INTORE NTINDI Part 1

Фильм және анимация

•Burundian Movies and Talents (BMT mumpfunyapfunyo) niwo watunganije iresi INTORE NTINDI
Intumbero yambere yiyi reresi ni yoguhimiriza abantu bafise ubushobozi baba m’uburundi no mumahanga kugarukira kubwoko bwab'asangwabutaka bomuntara zose zigize igihugu cacu,na cane cane kubaronsa ubuhinga n’ubumenyi vyofasha guhingura neza ibijanye nimyuga yabo kavukire.
•Iyi rersi ihimiriza abanyamitahe ni gihugu cacu eka nababa hanze yigihugu kugarukira kubuhinga no kwiterambere ryabasangwabutaka. kandi ko bakwiye kubaronsa abahinga bashoboye kubungura ubwenge noguteza imbere izo mpano kugira
•Igice ca mbere c’iyi reresi kirangira twerekanye uburyo hotorwa umuti mwiterambere ryabasangwa butaka hifashishijwe impano bafise.
•Igice ca kabiri c’iyi reresi naco gihagaze kungo nimiryango aho ushobora gusanga ingo nyishi zisambuka kubara akantu gato kandi abantu bakunze kwita ibisanzwe. Akokabazo karakura kakavyara ibindi bibazo bikomeye bikaviramwo gusambuka kwingo.
•Abubakanye bari bakwiye kwama basuzuma utugorane duto duto bakaturwanya bakitubona kugira bikingire, bongere bakingire ingo zabo.
•Dufise icizere gikomeye cuko iyi reresi izoshika kure .
twitezeko hazoba ihinduka rikomeye mwiterambere ry’imiryango yabatwa. No guhinduka kwimiryango isanzwe ifise ibibazo bisa nivyo twashoboye kwigisha muriyi reresi.
FILM:INTÕRE NTĪNDI
DIRECTED:Amédée MANIRAKIZA
ASS:DIERECTED: Fiston HARAGIRAMUNGU
CAMERA:XRAY BAMU
EDITOR:NIJI PRO
PRODUCER:Amédée MANIRAKIZA
Contact: Email:bmtarcal@gmail.com
Facebook:BMT Buja
Téléphon:+257 76604015
+257 79265874
@inuacinema
@Lesaviezvous2022

Пікірлер: 805

  • @mellykayebekaofficial3377
    @mellykayebekaofficial33779 ай бұрын

    Abakunzi biyi reresi muza nyuma yanje mugonge like ngaha tumenyane ✍️✍️

  • @user-pi4ib7ql4d

    @user-pi4ib7ql4d

    9 ай бұрын

    Waoooo intore ntindi gacerewa nkaba ndahageze ewe ciza urashoboy noguhibongoza nkabaterambete koko Bella inzara zawe 😂😂😂😂😂😂😂😂 kimweeee❤❤❤❤❤❤❤

  • @mellykayebekaofficial3377

    @mellykayebekaofficial3377

    9 ай бұрын

    @@user-pi4ib7ql4d nawe warabibonye??🤣🤣

  • @InternationalBongoMovies

    @InternationalBongoMovies

    7 ай бұрын

    Kayebeka ndingaha

  • @fridolinribatiro4064
    @fridolinribatiro40649 ай бұрын

    Ababonye ko ino film irenze mumfashe tubahe amashurwe Team Intore ntindi akira amashurwe🌺🌼💐💐🌼🌻🌼🥀🏵️🌹🌺🌹💐🥀🌸🌹

  • @jaquelinniyonkuru5307

    @jaquelinniyonkuru5307

    9 ай бұрын

    🌸🌺🌷🥀🥀🌱🌸🌸🌿🌿🌸🌺🌷🥀🌸🌺🌷🥀🌹💐💐

  • @VianneyNDAYIZEYE-by8tg

    @VianneyNDAYIZEYE-by8tg

    7 ай бұрын

    ❤❤❤❤❤❤❤🎉🎉

  • @VianneyNDAYIZEYE-by8tg

    @VianneyNDAYIZEYE-by8tg

    7 ай бұрын

    ❤❤❤❤❤❤❤🎉🎉

  • @JaydenMuhoza-ib1bu

    @JaydenMuhoza-ib1bu

    Ай бұрын

    🎉🎉❤❤

  • @bellabelle1593
    @bellabelle15939 ай бұрын

    Abakurikirana iyi firme bari omani tumenyane🇴🇲🇴🇲🇴🇲🇴🇲❤❤❤

  • @user-jz2iv7xb2f
    @user-jz2iv7xb2f9 ай бұрын

    Allooooo🥳🥳🥳🥳 BMT hejuru cneee 🥳🥳🥳 uratangura abandi bagakurikira kuree cneee niho mbipfuriza🎉

  • @NzaiBenny-nq9oe
    @NzaiBenny-nq9oe9 ай бұрын

    Dore ngwigisagara kiraje gishe rero Abikinisha mutahe abakina baraje rero sasa ohooo 🔥 🔥 🔥

  • @umuhozaemahbella3959
    @umuhozaemahbella39599 ай бұрын

    Bagenzi ikirundi ndizihigwa no kucunva ,we love you from 🇷🇼❤

  • @mutonijoan5895
    @mutonijoan58958 ай бұрын

    Greetings from Rwanda 🇷🇼

  • @esperanceniyonkuru6970
    @esperanceniyonkuru69709 ай бұрын

    Tuzoyiraba mpak twingere dushirek n'agasunuzo INTORE NTINDI big up

  • @Akawecomedy9144
    @Akawecomedy91449 ай бұрын

    We love you from akawe comedy

  • @michelineirakoze-oh1dh
    @michelineirakoze-oh1dh9 ай бұрын

    Love from mimi🇧🇮🇴🇲abari murukundo ni intore ntindi like ngaha👇👇tuhatwike twimanukir💃💃💃🔥🔥🔥🔥

  • @afsamossi830

    @afsamossi830

    9 ай бұрын

    Ndahari kbs ndabonizoryoha.

  • @Destv721
    @Destv7219 ай бұрын

    Ntiyarya amamesa ngo yanduza amenyo ntahobabuze mbeg films ije hageze🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤

  • @teddyciza9995
    @teddyciza99959 ай бұрын

    Tora amashurwe🌹🥀🌷🌷mbabwirati umwanditsi arashoboye Kandi can ubutumwa bwiza ❤🔥🔥🇧🇮🇿🇦

  • @Ir_abdallah
    @Ir_abdallah9 ай бұрын

    Uwubonako Burundian Films bari kubikora nez na kore like ngaha kbs🌹🌹🌹🇧🇮🇧🇮

  • @mellykayebekaofficial3377
    @mellykayebekaofficial33779 ай бұрын

    Number one ✍️✍️✍️ndipfurije amahirwe meshi iyi reresi ubutumwa burimwo bugere kure hashoboka

  • @danielniyoncuti5124

    @danielniyoncuti5124

    9 ай бұрын

  • @user-ut7yb9xr5l
    @user-ut7yb9xr5l9 ай бұрын

    Mana yanj maana yanj nakabony film❤❤❤

  • @jeanmariengendahayo8413
    @jeanmariengendahayo84139 ай бұрын

    Muntore ntindi twese hejuru💪💪💪

  • @user-no1xu7vy8o
    @user-no1xu7vy8o9 ай бұрын

    Yemwe yemwe harahiye hose🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥😍🙏

  • @Mwaminiomar
    @Mwaminiomar9 ай бұрын

    Mbega inyigisho ziraho 👌👌,kabisa iyi nayo much respect 🙏🙏, courage

  • @cycyira7457
    @cycyira74579 ай бұрын

    😂😂kuri ino film hazosha nukuri 🔥🔥🔥kure cane niho ndabipfurije

  • @joiskwizera1326
    @joiskwizera13269 ай бұрын

    Film nziza yigisha courage vrt 🥰🥰🥰

  • @bfocybdi2005
    @bfocybdi20059 ай бұрын

    Intore ntindi we move

  • @johnsonmuco75
    @johnsonmuco759 ай бұрын

    Nukuri inyigisho kubamama bameze nkuyo ❤

  • @hahajah7189
    @hahajah71899 ай бұрын

    Courage mwabikoze neza

  • @user-qu9bp1bx4i
    @user-qu9bp1bx4i9 ай бұрын

    Cane hose mudukorey umuti NCT zanje ❤❤❤❤ muhezagigwe ba chr

  • @user-uc3tx3qm1q
    @user-uc3tx3qm1q9 ай бұрын

    Ko mutesa gaa😂😂😂 Team BMT hejur cn beza🥰😘

  • @angerubeneirakiza1628
    @angerubeneirakiza16289 ай бұрын

    Welcome intore ntindi BMT couragee Burundian Film hejuruu🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @alicenibigira
    @alicenibigira9 ай бұрын

    Intore ntindi 😳😳🔥🔥🔥💪💪🥰🥰🥰

  • @odaoda2517
    @odaoda25179 ай бұрын

    Abaribayiridirany igishik nkaj tumenyan❤❤❤❤❤

  • @YvonneMugisha5055
    @YvonneMugisha50559 ай бұрын

    Number One❤❤❤Abaj Nyum Yanj Tumenyane Mazeee❤❤❤❤❤❤🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @juldencehakizimana

    @juldencehakizimana

    9 ай бұрын

    Mbaye uwa 25 muri babandi baza kuyiraba bose

  • @VianneyNDAYIZEYE-by8tg

    @VianneyNDAYIZEYE-by8tg

    7 ай бұрын

    Iyinyigisho irahagije kwr

  • @JacquelineKwizera-sw7sd
    @JacquelineKwizera-sw7sd9 ай бұрын

    Ndabakunda cane❤

  • @aniellaakimana
    @aniellaakimana9 ай бұрын

    Hariho abantu bazinduka😅😅 mbaye uwa 5

  • @prenciaiqram9382
    @prenciaiqram93829 ай бұрын

    Intore ntindi ❤❤❤❤hejuru abacerewe nkanj tumenyane 🎉

  • @deborahofficial6154
    @deborahofficial61549 ай бұрын

    Twari tukunyotewe❤❤

  • @shemezimanamerveille5810
    @shemezimanamerveille58109 ай бұрын

    wow narimfise Amatsiko meshi yokubona Intore ntindi kandi koko sinatayumwanya courage mwese

  • @prospermukerabirori3663

    @prospermukerabirori3663

    Ай бұрын

    Intore ntindi

  • @evelynensabiyumva
    @evelynensabiyumva9 ай бұрын

    Abagore nkabo muragowe ingo zizobasambukana umugabo wawe ntarimwo kuvuga muga burya ariko arakwigako abacerewe nkanje like❤❤

  • @JolisKezakimana
    @JolisKezakimana9 ай бұрын

    Abakunzi baBMTBuja mwagiyehehe tumenyane mugukora like

  • @user-ng9yv3el4v
    @user-ng9yv3el4v9 ай бұрын

    Courage🎉

  • @SantaRayanaMugisha-qx6op
    @SantaRayanaMugisha-qx6op9 ай бұрын

    Noella nawe ati nta gutangwa na INTORE NTINDI uko biri kwose👏👏 iyi reresi ndi murukundo nayo💞💞 courage cn BMT iratesa cn

  • @aniellaakimana
    @aniellaakimana9 ай бұрын

    Abo muri @Amédée's Family tumenyane....@BMT jusqu'à la mort tuzotandukanwa n'urupfu🥰 Intore ntindi ni🔥🔥

  • @DrDon-JacksonBayubahe-mm8vv

    @DrDon-JacksonBayubahe-mm8vv

    9 ай бұрын

    Turahari✌️✌️✌️✌️

  • @blindairanzi1786

    @blindairanzi1786

    9 ай бұрын

    Neilla nahashitse💯🤞🤞

  • @isaacvyihoze9029

    @isaacvyihoze9029

    9 ай бұрын

    VYIHOZE niyondi 🤞

  • @MoussaKilosso

    @MoussaKilosso

    9 ай бұрын

    Jew nubu niho nibereye

  • @malachienkurunziza1568
    @malachienkurunziza15689 ай бұрын

    Muhimbare alvera murukundo ntanger nkuhay 100%❤

  • @prenciaiqram9382
    @prenciaiqram93829 ай бұрын

    Abayisubiyemwo kuyiraba 5 fois tumenyene ❤❤❤❤❤

  • @alichouofficial4444

    @alichouofficial4444

    9 ай бұрын

    🙄🙄🙄😂😂😂😂🤔Woe ngufashe🌷🌷🌷😘😘

  • @MmmNnnn-mn4hx

    @MmmNnnn-mn4hx

    9 ай бұрын

    😂😂😂😂😂😂❤❤❤❤❤

  • @prenciaiqram9382

    @prenciaiqram9382

    9 ай бұрын

    @@alichouofficial4444 🤣🤣🤣🤣🤭 Jew ndagukoza ngari ya dudu

  • @prenciaiqram9382

    @prenciaiqram9382

    9 ай бұрын

    @@MmmNnnn-mn4hx 😁🥰

  • @Anny-p62

    @Anny-p62

    9 ай бұрын

    😂😂😂😂😂nagr nijew gusa nubu ndiko ndayiraba

  • @expertcamberisthefirst6514
    @expertcamberisthefirst65149 ай бұрын

    sha ya cinema bayikinye kera uwabonye 10 mil kwarimwe ya kera za jaune ampe like

  • @divinemugisha987
    @divinemugisha9879 ай бұрын

    Film ya Amédée ntagasembwa so courage bcp abakinyi mubirimwo neza cane we love u so much

  • @user-dw6nv7vz8q
    @user-dw6nv7vz8q9 ай бұрын

    Ubunisawa'amajwi'meza'amasanamu'meza'mwubahwe'❤❤❤

  • @Joachim-Smith
    @Joachim-Smith9 ай бұрын

    Image 90% Sound 90% Story 70% Actors& actresses 90% Script 100%

  • @ezechieljafaryirambona9305

    @ezechieljafaryirambona9305

    9 ай бұрын

    Why not 98%

  • @methodnishimwe6044

    @methodnishimwe6044

    6 ай бұрын

    @@ezechieljafaryirambona9305Because a lot things need to be done before they can achieve 98%.

  • @user-et8zh9zd6d
    @user-et8zh9zd6d9 ай бұрын

    Nkabanahishikiye💃💃💃

  • @user-et8zh9zd6d
    @user-et8zh9zd6d9 ай бұрын

    Hariho abantu bazinduka kandi barikwanyamwema🤣🤣🤣

  • @dododolinenshimirimana3112
    @dododolinenshimirimana31129 ай бұрын

    Ntanguye kunezezwa nakokaziki ka presentation 😂😂😂😂😂

  • @bellabelle1593

    @bellabelle1593

    9 ай бұрын

    Ewe dodo ntutangwa

  • @user-zr6qm3mo2n
    @user-zr6qm3mo2n9 ай бұрын

    Ewe Ntore ntiwe nukuri une hageze❤❤❤❤❤❤

  • @n.rangirimanafransisca4231
    @n.rangirimanafransisca42319 ай бұрын

    Mbakunda kubi munkorera umunsi❤❤❤❤from rwanda 🇷🇼

  • @rameckniyomwungere7
    @rameckniyomwungere79 ай бұрын

    Much ❤ from mabayi cibitoke

  • @aliceali9178
    @aliceali91789 ай бұрын

    Ego kabisa naravye nyishi iyi nirurangiza kabisa😢mbega abagore bindera maboko bantega.....😂😂😂😂

  • @fidesnininahazwe2506
    @fidesnininahazwe25069 ай бұрын

    Waooo courage cane iraryoshe ntimuzodutevy part 2

  • @arcadeniyongabo4055
    @arcadeniyongabo40559 ай бұрын

    Irasosa gusumba ubuki❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️

  • @user-vb7od4kv1i
    @user-vb7od4kv1i9 ай бұрын

    😮so pretty ,is very good I wish you a good success from to the Dear Lord ,be strong watu wangu😊

  • @bizimanajeanclaude5688
    @bizimanajeanclaude56889 ай бұрын

    Intore ntindi ije imara pe yaaaa muduhe shoo❤❤

  • @melissakamikazi432
    @melissakamikazi4329 ай бұрын

    ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤

  • @alichouofficial4444
    @alichouofficial44449 ай бұрын

    Intore ntindi🤣🤣🤣courage mutere muja imbere🌹🌷🌷🌷🌷🌷💐💐💐💐

  • @Bahoamagaramazima
    @Bahoamagaramazima9 ай бұрын

    Courage

  • @sosomh5430
    @sosomh54309 ай бұрын

    Ewe Amédée nari nkumbuye inganzo yawe, uri umwanditsi mwiza pe!courage na team yose mukomeze kuduza ibendera ry'igihugu mu makungu.

  • @Ntirampebaeric7
    @Ntirampebaeric79 ай бұрын

    Love from Évangéliste Eric Movies

  • @alineciza838
    @alineciza8389 ай бұрын

    Waaaaooo uburundi hejuru turiko turaza kuyindi mpwemu idasanzweee.🤸🤸🤸🇧🇮🇧🇮🥰🥰.intore ntindi hejuru❤❤

  • @aminajngabire2106
    @aminajngabire21069 ай бұрын

    Iy ije itavyorosha kbsa😍😍 Courage beza

  • @jajakajaniri5813
    @jajakajaniri58139 ай бұрын

    Intore Ntindi Nukur Murakoze Cane Mwubahw🙏🙏🙏🙏🙏❤❤❤❤❤❤❤ Ndayikunze. Cane peeeeee💛💛💛💛💛💛💛💛🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹💐💐💐💐💐💐💐💐💐🇸🇦🇸🇦🇸🇦🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @user-dn3tn4tg7r
    @user-dn3tn4tg7r9 ай бұрын

    Twari dukumbuye ibikorwa vyawe Mr Amédée,kure hashoboka niho nkwifurije gushika kumwe na team yawe,BMT hejuru cane❤❤❤

  • @wilsonmandela1621
    @wilsonmandela16219 ай бұрын

    Mugatondo part 2 ntavyokudutevya 💥🔥💥🔥💥🔥

  • @nkunzimanatheonesite4494
    @nkunzimanatheonesite44949 ай бұрын

    🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼 Rwanda nimukomeza uku bizaba byiza cyane imbere

  • @berniceirambona3486
    @berniceirambona34869 ай бұрын

    Wouh film yigishaa cane nukurii,courage kure cane hashoboka niho mbifurije kugeraa

  • @belyseirankunda5391
    @belyseirankunda53919 ай бұрын

    Mbega firme nziza cane🥳🥳💃💃

  • @kevinmanirambona5061
    @kevinmanirambona50619 ай бұрын

    Nc flm Courage san 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🔥

  • @prenciaiqram9382
    @prenciaiqram93829 ай бұрын

    Abakozi bomunzu nukuri bubahwe🎉🎉🎉🎉

  • @IVYIZIGIROTv
    @IVYIZIGIROTv9 ай бұрын

    Welcome film intore ntindi Abar muyirindiranye igishika nkanje tumenyaneee

  • @stitore2388
    @stitore23889 ай бұрын

    Vyukuri abarundi biwacu felicitations umwanditsi yubahwe amedee tumenyane ubikoraneza iyi film ndayikunze cane gose irimwo inyigisho imezeneza nki shusho y umuntu Alvella wubahwe sabbas musaza komeza 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮💯💯💯💯✅✅✅✅✅❤❤❤❤❤❤❤❤✍🤲👌👍🙏

  • @asoumanindayisenga7680
    @asoumanindayisenga76809 ай бұрын

    Mwiriwe ndabona iyifirime izaryoha munyarukane ikindi gice mugore tekera umugabo wawe ese muhuye nubukene ntubone uwo mukozi ntiwoteka ikebuke 🇬🇦🇧🇮

  • @Anny-p62
    @Anny-p629 ай бұрын

    Uyumusore Amédée arerenze numwanditsi mwiza❤❤❤❤

  • @bellabelle1593
    @bellabelle15939 ай бұрын

    Mbega firme we iraryoshe cane❤❤❤❤

  • @NancyKarima-gm1rf
    @NancyKarima-gm1rf9 ай бұрын

    Wouh intore ntindi shn murabikora neuzzaa❤❤❤

  • @dododolinenshimirimana3112
    @dododolinenshimirimana31129 ай бұрын

    Waoo ukuntu reo batwandikira mucongereza mwubahwe cane 😂

  • @sososolyne-px9ch
    @sososolyne-px9ch9 ай бұрын

    Intore ntindi hejuru cane❤❤❤❤❤

  • @user-tj8jk9cz1q
    @user-tj8jk9cz1q9 ай бұрын

    Aho muguhamagara Nkeshima natwenze ndeguka Ndakumbuye iwacu nukuri muga vuba ndataha ❤ Mon pays

  • @burundiigniteit2092
    @burundiigniteit20928 ай бұрын

    Intore ntindi byiza cyan wallah kuraje cyan wallah fom 🇸🇦🇸🇦

  • @RaissaNiyukuri-cc3my
    @RaissaNiyukuri-cc3my9 ай бұрын

    Mukama kuva babaho muranyemeje nukurii mbega film igire itwibagize umupfakazi🥱🥱🥱🥱😂😂😂😂

  • @keysejhzhd3849
    @keysejhzhd38499 ай бұрын

    Abasubiyemwo iyi reresi nkituro 3 tumenyane ndabakunda cane Team Amedi mwubahwe❤

  • @user-lg3si4wp5f
    @user-lg3si4wp5f9 ай бұрын

    Ekanyene nintore ntindi 😂😂😂😂nic moving

  • @habinseva6977
    @habinseva69779 ай бұрын

    Love from 🇷🇼

  • @YvonneIradukunda-lq3jn
    @YvonneIradukunda-lq3jn9 ай бұрын

    Intore ntindi weeeee🌹🌹🌹 Amédée respect !! nubundi MBA ndabizi ko utadusondeka🥰🥰

  • @esperanceniyonkuru6970
    @esperanceniyonkuru69709 ай бұрын

    Ariko mukama,mbega inzara weeeeeeeeee, intore ntindi ndabonak harimwo ikizovamwo kizodufasha hejur cane💕💕💕💌💌💥💥💥💥💥💥💥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥

  • @melchiorngendakuriyo2828
    @melchiorngendakuriyo28289 ай бұрын

    Courage 💪💪💪

  • @elise4023
    @elise40239 ай бұрын

    Waoooo iratwika kabisa mwubahwe turabakunda cane

  • @rwasaseth8198
    @rwasaseth81989 ай бұрын

    Wow BMT Buja ❤ mukomeze mudushimishe umuco ntugacike we love you

  • @ramadhnsaidaty1410
    @ramadhnsaidaty14109 ай бұрын

    Yooo film nziza cane gose vrt🎉🎉❤❤❤😊😊😊🇧🇮🇴🇲

  • @nitungamireille316
    @nitungamireille3169 ай бұрын

    Kimwe gus mwogere imitona vrtm ❤❤❤

  • @jeannenifasha6823
    @jeannenifasha68239 ай бұрын

    Intore ntindi hejuru cane Amédée na team yawe Mwubahwe mwagerageza kwigisha

  • @vestinedushimirimana8750
    @vestinedushimirimana87509 ай бұрын

    Mwakire amashurwe yanyu murashiboye❤

  • @jalanoman6236
    @jalanoman62369 ай бұрын

    Mwubahwe cyane ndabakunda 👌👌👌🇧🇮🇴🇲

  • @user-ob5ng8nh3w
    @user-ob5ng8nh3w9 ай бұрын

    🌹🌹🌹🌹💐🌻🌻🌹🌺🌺☘️ayamashigwe nayanyu nukur nuko mumbaye kur nabaha akantu 😂😂🎉🎉

  • @mellykayebekaofficial3377
    @mellykayebekaofficial33779 ай бұрын

    Intore ntindi ivyara agaca gacukije 🔥🔥🔥🔥🔥

  • @chamimmanirakiza9072
    @chamimmanirakiza90729 ай бұрын

    😂😂😂😂😂mwubahwe nukuri❤❤ hejuru cne

  • @cyriaque9997
    @cyriaque99979 ай бұрын

    Waaaaoooohhh nisawa ndabona ibintu bimeze neza cane

  • @user-ji7te1nz3y
    @user-ji7te1nz3y8 ай бұрын

    Oui j'aime toujours la film africain

  • @superchannelsrwanda1545

    @superchannelsrwanda1545

    3 ай бұрын

    Ndagushimiye warumubariyep

Келесі