera
Kbc unomusi ivyo kwitonda kwamimi yabishize hasi kbc ❤️❤️❤️
Arubaha mugabo bera
Hhhhh ikofe ngo ngiryo!rizirikane neza muzotururana
@carinenindorera9821
Жыл бұрын
Mbeg film !!!!!mbay biyisubiremw incuro kand ,abarund turashoboy vert 💪💪
Muduhe iyikurikira basha
Ndayikunze cane naho ihereye kwikofe nkiryo. Mukina neza cane
Ew Bash ki mimi karambabaj.mimi kuk imis yos ukund gukina bakubabzz cn ukavyihanganira.kuraj mwiza wanj mimi.ndagukund cn .iyi flm ndayiravy kuber wew Nar nkubonyemw kuk nta flm ukin yiger ibiha.courage mwiz♥️
@alinesabiraguha3454
Жыл бұрын
Asha nanj ndayiravye kubera ndamubonyemwo kwel
@anithabayisenge1832
Жыл бұрын
Naj nuko kd kk yanditswe na amede
Ndakunda. Karire kuburyo numva. Nifuza kumubon p. Karire courage ubikoraneza
Ewe bella ntuvyorosha
Ego 💯 ✍ 💯 ✍ bite turababona mireye
Ariko ndabona Bella na karire bazoshobora, inarunyungo nabakazana biwe
Courage ndabona film ninziza cane
Love from Arcy Lucky #Ntitwisondeka_Kiretse_Iyo_Twisonzesheje
Harahiye nukuri ndabarahiye!
Courage mant bacu mubikor nez ndabafan
Murareze cha urachaka umuwke cha
Egoo vrt hagiye gusha🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
Yampayinka imbeba 😄😄😄 Harajweeeeee
Ok haraj hash vrt 😄😄
Mimi wanje sha ndagukunda
Nahageze
BMT & WAR'UBIZI =🔥🔥❤️
Wauu vyza Can flm nziza🥰
Mvuga nahishikiye peeee Love from Mona ❤️❤️❤️❤️❤️❤️
Félicitations mwubahwee
Mubikora neza.mwubahwe
Arangutabira bera
Iramara kbx💓💓💓
Courage BMT and WARUBIZI TV❤❤❤❤🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
Imana niyo yabikoze bera
Nukuri muranyica rer nkunda mimi ukuntu akinana ubwitonzi nubugwanez si courage
Iryo kofeeee mamamama numwotsi mbony uduga hejuru😅😅😅😅😅
@nshimirimanadavid6184
Жыл бұрын
Yabishizemwo inzigoo mukumukubitaa vrt
@EgideMpawenayezu
8 ай бұрын